{"id":28313,"date":"2021-07-13T11:53:30","date_gmt":"2021-07-13T11:53:30","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=28313"},"modified":"2022-03-01T02:08:37","modified_gmt":"2022-03-01T02:08:37","slug":"abazofatwa-baciye-kubiri-niyo-ngingo-bazohanwa-bimwe-vyakarorero","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abazofatwa-baciye-kubiri-niyo-ngingo-bazohanwa-bimwe-vyakarorero\/","title":{"rendered":"Abazofatwa baciye kubiri n\u2019iyo ngingo bazohanwa bimwe vy\u2019akarorero"},"content":{"rendered":"<p class=\"p1\"><span class=\"s1\">Mu kiganiro yahaye abanditsi n\u2019abamenyeshamakuru, kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 13 Mukakaro 2021, uwujejwe igisata co kumenyesha amakuru mw\u2019ibanki nkuru y\u2019igihugu BRB amenyesha ko bibujijwe kuriha ikintu ico arico cose ukoresheje amafaranga mvamakungu ku gataka k\u2019Uburundi, iyo ngingo ngo ikaba yerekeye amasezerano yo gukotesha inzu, ayajanye n\u2019ibikorwa, irihwa ry\u2019amafaranga y\u2019ishure n\u2019iryo ibidandazwa.<\/span><\/p>\n<p class=\"p1\"><span class=\"s1\">Diane Jocelyn Bizimana yamenyesheje ariko ko amashirahamwe yo gutwara abantu n\u2019ibintu mu ndege, ibigo vy\u2019ingenzi, amashirahamwe mpuzamakungu yo kuwunguruza abantu n\u2019ibintu, ibivuko, ikibuga c\u2019indege, abajejwe imbibe n\u2019abanyamahanga hamwe n\u2019ikigo kijejwe gutoza amakori n\u2019amatagisi bo bashobora kurihisha no kurihwa ibikorwa vyabo mu mafaranga mvamakungu ku banyamahanga bataba mu Burundi, ariko ngo birabujijwe kurihisha muri ayo mafaranga mvamahanga ababa mu gihugu c\u2019Uburundi.<\/span><\/p>\n<p class=\"p1\"><span class=\"s1\">Bizimana amenyesha kandi ko abashaka kuriha ibidandazwa biva hanze y\u2019igihugu babisabira uruhusha, nayo abazofatwa baciye kubiri n\u2019izo ngingo ngo bazohanwa hisunzwe amategeko. <\/span><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Mu kiganiro yahaye abanditsi n\u2019abamenyeshamakuru, kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 13 Mukakaro 2021, uwujejwe igisata co kumenyesha amakuru mw\u2019ibanki nkuru y\u2019igihugu BRB amenyesha ko bibujijwe kuriha ikintu ico arico cose ukoresheje amafaranga mvamakungu ku gataka k\u2019Uburundi, iyo ngingo ngo ikaba yerekeye amasezerano yo gukotesha inzu, ayajanye n\u2019ibikorwa, irihwa ry\u2019amafaranga y\u2019ishure n\u2019iryo ibidandazwa. Diane Jocelyn [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":5,"featured_media":28315,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,548,515,971],"tags":[],"class_list":["post-28313","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-economy","category-homepage","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Abazofatwa baciye kubiri n\u2019iyo ngingo bazohanwa bimwe vy\u2019akarorero - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abazofatwa-baciye-kubiri-niyo-ngingo-bazohanwa-bimwe-vyakarorero\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Abazofatwa baciye kubiri n\u2019iyo ngingo bazohanwa bimwe vy\u2019akarorero - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Mu kiganiro yahaye abanditsi n\u2019abamenyeshamakuru, kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 13 Mukakaro 2021, uwujejwe igisata co kumenyesha amakuru mw\u2019ibanki nkuru y\u2019igihugu BRB amenyesha ko bibujijwe kuriha ikintu ico arico cose ukoresheje amafaranga mvamakungu ku gataka k\u2019Uburundi, iyo ngingo ngo ikaba yerekeye amasezerano yo gukotesha inzu, ayajanye n\u2019ibikorwa, irihwa ry\u2019amafaranga y\u2019ishure n\u2019iryo ibidandazwa. Diane Jocelyn [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abazofatwa-baciye-kubiri-niyo-ngingo-bazohanwa-bimwe-vyakarorero\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-07-13T11:53:30+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2022-03-01T02:08:37+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/07\/434AFE63-246D-47EC-BF57-4121FE2A7FB5.jpeg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"480\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"janvier\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"janvier\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abazofatwa-baciye-kubiri-niyo-ngingo-bazohanwa-bimwe-vyakarorero\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abazofatwa-baciye-kubiri-niyo-ngingo-bazohanwa-bimwe-vyakarorero\/\",\"name\":\"Abazofatwa