{"id":32585,"date":"2022-03-25T21:37:04","date_gmt":"2022-03-25T21:37:04","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=32585"},"modified":"2022-03-25T21:44:52","modified_gmt":"2022-03-25T21:44:52","slug":"umwana-wa-hosy-irakoze-yaremewe-mu-gitigiri-cibinyamakuru-na-cnc","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umwana-wa-hosy-irakoze-yaremewe-mu-gitigiri-cibinyamakuru-na-cnc\/","title":{"rendered":"Umwana wa Hosy irakoze yaremewe mu gitigiri c\u2019ibinyamakuru na CNC"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Siren Vibe ntikiri ishirahamwe(Company) gusa ariko yahawe uburenganzira bwo gukora nk\u2019ikinyamakuru cemewe n\u2019amategeko hano mu gihugu iwacu, ivyo bikaba vyashizwe ku mugaragaro n\u2019ico kinyamakuru ubwaco ku mbuga basanzwe bakoresha<\/em><\/strong>.<\/p>\n<p>Muri Post bakoze ico kinyamakuru cashimiye ababaye hafi bose, barimwo umuserukizi w\u2019Uburundi mu gihugu ca Ethipie Amb. Willy Nyamitwe muri urwo rugendo rwo gusaba ko bemerwa nk\u2019ikinyamakuru gikorera hano iwacu.<\/p>\n<p>Kuri iyo Post nyene bakaba banagiriyeko bashimira uwusanzwe atwara ico kinyamakuru ariwe Iradukunda Nikita, eka banasangiza ababakurikirana urwandiko bandikiwe n\u2019ikigo kijejwe kugenzura ibinyamakuru mu Burundi CNC, igenekerezo rya 15\/3\/2022.<\/p>\n<p>Muri iryo kete ryandikiwe uwusanzwe atwara ico kinyamakuru ariwe Nikita akaba yamenyeshejwe ko bemerewe gukorera hano iwacu, ariko kandi bagahimirizwa kuzogendera musi y\u2019amategeko agenga ibinyamakuru muri kino gihugu cacu ciza c\u2019Uburundi.<\/p>\n<p>Siren ikaba yemerewe inyuma y\u2019imyaka hafi 3 bariko barakora. Siren ikaba imaze gukorerwako n\u2019abamenyeshamakuru batandukanye barimwo abagiye mu bindi bikorwa, eka mbere n\u2019abagiye mu bindi binyamakuru.<\/p>\n<p>Urwo rubuga rwa Youtube rwa Siren Vibe rukaba rwashinzwe igenekerezo rya 1\/8\/2019, inyuma y\u2019amezi hafi 2 akaba ariho ikiganiro cabo ca 1 cashizwe kuri urwo rubuga, Alvin Smith yanigeze kuba umwe mu bakoresha ibiganiro kuri Siren Vibe akaba ariwe yari umutumire, binamunanira kuvuga izina ry\u2019iyo mboneshakure, aho hakaba hari igenekerezo rya 27\/9\/2019.<\/p>\n<p>Siren Vibe Tv ikaba yashinzwe na Hosy Irakoze, uno musi asanzwe ari umwe mu bakora ikiganiro Hun and Facts kigize igihe gikunzwe. Akaba ico gihe yaravuye muri Buja Hit nayo ikorera kuri urwo rubuga Youtube.<\/p>\n<p>Ico kinyamakuru kikaba gisanzwe kigira ico kironse kuri urwo rubuga rwa Youtube, nkuko tuvyerekwa n\u2019urubuga rwerekana ibihembo bihabwa abakoresha urwo rubuga. Nkuko Social Blade ivyerekana Siren Vibe Tv yoba yinjiza buri kwezi amafaranga ari hagati y\u2019ama $40 n\u2019ama $639 buri kwezi, nayo ku mwaka bakaba boba binjiza ayari hagati y\u2019$479 n\u2019ama $7700.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Siren Vibe ntikiri ishirahamwe(Company) gusa ariko yahawe uburenganzira bwo gukora nk\u2019ikinyamakuru cemewe n\u2019amategeko hano mu gihugu iwacu, ivyo bikaba vyashizwe ku mugaragaro n\u2019ico kinyamakuru ubwaco ku mbuga basanzwe bakoresha. Muri Post bakoze ico kinyamakuru cashimiye ababaye hafi bose, barimwo umuserukizi w\u2019Uburundi mu gihugu ca Ethipie Amb. Willy Nyamitwe muri urwo rugendo rwo gusaba ko bemerwa [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":32582,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,515,519],"tags":[],"class_list":["post-32585","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-homepage","category-kirundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Umwana wa Hosy irakoze yaremewe mu gitigiri c\u2019ibinyamakuru na CNC - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umwana-wa-hosy-irakoze-yaremewe-mu-gitigiri-cibinyamakuru-na-cnc\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Umwana wa Hosy irakoze yaremewe mu gitigiri c\u2019ibinyamakuru na CNC - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Siren Vibe ntikiri ishirahamwe(Company) gusa ariko yahawe uburenganzira bwo gukora nk\u2019ikinyamakuru cemewe n\u2019amategeko hano mu gihugu iwacu, ivyo bikaba vyashizwe ku mugaragaro n\u2019ico kinyamakuru ubwaco ku mbuga basanzwe bakoresha. Muri Post bakoze ico kinyamakuru cashimiye ababaye hafi bose, barimwo umuserukizi w\u2019Uburundi mu gihugu ca Ethipie Amb. Willy Nyamitwe muri urwo rugendo rwo gusaba ko bemerwa [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umwana-wa-hosy-irakoze-yaremewe-mu-gitigiri-cibinyamakuru-na-cnc\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2022-03-25T21:37:04+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2022-03-25T21:44:52+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2022\/03\/PhotoGrid_Plus_1648230610201.