{"id":31990,"date":"2022-03-01T13:19:02","date_gmt":"2022-03-01T13:19:02","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=31990"},"modified":"2022-03-01T13:19:02","modified_gmt":"2022-03-01T13:19:02","slug":"shaddy-boo-yafashe-ikibanza-ca-mbere-mu-gukwiza-abamukurikirana-1000000-kuri-instagram","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/shaddy-boo-yafashe-ikibanza-ca-mbere-mu-gukwiza-abamukurikirana-1000000-kuri-instagram\/","title":{"rendered":"Shaddy Boo yafashe ikibanza ca Mbere mu gukwiza abamukurikirana 1,000,000 kuri Instagram"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Muri Afrika y\u2019ubuseruko, Uburundi n\u2019Urwanda nivyo bihugu bibiri vyo nyene gukwiza abagukurikirana kuri Instagram bashika 1,000,000 ari ikibazo gikomeye, mu gihe mu bihugu nka Tanzania babakwiza mu mwanya nkuwo gukubita urugohe.\u00a0<\/em><\/strong><\/p>\n<p>Umunyarwandakazi Mbabazi chadia azwi canke nka Shaddy Boo niwe abaye uwa mbere muri bino bihugu bibiri abashije gukwiza abo bantu, mu gihe abandi bari mu bijanye n\u2019ukwidagadura muri ivyo bihugu bagisigaje urugendo rurerure kugira bamushikire.<\/p>\n<p>Shaddy akunze cane kwitwa umu Slay Queen akaba mu kwigina iyo ntambwe abaye uwa mbere mu barundi n\u2019abanyarwanda kuyitera yanditse kuri urwo rubuga akunze kuronka Likes zitari musi ya 20,000 mu masaha 24 gusa ashize photo kuri urwo rubuga, ko rimwe na rimwe umwami aba ari Umugore.<\/p>\n<p>Urwo rubuga rukaba ruri mu bimwinjiriza amafaranga atari make kuko amaze guhabwa amasezerano n\u2019amashirahamwe ngo bakorane kubera ukwo kumenyekana kwiwe.<\/p>\n<p>Mu bijanye n\u2019ukwidagadura, ikibanza ca 2 kikaba gifatwa na Bruce Melodie aheruka kugura abamukurikirana barenga 200,000, nayo muri Rudangi ikibaza ca 2 kikaba gifiswe n\u2019umukuru w\u2019igihugu c\u2019Urwanda Paul Kagame afise abamukurikirana barenga 900,000 kuri Instagram.<\/p>\n<p>Mu barundi bakorera ibikorwa vyabo hano iwacu uwa mbere akaba ari Sat-b afise abarenga 116, 000, mu bari muri Afrika y\u2019ubuseruko akaba ari DJ Ira asanzwe akorera ibikorwa vyiwe mu gihugu kibanyi c\u2019Urwanda, nayo kw\u2019isi yose uwa mbere akaba ari umurundikazi afise n\u2019ubwenegihugu bw\u2019ubwongereza Belle Michelle azwi cane kuri Instagram nka Onlybells akurikirwa n\u2019abarenga 283,000.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Big Fizzo,kidum ivyo yankoreye ...|Mkombozi mw&#039;ishusho rishasha,R Flow urwanko abatwanka abapromoter\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/8npa3KFtPN8?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Muri Afrika y\u2019ubuseruko, Uburundi n\u2019Urwanda nivyo bihugu bibiri vyo nyene gukwiza abagukurikirana kuri Instagram bashika 1,000,000 ari ikibazo gikomeye, mu gihe mu bihugu nka Tanzania babakwiza mu mwanya nkuwo gukubita urugohe.\u00a0 Umunyarwandakazi Mbabazi chadia azwi canke nka Shaddy Boo niwe abaye uwa mbere muri bino bihugu bibiri abashije gukwiza abo bantu, mu gihe abandi bari [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":32016,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,526,515,971,519,516],"tags":[],"class_list":["post-31990","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-news-burundi","category-homepage","category-ikirundi_news","category-kirundi","category-music-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Shaddy Boo yafashe ikibanza ca Mbere mu gukwiza abamukurikirana 1,000,000 kuri Instagram - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/shaddy-boo-yafashe-ikibanza-ca-mbere-mu-gukwiza-abamukurikirana-1000000-kuri-instagram\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Shaddy Boo yafashe ikibanza ca Mbere mu gukwiza abamukurikirana 1,000,000 kuri Instagram - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Muri Afrika y\u2019ubuseruko, Uburundi n\u2019Urwanda nivyo bihugu bibiri vyo nyene gukwiza abagukurikirana kuri Instagram bashika 1,000,000 ari ikibazo gikomeye, mu gihe mu bihugu nka Tanzania babakwiza mu mwanya nkuwo gukubita urugohe.\u00a0 Umunyarwandakazi Mbabazi chadia azwi canke nka Shaddy Boo niwe abaye uwa mbere muri bino bihugu bibiri abashije gukwiza abo bantu, mu gihe abandi bari [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/shaddy-boo-yafashe-ikibanza-ca-mbere-mu-gukwiza-abamukurikirana-1000000-kuri-instagram\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2022-03-01T13:19:02+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2022\/02\/Shaddyboo0.