{"id":28574,"date":"2021-08-02T10:38:21","date_gmt":"2021-08-02T10:38:21","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=28574"},"modified":"2021-12-30T05:55:01","modified_gmt":"2021-12-30T05:55:01","slug":"uburundi-ngo-bwari-bukwiye-gukamisha-abaririmvyi-mvamakungu-baza-mu-burundi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uburundi-ngo-bwari-bukwiye-gukamisha-abaririmvyi-mvamakungu-baza-mu-burundi\/","title":{"rendered":"Uburundi ngo bwari bukwiye gukamisha abaririmvyi mvamakungu baza mu Burundi"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Uko imisi igenda, niko igitigiri c\u2019abanyamahanga batumirwa mu biteramo hano iwacu kibandanya kigwira, ico kigasigura kuza gukorera amafaranga hano iwacu noneho bakajana mu bihugu baba bavuye. Ariko abo baririmvyi akaba ata makori barihira ayo mafaranga y\u2019umurengera baba bakoreye hano iwacu.\u00a0<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Raphael Nyandwi benshi bazi Dj Rapha asanzwe ari umumenyeshamakuru akaba n\u2019umusahirizi [Manager] w\u2019umuririmvyikazi Natacha, avuga ko abaririmvyi b\u2019abanyamahanga bari bakwiye kurihira amakori amafaranga baba baciye hano iwacu.<\/p>\n<p>Mu kiganiro na Indundi magazine, uwo mumenyeshamakuru wa BETV yavuze ko hanakwiye ikigo kijejwe guha impusha abo baririmvyi baza gukorera ibiteramo hano iwacu nkuko no mu bindi bihugu babikora.<\/p>\n<p>Yagize ati :<em>\u201cNta rwego ruhari mu bisanzwe dusabirako impusha z\u2019abaririmvyi bava hanze. Twebwe tumaze kuja mu bindi bihugu, hariho inzego usanga zihari zizwi na Leta aho udashobora kuja gukora igiteramo muri ico gihugu udasavye uruhasha. Bivanye n\u2019amafaranga uza kuronka barakubwira bati hariho amafaranga uza gusiga mu gihugu. Rero ivyo mu Burundi nta vyabaho, kumbure sinzi ko bigeye gutangura, navyo vyoba vyiza.\u201d<\/em><\/p>\n<p>Uwo mumenyeshamakuru akaba abivuga yisunze ko ubu uruhusha rwonyene ruhari rusabwa umuririmvyi w\u2019umunyamahanga ari urusabwa n\u2019uwutegura igiteramo, aho nawe amenyesha abatwara igisagara ca Bujumbura canke intara ashaka gukoreramwo, n\u2019abajejwe umutekano ko afise ibikorwa vy\u2019umuziki yipfuza kuhakorera, none bakamuha uburenganzira bwo gukora.<\/p>\n<p>Koriciza Clovis-Blaise asanzwe arongoye Now Creative isanzwe iri mu batunganya ibiteramo abaririmvyi mvamakungu\u00a0 bakunze kwitaba, muri ico kiganiro na Indundi Tv, avuga ko hari n\u2019uruhusha rwa Kabiri basaba arirwo rw\u2019abinjira n\u2019abasohoka. Yagize ati <em>\u201cKu munyamahanga usaba Impusha 2,\u201d<\/em> Yongerako ngo : <em>\u201c izo kwinjira mu gihugu, hamwe n\u2019urundi rutuma akora\u201d.<\/em><\/p>\n<p>Mwomenya ko Abaririmvyi b\u2019abarundi bama bidoga ko abategura ibiteramo babemba intica ntikize ugereranije n\u2019amafaranga abaririmvyi b\u2019abanyamahanga baba bahembwa mu gihe baba baje ngaha mu biteramo baba bateguriwe.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Babbi ngo Bikini n&#039;uko bambara kera, ntaho bitandukanye   Collabo zindi   Views sizo yihutira 1080p\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/XkVuaXx85qw?start=42&#038;feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Uko imisi igenda, niko igitigiri c\u2019abanyamahanga batumirwa mu biteramo hano iwacu kibandanya kigwira, ico kigasigura kuza gukorera amafaranga hano iwacu noneho bakajana mu bihugu baba bavuye. Ariko abo baririmvyi akaba ata makori barihira ayo mafaranga y\u2019umurengera baba bakoreye hano iwacu.\u00a0 Raphael Nyandwi benshi bazi Dj Rapha asanzwe ari umumenyeshamakuru akaba n\u2019umusahirizi [Manager] w\u2019umuririmvyikazi Natacha, avuga [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":28576,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971],"tags":[],"class_list":["post-28574","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Uburundi ngo bwari bukwiye gukamisha abaririmvyi mvamakungu baza mu Burundi - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uburundi-ngo-bwari-bukwiye-gukamisha-abaririmvyi-mvamakungu-baza-mu-burundi\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Uburundi ngo bwari bukwiye gukamisha abaririmvyi mvamakungu baza mu Burundi - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Uko imisi igenda, niko igitigiri c\u2019abanyamahanga batumirwa mu biteramo hano iwacu kibandanya kigwira, ico kigasigura kuza gukorera amafaranga hano iwacu noneho bakajana mu bihugu baba bavuye. Ariko abo baririmvyi akaba ata makori barihira ayo mafaranga y\u2019umurengera baba bakoreye hano iwacu.