{"id":29506,"date":"2021-09-12T14:59:17","date_gmt":"2021-09-12T14:59:17","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=29506"},"modified":"2021-12-30T05:54:24","modified_gmt":"2021-12-30T05:54:24","slug":"b-face-ngo-uburyo-indirimbo-zukwezi-ku-ma-radio-zitorwa-harimwo-ubusuma-bwinshi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-ngo-uburyo-indirimbo-zukwezi-ku-ma-radio-zitorwa-harimwo-ubusuma-bwinshi\/","title":{"rendered":"B Face ngo uburyo indirimbo z\u2019ukwezi ku ma radio zitorwa, harimwo ubusuma bwinshi\u00a0"},"content":{"rendered":"<p>Insamirizi zibandanya zigwira hano iwacu, ariko kandi ni nako n\u2019amahiganwa zitunganya nayo abandanya agwira. Insamirizi zitari nke ziriko zitegura amahiganwa aho batora indirimbo z\u2019ukwezi.<\/p>\n<p>Izo nsamisizi zikaba zikoresha uburyo gutorwa hakoreshejwe imbuga ngurukanabumenyi na cane cane Facebook, navyo bikaba hano iwacu biraharawe cane, kandi bikaba biriko bihabwa ikibanza gikomeye cane, bitandukanye n\u2019aho hambere hakoreshwa ubutumwa ku duhamagazo.<\/p>\n<p>Bamwe mu baririmvyi bakaba babibonamwo ibibi vyinshi. B Face mu kiganiro yagiranye na Indundi Tv, akaba abona ko ubwo buryo bwo gutorwa bwohidurwa, kuko harimwo ubusuma bwinshi, butuma indirimbo zitari nziza zidaheza ngo zirengane, kandi arizo zari zikwiye kurengana.<\/p>\n<p>Yagize ati : \u201c \u2026 Ibi bintu birimwo ikibazo gikomeye. Hariho abantu bitora bonyene, agashiramwo amafaranga ngo ni muntore, mbega iyo ndirimbo izoba itowe kubera iryoshe, canke kubera ufise amahera. Hategerezwa gushira umugwi utaga amanota muw\u2019I radio,canke bagaterefona, vyovyo biba biciye mu muco. Ikintu nabonye indirimbo zirengana, n\u2019uko witoye washizemwo umutahe, uwutayafise nubwo aba aririmba neza biramuhanga.<\/p>\n<p>Jewe nk\u2019akagohe nobavunira, nibiyaranje uburyo bwose indirimbo itorwe n\u2019umunyagihugu tumwumve, ko yaterefonye akavuga ngo jewe natiye indirimbo ya B Face. \u201d<\/p>\n<p>Uwo muririmvyi avuga ko we amafaranga yatanga ngo indirimbo yiwe itorwe kuba indirimbo y\u2019ukwezi, ngo ubwo buryo bwoshirwa mu bindi, birimwo ama Clip Video n\u2019ibindi.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"B-Face avuze ivyo utamenye muri PRIMUSTAR|Ivyo asaba President|Tetero Laurette abamututse\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/-wEdBA-Iedw?start=9&#038;feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Insamirizi zibandanya zigwira hano iwacu, ariko kandi ni nako n\u2019amahiganwa zitunganya nayo abandanya agwira. Insamirizi zitari nke ziriko zitegura amahiganwa aho batora indirimbo z\u2019ukwezi. Izo nsamisizi zikaba zikoresha uburyo gutorwa hakoreshejwe imbuga ngurukanabumenyi na cane cane Facebook, navyo bikaba hano iwacu biraharawe cane, kandi bikaba biriko bihabwa ikibanza gikomeye cane, bitandukanye n\u2019aho hambere hakoreshwa ubutumwa [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":29508,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971],"tags":[],"class_list":["post-29506","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>B Face ngo uburyo indirimbo z\u2019ukwezi ku ma radio zitorwa, harimwo ubusuma bwinshi\u00a0 - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-ngo-uburyo-indirimbo-zukwezi-ku-ma-radio-zitorwa-harimwo-ubusuma-bwinshi\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"B Face ngo uburyo indirimbo z\u2019ukwezi ku ma radio zitorwa, harimwo ubusuma bwinshi\u00a0 - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Insamirizi zibandanya zigwira hano iwacu, ariko kandi ni nako n\u2019amahiganwa zitunganya nayo abandanya agwira. Insamirizi zitari nke ziriko zitegura amahiganwa aho batora indirimbo z\u2019ukwezi. Izo nsamisizi zikaba zikoresha uburyo gutorwa hakoreshejwe imbuga ngurukanabumenyi na cane cane Facebook, navyo bikaba hano iwacu biraharawe cane, kandi bikaba biriko bihabwa ikibanza gikomeye cane, bitandukanye n\u2019aho hambere hakoreshwa ubutumwa [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-ngo-uburyo-indirimbo-zukwezi-ku-ma-radio-zitorwa-harimwo-ubusuma-bwinshi\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-09-12T14:59:17+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-30T05:54:24+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/09\/PhotoGrid_Plus_1631456414557.