{"id":30407,"date":"2021-11-23T16:22:32","date_gmt":"2021-11-23T16:22:32","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=30407"},"modified":"2022-03-01T02:07:50","modified_gmt":"2022-03-01T02:07:50","slug":"musitanteri-renovat-sindihebura-yerekanye-igituma-ba-ba-mama-batava-mu-gisagara-hagati","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/musitanteri-renovat-sindihebura-yerekanye-igituma-ba-ba-mama-batava-mu-gisagara-hagati\/","title":{"rendered":"Musitanteri Renovat Sindihebura yerekanye igituma ba ba mama batava mu gisagara hagati"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Ikibazo c\u2019abavyeyi badandariza mu gisagara hagati ca Bujumbura, ngo kiraraje ishinga abatware ba Komine Mukaza, nkuko Musitanteri w\u2019iyo Komine aheruka kubishikiriza mu kiganiro yahaye bagenzi bacu.\u00a0<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Muri ico kiganiro, yavuze ko barya bavyeyi igituma batwarwa mu masoko ariko bikarangira bagarutse aho bari bakuwe, ngo nuko inyungu baronkera harya iri hejuru y\u2019iyo baronkera mu masoko baba barungitswemwo.<\/p>\n<p>\u201c<em>Kirya n\u2019ikibazo kinduhishije, kuko barya bantu ni ba mama wacu, ni bashiki bacu, ni abadamu bacu, birya ntabwo babigira kubera bamerewe neza, babigira kubera ubuzima barimwo. Barya n\u2019abantu babayeho ku musi ku musi, bashaka agakate ko gushobora kugaburira abana, rero n\u2019ikibazo tumaze kurondera inzira nyinshi mugabo inyishu ziguma zigorana. Twari twipfuje yuko abo bantu bose boja mu masoko, mugabo uca usanga turya abantu bari bamenyereye kuronka biciye muri kirya kibanza ca harya mu gisagara hagati kubera haca abantu benshi, uca usanga nimba yahora yunguka 2000 ku musi, agiye hariya mw\u2019isoko aca yunguka 500 canke ntayunguke. Ugaca usanga bica bituma aguma afise agatima ko kugaruka harya, harya naho kubera isuku, n\u2019ukwubahiriza nyene uko igisagara gitegerezwa kuba kimeze, ntitwemera yuko barya bantu baba bari harya.\u201d\u00a0<\/em><\/p>\n<p>Muri ico kiganiro na Jimbere Magazine, uwo mutware yavuze ko bariko bipfuza kubashira muri Cooperative, noneho bace basaba abafise ama Hotel n\u2019ama Restaurant Manini Manini akorera muri Mukaza, bashorere abo bavyeyi kugira ka gafu bahora baronka bari mw\u2019ibarabara babandanye bakaronka.<\/p>\n<p><em>\u201cUbu rero hariho iciyumviro catujemwo, turiko turiyumvira yuko barya bantu, twobagerageza kubashira hamwe bakagira cooperative, hama tugaca dusaba cane cane abantu bafise ama hotel n\u2019ama Restaurant Manini Manini muri ino komine yacu, kugira ngo barya bantu tubashire hamwe, hama birya bidandazwa vyabo bagende babirangure, babishire hamwe hama barya bafise ama Hotel n\u2019ama Restaurant nabo babashorere, kugira ngo bwa bufu yarakeneye aza kugura ku mugoroba, misi yose azokwame aburonka, mugabo yavuye mw\u2019ibarabaraba.\u201d\u00a0<\/em><\/p>\n<p>Muri uwo mugambi, Musitanteri akaba yipfuza ko ako kamo bazotera abagwizatunga bafise ayo ma Hotel n\u2019ama Restaurant Manini Manini, ngo bokitabira, kuko bazoba bakoze igikorwa ciza c\u2019Imana n\u2019ic\u2019igihugu muri rusangi.<\/p>\n<p><em>\u201cIvyo rero n\u2019akamo dutera abagwizatunga, cane cane abafise ama Hotel n\u2019ama Restaurant, kugirango hako baja gusumira hariya ku masoko, badufashe badutunge batuburane, bashorere barya ba mama, bazoba bakoze igikorwa ciza, bazoba bakoze igikorwa c\u2019Imana, bazoba bakoze igikorwa c\u2019igihugu.\u201d\u00a0<\/em><\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Mista Champagne | Intandaro ni Mama Diamond Platnumze 2021\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/yFU6_zWbSYI?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ikibazo c\u2019abavyeyi badandariza mu gisagara hagati ca Bujumbura, ngo kiraraje ishinga abatware ba Komine Mukaza, nkuko Musitanteri w\u2019iyo Komine aheruka kubishikiriza mu kiganiro yahaye bagenzi bacu.\u00a0 Muri ico kiganiro, yavuze ko barya bavyeyi igituma batwarwa mu masoko ariko bikarangira bagarutse aho bari bakuwe, ngo nuko inyungu baronkera harya iri hejuru y\u2019iyo baronkera mu masoko baba [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":30408,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,515,971],"tags":[],"class_list":["post-30407","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-homepage","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Musitanteri Renovat Sindihebura yerekanye igituma ba ba mama batava mu gisagara hagati - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/musitanteri-renovat-sindihebura-yerekanye-igituma-ba-ba-mama-batava-mu-gisagara-hagati\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Musitanteri Renovat Sindihebura yerekanye igituma ba ba mama batava mu gisagara hagati - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Ikibazo c\u2019abavyeyi badandariza mu gisagara hagati ca Bujumbura, ngo kiraraje ishinga abatware ba Komine Mukaza, nkuko Musitanteri w\u2019iyo Komine aheruka kubishikiriza mu kiganiro yahaye bagenzi bacu.