{"id":28348,"date":"2021-07-14T15:01:29","date_gmt":"2021-07-14T15:01:29","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=28348"},"modified":"2021-12-30T05:55:22","modified_gmt":"2021-12-30T05:55:22","slug":"impari-zarabishwa-kuri-sat-b-na-bamwe-mu-biwe-zoba-zigiye-gucureha","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impari-zarabishwa-kuri-sat-b-na-bamwe-mu-biwe-zoba-zigiye-gucureha\/","title":{"rendered":"Impari zarabishwa kuri Sat-b na bamwe mu biwe, zoba zigiye gucureha?"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Agacerere kadasanzwe niko karanze ishirwa ahabona ry\u2019amasanamu y\u2019indirimbo Sat-b afitanye n\u2019umuririmvyi w\u2019umunya Kenya, Bahati. Ako gacerere ariko karanzwe n\u2019ico bamwe bokwita ububeshi, ku bandi Buzz, ariko ku ruhande rwa Empire ari agacerere kuko basa n\u2019abatagize vyinsi bavuga ku bimenyetso abantu batabashije kwegeranya ngo batahure ikiri inyuma yavyo vyose.\u00a0<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Ivy\u2019iyo ndirimbo vyatanguwe n\u2019ishirwa ahabona ry\u2019urukurikirane rw\u2019indirimbo za Bahati, izo zabonetsemwo iyo yakoranye na Sat-b. Iyo ndirimbo ikaba yagiye yifata neza ku mbuga nka BoomPlay zigurisha umuziki, gushika aho abafana b\u2019uwo muvyeyi w\u2019abana 3 bayifata nk\u2019indirimbo ya mbere iririmbwemwo umurundi ihagaze neza ku mbuga ngurukanabumenyi.<\/p>\n<p>Mu mwanya nk\u2019uwo gukubita urugohe, haciye hasohoka amashusho yerekana Sat-b mu modoka iri mu bwoko bwa Infinity, ivyacanze abatari bake, kuko haciye hatangura impari hagati y\u2019abafana z\u2019ukumenya nimba afise ubushobozi bwo kuyigura. Bitaranacureha, humvikana ko ahubwo itari iyiwe, ngo yayigabiye umukunzi wiwe, ariko vyari bizwi ko batakirikumwe mu rukundo, ahubwo ngo bakorana muvy\u2019umuziki gusa, ho amajambo aba menshi, mbaye umunyarwenya w\u2019umunyaTanzania, Facebook na Instagram zarahagaze mu masaha makeya kubera Sat-b.<\/p>\n<p>Muri iyi misi 2 iheze, abantu bari bagize imisi mu mpari z\u2019ukumenya nimba Mugani Desire Festival de l\u2019independence yateguye yarashoboye kuvyifatamwo neza, ugereranije n\u2019izindi zari zigize imisi ziba n\u2019ubu zikibandanya, aba asohoye amashusho n\u2019amasanamu yiwe arikumwe na Belle 9ice yiyambariye twa duhuzu two musi tuboneka cane ku mazi, aho yasa n\u2019uwugabisha abantu ko hari gishasha kiri mu nzira.<\/p>\n<p>Kuri uyu wa 3, niho abantu bamwe baravye neza noneho bafatanya ivyo vyose batahura ko kumbe ivyari bigize imisi bivugwa, bikagwaza umutwe abatari bake, abandi bakabibona nk\u2019ubusazi, yari integuro y\u2019umuzo mwiza w\u2019indirimbo Sweet Darling Sat-b yafashijemwo umuririmvyi Bahati wo muri Kenya. Iyo ndirimbo mu mwanya nk\u2019uwo gukubita urugohe, ikaba yari imaze gukwiza abantu 100,000 ivyo ku Barundi bikorerwa akayashu kakabira.<\/p>\n<p>Umuntu yokwibaza nimba impari zari zigize imisi zishobora kuba zigiye gucureha, canke ahubwo hagiye kwaduka izindi zifatiye kuri iyo ndirimbo, ubona ko abarundi ngo basiba kurima ariko badasiba kuvuga.<\/p>\n<p>Mwomenya ko iyo ndirimbo isohokeye rimwe n\u2019umusi uwo muririmvyi akwirije bantu 100,000 ku rubuga rwa Instagram, ibiharuro bifise abarundi baharurwa ku ntoke kuri urwo rubuga rubandanya ruhurumbirwa n\u2019abarundi batari bake muri ino misi, baba abari ngaha co kimwe n\u2019abari hanze y\u2019igihugu.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"One Day itanguriye izindi   Collabo n&#039;umunyamahanga iri inyuma   Abarundi turashoboye   Emelance Emy\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/l4Lc3QsTyl8?start=38&#038;feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Agacerere kadasanzwe niko karanze ishirwa ahabona ry\u2019amasanamu y\u2019indirimbo Sat-b afitanye n\u2019umuririmvyi w\u2019umunya Kenya, Bahati. Ako gacerere ariko karanzwe n\u2019ico bamwe bokwita ububeshi, ku bandi Buzz, ariko ku ruhande rwa Empire ari agacerere kuko basa n\u2019abatagize vyinsi bavuga ku bimenyetso abantu batabashije kwegeranya ngo batahure ikiri inyuma yavyo vyose.\u00a0 Ivy\u2019iyo ndirimbo vyatanguwe n\u2019ishirwa ahabona ry\u2019urukurikirane rw\u2019indirimbo [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":28349,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971],"tags":[],"class_list":["post-28348","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Impari zarabishwa kuri Sat-b na bamwe mu biwe, zoba zigiye gucureha? - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impari-zarabishwa-kuri-sat-b-na-bamwe-mu-biwe-zoba-zigiye-gucureha\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Impari zarabishwa kuri Sat-b na bamwe mu biwe, zoba zigiye gucureha? - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Agacerere kadasanzwe niko karanze ishirwa ahabona ry\u2019amasanamu y\u2019indirimbo Sat-b afitanye n\u2019umuririmvyi w\u2019umunya Kenya, Bahati. Ako gacerere ariko karanzwe n\u2019ico bamwe bokwita ububeshi, ku bandi Buzz, ariko ku ruhande rwa Empire ari agacerere kuko basa n\u2019abatagize vyinsi bavuga ku bimenyetso abantu batabashije kwegeranya ngo batahure ikiri inyuma yavyo vyose.