{"id":28202,"date":"2021-07-04T00:56:51","date_gmt":"2021-07-04T00:56:51","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=28202"},"modified":"2021-12-30T05:55:29","modified_gmt":"2021-12-30T05:55:29","slug":"big-fizzo-ngo-ivyo-kirikou-arimwo-muri-iyi-misi-ashobora-kuba-ari-uruyeri","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-ivyo-kirikou-arimwo-muri-iyi-misi-ashobora-kuba-ari-uruyeri\/","title":{"rendered":"Big Fizzo ngo ivyo Kirikou arimwo muri iyi misi ashobora kuba ari uruyeri\u00a0"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Big Fizzo aragabisha abakurikirana umuziki ndundi ngo bamenye ko ivyo bumva canke babona Kirikou ariko arakora vyose, bishobora kuba bitarivyo, ahubwo ari uruyeri kuko ashobora kuba afise ikindi agamije.\u00a0<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Mu kiganiro yagiranye na Magic Chanel Tv, Big Fizzo yabajijwe ivy\u2019ikinjura ry\u2019umuririmvyi Kirikou, asubiramwo ivyo bari bashikirije mu kiganiro n\u2019abamenyeshamakuru aho yavuga ko abo baririmvyi banse gusubira kandi kuja musi y\u2019uburongozi bwa Bantu Bwoy.<\/p>\n<p>Ku kibazo c\u2019ivyavuzwe hirya no hino, na cane cane c\u2019ubuzima bwahavuye buba bubi inyuma y\u2019ugukinjura muri Bantu Bwoy, uwo muririmvyi avuga ko bidashoboka ko bwahindutse mu mwanya muto, kuko kanatsinda hari n\u2019amahera yaheruka guhabwa nk\u2019akaganuke.<\/p>\n<p>Big Fizzo yongeyeko ko ayo ashobora kuba ari n\u2019amayeri ariko arakoresha, kugira bikunde igikorwa gishobora kuba kiri mu nzira, noneho kironke kurabwa cane.<\/p>\n<p>\u201cN\u2019igiki kikubwira co ashobora kuba atari uruyeri (SHowbiz), hari urundi ruyeri rukorwa, ugasanga uriko urisobeka wewe nyene. Deja hari umuntu aguhaye 1,000,000, Hiere, hama uno musi ugaca uvyuka ukavuga ngo ubuzima bwanse.\u201d<\/p>\n<p>Big Fizzo ariko ntanadeha ko budashobora kuba bumeze nabi, ariko akaba avuga ko vyoba bibabaje cane kuko imiryango ya Bantu bwoy bababwiye ko yuguruye. Ngo yotuma aba umwana w\u2019icangazi ariko akagaruka mu ruhongore.<\/p>\n<p>Mwomenya ko Big Fizzo ingingo yo gusubira ku gatumba kubera ivy\u2019umuziki vyahagaze I Bujumbura, uwo muririmvyi yabigarutseko, noneho asubira I Bujumbura gukora ibikorwa vy\u2019umuziki. Abatari bake bakaba baryoherewe iyo ngingo.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Big Fizzo avuze ivyo Kirikou na Double Jay bakoze inyuma yo kugenda|Sat-B na Empire twaratinye ko...\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/6zfgQA88IRU?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Big Fizzo aragabisha abakurikirana umuziki ndundi ngo bamenye ko ivyo bumva canke babona Kirikou ariko arakora vyose, bishobora kuba bitarivyo, ahubwo ari uruyeri kuko ashobora kuba afise ikindi agamije.\u00a0 Mu kiganiro yagiranye na Magic Chanel Tv, Big Fizzo yabajijwe ivy\u2019ikinjura ry\u2019umuririmvyi Kirikou, asubiramwo ivyo bari bashikirije mu kiganiro n\u2019abamenyeshamakuru aho yavuga ko abo baririmvyi banse [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":28199,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971],"tags":[],"class_list":["post-28202","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Big Fizzo ngo ivyo Kirikou arimwo muri iyi misi ashobora kuba ari uruyeri\u00a0 - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-ivyo-kirikou-arimwo-muri-iyi-misi-ashobora-kuba-ari-uruyeri\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Big Fizzo ngo ivyo Kirikou arimwo muri iyi misi ashobora kuba ari uruyeri\u00a0 - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Big Fizzo aragabisha abakurikirana umuziki ndundi ngo bamenye ko ivyo bumva canke babona Kirikou ariko arakora vyose, bishobora kuba bitarivyo, ahubwo ari uruyeri kuko ashobora kuba afise ikindi agamije.