{"id":28334,"date":"2021-07-13T20:49:41","date_gmt":"2021-07-13T20:49:41","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=28334"},"modified":"2021-12-30T05:55:23","modified_gmt":"2021-12-30T05:55:23","slug":"ngo-nta-wobuza-drama-t-kubonana-na-double-jay-na-kirikou-kuko-we-aridegemvya","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngo-nta-wobuza-drama-t-kubonana-na-double-jay-na-kirikou-kuko-we-aridegemvya\/","title":{"rendered":"Ngo nta wobuza Drama T kubonana na Double Jay na Kirikou, kuko we aridegemvya"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Ikinjura rya Double jay na Kirikou muri Bantu Bwoy ngo ntaco vyahinduye mu buryo ababona, ivyo vyashikirijwe na Drama T ubwiwe, kuko ngo kubwiwe bamye ari abavukanyi, kandi nta cahindutse, kuko inyuma y\u2019umuziki ubuzima burabandanya<\/em><\/strong>.<\/p>\n<p>Mu kiyago yagiranye na Alan the Real, uwo muririmvyi abarizwa muri Bantu Bwoy, yamenyesheje ko ubuzima yarabanyemwo n\u2019abo basore babiri baheruka guha umugongo iyo nzu y\u2019ubuhinyanyuzi yari imaze imyaka irenga gato 3 ibafise mu ntoke, ngo butari ubuzima bw\u2019umuziki gusa, ariko ngo bari \u201c Abavukanyi\u201d, bari abantu bikoreranira imitwaro, aho umwe n\u2019uwundi yatura mugenziwe ibibazo yikoreye akabigira ivyiwe.<\/p>\n<p>T yagize ati : \u201cBarya ubwa mbere ntitwakorana umuziki gusa, bari bene wacu, ni babantu nshobora kwegera nkababwira ati mfise iyi ngorane, bakayigira iy\u2019iwabo, bari abantu bashobora kumbwira ati je meze nkuku, ingorane zabo nkumva ko zari iziwanje. Twari tubanye neza cane.\u201d<\/p>\n<p>Muri ico kiganiro nyene, T yabandanije avuga ko kandi ata kamaro ko kwiteranya n\u2019uwagize ico akumarira, canke uwo wagize ico umarira, kuko ibintu bitumuka nk\u2019ifu y\u2019imijira. Kubwiwe ngo inyuma y\u2019umuziki azobandanye abane n\u2019abo yegereye n\u2019abamwegereye muri uno muziki, ngo nico gituma umuntu adakwiye guhandwa ku rurimi kandi amaguru ahari.<\/p>\n<p>Yabandanije agira ati : \u201cInyuma y\u2019umuziki ubuzima burabandanya, kandi umuntu afise ikintu yakumariye mu buzima, ntuze umwiteranyeko canke ntaze akwiteranyeko, kuberako ikintu kimara umwanya mutoya. Nshobora kuririmba, nkaririmba Imyaka 2, muga iyo myaka isigaye nzoyisigara mbaho gute? Nzobana na bande? Nzobana na bamwe banyegera, bamwe negera. Kwumva ko bafitanye ingorane na bariya, ni bariya, mu gihe ntaragiranira ingorane nabo jewe meze neza, kandi nabo nibumva bibateye ingorane kunyegera jewe, jewe nzobegera nta ngorane, kuberako bamye ari abavukanyi kuri jewe.\u201d<\/p>\n<p>Nayo ku bokwibaza ko hari uwohava amubuza kwegera abo yabanye nabo nk\u2019abavukanyi, ngo boba bariko barihenda, kuko yamye yidegemvya, kuko ubuzima buri inyuma y\u2019umuziki n\u2019ubwiwe naho ubw\u2019umuziki abuhamwo ikibanza abamusahiriza.<\/p>\n<p>Yongeyeko ngo :\u201cOyaha nabo barabizi ko batobikora, kuberako jewe ndidegemvya, kandi nkora ikintu kubera ndagishatse, kandi mba nzi n\u2019inyungu kimfitiye. Ndifatira ingingo, nta muntu numwe yigera ambwira ngo kora iki canke kora iki, hageze mu muziki ndakwubahiriza, mugabo hageze ku buzima bw\u2019iwanje, it\u2019s my Self.\u201d<\/p>\n<p>Muri ico kiganiro nyene, uwo muririmvyi yanaronse akaryo ko kumenya abakunzi b\u2019ibikorwa vyiwe ko EP Revolution Rose yamaze gushirwa ku mbuga ngurukanabumenyi zisanzwe zigurisha umuziki, noneho akabasaba kumushigikira. S\u2019ico gusa kuko yanamenyesheje ko hari amasanamu y\u2019indirimbo 1 mu zibarizwa muri iyo EP azoshirwa ahabona.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Drama T avuze Ukuri kwose muri Bantu Bwoy|Double jay na Kirikou amajambo akomeye bavuze|Ico dupfana\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/lqAkuXWBPXY?start=1308&#038;feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ikinjura rya Double jay na Kirikou muri Bantu Bwoy ngo ntaco vyahinduye mu buryo ababona, ivyo vyashikirijwe na Drama T ubwiwe, kuko ngo kubwiwe bamye ari abavukanyi, kandi nta cahindutse, kuko inyuma y\u2019umuziki ubuzima burabandanya. Mu kiyago yagiranye na Alan the Real, uwo muririmvyi abarizwa muri Bantu Bwoy, yamenyesheje ko ubuzima yarabanyemwo n\u2019abo basore babiri [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":28335,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971],"tags":[],"class_list":["post-28334","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Ngo nta wobuza Drama T kubonana na Double Jay na Kirikou, kuko we aridegemvya - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngo-nta-wobuza-drama-t-kubonana-na-double-jay-na-kirikou-kuko-we-aridegemvya\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Ngo nta wobuza Drama T kubonana na Double