{"id":28505,"date":"2021-07-26T19:05:23","date_gmt":"2021-07-26T19:05:23","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=28505"},"modified":"2021-12-30T05:55:08","modified_gmt":"2021-12-30T05:55:08","slug":"alikiba-yaruciye-abaririmvyi-basuzugura-abamenyeshamakuru-ngo-ntibagashigikirwe","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alikiba-yaruciye-abaririmvyi-basuzugura-abamenyeshamakuru-ngo-ntibagashigikirwe\/","title":{"rendered":"Alikiba yaruciye, abaririmvyi basuzugura abamenyeshamakuru ngo ntibagashigikirwe"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Ikibazo cahora cibazwa n\u2019abantu batari bake kijanye n\u2019ugusuzugura abamenyeshamakuru bikorwa n\u2019abaririmvyi bakomakomeye na cane cane abamenyeshamakuru bagitangura umwuga, Alikiba mu kiyago yagiranye n\u2019abamenyeshamakuru yakigarutseko.<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi asanzwe azwi kuba ari mu baririmvyi bakomeye muri Afrika, avuga ko we ata kinyamakuru na kimwe, yaba gito canke igikomeye batokorana ikiganiro. Uwo akaba avuga ko impamvu ituma bakorana aruko abona ko yaba abaririmvyi yaba abamenyeshamakuru ngo bose bakeneraniye.<\/p>\n<p>Nayo abamenyeshamakuru basuzugurwa n\u2019abaririmvyi ngo nuko bakomeye, kubwiwe ngo nta gushigikira umuntu aba ariko aragusuzugura. Alikiba akaba yahanuye uwo mumenyeshamakuru asuzugurwa kumwihoza uwo muririmvyi .<\/p>\n<p>Ivyo bikaba bikunze kuboneka, aho habaho rimwe na rimwe uguterana amajambo hagati y\u2019abo bantu 2 bari bakwiye gushigikirana, aho bamwe bagiriza abandi kudashigikira bikwiye umuziki ndundi, aho mbere hanaboneka ugutukana ko batanazi n\u2019ivyo bariko barakora nkuko bishikirizwa n\u2019abo baririmvyi.<\/p>\n<p>Mwomenya ko mu gihe indirimbo zabo kugira zivuzwe canke zerekanwe mu binyamakuru bitandukanye vyo mu karere batanga amafaranga atari make, hano iwacu abo baririmvyi nyene bagaruka bakagiriza abamenyeshamakuru ko babaka amahera ngo bavuze indirimbo zabo.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Alikiba atowa ushauri kwa vyombo vya habari na wana habari pia Na wanamziki wanao dharau media\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/BUduDiaxNq4?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ikibazo cahora cibazwa n\u2019abantu batari bake kijanye n\u2019ugusuzugura abamenyeshamakuru bikorwa n\u2019abaririmvyi bakomakomeye na cane cane abamenyeshamakuru bagitangura umwuga, Alikiba mu kiyago yagiranye n\u2019abamenyeshamakuru yakigarutseko. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi asanzwe azwi kuba ari mu baririmvyi bakomeye muri Afrika, avuga ko we ata kinyamakuru na kimwe, yaba gito canke igikomeye batokorana ikiganiro. Uwo akaba avuga ko [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":28509,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971],"tags":[],"class_list":["post-28505","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Alikiba yaruciye, abaririmvyi basuzugura abamenyeshamakuru ngo ntibagashigikirwe - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alikiba-yaruciye-abaririmvyi-basuzugura-abamenyeshamakuru-ngo-ntibagashigikirwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Alikiba yaruciye, abaririmvyi basuzugura abamenyeshamakuru ngo ntibagashigikirwe - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Ikibazo cahora cibazwa n\u2019abantu batari bake kijanye n\u2019ugusuzugura abamenyeshamakuru bikorwa n\u2019abaririmvyi bakomakomeye na cane cane abamenyeshamakuru bagitangura umwuga, Alikiba mu kiyago yagiranye n\u2019abamenyeshamakuru yakigarutseko. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi asanzwe azwi kuba ari mu baririmvyi bakomeye muri Afrika, avuga ko we ata kinyamakuru na kimwe, yaba gito canke igikomeye batokorana ikiganiro. Uwo akaba avuga ko [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alikiba-yaruciye-abaririmvyi-basuzugura-abamenyeshamakuru-ngo-ntibagashigikirwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-07-26T19:05:23+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-30T05:55:08+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/07\/PhotoGrid_Plus_1627326132538.