{"id":28696,"date":"2021-08-09T15:12:49","date_gmt":"2021-08-09T15:12:49","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=28696"},"modified":"2021-12-30T05:54:58","modified_gmt":"2021-12-30T05:54:58","slug":"davy-carmel-ingabire-yatanguye-guhiganwa-nibihangange-mu-gukina-amareresi-mu-rwanda","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/davy-carmel-ingabire-yatanguye-guhiganwa-nibihangange-mu-gukina-amareresi-mu-rwanda\/","title":{"rendered":"Davy Carmel Ingabire yatanguye guhiganwa n\u2019ibihangange mu gukina amareresi mu Rwanda"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Abatari bake mu batari inkandagirabitabo muri Kigali, Uno musi uvuze izina Ingabire Davy Carmel, ntushobora kuburamwo n\u2019umwe akwitabira akakubwira uburyo akunda uwo murundi w\u2019igitangaza avuga igifaransa ciza ku mboneshakure y\u2019igihugu haba mu makuru canke mu kiganiro le Mirror amaze igihe kitari gito aremesha.\u00a0<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Ubu abakunda Davy Carmel I Kigali, s\u2019abamubona mu biganiro gusa, kuko n\u2019abakinisha amarere nabo baramaze kumwikorako ngo ahindure izina noneho yitwe James. Iryo zina naryo rimaze kumufata nk\u2019ikibugu ku nka, ryamubereye umugisha kuko mu misi mike amaze atanguye gukamisha iyo ngabire nshasha, yamaze kwizerwa ashirwa mu marushanwa n\u2019ibindi bihangange mu gukina amareresi ngaho I kigali.<\/p>\n<p>Mu kiganiro yagiranye na Indundi Tv, uwo mumenyeshamakuru avuga ko iyo ntambwe yo kwizerwa ari iyikomeye kuko bisigura ko ivyo akora bishimwa n\u2019abatari bake. Yagize ati :\u201cIryo higanwa rirafise ico risiguye kuri jewe, kuko iyo ukora ibikorwa mu bisata vy\u2019ubuhinga (Domaine creatif), abantu bashima ivyo wakoze nico kiba cerekana ko uriko ukora neza, biraguha intege zo gukora kurusha. Jewe vyaranshimishije cane, kuko ndi mushasha muri ico gisata c\u2019amareresi, hari benshi cane bakina, rero kwumva ko muri benshi bakina, aba professional basanzwe bari muri ico gisata, hamwe n\u2019abaraba ama film, bagushimye ukabona urashitse muri iryo higanwa, bakaguhitamwo muri bake, batorwamo uwakinye neza kurusha abandi, nukuri jewe n\u2019ibintu vyanshimishije cane, vyampaye intege zo kubandanya nyene nkakora neza.\u201d<\/p>\n<p>Muri ico kiganiro, ntiyaretse kugaruka kuri kazoza kiwe muri uwo mwuga wisanze mu yindi myuga itari mike asanzwe akora, aho avuga ko atawumenya ivya kazoza, ariko ngo ari nka hamwe bishobotse, ashobora no kuzokwandika amareresi yiwe.<\/p>\n<p>Davy Carmel akaba arikumwe muri uwo murwi n\u2019abandi bagabo batari bake bakina mu mareresi akomakomeye. Mu bazwi cane ni nka Ramadhan Benimana benshi bazi nka Bamenyi mw\u2019ireresi ryitwa Bamenya nyene, akaba na Nyene iryo reresi nyene.<\/p>\n<p>Mwomenya ko mu kumutora, muca ku rubuga rwa MNI, kugira ijwi ryawe ryemerwe naho bikaba bigusaba kuriha amafaranga. Make bemera akaba ari 100 ry\u2019amanyarwanda (350fbu), aho uba umuhaye amajwi 2 gusa. Gushika mw\u2019ijoro ry\u2019uyu mungu akaba yarageze ku majwi arenga gato 200. Nayo uburyo bwo kuriha, bukaba ari 3, aho ukoresha Mobile Money ya MTN Rwanda, VISA canke Mastercard hamwe n\u2019uburyo bwa Spenn.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Abatari bake mu batari inkandagirabitabo muri Kigali, Uno musi uvuze izina Ingabire Davy Carmel, ntushobora kuburamwo n\u2019umwe akwitabira akakubwira uburyo akunda uwo murundi w\u2019igitangaza avuga igifaransa ciza ku mboneshakure y\u2019igihugu haba mu makuru canke mu kiganiro le Mirror amaze igihe kitari gito aremesha.\u00a0 Ubu abakunda Davy Carmel I Kigali, s\u2019abamubona mu biganiro gusa, kuko n\u2019abakinisha [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":28699,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971],"tags":[],"class_list":["post-28696","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Davy Carmel Ingabire yatanguye guhiganwa n\u2019ibihangange mu gukina amareresi mu Rwanda - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/davy-carmel-ingabire-yatanguye-guhiganwa-nibihangange-mu-gukina-amareresi-mu-rwanda\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Davy Carmel Ingabire yatanguye guhiganwa n\u2019ibihangange mu gukina amareresi mu Rwanda - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Abatari bake mu batari inkandagirabitabo muri Kigali, Uno musi uvuze izina Ingabire Davy Carmel, ntushobora kuburamwo n\u2019umwe akwitabira akakubwira uburyo akunda uwo murundi w\u2019igitangaza avuga igifaransa ciza ku mboneshakure y\u2019igihugu haba mu makuru canke mu kiganiro le Mirror amaze igihe kitari gito aremesha.