{"id":31795,"date":"2022-02-22T13:35:42","date_gmt":"2022-02-22T13:35:42","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=31795"},"modified":"2022-03-01T02:05:35","modified_gmt":"2022-03-01T02:05:35","slug":"abagore-basohokanye-na-diamond-nka-bose-bashizwe-mu-gitigiri-cabagiye-kwibagisha-ibisusu","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abagore-basohokanye-na-diamond-nka-bose-bashizwe-mu-gitigiri-cabagiye-kwibagisha-ibisusu\/","title":{"rendered":"Abagore basohokanye na Diamond nka bose bashizwe mu gitigiri c\u2019abagiye kwibagisha ibisusu\u00a0"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Abakobwa bongereza ibisusu muri Tanzania ngo vyakomeye, babaye benshi cane gusumba. Kimwe mu binyamakuru bisohorwa vyo muri ico gihugu kikaba casohoye amazina amwe amwe mu bamaze kwibagisha.\u00a0<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Mu babashije kuvugwa hafi nka bose bakaba bagaruka mu gitigiri c\u2019abagore bigeze kugendana canke bakavyarana n\u2019umuririmvyi Diamond Platnumz.<\/p>\n<p>Bamwe mu bavuzwe ni nka Aunt Ezekiel yigeze kugendana na Diamond ariko mu nyuma agendana n\u2019umutamvyi wa Diamond Platnumz, aho ngo yoba aheruka kwibagisha vuba, ariko kandi ngo akaba anaryoherewe umubiri wiwe mushasha nkuko biboneka ku ma foto yashize ahabona.<\/p>\n<p>Uwundi yabonetse ni Zari the Boss lady nawe nyene azwi kuba yaravyaranye na Diamond Platnumz. Uwo we abamwagiriza kuba yaragiye kwibagisha akaba yababwiye ko kwibagisha muri ino misi ari ibisanzwe nk\u2019uwuja mw\u2019isoko kugura ibiharage, ko abantu badakwiye kubivuga nk\u2019aho ari ibintu bikomeye.<\/p>\n<p>Tanasha Dona nawe ari mu gitigiri c\u2019abavuzweko kwibagisha igisusu, aho ngo yabikoze mu mwaka uheze, kuko uburyo igisusu ciwe cari kimeze n\u2019inyuma yaho ngo vyari bitandukanye cane nkuko ico kinyamakuru co muri Tanzania kibishikiriza.<\/p>\n<p>Uwundi yavuzwe kwibagisha kandi azwiko kuba yarabaye incuti ya hafi ya Nasibu ni Hamisa Mobeto aho vyavuzwe ko yagiye muri Turkie kwibagisha, inyuma y\u2019ama foto n\u2019ama Video atandukanye ari muri ico gihugu ayasangije abamukurikirana barenga ama Miliyoni 5, ariko nawe nk\u2019abandi bose akaba atavyerekwa, akaba yabiteye utwatsi.<\/p>\n<p>Poshy Queen umwe muba Video Queen basanzwe bari bakunzwe muri iyo myaka iheze nawe yashizwe mu gitigiri c\u2019abagiye kwibagisha, aho nawe babifatira kuma Foto yiwe ya kera n\u2019ay\u2019ubu ko bitandukanye cane.<\/p>\n<p>Abo bakaba biyongereyeko abandi bari ku rushi nabo bavugwako kwibagisha, kugira noneho bibabere vyiza kuba beza, ubona ko umwigeme w\u2019igisusu ngo asigaye aba ahagaze neza gusumba umukobwa afise urupapuro rw\u2019umutsindo rwa kamenuza.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Big Fizzo ivyo akoreye Sat-B birarenze\ud83d\ude33\ud83d\udd25|Harmonize Collabo ...|Tetero arishuwe na Fizzo ubwambere\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/EtJjdHzzHm4?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Abakobwa bongereza ibisusu muri Tanzania ngo vyakomeye, babaye benshi cane gusumba. Kimwe mu binyamakuru bisohorwa vyo muri ico gihugu kikaba casohoye amazina amwe amwe mu bamaze kwibagisha.\u00a0 Mu babashije kuvugwa hafi nka bose bakaba bagaruka mu gitigiri c\u2019abagore bigeze kugendana canke bakavyarana n\u2019umuririmvyi Diamond Platnumz. Bamwe mu bavuzwe ni nka Aunt Ezekiel yigeze kugendana na [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":31800,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[514,526,515,971,516],"tags":[],"class_list":["post-31795","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-east-africa-news","category-news-burundi","category-homepage","category-ikirundi_news","category-music-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Abagore basohokanye na Diamond nka bose bashizwe mu gitigiri c\u2019abagiye kwibagisha ibisusu\u00a0 - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abagore-basohokanye-na-diamond-nka-bose-bashizwe-mu-gitigiri-cabagiye-kwibagisha-ibisusu\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Abagore basohokanye na Diamond nka bose bashizwe mu gitigiri c\u2019abagiye kwibagisha ibisusu\u00a0 - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Abakobwa bongereza ibisusu muri Tanzania ngo vyakomeye, babaye benshi cane gusumba. Kimwe mu binyamakuru bisohorwa vyo muri ico gihugu kikaba casohoye amazina amwe amwe mu bamaze kwibagisha.