{"id":30448,"date":"2021-12-02T11:38:11","date_gmt":"2021-12-02T11:38:11","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=30448"},"modified":"2021-12-30T05:53:38","modified_gmt":"2021-12-30T05:53:38","slug":"preeze-yatanze-ubutumwa-buri-mu-ndirimbo-4-zasohokeye-rimwe","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-yatanze-ubutumwa-buri-mu-ndirimbo-4-zasohokeye-rimwe\/","title":{"rendered":"\u00a0Preeze yatanze ubutumwa buri mu ndirimbo 4 zasohokeye rimwe"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Inyuma y\u2019igihuhusi caciye ku muririmvyi Preeze 36, hasohowe indirimbo 4 zose z\u2019uwo muririmvyi icarimwo aho harimwo ubutumwa bwose bugaruka ku bibazo yaragize imisi arimwo.<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Muri izo ndirimbo 4 hakaba harimwo nka Don\u2019t Judge me, aho yasavye ikigongwe abakunzi biwe, anibaza ico azobwira uruvyaro rwiwe umusi rwamubajije ico yazira. Ariko kandi akavuga ko atarakwiye gucibwa urubanza kuko muribo ata mweranda n\u2019umwe arimwo.<\/p>\n<p>\u201c\u2026Don\u2019t Judge me murimwe nta mweranda numwe arimwo\u2026.. Sorry ku bafana banje naje si jewe ab\u2019isi n\u2019inyamaswa, mbega uruvyari rwanje nzorubwira iki umusi bazombaza, papa we wazira iki?&#8230;\u201d<\/p>\n<p>Iyindi yabonetse mu zasohotse ni Thank You, aho yashimiye abamubaye hafi muri ivyo bihe bitari vyoroshe, aho yagarutse ku vyemezo yerekanye ko hari abariko bamusaba amahera ngo ntibamwambike iceyi. Muri iyo ndirimbo nyene uwo muririmvyi avuga ko ata mwanya wo guta, ngo aba Fake friends nukwegeza hirya.<\/p>\n<p>\u201c\u2026I Just wanna say Thank You\u2026 Nta bwoba na buke muntera, imbere y\u2019Imana menya neza Ndera\u2026 \u201d<\/p>\n<p>BVYC3 \u201cBayice\u201d niyo yindi ndirimbo yabonetse mu gitigiri c\u2019izo ndirimbo 4 zasohotse, aho yagarutse ku butumwa bivugwa ko bwatanzwe n\u2019umwe mu bigeme bazwiko gutwenza cane, aho mu kiyago cumvikanye muri birya bihe Preeze yariko yagirizwa cane yavuze ko ico gihimba cocibwa.<\/p>\n<p>\u201cBayice, ikaroti bayice, bayice, kukumba bayice, kubita amabate, zana umupanga dukate, tuyishire mu mukate, canke hamwe n\u2019umurete, karisha, katakata mu bupande birashoboka, shirako ibirungo birashoboka , Fast food.\u201d<\/p>\n<p>Indirimbo yindi yabonetse muri ico gitigiri ni Umucece aho ubutumwa burimwo yavuze ko abamuteze imitego bayiguyemwo, none ngo bumva ubwoba.\u00a0 Muriyo kandi ntiyaretse kugaruka ku bamubaye hafi aho abashimira.<\/p>\n<p>Ku boba batavyibuka canke batabimenye, Preeze akaba yagirijwe n\u2019abatari bake ku mbuga ngurukanabumenyi ko ariwe yafashe ku nguvu umwana w\u2019umuhungu yatanze igishingantahe c\u2019uburyo vyagenze ku rubuga rwa Instagram rw\u2019uwitwa Bestof257, aho uwo muririmvyi nawe yaciye avuga akoresheje imbuga ngurukanabumenyi ko ari umugambi wateguwe n\u2019abantu atazi babanje kumusaba amafaranga angana n\u2019$800 ngo ntibamucafuze, ariko nawe akavyanka. Ariko gushika ubu hakaba hataramenyekana nimba hari aboba bamwitwariye kuko vyavugwa ko yoba atari wenyene kuko ngo ari benshi.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Abanyamitahe | Intumbero ya Epublictv257 | Marjolaine | Abandi bariko baronka Views ibihumbi\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/EEory5TsPt4?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Inyuma y\u2019igihuhusi caciye ku muririmvyi Preeze 36, hasohowe indirimbo 4 zose z\u2019uwo muririmvyi icarimwo aho harimwo ubutumwa bwose bugaruka ku bibazo yaragize imisi arimwo. Muri izo ndirimbo 4 hakaba harimwo nka Don\u2019t Judge me, aho yasavye ikigongwe abakunzi biwe, anibaza ico azobwira uruvyaro rwiwe umusi rwamubajije ico yazira. Ariko kandi akavuga ko atarakwiye gucibwa urubanza [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":30454,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971],"tags":[],"class_list":["post-30448","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>\u00a0Preeze yatanze ubutumwa buri mu ndirimbo 4 zasohokeye rimwe - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-yatanze-ubutumwa-buri-mu-ndirimbo-4-zasohokeye-rimwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"\u00a0Preeze yatanze ubutumwa buri mu ndirimbo 4 zasohokeye rimwe - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Inyuma