{"id":28284,"date":"2021-07-12T17:31:43","date_gmt":"2021-07-12T17:31:43","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=28284"},"modified":"2021-12-30T05:55:24","modified_gmt":"2021-12-30T05:55:24","slug":"nelly-nadia-nawe-ngo-asigaye-afise-umuzungu-nka-natacha-ntiyobura-2000000","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nelly-nadia-nawe-ngo-asigaye-afise-umuzungu-nka-natacha-ntiyobura-2000000\/","title":{"rendered":"Nelly Nadia nawe ngo asigaye afise umuzungu nka Natacha, ntiyobura 2,000,000"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Ugufatwa nk\u2019ikigirwamana, ukuronka umuzungu, ukuba atagikurikiranira hafi ivy\u2019umuziki ndundi, canke ukuba aho umwe aciye uwundi yohaturira (Natacha na Nelly) ni bimwe mu vyumvikanye mu kiganiro uwo mwigeme yagiranye n\u2019imwe mu mboneshakure za hano iwacu.\u00a0<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Uwuzi Nelly benshi bari bakunzi kwita Nelly nat, barazi ko yarasanzwe ari umwigeme afana cane umuririmvyikazi Natacha Ngendabanka. Ariko ubu aho bigeze, ngo aho umwe aciye, uwundi yohaturira.<\/p>\n<p>Inyuma y\u2019insaku nyinshi zavuzwe ko uwo mwigeme yafungiwe mu bitaro, ko yaguranye amahera Natacha bakayamwima, ko yahinduye izina kuko batagicana uwaka na Natacha, yatanze umuco mu kiganiro yahaye imwe mu mboneshakure za hano iwacu.<\/p>\n<p>Mu kiganiro na Just Gael, Nelly yavuze ko yahinduye izina atacitwa Nat ari Nadia, ivyo ngo n\u2019ukugira izina ryiwe rivavanure n\u2019impari zitandukanye zihaba iyo umuntu ashigikiye umuririmvyi uyu akareka uriya. Aho akabivuga afatiye kuko ngo akazi akora uno musi katamuha uburenganzira bwo kuguma mu ndyane.<\/p>\n<p>Nelly yanabajijwe ivy\u2019ayo mafaranga 2,000,000, yoba yaraguranye Natacha, agerageza kutavyemera, ahubwo avuga ko avuga ko abamukikuje batabuze ayo mafaranga ku buryo bwuko yofungirwa mu bitaro. Yavuze ko agifise abavyeyi bose, kandi nawe asigaye afise umuzungu, bityo ngo ubwo atobubura.<\/p>\n<p>Nelly ariko yahavuye avuga ivy\u2019ukudashigikira Natacha aho yavuze ko yamukuye mu gitigiri c\u2019abari hafi yiwe, kuko yasanze atari mubomushikako mu gihe agize ikibazo. Akaba yanagiriyeko anavuga ko ari nka hamwe abonye umuntu amufana nkuko yabikoze kuri natacha atomwemerera kuko ngo yoba amufashe nk\u2019ikigirwamana, ibishobora kwumvikanisha ko nawe yoba yamurutisha vyinshi.<\/p>\n<p>Nelly Nadia asigaye abarizwa ku mugwa mukuru wa Politique, avuga ko atagikurikirana cane ivy\u2019umuziki, kuko ubu yegerege ibikorwa bitandukanye ashobora gukorana n\u2019abategetsi, bituma atabasha kuronka akanya.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"One Day itanguriye izindi   Collabo n&#039;umunyamahanga iri inyuma   Abarundi turashoboye   Emelance Emy\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/l4Lc3QsTyl8?start=30&#038;feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ugufatwa nk\u2019ikigirwamana, ukuronka umuzungu, ukuba atagikurikiranira hafi ivy\u2019umuziki ndundi, canke ukuba aho umwe aciye uwundi yohaturira (Natacha na Nelly) ni bimwe mu vyumvikanye mu kiganiro uwo mwigeme yagiranye n\u2019imwe mu mboneshakure za hano iwacu.\u00a0 Uwuzi Nelly benshi bari bakunzi kwita Nelly nat, barazi ko yarasanzwe ari umwigeme afana cane umuririmvyikazi Natacha Ngendabanka. Ariko ubu aho [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":28296,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971],"tags":[],"class_list":["post-28284","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Nelly Nadia nawe ngo asigaye afise umuzungu nka Natacha, ntiyobura 2,000,000 - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nelly-nadia-nawe-ngo-asigaye-afise-umuzungu-nka-natacha-ntiyobura-2000000\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Nelly Nadia nawe ngo asigaye afise umuzungu nka Natacha, ntiyobura 2,000,000 - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Ugufatwa nk\u2019ikigirwamana, ukuronka umuzungu, ukuba atagikurikiranira hafi ivy\u2019umuziki ndundi, canke ukuba aho umwe aciye uwundi yohaturira (Natacha na Nelly) ni bimwe mu vyumvikanye mu kiganiro uwo mwigeme yagiranye n\u2019imwe mu mboneshakure za hano iwacu.