\u00a0 Raphael Nyandwi benshi bazi Dj Rapha asanzwe ari umumenyeshamakuru akaba n\u2019umusahirizi [Manager] w\u2019umuririmvyikazi Natacha, avuga [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uburundi-ngo-bwari-bukwiye-gukamisha-abaririmvyi-mvamakungu-baza-mu-burundi\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-08-02T10:38:21+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-30T05:55:01+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/08\/PhotoGrid_Plus_1627899948369.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1440\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uburundi-ngo-bwari-bukwiye-gukamisha-abaririmvyi-mvamakungu-baza-mu-burundi\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uburundi-ngo-bwari-bukwiye-gukamisha-abaririmvyi-mvamakungu-baza-mu-burundi\/\",\"name\":\"Uburundi ngo bwari bukwiye gukamisha abaririmvyi mvamakungu baza mu Burundi - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-08-02T10:38:21+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-30T05:55:01+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uburundi-ngo-bwari-bukwiye-gukamisha-abaririmvyi-mvamakungu-baza-mu-burundi\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uburundi-ngo-bwari-bukwiye-gukamisha-abaririmvyi-mvamakungu-baza-mu-burundi\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uburundi-ngo-bwari-bukwiye-gukamisha-abaririmvyi-mvamakungu-baza-mu-burundi\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Uburundi ngo bwari bukwiye gukamisha abaririmvyi mvamakungu baza mu Burundi\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Uburundi ngo bwari bukwiye gukamisha abaririmvyi mvamakungu baza mu Burundi - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uburundi-ngo-bwari-bukwiye-gukamisha-abaririmvyi-mvamakungu-baza-mu-burundi\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Uburundi ngo bwari bukwiye gukamisha abaririmvyi mvamakungu baza mu Burundi - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Uko imisi igenda, niko igitigiri c\u2019abanyamahanga batumirwa mu biteramo hano iwacu kibandanya kigwira, ico kigasigura kuza gukorera amafaranga hano iwacu noneho bakajana mu bihugu baba bavuye. Ariko abo baririmvyi akaba ata makori barihira ayo mafaranga y\u2019umurengera baba bakoreye hano iwacu.\u00a0 Raphael Nyandwi benshi bazi Dj Rapha asanzwe ari umumenyeshamakuru akaba n\u2019umusahirizi [Manager] w\u2019umuririmvyikazi Natacha, avuga [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uburundi-ngo-bwari-bukwiye-gukamisha-abaririmvyi-mvamakungu-baza-mu-burundi\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-08-02T10:38:21+00:00","article_modified_time":"2021-12-30T05:55:01+00:00","og_image":[{"width":1440,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/08\/PhotoGrid_Plus_1627899948369.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uburundi-ngo-bwari-bukwiye-gukamisha-abaririmvyi-mvamakungu-baza-mu-burundi\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uburundi-ngo-bwari-bukwiye-gukamisha-abaririmvyi-mvamakungu-baza-mu-burundi\/","name":"Uburundi ngo bwari bukwiye gukamisha abaririmvyi mvamakungu baza mu Burundi - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-08-02T10:38:21+00:00","dateModified":"2021-12-30T05:55:01+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uburundi-ngo-bwari-bukwiye-gukamisha-abaririmvyi-mvamakungu-baza-mu-burundi\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uburundi-ngo-bwari-bukwiye-gukamisha-abaririmvyi-mvamakungu-baza-mu-burundi\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uburundi-ngo-bwari-bukwiye-gukamisha-abaririmvyi-mvamakungu-baza-mu-burundi\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Uburundi ngo bwari bukwiye gukamisha abaririmvyi mvamakungu baza mu Burundi"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28574","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=28574"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28574\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":28575,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28574\/revisions\/28575"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/28576"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=28574"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=28574"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=28574"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}