{"id":28916,"date":"2021-08-19T02:02:26","date_gmt":"2021-08-19T02:02:26","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=28916"},"modified":"2021-12-30T05:54:43","modified_gmt":"2021-12-30T05:54:43","slug":"nanje-ndaririmba-nayo-ije-kurondera-izo-ngabire-zitaramenyekana-hano-iwacu","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nanje-ndaririmba-nayo-ije-kurondera-izo-ngabire-zitaramenyekana-hano-iwacu\/","title":{"rendered":"\u201cNanje Ndaririmba\u201d nayo ije kurondera izo ngabire zitaramenyekana hano iwacu"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Mugani ati aha turiko turondera uwuzonsubirira kuko kanatsinda ngo amashurwe aruma akabisa ayandi. Uko niko Mugani yavuze ihiganwa \u201cNanje Ndaririmba\u201d rizohuza abaririmvyi batandukanye.<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Iryo higanwa rikaba ryugururiwe bose ariko bari hagati y\u2019imyaka 16 na 35 y\u2019amavuko. Abo nyene bategerezwa kuba ari abarundi, canke abanyamahanga bafise uburenganzira bwo kuba mu Burundi. Ivyo ngo ntibikwiye kuko utegerezwa kandi kuba ata nzu igushigikira (Label), muri make bakeneye uwo wese afise ingabire ariko yabuze uwumushigikira.<\/p>\n<p>Iryo higanwa rikaba ririko ritegurwa na \u201cIsanamu Media\u201d, ikinyamakuru gishasha hano iwacu, gikorera cane mu bisata c\u2019abanyabuhinga n\u2019ubumenyi. Ico kinyamakuru kikaba kitaramara umwaka kuko catanguye gukora mu mwaka wa 2020, mu kwezi kwa 12.<\/p>\n<p>Mu baziyandikisha bose, ngo hazotorwamwo 20 gusa. Abo bakaba aribo bazoca baja mu gice ca 2 gishira ica nyuma, noneho hakurwemwo 10, ario bazoca baja mu gice ca nyuma c\u2019iryo higanwa. Abo 10 bose bazohabwa ubushimwe, ariko 3 ba mbere nibo ubushimwe bwabo bwamenyekanye.<\/p>\n<p>Uwa gatatu n\u2019uwa 2 azokorerwa indirimbo 1, none bahabwe n\u2019utubahasha tw\u2019amafaranga 1,200,000 fbu ku wa 2 hamwe n\u2019ibihumbi 800,000fbu ku wa 3.<\/p>\n<p>Uwa mbere nkuko vyashikirijwe n\u2019uwuteguye akaba anarongoye uwo mugambi muri Isanamu Media, yavuze ko uwo azohabwa agashimwe k\u20192,000,000 fbu , akorerwe indirimbo 5, n\u2019amasanamu y\u2019indirimbo 3 mu kiringo c\u2019umwaka wose.<\/p>\n<p>Aba bazohiganwa muri \u201cNanje Ndaririmba\u201d bazoririmba indirimbo izarizo zose, ariko guhera ku gice ca 2 (\u00bd \u00a0final) gushika mu gice ca nyuma c\u2019iryo higanwa, bazohabwa Beat bazoririmbirako, \u00a0kandi bategerezwa kuzoririmba indirimbo nshasha zitararirimbwa.<\/p>\n<p>Akandi kabirya kazobamwo nuko ngo abazoshika mu gice\u00a0 ca Nyuma c\u2019iryo higanwa, bazohabwa ivyigwa kugira ibikorwa bazojana muri ico gice ca nyuma ntibizobe bisa nabi.<\/p>\n<p>Iryo higanwa ntirije gusubirira Primusic nayo yahora irondera abaririmvyi bafise ingabire ariko zitaramenyekana, ahubwo baje nabo gushigikira izindi ngabire zitabashije kuronka\u00a0 amahigwe yo gutahukana ubwo bushimwe muri iryo higanwa nkuko Mugani Desire ari mu bazotanga amanota muri iryo higanwa abishikiriza.<\/p>\n<p>Ukwiyandikisha muri iryo higanwa bikaba vyaramaze gutangura, bikazohera igenekerezo rya 22\/8, noneho hace hatangura \u00a0amahiganwa nyezina, azonacishwa ku mbuga ngurukanabumenyi zitandukanye basanzwe bakoresha nka Isanamu Media.<\/p>\n<p>Mwomenya ko abazohiganwa haba mu gice ca kabiri gishira ica nyuma, co kimwe no ku gice ca nyuma c\u2019iryo higanwa bazohabwa indwi 2 zo kwitegurira igice gikurikira.<\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Mugani ati aha turiko turondera uwuzonsubirira kuko kanatsinda ngo amashurwe aruma akabisa ayandi. Uko niko Mugani yavuze ihiganwa \u201cNanje Ndaririmba\u201d rizohuza abaririmvyi batandukanye. Iryo higanwa rikaba ryugururiwe bose ariko bari hagati y\u2019imyaka 16 na 35 y\u2019amavuko. Abo nyene bategerezwa kuba ari abarundi, canke abanyamahanga bafise uburenganzira bwo kuba mu Burundi. Ivyo ngo ntibikwiye kuko utegerezwa [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":28918,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971],"tags":[],"class_list":["post-28916","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>\u201cNanje Ndaririmba\u201d nayo ije kurondera izo ngabire zitaramenyekana hano iwacu - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nanje-ndaririmba-nayo-ije-kurondera-izo-ngabire-zitaramenyekana-hano-iwacu\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"\u201cNanje Ndaririmba\u201d nayo ije kurondera izo ngabire zitaramenyekana hano iwacu - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Mugani ati aha turiko turondera uwuzonsubirira kuko kanatsinda ngo amashurwe aruma akabisa ayandi. Uko niko Mugani yavuze ihiganwa \u201cNanje Ndaririmba\u201d rizohuza abaririmvyi batandukanye. Iryo higanwa rikaba ryugururiwe bose ariko bari hagati y\u2019imyaka 16 na 35 y\u2019amavuko. Abo nyene bategerezwa kuba ari abarundi, canke abanyamahanga bafise uburenganzira bwo kuba mu Burundi. Ivyo ngo ntibikwiye kuko utegerezwa [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nanje-ndaririmba-nayo-ije-kurondera-izo-ngabire-zitaramenyekana-hano-iwacu\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-08-19T02:02:26+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-30T05:54:43+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/08\/PhotoGrid_Plus_1629334683735.