{"id":30343,"date":"2021-11-16T20:04:54","date_gmt":"2021-11-16T20:04:54","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=30343"},"modified":"2021-12-30T05:53:45","modified_gmt":"2021-12-30T05:53:45","slug":"preeze-ariko-yegeranya-ivyemezo-vyabariko-bamukorera-inteba-ishushe","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-ariko-yegeranya-ivyemezo-vyabariko-bamukorera-inteba-ishushe\/","title":{"rendered":"Preeze ariko yegeranya ivyemezo vy\u2019abariko bamukorera inteba ishushe"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>\u00a0Mu gihe bamwe bariko bamushigikira, abandi nabo bakamucira urwa Pilato, Preeze yobayatanguye kwegeranya inzandiko zose zanditswe n\u2019aba na bariya kuriwe muri ibi bihe ariko yagirizwa icaha co gufata ku nguvu.\u00a0<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Muri Storie yabonetse ku rubuga rwiwe Instagram, biboneka ko yari yakuwe kuri Snapchat, uwo muririmvyi yasavye abamukurikirana ko uwoba yarafashe Screenshot canke Video ya Laly Gomez amuvuga ngo yoyimuha kubera bikenewe cane.<\/p>\n<p>Uwo muririmvyi akaba atatomoye neza ivyo yoba ariko arashakira ivyo yasavye abafana biwe, ariko muri zindi Storie zabonetse akaba yavuze ko amaze kuronka 2 zirimwo n\u2019ijwi rya Lamez aho amuvugamwo.<\/p>\n<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"aligncenter size-full wp-image-30347\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2021\/11\/PhotoGrid_Plus_1637092890254.jpg\" alt=\"\" width=\"1440\" height=\"1080\" srcset=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/11\/PhotoGrid_Plus_1637092890254.jpg 1440w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/11\/PhotoGrid_Plus_1637092890254-600x450.jpg 600w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/11\/PhotoGrid_Plus_1637092890254-300x225.jpg 300w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/11\/PhotoGrid_Plus_1637092890254-1024x768.jpg 1024w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/11\/PhotoGrid_Plus_1637092890254-768x576.jpg 768w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/11\/PhotoGrid_Plus_1637092890254-696x522.jpg 696w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/11\/PhotoGrid_Plus_1637092890254-1068x801.jpg 1068w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/11\/PhotoGrid_Plus_1637092890254-560x420.jpg 560w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/11\/PhotoGrid_Plus_1637092890254-80x60.jpg 80w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/11\/PhotoGrid_Plus_1637092890254-265x198.jpg 265w\" sizes=\"auto, (max-width: 1440px) 100vw, 1440px\" \/><\/p>\n<p>Storie yabonetse yatanzweko akarorero na Preeze mu gusaba abantu ngo bamufashe, Lamez akaba yariko asa n\u2019uwishura Preeze kuri bumwe mu butumwa yari yasangije abantu kuri Twitter aho yariko yerekana ko yakoraniwe n\u2019abantu atazi, ari nabo bari inyuma y\u2019ibiriko biramubako, aho yamwishuye amubaza igituma yoba yacaguwe mu bamota neza bose.<\/p>\n<p>Mwomenya ko ivyo biri mu ruhererekane rw\u2019amabuye ariko aramuterwa kuva hamenyekanye inkuru y\u2019uwitwa Cubahiro yasangije abakurikirana Instagram ya Bestof257 avuga ko yafashwe ku nguvu n\u2019umu star aba ku mutanga, noneho abantu batanguye guhererekana izina rya Preeze ko uwo avugwa ariwe yoba yarakoze ayo mahano. Ariko gushika ubu akaba ata numwe araboneka ashobora kuja ku mwitwarira mu bashika 10 bavugwa ko boba bakorewe amahano n\u2019uwo muririmvyi.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Preeze 36 yagirijwe gufata ku nguvu abana n&#039;abahungu\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/L0DWUev-lUc?start=14&#038;feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>\u00a0Mu gihe bamwe bariko bamushigikira, abandi nabo bakamucira urwa Pilato, Preeze yobayatanguye kwegeranya inzandiko zose zanditswe n\u2019aba na bariya kuriwe muri ibi bihe ariko yagirizwa icaha co gufata ku nguvu.\u00a0 Muri Storie yabonetse ku rubuga rwiwe Instagram, biboneka ko yari yakuwe kuri Snapchat, uwo muririmvyi yasavye abamukurikirana ko uwoba yarafashe Screenshot canke Video ya Laly [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":30344,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971],"tags":[],"class_list":["post-30343","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Preeze ariko yegeranya ivyemezo vy\u2019abariko bamukorera inteba ishushe - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-ariko-yegeranya-ivyemezo-vyabariko-bamukorera-inteba-ishushe\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Preeze ariko yegeranya ivyemezo vy\u2019abariko bamukorera inteba ishushe - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"\u00a0Mu gihe bamwe bariko bamushigikira, abandi nabo bakamucira urwa Pilato, Preeze yobayatanguye kwegeranya inzandiko zose zanditswe n\u2019aba na bariya kuriwe muri ibi bihe ariko yagirizwa icaha co gufata ku nguvu.