{"id":31057,"date":"2022-01-12T08:26:42","date_gmt":"2022-01-12T08:26:42","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=31057"},"modified":"2022-03-01T02:07:18","modified_gmt":"2022-03-01T02:07:18","slug":"b-face-ngo-uri-umuvugizi-wama-uraba-hariya-na-hariya-ngo-ubishikirize-abanyagihugu","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-ngo-uri-umuvugizi-wama-uraba-hariya-na-hariya-ngo-ubishikirize-abanyagihugu\/","title":{"rendered":"B Face ngo uri umuvugizi wama uraba hariya na hariya ngo ubishikirize abanyagihugu"},"content":{"rendered":"<p style=\"text-align: justify;\"><strong><em>Uno musi B Face ari mu baririmvyi baharurwa mu bandika indirimbo zidahera uburyohe naho iba imaze igihe kitari gito igisohotse, ibisigaye bitoroshe kubona mu baririmvyi bariko bararuka muri bino bihe.<\/em><\/strong><\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Uwo muririmvyi B Face yavuze ico iyo ngendo afise yasa n\u2019iyajanye n\u2019urunganwe rwa ba Canco na ba Africa Nova ivako, anavuga n\u2019impamvu abikora.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Uwo muririmvyi yavuze ko ataririmba ibimubako gusa kuko ari umuvugizi w\u2019abenegihugu, aho avuga ko aho aca ivyo abona n\u2019ivyo yumva bimubera is\u00f4ko ry\u2019inyandiko ikunzwe na benshi afise. Iyo nyifato avuga ko yamubereye umugisha kuko uno musi adashobora gutambuka kabiri adahuye n\u2019uwo bimwe muvyo yanditse vyafashije.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Yagize ati : \u201c Mu Kirundi bavuga ngo n\u2019uwutagira inka arabona aho zitaha, ibintu tubamwo ni vyinshi cane, urashobora kuba udafise ingorane ukazibona mu kibano. Uri umu Artiste, ntuvuga ibintu vyakubayeko gusa, uba uri umuvugizi w\u2019abanyagihugu. Uri umuvugizi ufise kwama uraba hariya na hariya kugira ubishikirize abanyagihugu, nico gituma indirimbo nyinshi usanga ndaziririmvye, nkasanga ndiko ndonka ama Message y\u2019abantu benshi, usanga ivyo nanditse vyabaye ku bantu barenga nk\u2019igihumbi\u2026.\u201d<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Uwo muririmvyi avanga indirimbo z\u2019urukundo n\u2019iz\u2019ubuzima bwa misi yose, akaba aheruka gushira ahabona akandi karirimbo gashasha yise UMM bivuga \u201cUmwana Mu muryango\u201d, iyo ikaba igaruka cane ku bijanye n\u2019ubuzima bw\u2019umwana mu muryango.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Amekenga ya Nziza D\u00e9sire kuri Edith Stein na Bright krazzy atari abarimvyi Rom\u00e9o yatanze umuco\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/8i8f_98D9II?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Uno musi B Face ari mu baririmvyi baharurwa mu bandika indirimbo zidahera uburyohe naho iba imaze igihe kitari gito igisohotse, ibisigaye bitoroshe kubona mu baririmvyi bariko bararuka muri bino bihe. Uwo muririmvyi B Face yavuze ico iyo ngendo afise yasa n\u2019iyajanye n\u2019urunganwe rwa ba Canco na ba Africa Nova ivako, anavuga n\u2019impamvu abikora. Uwo muririmvyi [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":31060,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,515,971,972],"tags":[],"class_list":["post-31057","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-homepage","category-ikirundi_news","category-imyidagaduro"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>B Face ngo uri umuvugizi wama uraba hariya na hariya ngo ubishikirize abanyagihugu - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-ngo-uri-umuvugizi-wama-uraba-hariya-na-hariya-ngo-ubishikirize-abanyagihugu\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"B Face ngo uri umuvugizi wama uraba hariya na hariya ngo ubishikirize abanyagihugu - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Uno musi B Face ari mu baririmvyi baharurwa mu bandika indirimbo zidahera uburyohe naho iba imaze igihe kitari gito igisohotse, ibisigaye bitoroshe kubona mu baririmvyi bariko bararuka muri bino bihe. Uwo muririmvyi B Face yavuze ico iyo ngendo afise yasa n\u2019iyajanye n\u2019urunganwe rwa ba Canco na ba Africa Nova ivako, anavuga n\u2019impamvu abikora. Uwo muririmvyi [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-ngo-uri-umuvugizi-wama-uraba-hariya-na-hariya-ngo-ubishikirize-abanyagihugu\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2022-01-12T08:26:42+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2022-03-01T02:07:18+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2022\/01\/PhotoGrid_Plus_1641939123743.