{"id":30320,"date":"2021-11-13T16:32:32","date_gmt":"2021-11-13T16:32:32","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=30320"},"modified":"2021-12-30T05:53:46","modified_gmt":"2021-12-30T05:53:46","slug":"kirikou-akili-yavuze-ico-yibaza-ku-baririmvyi-batamuherekeje-gusezera-umuvyeyi-wiwe","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-akili-yavuze-ico-yibaza-ku-baririmvyi-batamuherekeje-gusezera-umuvyeyi-wiwe\/","title":{"rendered":"Kirikou Akili yavuze ico yibaza ku baririmvyi batamuherekeje gusezera umuvyeyi wiwe"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Niyonkuru Youssuf Akbar benshi bazi nka Kirikou Akili, ngo aratahura neza cane ko urupfu ari ikintu gitegerezwa gushika, kandi ari ikintu dukwiye kuza turashimira Imana. Ivyo uwo muririmvyi akaba yabiganiriye mugenzi wacu kaboss mu kiganiro Hangout.\u00a0<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Muri ico kiyago cabo, bagarutse ku muvyeyi wa Akbar amaze umwaka asezeye isi y\u2019abazima, agataha. Kirikou yavuze ko ikintu atazigera yibagira yigishijwe n\u2019uwo muvyeyi ngo kwari kubana neza n\u2019abantu, ugushima, n\u2019ukwizera Imana.<\/p>\n<p>\u201cUrukundo no kubana n\u2019abantu. Mama Wanje akaba yarondera kumbwira yuko kubana n\u2019abantu ari ukwigira ikijuju. N\u2019ukwemera vyose ivyo umuntu agukorera, kubera yuko buri muntu wese afise ukwari, ugutahura buri wese ukwari, tugatahurana. Kw\u2019isi nta wumeze nk\u2019uwundi, tugomba kuvyakira nkuko nyene. Je ndi umuntu akunda gushima buri muntu wese aba yaramfashije, eeeh, no kwizera Imana.\u201d<\/p>\n<p>Muri ico kiyago nyene, Kirikou yabajijwe ico yibajije abaririmvyi bagenziwe batamuherekeje gusezera umuvyeyi wiwe. Uwo muririmvyi yishuye ko uwabuze umuvyeyi ari Niyonkuru Youssuf Akbar atari Kirikou, kandi ngo abo baririmvyi bahuriye kuri Kirikou apana kuri Niyonkuru Youssuf Akbar,\u00a0 kuriwe ngo ntaco vyari bitwaye.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Berry Music ahengamira kuri nde?\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/_s9jI-sEDkI?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Niyonkuru Youssuf Akbar benshi bazi nka Kirikou Akili, ngo aratahura neza cane ko urupfu ari ikintu gitegerezwa gushika, kandi ari ikintu dukwiye kuza turashimira Imana. Ivyo uwo muririmvyi akaba yabiganiriye mugenzi wacu kaboss mu kiganiro Hangout.\u00a0 Muri ico kiyago cabo, bagarutse ku muvyeyi wa Akbar amaze umwaka asezeye isi y\u2019abazima, agataha. Kirikou yavuze ko ikintu [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":30324,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971],"tags":[],"class_list":["post-30320","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Kirikou Akili yavuze ico yibaza ku baririmvyi batamuherekeje gusezera umuvyeyi wiwe - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-akili-yavuze-ico-yibaza-ku-baririmvyi-batamuherekeje-gusezera-umuvyeyi-wiwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Kirikou Akili yavuze ico yibaza ku baririmvyi batamuherekeje gusezera umuvyeyi wiwe - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Niyonkuru Youssuf Akbar benshi bazi nka Kirikou Akili, ngo aratahura neza cane ko urupfu ari ikintu gitegerezwa gushika, kandi ari ikintu dukwiye kuza turashimira Imana. Ivyo uwo muririmvyi akaba yabiganiriye mugenzi wacu kaboss mu kiganiro Hangout.\u00a0 Muri ico kiyago cabo, bagarutse ku muvyeyi wa Akbar amaze umwaka asezeye isi y\u2019abazima, agataha. Kirikou yavuze ko ikintu [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-akili-yavuze-ico-yibaza-ku-baririmvyi-batamuherekeje-gusezera-umuvyeyi-wiwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-11-13T16:32:32+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-30T05:53:46+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/11\/PhotoGrid_Plus_1636820362877.