{"id":29241,"date":"2021-09-03T08:49:33","date_gmt":"2021-09-03T08:49:33","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=29241"},"modified":"2021-12-30T05:54:33","modified_gmt":"2021-12-30T05:54:33","slug":"29241","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/29241\/","title":{"rendered":"Ubutumwa bwa Maitre Muvayo kuri Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye"},"content":{"rendered":"<p><em><strong>Uno musi ukuririmba ngo ntibikiri ivy\u2019ukwiryohera gusa, ahubwo ngo rwabaye urudandazwa, vyabaye umwuga nk\u2019iyindi yose. Ivyo n\u2019ibiheruka gushikirizwa na Maitre Muvayo mu kiyago yagiranye n\u2019abamenyeshamakuru.\u00a0<\/strong><\/em><\/p>\n<p>Uwo muvyeyi yabaye hafi abaririmvyi batari bake, uhereye mu kubaha akazi kuri Tempete aho yarafise karaoke, gushika ku kubavugira mu butungane iyo bagize ivyago vyo gukurikiranwa ku makossa baba bakoze, asaba umukuru w\u2019igihugu Nyakubahwa Evariste Ndayishimiye ko mu migambi ategura nabo yobashiramwo.<\/p>\n<p>Muvayo yagize ati : \u201c<em>Mboneyeho n\u2019akaryo ko gutera akamo nyene icubahiro umukuru w\u2019igihugu cacu c\u2019Uburundi, yuko mu migambi ishemeye ariko arakora n\u2019ivyiyumviro vyiwe ariko arashira imbere ku vyerekeye iterambere ry\u2019Urwaruka. Vyukuri nyene icubahiro abo bita abasani, abaririmvyi, mubafashe kugirango ukwo kwiteza imbere kwako, nayone bayihe agaciro ngaha mu Burundi. Murazi yuko kuririmba bitakiri vyabindi vyo gutambatamba, mugabo vyabaye umwuga, abana b\u2019uburundi dufise ngaha bafise ingabire yo kuririmba ni benshi cane. Umuziki wabaye ikintu kidasanzwe haraciye ikinjana ubu, hariho abaririmvyi batanga amakori mu bihugu vyateye imbere, bafasha imiryango, bafasha igihugu, bafasha ikomine, ariko vyose ni Politique. Nyene icubahiro, mu migambi mufise, abaririmvyi nabone mubashiremwo, turavyizeye ko nabone boterera igihugu(\u2026)\u201d\u00a0<\/em><\/p>\n<p>Maitre Muvayo akaba avuga ko abo baririmvyi bashobora gufasha igihugu cacu kugumana isura nziza mu makungu, nkuko nabo bamenye ibihugu bitandukanye neza kubera abaririmvyi bahora bumviriza bakiri bato. Akaba yaboneyeho akaryo ko gusaba ngo Leta nkozi Leta Mvyeyi <em>\u201ckw\u2019ico kibazo c\u2019abaririmvyi mu Burundi, na bamwe bagira Comedie ko bocicarira kugira ngo aba abana b\u2019abarundi bazi kuririmba, bubahirizwe bafatwe mu mugongo\u201d <\/em>Kugira bikunde babashe kwikenura, banarihe n\u2019amakori yinjire mu kigega ca Leta.<\/p>\n<p>Mwomenya ko Maitre Muvayo ariwe yavugiye Olegue aho yari mu buroko, ariko akaba asanzwe nawe ubwiwe ari umuririmvyi anavuza ibicurarangisho bitandukanye neza cane.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Clementine kavy  yavuze ku  Gutukana, Imico n&#039;akaranga bivugwa ku ndirimbo Imbwa yiwe na Dr Claude\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/G9pTqjf1rLI?start=2&#038;feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Uno musi ukuririmba ngo ntibikiri ivy\u2019ukwiryohera gusa, ahubwo ngo rwabaye urudandazwa, vyabaye umwuga nk\u2019iyindi yose. Ivyo n\u2019ibiheruka gushikirizwa na Maitre Muvayo mu kiyago yagiranye n\u2019abamenyeshamakuru.\u00a0 Uwo muvyeyi yabaye hafi abaririmvyi batari bake, uhereye mu kubaha akazi kuri Tempete aho yarafise karaoke, gushika ku kubavugira mu butungane iyo bagize ivyago vyo gukurikiranwa ku makossa baba bakoze, [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":29243,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971],"tags":[],"class_list":["post-29241","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Ubutumwa bwa Maitre Muvayo kuri Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/29241\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Ubutumwa bwa Maitre Muvayo kuri Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Uno musi ukuririmba ngo ntibikiri ivy\u2019ukwiryohera gusa, ahubwo ngo rwabaye urudandazwa, vyabaye umwuga nk\u2019iyindi yose. Ivyo n\u2019ibiheruka gushikirizwa na Maitre Muvayo mu kiyago yagiranye n\u2019abamenyeshamakuru.\u00a0 Uwo muvyeyi yabaye hafi abaririmvyi batari bake, uhereye mu kubaha akazi kuri Tempete aho yarafise karaoke, gushika ku kubavugira mu butungane iyo bagize ivyago vyo gukurikiranwa ku makossa baba bakoze, [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/29241\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-09-03T08:49:33+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-30T05:54:33+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/09\/PhotoGrid_Plus_1630658675197.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1440\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/29241\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/29241\/\",\"name\":\"Ubutumwa bwa Maitre Muvayo kuri Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-09-03T08:49:33+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-30T05:54:33+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/29241\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/29241\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/29241\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Ubutumwa bwa Maitre Muvayo kuri Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Ubutumwa bwa Maitre Muvayo kuri Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/29241\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Ubutumwa bwa Maitre Muvayo kuri Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Uno musi ukuririmba ngo ntibikiri ivy\u2019ukwiryohera gusa, ahubwo ngo rwabaye urudandazwa, vyabaye umwuga nk\u2019iyindi yose. Ivyo n\u2019ibiheruka gushikirizwa na Maitre Muvayo mu kiyago yagiranye n\u2019abamenyeshamakuru.\u00a0 Uwo muvyeyi yabaye hafi abaririmvyi batari bake, uhereye mu kubaha akazi kuri Tempete aho yarafise karaoke, gushika ku kubavugira mu butungane iyo bagize ivyago vyo gukurikiranwa ku makossa baba bakoze, [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/29241\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-09-03T08:49:33+00:00","article_modified_time":"2021-12-30T05:54:33+00:00","og_image":[{"width":1440,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/09\/PhotoGrid_Plus_1630658675197.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/29241\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/29241\/","name":"Ubutumwa bwa Maitre Muvayo kuri Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-09-03T08:49:33+00:00","dateModified":"2021-12-30T05:54:33+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/29241\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/29241\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/29241\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Ubutumwa bwa Maitre Muvayo kuri Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/29241","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=29241"}],"version-history":[{"count":4,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/29241\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":29247,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/29241\/revisions\/29247"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/29243"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=29241"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=29241"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=29241"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}