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"960\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-ngo-uri-umuvugizi-wama-uraba-hariya-na-hariya-ngo-ubishikirize-abanyagihugu\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-ngo-uri-umuvugizi-wama-uraba-hariya-na-hariya-ngo-ubishikirize-abanyagihugu\/\",\"name\":\"B Face ngo uri umuvugizi wama uraba hariya na hariya ngo ubishikirize abanyagihugu - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2022-01-12T08:26:42+00:00\",\"dateModified\":\"2022-03-01T02:07:18+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-ngo-uri-umuvugizi-wama-uraba-hariya-na-hariya-ngo-ubishikirize-abanyagihugu\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-ngo-uri-umuvugizi-wama-uraba-hariya-na-hariya-ngo-ubishikirize-abanyagihugu\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-ngo-uri-umuvugizi-wama-uraba-hariya-na-hariya-ngo-ubishikirize-abanyagihugu\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"B Face ngo uri umuvugizi wama uraba hariya na hariya ngo ubishikirize abanyagihugu\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"B Face ngo uri umuvugizi wama uraba hariya na hariya ngo ubishikirize abanyagihugu - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-ngo-uri-umuvugizi-wama-uraba-hariya-na-hariya-ngo-ubishikirize-abanyagihugu\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"B Face ngo uri umuvugizi wama uraba hariya na hariya ngo ubishikirize abanyagihugu - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Uno musi B Face ari mu baririmvyi baharurwa mu bandika indirimbo zidahera uburyohe naho iba imaze igihe kitari gito igisohotse, ibisigaye bitoroshe kubona mu baririmvyi bariko bararuka muri bino bihe. Uwo muririmvyi B Face yavuze ico iyo ngendo afise yasa n\u2019iyajanye n\u2019urunganwe rwa ba Canco na ba Africa Nova ivako, anavuga n\u2019impamvu abikora. Uwo muririmvyi [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-ngo-uri-umuvugizi-wama-uraba-hariya-na-hariya-ngo-ubishikirize-abanyagihugu\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2022-01-12T08:26:42+00:00","article_modified_time":"2022-03-01T02:07:18+00:00","og_image":[{"width":960,"height":720,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2022\/01\/PhotoGrid_Plus_1641939123743.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-ngo-uri-umuvugizi-wama-uraba-hariya-na-hariya-ngo-ubishikirize-abanyagihugu\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-ngo-uri-umuvugizi-wama-uraba-hariya-na-hariya-ngo-ubishikirize-abanyagihugu\/","name":"B Face ngo uri umuvugizi wama uraba hariya na hariya ngo ubishikirize abanyagihugu - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2022-01-12T08:26:42+00:00","dateModified":"2022-03-01T02:07:18+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-ngo-uri-umuvugizi-wama-uraba-hariya-na-hariya-ngo-ubishikirize-abanyagihugu\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-ngo-uri-umuvugizi-wama-uraba-hariya-na-hariya-ngo-ubishikirize-abanyagihugu\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/b-face-ngo-uri-umuvugizi-wama-uraba-hariya-na-hariya-ngo-ubishikirize-abanyagihugu\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"B Face ngo uri umuvugizi wama uraba hariya na hariya ngo ubishikirize abanyagihugu"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/31057","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=31057"}],"version-history":[{"count":4,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/31057\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":31070,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/31057\/revisions\/31070"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/31060"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=31057"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=31057"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=31057"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}