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1440\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-akili-yavuze-ico-yibaza-ku-baririmvyi-batamuherekeje-gusezera-umuvyeyi-wiwe\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-akili-yavuze-ico-yibaza-ku-baririmvyi-batamuherekeje-gusezera-umuvyeyi-wiwe\/\",\"name\":\"Kirikou Akili yavuze ico yibaza ku baririmvyi batamuherekeje gusezera umuvyeyi wiwe - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-11-13T16:32:32+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-30T05:53:46+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-akili-yavuze-ico-yibaza-ku-baririmvyi-batamuherekeje-gusezera-umuvyeyi-wiwe\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-akili-yavuze-ico-yibaza-ku-baririmvyi-batamuherekeje-gusezera-umuvyeyi-wiwe\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-akili-yavuze-ico-yibaza-ku-baririmvyi-batamuherekeje-gusezera-umuvyeyi-wiwe\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Kirikou Akili yavuze ico yibaza ku baririmvyi batamuherekeje gusezera umuvyeyi wiwe\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Kirikou Akili yavuze ico yibaza ku baririmvyi batamuherekeje gusezera umuvyeyi wiwe - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-akili-yavuze-ico-yibaza-ku-baririmvyi-batamuherekeje-gusezera-umuvyeyi-wiwe\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Kirikou Akili yavuze ico yibaza ku baririmvyi batamuherekeje gusezera umuvyeyi wiwe - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Niyonkuru Youssuf Akbar benshi bazi nka Kirikou Akili, ngo aratahura neza cane ko urupfu ari ikintu gitegerezwa gushika, kandi ari ikintu dukwiye kuza turashimira Imana. Ivyo uwo muririmvyi akaba yabiganiriye mugenzi wacu kaboss mu kiganiro Hangout.\u00a0 Muri ico kiyago cabo, bagarutse ku muvyeyi wa Akbar amaze umwaka asezeye isi y\u2019abazima, agataha. Kirikou yavuze ko ikintu [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-akili-yavuze-ico-yibaza-ku-baririmvyi-batamuherekeje-gusezera-umuvyeyi-wiwe\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-11-13T16:32:32+00:00","article_modified_time":"2021-12-30T05:53:46+00:00","og_image":[{"width":1440,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/11\/PhotoGrid_Plus_1636820362877.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-akili-yavuze-ico-yibaza-ku-baririmvyi-batamuherekeje-gusezera-umuvyeyi-wiwe\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-akili-yavuze-ico-yibaza-ku-baririmvyi-batamuherekeje-gusezera-umuvyeyi-wiwe\/","name":"Kirikou Akili yavuze ico yibaza ku baririmvyi batamuherekeje gusezera umuvyeyi wiwe - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-11-13T16:32:32+00:00","dateModified":"2021-12-30T05:53:46+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-akili-yavuze-ico-yibaza-ku-baririmvyi-batamuherekeje-gusezera-umuvyeyi-wiwe\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-akili-yavuze-ico-yibaza-ku-baririmvyi-batamuherekeje-gusezera-umuvyeyi-wiwe\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/kirikou-akili-yavuze-ico-yibaza-ku-baririmvyi-batamuherekeje-gusezera-umuvyeyi-wiwe\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Kirikou Akili yavuze ico yibaza ku baririmvyi batamuherekeje gusezera umuvyeyi wiwe"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/30320","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=30320"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/30320\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":30325,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/30320\/revisions\/30325"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/30324"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=30320"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=30320"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=30320"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}