\u00a0 Ubu abakunda Davy Carmel I Kigali, s\u2019abamubona mu biganiro gusa, kuko n\u2019abakinisha [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/davy-carmel-ingabire-yatanguye-guhiganwa-nibihangange-mu-gukina-amareresi-mu-rwanda\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-08-09T15:12:49+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-30T05:54:58+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/08\/PhotoGrid_Plus_1628446865189.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/davy-carmel-ingabire-yatanguye-guhiganwa-nibihangange-mu-gukina-amareresi-mu-rwanda\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/davy-carmel-ingabire-yatanguye-guhiganwa-nibihangange-mu-gukina-amareresi-mu-rwanda\/\",\"name\":\"Davy Carmel Ingabire yatanguye guhiganwa n\u2019ibihangange mu gukina amareresi mu Rwanda - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-08-09T15:12:49+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-30T05:54:58+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/davy-carmel-ingabire-yatanguye-guhiganwa-nibihangange-mu-gukina-amareresi-mu-rwanda\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/davy-carmel-ingabire-yatanguye-guhiganwa-nibihangange-mu-gukina-amareresi-mu-rwanda\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/davy-carmel-ingabire-yatanguye-guhiganwa-nibihangange-mu-gukina-amareresi-mu-rwanda\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Davy Carmel Ingabire yatanguye guhiganwa n\u2019ibihangange mu gukina amareresi mu Rwanda\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Davy Carmel Ingabire yatanguye guhiganwa n\u2019ibihangange mu gukina amareresi mu Rwanda - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/davy-carmel-ingabire-yatanguye-guhiganwa-nibihangange-mu-gukina-amareresi-mu-rwanda\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Davy Carmel Ingabire yatanguye guhiganwa n\u2019ibihangange mu gukina amareresi mu Rwanda - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Abatari bake mu batari inkandagirabitabo muri Kigali, Uno musi uvuze izina Ingabire Davy Carmel, ntushobora kuburamwo n\u2019umwe akwitabira akakubwira uburyo akunda uwo murundi w\u2019igitangaza avuga igifaransa ciza ku mboneshakure y\u2019igihugu haba mu makuru canke mu kiganiro le Mirror amaze igihe kitari gito aremesha.\u00a0 Ubu abakunda Davy Carmel I Kigali, s\u2019abamubona mu biganiro gusa, kuko n\u2019abakinisha [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/davy-carmel-ingabire-yatanguye-guhiganwa-nibihangange-mu-gukina-amareresi-mu-rwanda\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-08-09T15:12:49+00:00","article_modified_time":"2021-12-30T05:54:58+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/08\/PhotoGrid_Plus_1628446865189.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/davy-carmel-ingabire-yatanguye-guhiganwa-nibihangange-mu-gukina-amareresi-mu-rwanda\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/davy-carmel-ingabire-yatanguye-guhiganwa-nibihangange-mu-gukina-amareresi-mu-rwanda\/","name":"Davy Carmel Ingabire yatanguye guhiganwa n\u2019ibihangange mu gukina amareresi mu Rwanda - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-08-09T15:12:49+00:00","dateModified":"2021-12-30T05:54:58+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/davy-carmel-ingabire-yatanguye-guhiganwa-nibihangange-mu-gukina-amareresi-mu-rwanda\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/davy-carmel-ingabire-yatanguye-guhiganwa-nibihangange-mu-gukina-amareresi-mu-rwanda\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/davy-carmel-ingabire-yatanguye-guhiganwa-nibihangange-mu-gukina-amareresi-mu-rwanda\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Davy Carmel Ingabire yatanguye guhiganwa n\u2019ibihangange mu gukina amareresi mu Rwanda"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28696","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=28696"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28696\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":28700,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28696\/revisions\/28700"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/28699"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=28696"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=28696"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=28696"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}