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1440\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nanje-ndaririmba-nayo-ije-kurondera-izo-ngabire-zitaramenyekana-hano-iwacu\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nanje-ndaririmba-nayo-ije-kurondera-izo-ngabire-zitaramenyekana-hano-iwacu\/\",\"name\":\"\u201cNanje Ndaririmba\u201d nayo ije kurondera izo ngabire zitaramenyekana hano iwacu - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-08-19T02:02:26+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-30T05:54:43+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nanje-ndaririmba-nayo-ije-kurondera-izo-ngabire-zitaramenyekana-hano-iwacu\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nanje-ndaririmba-nayo-ije-kurondera-izo-ngabire-zitaramenyekana-hano-iwacu\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nanje-ndaririmba-nayo-ije-kurondera-izo-ngabire-zitaramenyekana-hano-iwacu\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"\u201cNanje Ndaririmba\u201d nayo ije kurondera izo ngabire zitaramenyekana hano iwacu\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"\u201cNanje Ndaririmba\u201d nayo ije kurondera izo ngabire zitaramenyekana hano iwacu - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nanje-ndaririmba-nayo-ije-kurondera-izo-ngabire-zitaramenyekana-hano-iwacu\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"\u201cNanje Ndaririmba\u201d nayo ije kurondera izo ngabire zitaramenyekana hano iwacu - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Mugani ati aha turiko turondera uwuzonsubirira kuko kanatsinda ngo amashurwe aruma akabisa ayandi. Uko niko Mugani yavuze ihiganwa \u201cNanje Ndaririmba\u201d rizohuza abaririmvyi batandukanye. Iryo higanwa rikaba ryugururiwe bose ariko bari hagati y\u2019imyaka 16 na 35 y\u2019amavuko. Abo nyene bategerezwa kuba ari abarundi, canke abanyamahanga bafise uburenganzira bwo kuba mu Burundi. Ivyo ngo ntibikwiye kuko utegerezwa [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nanje-ndaririmba-nayo-ije-kurondera-izo-ngabire-zitaramenyekana-hano-iwacu\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-08-19T02:02:26+00:00","article_modified_time":"2021-12-30T05:54:43+00:00","og_image":[{"width":1440,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/08\/PhotoGrid_Plus_1629334683735.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nanje-ndaririmba-nayo-ije-kurondera-izo-ngabire-zitaramenyekana-hano-iwacu\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nanje-ndaririmba-nayo-ije-kurondera-izo-ngabire-zitaramenyekana-hano-iwacu\/","name":"\u201cNanje Ndaririmba\u201d nayo ije kurondera izo ngabire zitaramenyekana hano iwacu - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-08-19T02:02:26+00:00","dateModified":"2021-12-30T05:54:43+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nanje-ndaririmba-nayo-ije-kurondera-izo-ngabire-zitaramenyekana-hano-iwacu\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nanje-ndaririmba-nayo-ije-kurondera-izo-ngabire-zitaramenyekana-hano-iwacu\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nanje-ndaririmba-nayo-ije-kurondera-izo-ngabire-zitaramenyekana-hano-iwacu\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"\u201cNanje Ndaririmba\u201d nayo ije kurondera izo ngabire zitaramenyekana hano iwacu"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28916","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=28916"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28916\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":28919,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/28916\/revisions\/28919"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/28918"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=28916"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=28916"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=28916"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}