{"id":32679,"date":"2022-03-30T13:44:44","date_gmt":"2022-03-30T13:44:44","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=32679"},"modified":"2022-03-30T13:45:34","modified_gmt":"2022-03-30T13:45:34","slug":"abipfuza-kuba-nka-b-face-ngo-nibacire-birarura","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abipfuza-kuba-nka-b-face-ngo-nibacire-birarura\/","title":{"rendered":"Abipfuza kuba nka B face ngo nibacire birarura"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>B face ahanura abantu Bose ko bohagarika kwipfuza kuko n&#8217;ijambo ry&#8217;Imana rirabibuza<\/em><\/strong>.<\/p>\n<p>Mu kiganiro Face \u00e0 face ca Siren Vibe, B Face yafashe akanya yishura ibibazo vy&#8217;abafana bariko baramubaza.<\/p>\n<p>Bimwe mu bibazo yabajijwe uko yatanguye umuziki, Boniface avuga ko yawutanguye kuva kera Kandi yakunda gusubiramwo Indirimbo z&#8217;abandi, Indirimbo akayisubiramwo uko avyumva.<\/p>\n<p>&#8220;Umuziki ingene nawutanguye, narakunda gusubiramwo Indirimbo z&#8217;abandi. Ari ikibembe ngasibiramwo bivanye na Melodie, Indirimbo z&#8217;abanyamerika nkaziririmba mu Kirundi, bivanye n&#8217;ingene ndazumva.&#8221; vyashikirijwe na B Face<\/p>\n<p>B-Face ngo ubwo bu star bamubonako uno musi ngo bwatanguye kuva kera, kuko akiri kw&#8217;ishure hageze ko aririmba bariko baca amanota, abanyeshure barasidukana n&#8217;iyonka bakaja kuraba uko aririmba.<\/p>\n<p>&#8220;Harya je ubu Star nabutanguye kuva kera, kw&#8217;ishure nari umu Star muri Primaire. Vya bindi hageze guca amanota abanyeshure Bose baca baza kuma dirisha, rero nari nabikunze kuva kera, urumva bifise iyo vyavuye.&#8221;<\/p>\n<p>Ikindi yashikirije camufashije muri ivyo bihe vyiwe agitangura umuziki, nuko atatinya kuririmba uko avyumva, yaba yoyonona, canke ayiririmba neza, ngo we ntaco vyaba bimutwaye.<\/p>\n<p>&#8221; Gusubiramwo Indirimbo ndayonona ntaco vyantwara, gushika uno musi Aho ndirimba iz&#8217;iwanje nabo bakajamwo mubazifana.&#8221;<\/p>\n<p>Nayo abipfuza kumera nkawe, ngo ntihagire n&#8217;uwusubira kubirota, kuko nawe Aho ageze ahageze kuko atigeze yipfuza kuba nk&#8217;uwundi muntu n&#8217;umwe. Ahubwo akaba avuga ko we yipfuza kuba yokwigira ku bandi, Ari naco ahanura uwovyipfuza.<\/p>\n<p>&#8220;Kwipfuza ni bibi, erega jewe nabaye jewe kuko Ntawe nipfuje. Gusa narakunda Indirimbo z&#8217;abandi, nawe arazikunda iz&#8217;iwanje, azikurikirane, akurikirane n&#8217;iz&#8217;abandi, bizomw&#8217;inspira kuberaki abantu ntibanganya Inspiration, jewe ndashobora kuba nomwigisha bivanye n&#8217;ivyo nandika, canke n&#8217;uwundi amwigishije ivyo kuririmba, Ama Melodie.&#8221;<\/p>\n<p>Mukibuka ko uwo muririmvyi aheruka gutahana ikibanza ciza muri Isanganiro Awards Aho Atari avyizeye cane ko yofata Ico Kibanza.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"Sat-B guhagarika umuziki...| Mutima uko yasubije abaririmvyi ku kivi, B Face award yamutwaye igihe\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/Nzvugw4TfZI?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>B face ahanura abantu Bose ko bohagarika kwipfuza kuko n&#8217;ijambo ry&#8217;Imana rirabibuza. Mu kiganiro Face \u00e0 face ca Siren Vibe, B Face yafashe akanya yishura ibibazo vy&#8217;abafana bariko baramubaza. Bimwe mu bibazo yabajijwe uko yatanguye umuziki, Boniface avuga ko yawutanguye kuva kera Kandi yakunda gusubiramwo Indirimbo z&#8217;abandi, Indirimbo akayisubiramwo uko avyumva. &#8220;Umuziki ingene nawutanguye, narakunda [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":32684,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[971,972,519,987],"tags":[],"class_list":["post-32679","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ikirundi_news","category-imyidagaduro","category-kirundi","category-kirundi_entertainment"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Abipfuza kuba nka B face ngo nibacire birarura - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abipfuza-kuba-nka-b-face-ngo-nibacire-birarura\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Abipfuza kuba nka B face ngo nibacire birarura - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"B face ahanura