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"960\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umwana-wa-hosy-irakoze-yaremewe-mu-gitigiri-cibinyamakuru-na-cnc\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umwana-wa-hosy-irakoze-yaremewe-mu-gitigiri-cibinyamakuru-na-cnc\/\",\"name\":\"Umwana wa Hosy irakoze yaremewe mu gitigiri c\u2019ibinyamakuru na CNC - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2022-03-25T21:37:04+00:00\",\"dateModified\":\"2022-03-25T21:44:52+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umwana-wa-hosy-irakoze-yaremewe-mu-gitigiri-cibinyamakuru-na-cnc\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umwana-wa-hosy-irakoze-yaremewe-mu-gitigiri-cibinyamakuru-na-cnc\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umwana-wa-hosy-irakoze-yaremewe-mu-gitigiri-cibinyamakuru-na-cnc\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Umwana wa Hosy irakoze yaremewe mu gitigiri c\u2019ibinyamakuru na CNC\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Umwana wa Hosy irakoze yaremewe mu gitigiri c\u2019ibinyamakuru na CNC - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umwana-wa-hosy-irakoze-yaremewe-mu-gitigiri-cibinyamakuru-na-cnc\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Umwana wa Hosy irakoze yaremewe mu gitigiri c\u2019ibinyamakuru na CNC - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Siren Vibe ntikiri ishirahamwe(Company) gusa ariko yahawe uburenganzira bwo gukora nk\u2019ikinyamakuru cemewe n\u2019amategeko hano mu gihugu iwacu, ivyo bikaba vyashizwe ku mugaragaro n\u2019ico kinyamakuru ubwaco ku mbuga basanzwe bakoresha. Muri Post bakoze ico kinyamakuru cashimiye ababaye hafi bose, barimwo umuserukizi w\u2019Uburundi mu gihugu ca Ethipie Amb. Willy Nyamitwe muri urwo rugendo rwo gusaba ko bemerwa [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umwana-wa-hosy-irakoze-yaremewe-mu-gitigiri-cibinyamakuru-na-cnc\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2022-03-25T21:37:04+00:00","article_modified_time":"2022-03-25T21:44:52+00:00","og_image":[{"width":960,"height":720,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2022\/03\/PhotoGrid_Plus_1648230610201.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umwana-wa-hosy-irakoze-yaremewe-mu-gitigiri-cibinyamakuru-na-cnc\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umwana-wa-hosy-irakoze-yaremewe-mu-gitigiri-cibinyamakuru-na-cnc\/","name":"Umwana wa Hosy irakoze yaremewe mu gitigiri c\u2019ibinyamakuru na CNC - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2022-03-25T21:37:04+00:00","dateModified":"2022-03-25T21:44:52+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umwana-wa-hosy-irakoze-yaremewe-mu-gitigiri-cibinyamakuru-na-cnc\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umwana-wa-hosy-irakoze-yaremewe-mu-gitigiri-cibinyamakuru-na-cnc\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umwana-wa-hosy-irakoze-yaremewe-mu-gitigiri-cibinyamakuru-na-cnc\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Umwana wa Hosy irakoze yaremewe mu gitigiri c\u2019ibinyamakuru na CNC"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/32585","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=32585"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/32585\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":32586,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/32585\/revisions\/32586"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/32582"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=32585"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=32585"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=32585"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}