\u00a0 Muri Storie yabonetse ku rubuga rwiwe Instagram, biboneka ko yari yakuwe kuri Snapchat, uwo muririmvyi yasavye abamukurikirana ko uwoba yarafashe Screenshot canke Video ya Laly [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-ariko-yegeranya-ivyemezo-vyabariko-bamukorera-inteba-ishushe\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-11-16T20:04:54+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-30T05:53:45+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/11\/PhotoGrid_Plus_1637092033916.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1440\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-ariko-yegeranya-ivyemezo-vyabariko-bamukorera-inteba-ishushe\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-ariko-yegeranya-ivyemezo-vyabariko-bamukorera-inteba-ishushe\/\",\"name\":\"Preeze ariko yegeranya ivyemezo vy\u2019abariko bamukorera inteba ishushe - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-11-16T20:04:54+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-30T05:53:45+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-ariko-yegeranya-ivyemezo-vyabariko-bamukorera-inteba-ishushe\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-ariko-yegeranya-ivyemezo-vyabariko-bamukorera-inteba-ishushe\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-ariko-yegeranya-ivyemezo-vyabariko-bamukorera-inteba-ishushe\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Preeze ariko yegeranya ivyemezo vy\u2019abariko bamukorera inteba ishushe\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Preeze ariko yegeranya ivyemezo vy\u2019abariko bamukorera inteba ishushe - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-ariko-yegeranya-ivyemezo-vyabariko-bamukorera-inteba-ishushe\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Preeze ariko yegeranya ivyemezo vy\u2019abariko bamukorera inteba ishushe - Indundi Culture | Magazine","og_description":"\u00a0Mu gihe bamwe bariko bamushigikira, abandi nabo bakamucira urwa Pilato, Preeze yobayatanguye kwegeranya inzandiko zose zanditswe n\u2019aba na bariya kuriwe muri ibi bihe ariko yagirizwa icaha co gufata ku nguvu.\u00a0 Muri Storie yabonetse ku rubuga rwiwe Instagram, biboneka ko yari yakuwe kuri Snapchat, uwo muririmvyi yasavye abamukurikirana ko uwoba yarafashe Screenshot canke Video ya Laly [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-ariko-yegeranya-ivyemezo-vyabariko-bamukorera-inteba-ishushe\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-11-16T20:04:54+00:00","article_modified_time":"2021-12-30T05:53:45+00:00","og_image":[{"width":1440,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/11\/PhotoGrid_Plus_1637092033916.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-ariko-yegeranya-ivyemezo-vyabariko-bamukorera-inteba-ishushe\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-ariko-yegeranya-ivyemezo-vyabariko-bamukorera-inteba-ishushe\/","name":"Preeze ariko yegeranya ivyemezo vy\u2019abariko bamukorera inteba ishushe - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-11-16T20:04:54+00:00","dateModified":"2021-12-30T05:53:45+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-ariko-yegeranya-ivyemezo-vyabariko-bamukorera-inteba-ishushe\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-ariko-yegeranya-ivyemezo-vyabariko-bamukorera-inteba-ishushe\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-ariko-yegeranya-ivyemezo-vyabariko-bamukorera-inteba-ishushe\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Preeze ariko yegeranya ivyemezo vy\u2019abariko bamukorera inteba ishushe"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/30343","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=30343"}],"version-history":[{"count":4,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/30343\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":30349,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/30343\/revisions\/30349"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/30344"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=30343"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=30343"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=30343"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}