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1200\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"717\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/shaddy-boo-yafashe-ikibanza-ca-mbere-mu-gukwiza-abamukurikirana-1000000-kuri-instagram\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/shaddy-boo-yafashe-ikibanza-ca-mbere-mu-gukwiza-abamukurikirana-1000000-kuri-instagram\/\",\"name\":\"Shaddy Boo yafashe ikibanza ca Mbere mu gukwiza abamukurikirana 1,000,000 kuri Instagram - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2022-03-01T13:19:02+00:00\",\"dateModified\":\"2022-03-01T13:19:02+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/shaddy-boo-yafashe-ikibanza-ca-mbere-mu-gukwiza-abamukurikirana-1000000-kuri-instagram\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/shaddy-boo-yafashe-ikibanza-ca-mbere-mu-gukwiza-abamukurikirana-1000000-kuri-instagram\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/shaddy-boo-yafashe-ikibanza-ca-mbere-mu-gukwiza-abamukurikirana-1000000-kuri-instagram\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Shaddy Boo yafashe ikibanza ca Mbere mu gukwiza abamukurikirana 1,000,000 kuri Instagram\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Shaddy Boo yafashe ikibanza ca Mbere mu gukwiza abamukurikirana 1,000,000 kuri Instagram - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/shaddy-boo-yafashe-ikibanza-ca-mbere-mu-gukwiza-abamukurikirana-1000000-kuri-instagram\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Shaddy Boo yafashe ikibanza ca Mbere mu gukwiza abamukurikirana 1,000,000 kuri Instagram - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Muri Afrika y\u2019ubuseruko, Uburundi n\u2019Urwanda nivyo bihugu bibiri vyo nyene gukwiza abagukurikirana kuri Instagram bashika 1,000,000 ari ikibazo gikomeye, mu gihe mu bihugu nka Tanzania babakwiza mu mwanya nkuwo gukubita urugohe.\u00a0 Umunyarwandakazi Mbabazi chadia azwi canke nka Shaddy Boo niwe abaye uwa mbere muri bino bihugu bibiri abashije gukwiza abo bantu, mu gihe abandi bari [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/shaddy-boo-yafashe-ikibanza-ca-mbere-mu-gukwiza-abamukurikirana-1000000-kuri-instagram\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2022-03-01T13:19:02+00:00","og_image":[{"width":1200,"height":717,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2022\/02\/Shaddyboo0.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/shaddy-boo-yafashe-ikibanza-ca-mbere-mu-gukwiza-abamukurikirana-1000000-kuri-instagram\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/shaddy-boo-yafashe-ikibanza-ca-mbere-mu-gukwiza-abamukurikirana-1000000-kuri-instagram\/","name":"Shaddy Boo yafashe ikibanza ca Mbere mu gukwiza abamukurikirana 1,000,000 kuri Instagram - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2022-03-01T13:19:02+00:00","dateModified":"2022-03-01T13:19:02+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/shaddy-boo-yafashe-ikibanza-ca-mbere-mu-gukwiza-abamukurikirana-1000000-kuri-instagram\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/shaddy-boo-yafashe-ikibanza-ca-mbere-mu-gukwiza-abamukurikirana-1000000-kuri-instagram\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/shaddy-boo-yafashe-ikibanza-ca-mbere-mu-gukwiza-abamukurikirana-1000000-kuri-instagram\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Shaddy Boo yafashe ikibanza ca Mbere mu gukwiza abamukurikirana 1,000,000 kuri Instagram"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/31990","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=31990"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/31990\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":32017,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/31990\/revisions\/32017"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/32016"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=31990"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=31990"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=31990"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}