\u00a0 Ivy\u2019iyo ndirimbo vyatanguwe n\u2019ishirwa ahabona ry\u2019urukurikirane rw\u2019indirimbo [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impari-zarabishwa-kuri-sat-b-na-bamwe-mu-biwe-zoba-zigiye-gucureha\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-07-14T15:01:29+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-30T05:55:22+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/07\/PhotoGrid_Plus_1626273492794.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1440\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impari-zarabishwa-kuri-sat-b-na-bamwe-mu-biwe-zoba-zigiye-gucureha\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impari-zarabishwa-kuri-sat-b-na-bamwe-mu-biwe-zoba-zigiye-gucureha\/\",\"name\":\"Impari zarabishwa kuri Sat-b na bamwe mu biwe, zoba zigiye gucureha? - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-07-14T15:01:29+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-30T05:55:22+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impari-zarabishwa-kuri-sat-b-na-bamwe-mu-biwe-zoba-zigiye-gucureha\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impari-zarabishwa-kuri-sat-b-na-bamwe-mu-biwe-zoba-zigiye-gucureha\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impari-zarabishwa-kuri-sat-b-na-bamwe-mu-biwe-zoba-zigiye-gucureha\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Impari zarabishwa kuri Sat-b na bamwe mu biwe, zoba zigiye gucureha?\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Impari zarabishwa kuri Sat-b na bamwe mu biwe, zoba zigiye gucureha? - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impari-zarabishwa-kuri-sat-b-na-bamwe-mu-biwe-zoba-zigiye-gucureha\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Impari zarabishwa kuri Sat-b na bamwe mu biwe, zoba zigiye gucureha? - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Agacerere kadasanzwe niko karanze ishirwa ahabona ry\u2019amasanamu y\u2019indirimbo Sat-b afitanye n\u2019umuririmvyi w\u2019umunya Kenya, Bahati. Ako gacerere ariko karanzwe n\u2019ico bamwe bokwita ububeshi, ku bandi Buzz, ariko ku ruhande rwa Empire ari agacerere kuko basa n\u2019abatagize vyinsi bavuga ku bimenyetso abantu batabashije kwegeranya ngo batahure ikiri inyuma yavyo vyose.\u00a0 Ivy\u2019iyo ndirimbo vyatanguwe n\u2019ishirwa ahabona ry\u2019urukurikirane rw\u2019indirimbo [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impari-zarabishwa-kuri-sat-b-na-bamwe-mu-biwe-zoba-zigiye-gucureha\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-07-14T15:01:29+00:00","article_modified_time":"2021-12-30T05:55:22+00:00","og_image":[{"width":1440,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/07\/PhotoGrid_Plus_1626273492794.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impari-zarabishwa-kuri-sat-b-na-bamwe-mu-biwe-zoba-zigiye-gucureha\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impari-zarabishwa-kuri-sat-b-na-bamwe-mu-biwe-zoba-zigiye-gucureha\/","name":"Impari zarabishwa kuri Sat-b na bamwe mu biwe, zoba zigiye gucureha? - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-07-14T15:01:29+00:00","dateModified":"2021-12-30T05:55:22+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impari-zarabishwa-kuri-sat-b-na-bamwe-mu-biwe-zoba-zigiye-gucureha\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impari-zarabishwa-kuri-sat-b-na-bamwe-mu-biwe-zoba-zigiye-gucureha\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/impari-zarabishwa-kuri-sat-b-na-bamwe-mu-biwe-zoba-zigiye-gucureha\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Impari zarabishwa kuri Sat-b na bamwe mu biwe, zoba zigiye gucureha?"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28348","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=28348"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28348\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":28352,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28348\/revisions\/28352"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/28349"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=28348"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=28348"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=28348"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}