\u00a0 Uwuzi Nelly benshi bari bakunzi kwita Nelly nat, barazi ko yarasanzwe ari umwigeme afana cane umuririmvyikazi Natacha Ngendabanka. Ariko ubu aho [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nelly-nadia-nawe-ngo-asigaye-afise-umuzungu-nka-natacha-ntiyobura-2000000\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-07-12T17:31:43+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-30T05:55:24+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/07\/PhotoGrid_Plus_1626110998555.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1440\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nelly-nadia-nawe-ngo-asigaye-afise-umuzungu-nka-natacha-ntiyobura-2000000\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nelly-nadia-nawe-ngo-asigaye-afise-umuzungu-nka-natacha-ntiyobura-2000000\/\",\"name\":\"Nelly Nadia nawe ngo asigaye afise umuzungu nka Natacha, ntiyobura 2,000,000 - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-07-12T17:31:43+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-30T05:55:24+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nelly-nadia-nawe-ngo-asigaye-afise-umuzungu-nka-natacha-ntiyobura-2000000\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nelly-nadia-nawe-ngo-asigaye-afise-umuzungu-nka-natacha-ntiyobura-2000000\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nelly-nadia-nawe-ngo-asigaye-afise-umuzungu-nka-natacha-ntiyobura-2000000\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Nelly Nadia nawe ngo asigaye afise umuzungu nka Natacha, ntiyobura 2,000,000\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Nelly Nadia nawe ngo asigaye afise umuzungu nka Natacha, ntiyobura 2,000,000 - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nelly-nadia-nawe-ngo-asigaye-afise-umuzungu-nka-natacha-ntiyobura-2000000\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Nelly Nadia nawe ngo asigaye afise umuzungu nka Natacha, ntiyobura 2,000,000 - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Ugufatwa nk\u2019ikigirwamana, ukuronka umuzungu, ukuba atagikurikiranira hafi ivy\u2019umuziki ndundi, canke ukuba aho umwe aciye uwundi yohaturira (Natacha na Nelly) ni bimwe mu vyumvikanye mu kiganiro uwo mwigeme yagiranye n\u2019imwe mu mboneshakure za hano iwacu.\u00a0 Uwuzi Nelly benshi bari bakunzi kwita Nelly nat, barazi ko yarasanzwe ari umwigeme afana cane umuririmvyikazi Natacha Ngendabanka. Ariko ubu aho [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nelly-nadia-nawe-ngo-asigaye-afise-umuzungu-nka-natacha-ntiyobura-2000000\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-07-12T17:31:43+00:00","article_modified_time":"2021-12-30T05:55:24+00:00","og_image":[{"width":1440,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/07\/PhotoGrid_Plus_1626110998555.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nelly-nadia-nawe-ngo-asigaye-afise-umuzungu-nka-natacha-ntiyobura-2000000\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nelly-nadia-nawe-ngo-asigaye-afise-umuzungu-nka-natacha-ntiyobura-2000000\/","name":"Nelly Nadia nawe ngo asigaye afise umuzungu nka Natacha, ntiyobura 2,000,000 - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-07-12T17:31:43+00:00","dateModified":"2021-12-30T05:55:24+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nelly-nadia-nawe-ngo-asigaye-afise-umuzungu-nka-natacha-ntiyobura-2000000\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nelly-nadia-nawe-ngo-asigaye-afise-umuzungu-nka-natacha-ntiyobura-2000000\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nelly-nadia-nawe-ngo-asigaye-afise-umuzungu-nka-natacha-ntiyobura-2000000\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Nelly Nadia nawe ngo asigaye afise umuzungu nka Natacha, ntiyobura 2,000,000"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28284","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=28284"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28284\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":28285,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28284\/revisions\/28285"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/28296"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=28284"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=28284"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=28284"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}