{"id":31031,"date":"2022-01-10T10:43:50","date_gmt":"2022-01-10T10:43:50","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=31031"},"modified":"2022-03-01T02:07:18","modified_gmt":"2022-03-01T02:07:18","slug":"dj-theo-ngo-abaririmvyi-babarundi-nibo-batabishaka-ariko-barabishoboye","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-theo-ngo-abaririmvyi-babarundi-nibo-batabishaka-ariko-barabishoboye\/","title":{"rendered":"Dj Theo ngo abaririmvyi b\u2019abarundi nibo batabishaka ariko barabishoboye"},"content":{"rendered":"<p style=\"text-align: justify;\"><strong><em>Ibikorwa n\u2019abaririmvyi bo muri kano karere ngo nta gikomeye kirimwo, ivyo bisikirizwa na DJ Theo, asanzwe ari umwe mu bamenyeshamakuru b\u2019abarundi bakorera ibikorwa vyabo mu gihugu kibanyi c\u2019Urwanda.<\/em><\/strong><\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Mu kiganiro Theo yagiranye na Spok\u2019s, aho uwo mumenyeshamakuru yagira urugendo muri ico gihugu, bagarutse ku bikorwa vy\u2019abaririmvyi b\u2019abarundi, co kimwe n\u2019abanyarwanda.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Kubwa Theo ngo abaririmvyi b\u2019abanyarwanda bageze kure cane, ariko abarundi nabo ngo bafise ingabire ata bandi bayifise muri Afrika y\u2019ubuseruko.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Theo abona ko ikibuze hano iwacu ngo ari ukumenya kwidandaza, hamwe n\u2019ukwidoga gukomeye kurangwa mu baririmvyi. Theo akaba ahanura abaririmvyi gukora, bahagarike kwidoga, ariko kandi ngo bamenye kwidandaza kuko bidashoboka ko umuririmvyi ashobora kubura amafaranga na makeya yo kuja gukorera hanze mu kiringo c\u2019umwaka wose.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Uwo mumenyeshamakuru amaze gukorera imboneshakure 2 muri ico gihugu, akaba abona ko ivyo bikorwa n\u2019aba Tanzania nka Diamond canke abanyarwanda ngo n\u2019abaririmvyi b\u2019abarundi nka Big Fizzo babishoboye ariko kubwiwe ngo ntavyo bashaka.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Uwo mumenyeshamakuru akaba anababazwa n\u2019ukubona indirimbo za Sat-b ngo zitavuzwa i Kigali kandi yarahabaye. Kuba zitavuzwa, ngo ikosa akaba arishira kuri Sat-b.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Theo akaba ataretse kuvuga ko umuziki w\u2019abarundi utavuzwa cane i Kigali, ariko ngo hari abo indirimbo zabo zamenyekanye cane, aho ni nka Yooh ya Treyzo na Rapboy n\u2019izindi.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Mwomenya ko ikiganiro Dj Theo yakorera kuri Tele Renaissance agikorera hano iwacu arico yabandanije akora kuri izo mboneshakure i Kigali.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ibikorwa n\u2019abaririmvyi bo muri kano karere ngo nta gikomeye kirimwo, ivyo bisikirizwa na DJ Theo, asanzwe ari umwe mu bamenyeshamakuru b\u2019abarundi bakorera ibikorwa vyabo mu gihugu kibanyi c\u2019Urwanda. Mu kiganiro Theo yagiranye na Spok\u2019s, aho uwo mumenyeshamakuru yagira urugendo muri ico gihugu, bagarutse ku bikorwa vy\u2019abaririmvyi b\u2019abarundi, co kimwe n\u2019abanyarwanda. Kubwa Theo ngo abaririmvyi b\u2019abanyarwanda [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":31037,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,515,971,972],"tags":[],"class_list":["post-31031","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-homepage","category-ikirundi_news","category-imyidagaduro"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Dj Theo ngo abaririmvyi b\u2019abarundi nibo batabishaka ariko barabishoboye - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-theo-ngo-abaririmvyi-babarundi-nibo-batabishaka-ariko-barabishoboye\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Dj Theo ngo abaririmvyi b\u2019abarundi nibo batabishaka ariko barabishoboye - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Ibikorwa n\u2019abaririmvyi bo muri kano karere ngo nta gikomeye kirimwo, ivyo bisikirizwa na DJ Theo, asanzwe ari umwe mu bamenyeshamakuru b\u2019abarundi bakorera ibikorwa vyabo mu gihugu kibanyi c\u2019Urwanda. Mu kiganiro Theo yagiranye na Spok\u2019s, aho uwo mumenyeshamakuru yagira urugendo muri ico gihugu, bagarutse ku bikorwa vy\u2019abaririmvyi b\u2019abarundi, co kimwe n\u2019abanyarwanda. Kubwa Theo ngo abaririmvyi b\u2019abanyarwanda [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-theo-ngo-abaririmvyi-babarundi-nibo-batabishaka-ariko-barabishoboye\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2022-01-10T10:43:50+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2022-03-01T02:07:18+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2022\/01\/PhotoGrid_Plus_1641809911864.