\u00a0 Muri ico kiganiro, yavuze ko barya bavyeyi igituma batwarwa mu masoko ariko bikarangira bagarutse aho bari bakuwe, ngo nuko inyungu baronkera harya iri hejuru y\u2019iyo baronkera mu masoko baba [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/musitanteri-renovat-sindihebura-yerekanye-igituma-ba-ba-mama-batava-mu-gisagara-hagati\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-11-23T16:22:32+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2022-03-01T02:07:50+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/11\/PhotoGrid_Plus_1637684137983.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1440\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/musitanteri-renovat-sindihebura-yerekanye-igituma-ba-ba-mama-batava-mu-gisagara-hagati\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/musitanteri-renovat-sindihebura-yerekanye-igituma-ba-ba-mama-batava-mu-gisagara-hagati\/\",\"name\":\"Musitanteri Renovat Sindihebura yerekanye igituma ba ba mama batava mu gisagara hagati - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-11-23T16:22:32+00:00\",\"dateModified\":\"2022-03-01T02:07:50+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/musitanteri-renovat-sindihebura-yerekanye-igituma-ba-ba-mama-batava-mu-gisagara-hagati\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/musitanteri-renovat-sindihebura-yerekanye-igituma-ba-ba-mama-batava-mu-gisagara-hagati\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/musitanteri-renovat-sindihebura-yerekanye-igituma-ba-ba-mama-batava-mu-gisagara-hagati\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Musitanteri Renovat Sindihebura yerekanye igituma ba ba mama batava mu gisagara hagati\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Musitanteri Renovat Sindihebura yerekanye igituma ba ba mama batava mu gisagara hagati - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/musitanteri-renovat-sindihebura-yerekanye-igituma-ba-ba-mama-batava-mu-gisagara-hagati\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Musitanteri Renovat Sindihebura yerekanye igituma ba ba mama batava mu gisagara hagati - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Ikibazo c\u2019abavyeyi badandariza mu gisagara hagati ca Bujumbura, ngo kiraraje ishinga abatware ba Komine Mukaza, nkuko Musitanteri w\u2019iyo Komine aheruka kubishikiriza mu kiganiro yahaye bagenzi bacu.\u00a0 Muri ico kiganiro, yavuze ko barya bavyeyi igituma batwarwa mu masoko ariko bikarangira bagarutse aho bari bakuwe, ngo nuko inyungu baronkera harya iri hejuru y\u2019iyo baronkera mu masoko baba [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/musitanteri-renovat-sindihebura-yerekanye-igituma-ba-ba-mama-batava-mu-gisagara-hagati\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-11-23T16:22:32+00:00","article_modified_time":"2022-03-01T02:07:50+00:00","og_image":[{"width":1440,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/11\/PhotoGrid_Plus_1637684137983.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/musitanteri-renovat-sindihebura-yerekanye-igituma-ba-ba-mama-batava-mu-gisagara-hagati\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/musitanteri-renovat-sindihebura-yerekanye-igituma-ba-ba-mama-batava-mu-gisagara-hagati\/","name":"Musitanteri Renovat Sindihebura yerekanye igituma ba ba mama batava mu gisagara hagati - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-11-23T16:22:32+00:00","dateModified":"2022-03-01T02:07:50+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/musitanteri-renovat-sindihebura-yerekanye-igituma-ba-ba-mama-batava-mu-gisagara-hagati\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/musitanteri-renovat-sindihebura-yerekanye-igituma-ba-ba-mama-batava-mu-gisagara-hagati\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/musitanteri-renovat-sindihebura-yerekanye-igituma-ba-ba-mama-batava-mu-gisagara-hagati\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Musitanteri Renovat Sindihebura yerekanye igituma ba ba mama batava mu gisagara hagati"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/30407","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=30407"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/30407\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":30411,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/30407\/revisions\/30411"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/30408"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=30407"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=30407"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=30407"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}