{"id":29845,"date":"2021-10-08T19:47:20","date_gmt":"2021-10-08T19:47:20","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=29845"},"modified":"2022-03-01T02:07:58","modified_gmt":"2022-03-01T02:07:58","slug":"kami-mireille-abaririmvyi-bamushigikiye-kuja-gusezerana-iteka-umuvyeyi-wiwe","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kami-mireille-abaririmvyi-bamushigikiye-kuja-gusezerana-iteka-umuvyeyi-wiwe\/","title":{"rendered":"Kami Mireille abaririmvyi bamushigikiye kuja gusezerana iteka umuvyeyi wiwe"},"content":{"rendered":"<p>Kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 8 gitugutu 2021 niho abantu batandukanye baherekeje umuvyeyi w&#8217;umuririmvyikazi Mireille Kami.<\/p>\n<p>Urupfu rwiwe rwabereye mu gihugu ca Kenya ariko barakora ibishoboka vyose ikiziga ciwe kirashikanwa ku butaka bw\u2019Uburundi. Uburyo busabwa mu bihe biba bitoroshe nk\u2019ivyo murazi ko ari bwinshi ariko Kami arashima Imana ko vyagenze neza agashimira vy\u2019imva mutima abashoboye kugira ico bafashije.<\/p>\n<p>Mw&#8217;ijambo ryiwe uwo muririmvyikazi yashimiye abaririmvyi bagenzi we uko bamufashe mu mugongo mu bihe bitari vyoroshe.<\/p>\n<p>Inyuma yo kubura umuvyeyi wiwe Se ubu naho abuze Nyina, mwomenyako bari abana 11 hakaba hasigaye 7, ivyerekana ko uwo umuvyeyi wabo n\u2019ubwo yashengeye yari yaragerageje kubarera neza mu ndero nziza n\u2019ubwo yari umupfakazi.<\/p>\n<p>Abaririmvyikazi nka bose bakaba bari bahashitse ku mushigikira ivyo bikaba vyamutumye nawe arema ko afise umuryango wagitse umushigikiye.<\/p>\n<p>Indundi Magazine ikaba ibandanya imuhoza mu bihe arimwo bitoroshe.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 8 gitugutu 2021 niho abantu batandukanye baherekeje umuvyeyi w&#8217;umuririmvyikazi Mireille Kami. Urupfu rwiwe rwabereye mu gihugu ca Kenya ariko barakora ibishoboka vyose ikiziga ciwe kirashikanwa ku butaka bw\u2019Uburundi. Uburyo busabwa mu bihe biba bitoroshe nk\u2019ivyo murazi ko ari bwinshi ariko Kami arashima Imana ko vyagenze neza agashimira vy\u2019imva mutima [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":5,"featured_media":29846,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[515,971],"tags":[],"class_list":["post-29845","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-homepage","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Kami Mireille abaririmvyi bamushigikiye kuja gusezerana iteka umuvyeyi wiwe - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kami-mireille-abaririmvyi-bamushigikiye-kuja-gusezerana-iteka-umuvyeyi-wiwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Kami Mireille abaririmvyi bamushigikiye kuja gusezerana iteka umuvyeyi wiwe - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 8 gitugutu 2021 niho abantu batandukanye baherekeje umuvyeyi w&#8217;umuririmvyikazi Mireille Kami. Urupfu rwiwe rwabereye mu gihugu ca Kenya ariko barakora ibishoboka vyose ikiziga ciwe kirashikanwa ku butaka bw\u2019Uburundi. Uburyo busabwa mu bihe biba bitoroshe nk\u2019ivyo murazi ko ari bwinshi ariko Kami arashima Imana ko vyagenze neza agashimira vy\u2019imva mutima [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kami-mireille-abaririmvyi-bamushigikiye-kuja-gusezerana-iteka-umuvyeyi-wiwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-10-08T19:47:20+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2022-03-01T02:07:58+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/10\/85BB17C1-C1ED-4FCA-9679-0F0712B52DC0.jpeg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"810\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"janvier\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"janvier\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kami-mireille-abaririmvyi-bamushigikiye-kuja-gusezerana-iteka-umuvyeyi-wiwe\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kami-mireille-abaririmvyi-bamushigikiye-kuja-gusezerana-iteka-umuvyeyi-wiwe\/\",\"name\":\"Kami Mireille abaririmvyi bamushigikiye kuja gusezerana iteka umuvyeyi wiwe - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-10-08T19:47:20+00:00\",\"dateModified\":\"2022-03-01T02:07:58+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kami-mireille-abaririmvyi-bamushigikiye-kuja-gusezerana-iteka-umuvyeyi-wiwe\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kami-mireille-abaririmvyi-bamushigikiye-kuja-gusezerana-iteka-umuvyeyi-wiwe\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kami-mireille-abaririmvyi-bamushigikiye-kuja-gusezerana-iteka-umuvyeyi-wiwe\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Kami Mireille abaririmvyi bamushigikiye kuja gusezerana iteka umuvyeyi wiwe\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814\",\"name\":\"janvier\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"janvier\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/janvier\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Kami Mireille abaririmvyi bamushigikiye kuja gusezerana iteka umuvyeyi wiwe - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kami-mireille-abaririmvyi-bamushigikiye-kuja-gusezerana-iteka-umuvyeyi-wiwe\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Kami Mireille abaririmvyi bamushigikiye kuja gusezerana iteka umuvyeyi wiwe - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 8 gitugutu 2021 niho abantu batandukanye baherekeje umuvyeyi w&#8217;umuririmvyikazi Mireille Kami. Urupfu rwiwe rwabereye mu gihugu ca Kenya ariko barakora ibishoboka vyose ikiziga ciwe kirashikanwa ku butaka bw\u2019Uburundi. Uburyo busabwa mu bihe biba bitoroshe nk\u2019ivyo murazi ko ari bwinshi ariko Kami arashima Imana ko vyagenze neza agashimira vy\u2019imva mutima [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kami-mireille-abaririmvyi-bamushigikiye-kuja-gusezerana-iteka-umuvyeyi-wiwe\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-10-08T19:47:20+00:00","article_modified_time":"2022-03-01T02:07:58+00:00","og_image":[{"width":1080,"height":810,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/10\/85BB17C1-C1ED-4FCA-9679-0F0712B52DC0.jpeg","type":"image\/jpeg"}],"author":"janvier","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"janvier","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kami-mireille-abaririmvyi-bamushigikiye-kuja-gusezerana-iteka-umuvyeyi-wiwe\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kami-mireille-abaririmvyi-bamushigikiye-kuja-gusezerana-iteka-umuvyeyi-wiwe\/","name":"Kami Mireille abaririmvyi bamushigikiye kuja gusezerana iteka umuvyeyi wiwe - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-10-08T19:47:20+00:00","dateModified":"2022-03-01T02:07:58+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kami-mireille-abaririmvyi-bamushigikiye-kuja-gusezerana-iteka-umuvyeyi-wiwe\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kami-mireille-abaririmvyi-bamushigikiye-kuja-gusezerana-iteka-umuvyeyi-wiwe\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kami-mireille-abaririmvyi-bamushigikiye-kuja-gusezerana-iteka-umuvyeyi-wiwe\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Kami Mireille abaririmvyi bamushigikiye kuja gusezerana iteka umuvyeyi wiwe"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814","name":"janvier","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"janvier"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/janvier\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/29845","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/5"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=29845"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/29845\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":29847,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/29845\/revisions\/29847"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/29846"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=29845"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=29845"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=29845"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}