{"id":31192,"date":"2022-01-21T19:14:44","date_gmt":"2022-01-21T19:14:44","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=31192"},"modified":"2022-03-01T02:06:58","modified_gmt":"2022-03-01T02:06:58","slug":"amasanamu-yumukuru-wigihugu-ngo-yerekanye-aba-star-dufise-abaribo","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amasanamu-yumukuru-wigihugu-ngo-yerekanye-aba-star-dufise-abaribo\/","title":{"rendered":"Amasanamu y\u2019umukuru w\u2019igihugu ngo yerekanye aba Star dufise abaribo"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Umu star dufise mu gihugu ngo ni umukuru w\u2019igihugu cacu wenyene. Ivyo ni ibiheruka gushikirizwa na bamwe mu bakurikiranira hafi ibijanye n\u2019aba &#8220;Stars&#8221; hano iwacu. Aho ni inyuma y\u2019ivyo yakoze ku musi wa gatatu ku mbuga ngurukanabumenyi.<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Ivy\u2019uko Umukuru w&#8217;Igihugu Evariste Ndayishimye ariwe wenyene mu stars dufise, vyatewe n&#8217;uko ngo amashusho n\u2019amasanamu yiwe ariko aravuza ingoma ngo vyazimije ama Buzz yose yari agize imisi ariko aracanacanako ku mbuga ngurukanabumenyi mu mwanya nk\u2019uwo gukubita urugohe.<\/p>\n<p>Bamwe mu bakurikiranira hafi ivy&#8217;imyidagaduro bakaba bavuga ko abari bafise ama buzz yari amaze igihe yifashe neza ngo basubiye inyuma igihe kitari gito, gutyo ngo bizobafata akanya kugira basubire mu kibanza ciza.<\/p>\n<p>Ku musi wa gatatu ho, bamwe bakaba bari bamaze kumenyesha abaririmvyi ko ata wohirahira ngo arungike Link cane Cover ngo bamufashe kumenyekanisha ivyiwe kuko ico kibanza cari camaze gufatwa na Sebarundi.<\/p>\n<p>Igikorwa co kwambara umwambaro w\u2019abatimbo, agakiranya, akan\u00e1s\u0101s\u012bra abarundi batari bake bari mu mahanga bamenyesha ko catumye bamwe bamwe mu banyamahanga bagikubise ijisho baryohererwa igihugu cacu kuko ngo ari imbonekarimwe umukuru w\u2019igihugu agira ivyo bintu, bamwe mbere bakaba banavuze ko bashobora kuza mu gihugu cacu kuhaka indaro.<\/p>\n<p>Mwomenya ko ayo mashusho yahanahanywe cane ku musi wa gatatu ari amashusho yavuye mu bikorwa vy\u2019umukuru w\u2019igihugu vyakorewe mu ntara ya Gitega mu giheta aho yari kumwe n\u2019umugwi ndangakaranga wo muri ako gace k\u2019igihugu.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Meili na B-Face bahisemwo gushira ukuri ahabona\ud83d\ude33 vyose abivugiye aha | Natacha ahawe ubutumwa\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/w7RLupgzgsM?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Umu star dufise mu gihugu ngo ni umukuru w\u2019igihugu cacu wenyene. Ivyo ni ibiheruka gushikirizwa na bamwe mu bakurikiranira hafi ibijanye n\u2019aba &#8220;Stars&#8221; hano iwacu. Aho ni inyuma y\u2019ivyo yakoze ku musi wa gatatu ku mbuga ngurukanabumenyi. Ivy\u2019uko Umukuru w&#8217;Igihugu Evariste Ndayishimye ariwe wenyene mu stars dufise, vyatewe n&#8217;uko ngo amashusho n\u2019amasanamu yiwe ariko aravuza [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":31226,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,542,876,608,515,971,972,516],"tags":[],"class_list":["post-31192","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-culture","category-culture_feature","category-culture_promote","category-homepage","category-ikirundi_news","category-imyidagaduro","category-music-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Amasanamu y\u2019umukuru w\u2019igihugu ngo yerekanye aba Star dufise abaribo - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amasanamu-yumukuru-wigihugu-ngo-yerekanye-aba-star-dufise-abaribo\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Amasanamu y\u2019umukuru w\u2019igihugu ngo yerekanye aba Star dufise abaribo - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Umu star dufise mu gihugu ngo ni umukuru w\u2019igihugu cacu wenyene. Ivyo ni ibiheruka gushikirizwa na bamwe mu bakurikiranira hafi ibijanye n\u2019aba &#8220;Stars&#8221; hano iwacu. Aho ni inyuma y\u2019ivyo yakoze ku musi wa gatatu ku mbuga ngurukanabumenyi. Ivy\u2019uko Umukuru w&#8217;Igihugu Evariste Ndayishimye ariwe wenyene mu stars dufise, vyatewe n&#8217;uko ngo amashusho n\u2019amasanamu yiwe ariko aravuza [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amasanamu-yumukuru-wigihugu-ngo-yerekanye-aba-star-dufise-abaribo\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2022-01-21T19:14:44+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2022-03-01T02:06:58+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2022\/01\/PhotoGrid_Plus_1642604368942.