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1440\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-ngo-uburyo-indirimbo-zukwezi-ku-ma-radio-zitorwa-harimwo-ubusuma-bwinshi\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-ngo-uburyo-indirimbo-zukwezi-ku-ma-radio-zitorwa-harimwo-ubusuma-bwinshi\/\",\"name\":\"B Face ngo uburyo indirimbo z\u2019ukwezi ku ma radio zitorwa, harimwo ubusuma bwinshi\u00a0 - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-09-12T14:59:17+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-30T05:54:24+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-ngo-uburyo-indirimbo-zukwezi-ku-ma-radio-zitorwa-harimwo-ubusuma-bwinshi\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-ngo-uburyo-indirimbo-zukwezi-ku-ma-radio-zitorwa-harimwo-ubusuma-bwinshi\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-ngo-uburyo-indirimbo-zukwezi-ku-ma-radio-zitorwa-harimwo-ubusuma-bwinshi\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"B Face ngo uburyo indirimbo z\u2019ukwezi ku ma radio zitorwa, harimwo ubusuma bwinshi\u00a0\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"B Face ngo uburyo indirimbo z\u2019ukwezi ku ma radio zitorwa, harimwo ubusuma bwinshi\u00a0 - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-ngo-uburyo-indirimbo-zukwezi-ku-ma-radio-zitorwa-harimwo-ubusuma-bwinshi\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"B Face ngo uburyo indirimbo z\u2019ukwezi ku ma radio zitorwa, harimwo ubusuma bwinshi\u00a0 - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Insamirizi zibandanya zigwira hano iwacu, ariko kandi ni nako n\u2019amahiganwa zitunganya nayo abandanya agwira. Insamirizi zitari nke ziriko zitegura amahiganwa aho batora indirimbo z\u2019ukwezi. Izo nsamisizi zikaba zikoresha uburyo gutorwa hakoreshejwe imbuga ngurukanabumenyi na cane cane Facebook, navyo bikaba hano iwacu biraharawe cane, kandi bikaba biriko bihabwa ikibanza gikomeye cane, bitandukanye n\u2019aho hambere hakoreshwa ubutumwa [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-ngo-uburyo-indirimbo-zukwezi-ku-ma-radio-zitorwa-harimwo-ubusuma-bwinshi\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-09-12T14:59:17+00:00","article_modified_time":"2021-12-30T05:54:24+00:00","og_image":[{"width":1440,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/09\/PhotoGrid_Plus_1631456414557.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-ngo-uburyo-indirimbo-zukwezi-ku-ma-radio-zitorwa-harimwo-ubusuma-bwinshi\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-ngo-uburyo-indirimbo-zukwezi-ku-ma-radio-zitorwa-harimwo-ubusuma-bwinshi\/","name":"B Face ngo uburyo indirimbo z\u2019ukwezi ku ma radio zitorwa, harimwo ubusuma bwinshi\u00a0 - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-09-12T14:59:17+00:00","dateModified":"2021-12-30T05:54:24+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-ngo-uburyo-indirimbo-zukwezi-ku-ma-radio-zitorwa-harimwo-ubusuma-bwinshi\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-ngo-uburyo-indirimbo-zukwezi-ku-ma-radio-zitorwa-harimwo-ubusuma-bwinshi\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-ngo-uburyo-indirimbo-zukwezi-ku-ma-radio-zitorwa-harimwo-ubusuma-bwinshi\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"B Face ngo uburyo indirimbo z\u2019ukwezi ku ma radio zitorwa, harimwo ubusuma bwinshi\u00a0"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/29506","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=29506"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/29506\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":29507,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/29506\/revisions\/29507"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/29508"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=29506"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=29506"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=29506"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}