baciye kubiri n\u2019iyo ngingo bazohanwa bimwe vy\u2019akarorero - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-07-13T11:53:30+00:00\",\"dateModified\":\"2022-03-01T02:08:37+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abazofatwa-baciye-kubiri-niyo-ngingo-bazohanwa-bimwe-vyakarorero\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abazofatwa-baciye-kubiri-niyo-ngingo-bazohanwa-bimwe-vyakarorero\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abazofatwa-baciye-kubiri-niyo-ngingo-bazohanwa-bimwe-vyakarorero\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Abazofatwa baciye kubiri n\u2019iyo ngingo bazohanwa bimwe vy\u2019akarorero\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814\",\"name\":\"janvier\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"janvier\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/janvier\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Abazofatwa baciye kubiri n\u2019iyo ngingo bazohanwa bimwe vy\u2019akarorero - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abazofatwa-baciye-kubiri-niyo-ngingo-bazohanwa-bimwe-vyakarorero\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Abazofatwa baciye kubiri n\u2019iyo ngingo bazohanwa bimwe vy\u2019akarorero - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Mu kiganiro yahaye abanditsi n\u2019abamenyeshamakuru, kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 13 Mukakaro 2021, uwujejwe igisata co kumenyesha amakuru mw\u2019ibanki nkuru y\u2019igihugu BRB amenyesha ko bibujijwe kuriha ikintu ico arico cose ukoresheje amafaranga mvamakungu ku gataka k\u2019Uburundi, iyo ngingo ngo ikaba yerekeye amasezerano yo gukotesha inzu, ayajanye n\u2019ibikorwa, irihwa ry\u2019amafaranga y\u2019ishure n\u2019iryo ibidandazwa. Diane Jocelyn [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abazofatwa-baciye-kubiri-niyo-ngingo-bazohanwa-bimwe-vyakarorero\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-07-13T11:53:30+00:00","article_modified_time":"2022-03-01T02:08:37+00:00","og_image":[{"width":720,"height":480,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/07\/434AFE63-246D-47EC-BF57-4121FE2A7FB5.jpeg","type":"image\/jpeg"}],"author":"janvier","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"janvier","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abazofatwa-baciye-kubiri-niyo-ngingo-bazohanwa-bimwe-vyakarorero\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abazofatwa-baciye-kubiri-niyo-ngingo-bazohanwa-bimwe-vyakarorero\/","name":"Abazofatwa baciye kubiri n\u2019iyo ngingo bazohanwa bimwe vy\u2019akarorero - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-07-13T11:53:30+00:00","dateModified":"2022-03-01T02:08:37+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abazofatwa-baciye-kubiri-niyo-ngingo-bazohanwa-bimwe-vyakarorero\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abazofatwa-baciye-kubiri-niyo-ngingo-bazohanwa-bimwe-vyakarorero\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abazofatwa-baciye-kubiri-niyo-ngingo-bazohanwa-bimwe-vyakarorero\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Abazofatwa baciye kubiri n\u2019iyo ngingo bazohanwa bimwe vy\u2019akarorero"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814","name":"janvier","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"janvier"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/janvier\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28313","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/5"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=28313"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28313\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":28316,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28313\/revisions\/28316"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/28315"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=28313"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=28313"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=28313"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}