y\u2019igihuhusi caciye ku muririmvyi Preeze 36, hasohowe indirimbo 4 zose z\u2019uwo muririmvyi icarimwo aho harimwo ubutumwa bwose bugaruka ku bibazo yaragize imisi arimwo. Muri izo ndirimbo 4 hakaba harimwo nka Don\u2019t Judge me, aho yasavye ikigongwe abakunzi biwe, anibaza ico azobwira uruvyaro rwiwe umusi rwamubajije ico yazira. Ariko kandi akavuga ko atarakwiye gucibwa urubanza [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-yatanze-ubutumwa-buri-mu-ndirimbo-4-zasohokeye-rimwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2021-12-02T11:38:11+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2021-12-30T05:53:38+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/12\/PhotoGrid_Plus_1638444935776.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1440\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-yatanze-ubutumwa-buri-mu-ndirimbo-4-zasohokeye-rimwe\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-yatanze-ubutumwa-buri-mu-ndirimbo-4-zasohokeye-rimwe\/\",\"name\":\"\u00a0Preeze yatanze ubutumwa buri mu ndirimbo 4 zasohokeye rimwe - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2021-12-02T11:38:11+00:00\",\"dateModified\":\"2021-12-30T05:53:38+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-yatanze-ubutumwa-buri-mu-ndirimbo-4-zasohokeye-rimwe\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-yatanze-ubutumwa-buri-mu-ndirimbo-4-zasohokeye-rimwe\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-yatanze-ubutumwa-buri-mu-ndirimbo-4-zasohokeye-rimwe\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"\u00a0Preeze yatanze ubutumwa buri mu ndirimbo 4 zasohokeye rimwe\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"\u00a0Preeze yatanze ubutumwa buri mu ndirimbo 4 zasohokeye rimwe - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-yatanze-ubutumwa-buri-mu-ndirimbo-4-zasohokeye-rimwe\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"\u00a0Preeze yatanze ubutumwa buri mu ndirimbo 4 zasohokeye rimwe - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Inyuma y\u2019igihuhusi caciye ku muririmvyi Preeze 36, hasohowe indirimbo 4 zose z\u2019uwo muririmvyi icarimwo aho harimwo ubutumwa bwose bugaruka ku bibazo yaragize imisi arimwo. Muri izo ndirimbo 4 hakaba harimwo nka Don\u2019t Judge me, aho yasavye ikigongwe abakunzi biwe, anibaza ico azobwira uruvyaro rwiwe umusi rwamubajije ico yazira. Ariko kandi akavuga ko atarakwiye gucibwa urubanza [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-yatanze-ubutumwa-buri-mu-ndirimbo-4-zasohokeye-rimwe\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2021-12-02T11:38:11+00:00","article_modified_time":"2021-12-30T05:53:38+00:00","og_image":[{"width":1440,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2021\/12\/PhotoGrid_Plus_1638444935776.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-yatanze-ubutumwa-buri-mu-ndirimbo-4-zasohokeye-rimwe\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-yatanze-ubutumwa-buri-mu-ndirimbo-4-zasohokeye-rimwe\/","name":"\u00a0Preeze yatanze ubutumwa buri mu ndirimbo 4 zasohokeye rimwe - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2021-12-02T11:38:11+00:00","dateModified":"2021-12-30T05:53:38+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-yatanze-ubutumwa-buri-mu-ndirimbo-4-zasohokeye-rimwe\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-yatanze-ubutumwa-buri-mu-ndirimbo-4-zasohokeye-rimwe\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/preeze-yatanze-ubutumwa-buri-mu-ndirimbo-4-zasohokeye-rimwe\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"\u00a0Preeze yatanze ubutumwa buri mu ndirimbo 4 zasohokeye rimwe"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/30448","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=30448"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/30448\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":30449,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/30448\/revisions\/30449"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/30454"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=30448"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=30448"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=30448"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}