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"960\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amasanamu-yumukuru-wigihugu-ngo-yerekanye-aba-star-dufise-abaribo\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amasanamu-yumukuru-wigihugu-ngo-yerekanye-aba-star-dufise-abaribo\/\",\"name\":\"Amasanamu y\u2019umukuru w\u2019igihugu ngo yerekanye aba Star dufise abaribo - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2022-01-21T19:14:44+00:00\",\"dateModified\":\"2022-03-01T02:06:58+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amasanamu-yumukuru-wigihugu-ngo-yerekanye-aba-star-dufise-abaribo\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amasanamu-yumukuru-wigihugu-ngo-yerekanye-aba-star-dufise-abaribo\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amasanamu-yumukuru-wigihugu-ngo-yerekanye-aba-star-dufise-abaribo\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Amasanamu y\u2019umukuru w\u2019igihugu ngo yerekanye aba Star dufise abaribo\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Amasanamu y\u2019umukuru w\u2019igihugu ngo yerekanye aba Star dufise abaribo - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amasanamu-yumukuru-wigihugu-ngo-yerekanye-aba-star-dufise-abaribo\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Amasanamu y\u2019umukuru w\u2019igihugu ngo yerekanye aba Star dufise abaribo - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Umu star dufise mu gihugu ngo ni umukuru w\u2019igihugu cacu wenyene. Ivyo ni ibiheruka gushikirizwa na bamwe mu bakurikiranira hafi ibijanye n\u2019aba &#8220;Stars&#8221; hano iwacu. Aho ni inyuma y\u2019ivyo yakoze ku musi wa gatatu ku mbuga ngurukanabumenyi. Ivy\u2019uko Umukuru w&#8217;Igihugu Evariste Ndayishimye ariwe wenyene mu stars dufise, vyatewe n&#8217;uko ngo amashusho n\u2019amasanamu yiwe ariko aravuza [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amasanamu-yumukuru-wigihugu-ngo-yerekanye-aba-star-dufise-abaribo\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2022-01-21T19:14:44+00:00","article_modified_time":"2022-03-01T02:06:58+00:00","og_image":[{"width":960,"height":720,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2022\/01\/PhotoGrid_Plus_1642604368942.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amasanamu-yumukuru-wigihugu-ngo-yerekanye-aba-star-dufise-abaribo\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amasanamu-yumukuru-wigihugu-ngo-yerekanye-aba-star-dufise-abaribo\/","name":"Amasanamu y\u2019umukuru w\u2019igihugu ngo yerekanye aba Star dufise abaribo - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2022-01-21T19:14:44+00:00","dateModified":"2022-03-01T02:06:58+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amasanamu-yumukuru-wigihugu-ngo-yerekanye-aba-star-dufise-abaribo\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amasanamu-yumukuru-wigihugu-ngo-yerekanye-aba-star-dufise-abaribo\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amasanamu-yumukuru-wigihugu-ngo-yerekanye-aba-star-dufise-abaribo\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Amasanamu y\u2019umukuru w\u2019igihugu ngo yerekanye aba Star dufise abaribo"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/31192","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=31192"}],"version-history":[{"count":6,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/31192\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":31246,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/31192\/revisions\/31246"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/31226"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=31192"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=31192"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=31192"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}