\u00a0 Mu kiganiro yagiranye na Magic Chanel Tv, Big Fizzo yabajijwe ivy\u2019ikinjura ry\u2019umuririmvyi Kirikou, asubiramwo ivyo bari bashikirije mu kiganiro n\u2019abamenyeshamakuru aho yavuga ko abo baririmvyi banse [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-ivyo-kirikou-arimwo-muri-iyi-misi-ashobora-kuba-ari-uruyeri\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-07-04T00:56:51+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-30T05:55:29+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/07\/PhotoGrid_Plus_1625359437374.png\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1440\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/png\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-ivyo-kirikou-arimwo-muri-iyi-misi-ashobora-kuba-ari-uruyeri\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-ivyo-kirikou-arimwo-muri-iyi-misi-ashobora-kuba-ari-uruyeri\/\",\"name\":\"Big Fizzo ngo ivyo Kirikou arimwo muri iyi misi ashobora kuba ari uruyeri\u00a0 - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-07-04T00:56:51+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-30T05:55:29+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-ivyo-kirikou-arimwo-muri-iyi-misi-ashobora-kuba-ari-uruyeri\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-ivyo-kirikou-arimwo-muri-iyi-misi-ashobora-kuba-ari-uruyeri\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-ivyo-kirikou-arimwo-muri-iyi-misi-ashobora-kuba-ari-uruyeri\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Big Fizzo ngo ivyo Kirikou arimwo muri iyi misi ashobora kuba ari uruyeri\u00a0\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Big Fizzo ngo ivyo Kirikou arimwo muri iyi misi ashobora kuba ari uruyeri\u00a0 - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-ivyo-kirikou-arimwo-muri-iyi-misi-ashobora-kuba-ari-uruyeri\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Big Fizzo ngo ivyo Kirikou arimwo muri iyi misi ashobora kuba ari uruyeri\u00a0 - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Big Fizzo aragabisha abakurikirana umuziki ndundi ngo bamenye ko ivyo bumva canke babona Kirikou ariko arakora vyose, bishobora kuba bitarivyo, ahubwo ari uruyeri kuko ashobora kuba afise ikindi agamije.\u00a0 Mu kiganiro yagiranye na Magic Chanel Tv, Big Fizzo yabajijwe ivy\u2019ikinjura ry\u2019umuririmvyi Kirikou, asubiramwo ivyo bari bashikirije mu kiganiro n\u2019abamenyeshamakuru aho yavuga ko abo baririmvyi banse [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-ivyo-kirikou-arimwo-muri-iyi-misi-ashobora-kuba-ari-uruyeri\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-07-04T00:56:51+00:00","article_modified_time":"2021-12-30T05:55:29+00:00","og_image":[{"width":1440,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/07\/PhotoGrid_Plus_1625359437374.png","type":"image\/png"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-ivyo-kirikou-arimwo-muri-iyi-misi-ashobora-kuba-ari-uruyeri\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-ivyo-kirikou-arimwo-muri-iyi-misi-ashobora-kuba-ari-uruyeri\/","name":"Big Fizzo ngo ivyo Kirikou arimwo muri iyi misi ashobora kuba ari uruyeri\u00a0 - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-07-04T00:56:51+00:00","dateModified":"2021-12-30T05:55:29+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-ivyo-kirikou-arimwo-muri-iyi-misi-ashobora-kuba-ari-uruyeri\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-ivyo-kirikou-arimwo-muri-iyi-misi-ashobora-kuba-ari-uruyeri\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-ivyo-kirikou-arimwo-muri-iyi-misi-ashobora-kuba-ari-uruyeri\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Big Fizzo ngo ivyo Kirikou arimwo muri iyi misi ashobora kuba ari uruyeri\u00a0"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28202","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=28202"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28202\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":28204,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28202\/revisions\/28204"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/28199"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=28202"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=28202"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=28202"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}