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"960\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-theo-ngo-abaririmvyi-babarundi-nibo-batabishaka-ariko-barabishoboye\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-theo-ngo-abaririmvyi-babarundi-nibo-batabishaka-ariko-barabishoboye\/\",\"name\":\"Dj Theo ngo abaririmvyi b\u2019abarundi nibo batabishaka ariko barabishoboye - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2022-01-10T10:43:50+00:00\",\"dateModified\":\"2022-03-01T02:07:18+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-theo-ngo-abaririmvyi-babarundi-nibo-batabishaka-ariko-barabishoboye\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-theo-ngo-abaririmvyi-babarundi-nibo-batabishaka-ariko-barabishoboye\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-theo-ngo-abaririmvyi-babarundi-nibo-batabishaka-ariko-barabishoboye\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Dj Theo ngo abaririmvyi b\u2019abarundi nibo batabishaka ariko barabishoboye\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Dj Theo ngo abaririmvyi b\u2019abarundi nibo batabishaka ariko barabishoboye - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-theo-ngo-abaririmvyi-babarundi-nibo-batabishaka-ariko-barabishoboye\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Dj Theo ngo abaririmvyi b\u2019abarundi nibo batabishaka ariko barabishoboye - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Ibikorwa n\u2019abaririmvyi bo muri kano karere ngo nta gikomeye kirimwo, ivyo bisikirizwa na DJ Theo, asanzwe ari umwe mu bamenyeshamakuru b\u2019abarundi bakorera ibikorwa vyabo mu gihugu kibanyi c\u2019Urwanda. Mu kiganiro Theo yagiranye na Spok\u2019s, aho uwo mumenyeshamakuru yagira urugendo muri ico gihugu, bagarutse ku bikorwa vy\u2019abaririmvyi b\u2019abarundi, co kimwe n\u2019abanyarwanda. Kubwa Theo ngo abaririmvyi b\u2019abanyarwanda [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-theo-ngo-abaririmvyi-babarundi-nibo-batabishaka-ariko-barabishoboye\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2022-01-10T10:43:50+00:00","article_modified_time":"2022-03-01T02:07:18+00:00","og_image":[{"width":960,"height":720,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2022\/01\/PhotoGrid_Plus_1641809911864.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-theo-ngo-abaririmvyi-babarundi-nibo-batabishaka-ariko-barabishoboye\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-theo-ngo-abaririmvyi-babarundi-nibo-batabishaka-ariko-barabishoboye\/","name":"Dj Theo ngo abaririmvyi b\u2019abarundi nibo batabishaka ariko barabishoboye - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2022-01-10T10:43:50+00:00","dateModified":"2022-03-01T02:07:18+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-theo-ngo-abaririmvyi-babarundi-nibo-batabishaka-ariko-barabishoboye\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-theo-ngo-abaririmvyi-babarundi-nibo-batabishaka-ariko-barabishoboye\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-theo-ngo-abaririmvyi-babarundi-nibo-batabishaka-ariko-barabishoboye\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Dj Theo ngo abaririmvyi b\u2019abarundi nibo batabishaka ariko barabishoboye"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/31031","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=31031"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/31031\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":31046,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/31031\/revisions\/31046"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/31037"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=31031"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=31031"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=31031"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}