abantu Bose ko bohagarika kwipfuza kuko n&#8217;ijambo ry&#8217;Imana rirabibuza. Mu kiganiro Face \u00e0 face ca Siren Vibe, B Face yafashe akanya yishura ibibazo vy&#8217;abafana bariko baramubaza. Bimwe mu bibazo yabajijwe uko yatanguye umuziki, Boniface avuga ko yawutanguye kuva kera Kandi yakunda gusubiramwo Indirimbo z&#8217;abandi, Indirimbo akayisubiramwo uko avyumva. &#8220;Umuziki ingene nawutanguye, narakunda [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abipfuza-kuba-nka-b-face-ngo-nibacire-birarura\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2022-03-30T13:44:44+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2022-03-30T13:45:34+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2022\/03\/PhotoGrid_Plus_1648647750232.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"960\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abipfuza-kuba-nka-b-face-ngo-nibacire-birarura\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abipfuza-kuba-nka-b-face-ngo-nibacire-birarura\/\",\"name\":\"Abipfuza kuba nka B face ngo nibacire birarura - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2022-03-30T13:44:44+00:00\",\"dateModified\":\"2022-03-30T13:45:34+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abipfuza-kuba-nka-b-face-ngo-nibacire-birarura\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abipfuza-kuba-nka-b-face-ngo-nibacire-birarura\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abipfuza-kuba-nka-b-face-ngo-nibacire-birarura\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Abipfuza kuba nka B face ngo nibacire birarura\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Abipfuza kuba nka B face ngo nibacire birarura - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abipfuza-kuba-nka-b-face-ngo-nibacire-birarura\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Abipfuza kuba nka B face ngo nibacire birarura - Indundi Culture | Magazine","og_description":"B face ahanura abantu Bose ko bohagarika kwipfuza kuko n&#8217;ijambo ry&#8217;Imana rirabibuza. Mu kiganiro Face \u00e0 face ca Siren Vibe, B Face yafashe akanya yishura ibibazo vy&#8217;abafana bariko baramubaza. Bimwe mu bibazo yabajijwe uko yatanguye umuziki, Boniface avuga ko yawutanguye kuva kera Kandi yakunda gusubiramwo Indirimbo z&#8217;abandi, Indirimbo akayisubiramwo uko avyumva. &#8220;Umuziki ingene nawutanguye, narakunda [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abipfuza-kuba-nka-b-face-ngo-nibacire-birarura\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2022-03-30T13:44:44+00:00","article_modified_time":"2022-03-30T13:45:34+00:00","og_image":[{"width":960,"height":720,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2022\/03\/PhotoGrid_Plus_1648647750232.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abipfuza-kuba-nka-b-face-ngo-nibacire-birarura\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abipfuza-kuba-nka-b-face-ngo-nibacire-birarura\/","name":"Abipfuza kuba nka B face ngo nibacire birarura - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2022-03-30T13:44:44+00:00","dateModified":"2022-03-30T13:45:34+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abipfuza-kuba-nka-b-face-ngo-nibacire-birarura\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abipfuza-kuba-nka-b-face-ngo-nibacire-birarura\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/abipfuza-kuba-nka-b-face-ngo-nibacire-birarura\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Abipfuza kuba nka B face ngo nibacire birarura"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/32679","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=32679"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/32679\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":32685,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/32679\/revisions\/32685"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/32684"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=32679"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=32679"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=32679"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}