\u00a0 Mu babashije kuvugwa hafi nka bose bakaba bagaruka mu gitigiri c\u2019abagore bigeze kugendana canke bakavyarana n\u2019umuririmvyi Diamond Platnumz. Bamwe mu bavuzwe ni nka Aunt Ezekiel yigeze kugendana na [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abagore-basohokanye-na-diamond-nka-bose-bashizwe-mu-gitigiri-cabagiye-kwibagisha-ibisusu\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2022-02-22T13:35:42+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2022-03-01T02:05:35+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2022\/02\/PhotoGrid_Plus_1645453622859.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"960\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abagore-basohokanye-na-diamond-nka-bose-bashizwe-mu-gitigiri-cabagiye-kwibagisha-ibisusu\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abagore-basohokanye-na-diamond-nka-bose-bashizwe-mu-gitigiri-cabagiye-kwibagisha-ibisusu\/\",\"name\":\"Abagore basohokanye na Diamond nka bose bashizwe mu gitigiri c\u2019abagiye kwibagisha ibisusu\u00a0 - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2022-02-22T13:35:42+00:00\",\"dateModified\":\"2022-03-01T02:05:35+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abagore-basohokanye-na-diamond-nka-bose-bashizwe-mu-gitigiri-cabagiye-kwibagisha-ibisusu\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abagore-basohokanye-na-diamond-nka-bose-bashizwe-mu-gitigiri-cabagiye-kwibagisha-ibisusu\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abagore-basohokanye-na-diamond-nka-bose-bashizwe-mu-gitigiri-cabagiye-kwibagisha-ibisusu\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Abagore basohokanye na Diamond nka bose bashizwe mu gitigiri c\u2019abagiye kwibagisha ibisusu\u00a0\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Abagore basohokanye na Diamond nka bose bashizwe mu gitigiri c\u2019abagiye kwibagisha ibisusu\u00a0 - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abagore-basohokanye-na-diamond-nka-bose-bashizwe-mu-gitigiri-cabagiye-kwibagisha-ibisusu\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Abagore basohokanye na Diamond nka bose bashizwe mu gitigiri c\u2019abagiye kwibagisha ibisusu\u00a0 - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Abakobwa bongereza ibisusu muri Tanzania ngo vyakomeye, babaye benshi cane gusumba. Kimwe mu binyamakuru bisohorwa vyo muri ico gihugu kikaba casohoye amazina amwe amwe mu bamaze kwibagisha.\u00a0 Mu babashije kuvugwa hafi nka bose bakaba bagaruka mu gitigiri c\u2019abagore bigeze kugendana canke bakavyarana n\u2019umuririmvyi Diamond Platnumz. Bamwe mu bavuzwe ni nka Aunt Ezekiel yigeze kugendana na [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abagore-basohokanye-na-diamond-nka-bose-bashizwe-mu-gitigiri-cabagiye-kwibagisha-ibisusu\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2022-02-22T13:35:42+00:00","article_modified_time":"2022-03-01T02:05:35+00:00","og_image":[{"width":960,"height":720,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2022\/02\/PhotoGrid_Plus_1645453622859.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abagore-basohokanye-na-diamond-nka-bose-bashizwe-mu-gitigiri-cabagiye-kwibagisha-ibisusu\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abagore-basohokanye-na-diamond-nka-bose-bashizwe-mu-gitigiri-cabagiye-kwibagisha-ibisusu\/","name":"Abagore basohokanye na Diamond nka bose bashizwe mu gitigiri c\u2019abagiye kwibagisha ibisusu\u00a0 - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2022-02-22T13:35:42+00:00","dateModified":"2022-03-01T02:05:35+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abagore-basohokanye-na-diamond-nka-bose-bashizwe-mu-gitigiri-cabagiye-kwibagisha-ibisusu\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abagore-basohokanye-na-diamond-nka-bose-bashizwe-mu-gitigiri-cabagiye-kwibagisha-ibisusu\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abagore-basohokanye-na-diamond-nka-bose-bashizwe-mu-gitigiri-cabagiye-kwibagisha-ibisusu\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Abagore basohokanye na Diamond nka bose bashizwe mu gitigiri c\u2019abagiye kwibagisha ibisusu\u00a0"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/31795","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=31795"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/31795\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":31804,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/31795\/revisions\/31804"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/31800"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=31795"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=31795"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=31795"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}