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1440\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alikiba-yaruciye-abaririmvyi-basuzugura-abamenyeshamakuru-ngo-ntibagashigikirwe\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alikiba-yaruciye-abaririmvyi-basuzugura-abamenyeshamakuru-ngo-ntibagashigikirwe\/\",\"name\":\"Alikiba yaruciye, abaririmvyi basuzugura abamenyeshamakuru ngo ntibagashigikirwe - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-07-26T19:05:23+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-30T05:55:08+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alikiba-yaruciye-abaririmvyi-basuzugura-abamenyeshamakuru-ngo-ntibagashigikirwe\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alikiba-yaruciye-abaririmvyi-basuzugura-abamenyeshamakuru-ngo-ntibagashigikirwe\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alikiba-yaruciye-abaririmvyi-basuzugura-abamenyeshamakuru-ngo-ntibagashigikirwe\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Alikiba yaruciye, abaririmvyi basuzugura abamenyeshamakuru ngo ntibagashigikirwe\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Alikiba yaruciye, abaririmvyi basuzugura abamenyeshamakuru ngo ntibagashigikirwe - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alikiba-yaruciye-abaririmvyi-basuzugura-abamenyeshamakuru-ngo-ntibagashigikirwe\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Alikiba yaruciye, abaririmvyi basuzugura abamenyeshamakuru ngo ntibagashigikirwe - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Ikibazo cahora cibazwa n\u2019abantu batari bake kijanye n\u2019ugusuzugura abamenyeshamakuru bikorwa n\u2019abaririmvyi bakomakomeye na cane cane abamenyeshamakuru bagitangura umwuga, Alikiba mu kiyago yagiranye n\u2019abamenyeshamakuru yakigarutseko. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi asanzwe azwi kuba ari mu baririmvyi bakomeye muri Afrika, avuga ko we ata kinyamakuru na kimwe, yaba gito canke igikomeye batokorana ikiganiro. Uwo akaba avuga ko [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alikiba-yaruciye-abaririmvyi-basuzugura-abamenyeshamakuru-ngo-ntibagashigikirwe\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-07-26T19:05:23+00:00","article_modified_time":"2021-12-30T05:55:08+00:00","og_image":[{"width":1440,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/07\/PhotoGrid_Plus_1627326132538.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alikiba-yaruciye-abaririmvyi-basuzugura-abamenyeshamakuru-ngo-ntibagashigikirwe\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alikiba-yaruciye-abaririmvyi-basuzugura-abamenyeshamakuru-ngo-ntibagashigikirwe\/","name":"Alikiba yaruciye, abaririmvyi basuzugura abamenyeshamakuru ngo ntibagashigikirwe - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-07-26T19:05:23+00:00","dateModified":"2021-12-30T05:55:08+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alikiba-yaruciye-abaririmvyi-basuzugura-abamenyeshamakuru-ngo-ntibagashigikirwe\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alikiba-yaruciye-abaririmvyi-basuzugura-abamenyeshamakuru-ngo-ntibagashigikirwe\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alikiba-yaruciye-abaririmvyi-basuzugura-abamenyeshamakuru-ngo-ntibagashigikirwe\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Alikiba yaruciye, abaririmvyi basuzugura abamenyeshamakuru ngo ntibagashigikirwe"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28505","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=28505"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28505\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":28510,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28505\/revisions\/28510"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/28509"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=28505"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=28505"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=28505"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}