Jay na Kirikou, kuko we aridegemvya - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Ikinjura rya Double jay na Kirikou muri Bantu Bwoy ngo ntaco vyahinduye mu buryo ababona, ivyo vyashikirijwe na Drama T ubwiwe, kuko ngo kubwiwe bamye ari abavukanyi, kandi nta cahindutse, kuko inyuma y\u2019umuziki ubuzima burabandanya. Mu kiyago yagiranye na Alan the Real, uwo muririmvyi abarizwa muri Bantu Bwoy, yamenyesheje ko ubuzima yarabanyemwo n\u2019abo basore babiri [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngo-nta-wobuza-drama-t-kubonana-na-double-jay-na-kirikou-kuko-we-aridegemvya\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-07-13T20:49:41+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-30T05:55:23+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/07\/PhotoGrid_Plus_1626208849753.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1440\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngo-nta-wobuza-drama-t-kubonana-na-double-jay-na-kirikou-kuko-we-aridegemvya\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngo-nta-wobuza-drama-t-kubonana-na-double-jay-na-kirikou-kuko-we-aridegemvya\/\",\"name\":\"Ngo nta wobuza Drama T kubonana na Double Jay na Kirikou, kuko we aridegemvya - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-07-13T20:49:41+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-30T05:55:23+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngo-nta-wobuza-drama-t-kubonana-na-double-jay-na-kirikou-kuko-we-aridegemvya\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngo-nta-wobuza-drama-t-kubonana-na-double-jay-na-kirikou-kuko-we-aridegemvya\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngo-nta-wobuza-drama-t-kubonana-na-double-jay-na-kirikou-kuko-we-aridegemvya\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Ngo nta wobuza Drama T kubonana na Double Jay na Kirikou, kuko we aridegemvya\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Ngo nta wobuza Drama T kubonana na Double Jay na Kirikou, kuko we aridegemvya - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngo-nta-wobuza-drama-t-kubonana-na-double-jay-na-kirikou-kuko-we-aridegemvya\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Ngo nta wobuza Drama T kubonana na Double Jay na Kirikou, kuko we aridegemvya - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Ikinjura rya Double jay na Kirikou muri Bantu Bwoy ngo ntaco vyahinduye mu buryo ababona, ivyo vyashikirijwe na Drama T ubwiwe, kuko ngo kubwiwe bamye ari abavukanyi, kandi nta cahindutse, kuko inyuma y\u2019umuziki ubuzima burabandanya. Mu kiyago yagiranye na Alan the Real, uwo muririmvyi abarizwa muri Bantu Bwoy, yamenyesheje ko ubuzima yarabanyemwo n\u2019abo basore babiri [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngo-nta-wobuza-drama-t-kubonana-na-double-jay-na-kirikou-kuko-we-aridegemvya\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-07-13T20:49:41+00:00","article_modified_time":"2021-12-30T05:55:23+00:00","og_image":[{"width":1440,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/07\/PhotoGrid_Plus_1626208849753.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngo-nta-wobuza-drama-t-kubonana-na-double-jay-na-kirikou-kuko-we-aridegemvya\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngo-nta-wobuza-drama-t-kubonana-na-double-jay-na-kirikou-kuko-we-aridegemvya\/","name":"Ngo nta wobuza Drama T kubonana na Double Jay na Kirikou, kuko we aridegemvya - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-07-13T20:49:41+00:00","dateModified":"2021-12-30T05:55:23+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngo-nta-wobuza-drama-t-kubonana-na-double-jay-na-kirikou-kuko-we-aridegemvya\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngo-nta-wobuza-drama-t-kubonana-na-double-jay-na-kirikou-kuko-we-aridegemvya\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ngo-nta-wobuza-drama-t-kubonana-na-double-jay-na-kirikou-kuko-we-aridegemvya\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Ngo nta wobuza Drama T kubonana na Double Jay na Kirikou, kuko we aridegemvya"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28334","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=28334"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28334\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":28338,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28334\/revisions\/28338"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/28335"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=28334"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=28334"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=28334"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}