{"id":32792,"date":"2022-04-07T23:01:14","date_gmt":"2022-04-07T23:01:14","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=32792"},"modified":"2022-04-07T23:01:37","modified_gmt":"2022-04-07T23:01:37","slug":"dj-paulin-ngo-azofasha-abaririmvyi-ariko-ntazokwugurura-label-yiwe","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-paulin-ngo-azofasha-abaririmvyi-ariko-ntazokwugurura-label-yiwe\/","title":{"rendered":"Dj Paulin ngo azofasha abaririmvyi ariko ntazokwugurura Label yiwe"},"content":{"rendered":"<p><strong><em>Abaririmvyi ngo baragoye cane, ivyo n&#8217;ibishikirizwa na Dj Paulin ubwiwe mu kiganiro aheruka gutanga<\/em><\/strong>.<\/p>\n<p>Uwo mugabo amaze gufasha abaririmvyi batari bake, ngo nta mugambi afise wo kwugurura inzu ikurikirana abaririmvyi, Label, kuko abaririmvyi batoroshe.<\/p>\n<p>Kubwa Paulin ngo abaririmvyi b&#8217;ahandi ngo barubaha, bakurikiza ivyo Management iba iriko irabasaba, ariko abahano ngo iyo yasohoye akaririmbo kamwe akumva kariko kavuzwa hirya no hino aca yibaza ngo vyaheze yabaye umuntu akomeye Kandi ariho yaragutangura.<\/p>\n<p>Dj Paulin avuga ko azobandanya afasha abaririmvyi batandukanye, naho ataco ahakura kinini, Kandi n&#8217;umutambukanyi wiwe yama yakimubajije ico yunguka, kuko ngo amaze kuhahombera amafaranga Atari make.<\/p>\n<p>Dj Paulin avuga ko umuririmvyi Mb data ngo bashatse kumufasha ngo ashike kure cane, ariko uwo muririmvyi ngo ntiyabishimye yaciye yigumura, Kandi bari bafise umugambi wo kumuzungurukana mu bihugu bitandukanye Kandi bikomeye vyo ku migabane y&#8217;uburayi na Amerika.<\/p>\n<p>Mwomenya ko Dj Paulin asanzwe ariwe nyene Cristal ariko Kandi akaba asanzwe anategura ibiteramo bikomakomeye hano iwacu, vyakira abaririmvyi b&#8217;abanyamahanga bakomeye cane.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Abaririmvyi ngo baragoye cane, ivyo n&#8217;ibishikirizwa na Dj Paulin ubwiwe mu kiganiro aheruka gutanga. Uwo mugabo amaze gufasha abaririmvyi batari bake, ngo nta mugambi afise wo kwugurura inzu ikurikirana abaririmvyi, Label, kuko abaririmvyi batoroshe. Kubwa Paulin ngo abaririmvyi b&#8217;ahandi ngo barubaha, bakurikiza ivyo Management iba iriko irabasaba, ariko abahano ngo iyo yasohoye akaririmbo kamwe akumva [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":32802,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,526,515,971,519,516],"tags":[],"class_list":["post-32792","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-news-burundi","category-homepage","category-ikirundi_news","category-kirundi","category-music-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Dj Paulin ngo azofasha abaririmvyi ariko ntazokwugurura Label yiwe - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-paulin-ngo-azofasha-abaririmvyi-ariko-ntazokwugurura-label-yiwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Dj Paulin ngo azofasha abaririmvyi ariko ntazokwugurura Label yiwe - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Abaririmvyi ngo baragoye cane, ivyo n&#8217;ibishikirizwa na Dj Paulin ubwiwe mu kiganiro aheruka gutanga. Uwo mugabo amaze gufasha abaririmvyi batari bake, ngo nta mugambi afise wo kwugurura inzu ikurikirana abaririmvyi, Label, kuko abaririmvyi batoroshe. Kubwa Paulin ngo abaririmvyi b&#8217;ahandi ngo barubaha, bakurikiza ivyo Management iba iriko irabasaba, ariko abahano ngo iyo yasohoye akaririmbo kamwe akumva [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-paulin-ngo-azofasha-abaririmvyi-ariko-ntazokwugurura-label-yiwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2022-04-07T23:01:14+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2022-04-07T23:01:37+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2022\/04\/PhotoGrid_Plus_1649193985653.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"960\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-paulin-ngo-azofasha-abaririmvyi-ariko-ntazokwugurura-label-yiwe\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-paulin-ngo-azofasha-abaririmvyi-ariko-ntazokwugurura-label-yiwe\/\",\"name\":\"Dj Paulin ngo azofasha abaririmvyi ariko ntazokwugurura Label yiwe - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2022-04-07T23:01:14+00:00\",\"dateModified\":\"2022-04-07T23:01:37+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-paulin-ngo-azofasha-abaririmvyi-ariko-ntazokwugurura-label-yiwe\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-paulin-ngo-azofasha-abaririmvyi-ariko-ntazokwugurura-label-yiwe\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-paulin-ngo-azofasha-abaririmvyi-ariko-ntazokwugurura-label-yiwe\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Dj Paulin ngo azofasha abaririmvyi ariko ntazokwugurura Label yiwe\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Dj Paulin ngo azofasha abaririmvyi ariko ntazokwugurura Label yiwe - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-paulin-ngo-azofasha-abaririmvyi-ariko-ntazokwugurura-label-yiwe\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Dj Paulin ngo azofasha abaririmvyi ariko ntazokwugurura Label yiwe - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Abaririmvyi ngo baragoye cane, ivyo n&#8217;ibishikirizwa na Dj Paulin ubwiwe mu kiganiro aheruka gutanga. Uwo mugabo amaze gufasha abaririmvyi batari bake, ngo nta mugambi afise wo kwugurura inzu ikurikirana abaririmvyi, Label, kuko abaririmvyi batoroshe. Kubwa Paulin ngo abaririmvyi b&#8217;ahandi ngo barubaha, bakurikiza ivyo Management iba iriko irabasaba, ariko abahano ngo iyo yasohoye akaririmbo kamwe akumva [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-paulin-ngo-azofasha-abaririmvyi-ariko-ntazokwugurura-label-yiwe\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2022-04-07T23:01:14+00:00","article_modified_time":"2022-04-07T23:01:37+00:00","og_image":[{"width":960,"height":720,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2022\/04\/PhotoGrid_Plus_1649193985653.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-paulin-ngo-azofasha-abaririmvyi-ariko-ntazokwugurura-label-yiwe\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-paulin-ngo-azofasha-abaririmvyi-ariko-ntazokwugurura-label-yiwe\/","name":"Dj Paulin ngo azofasha abaririmvyi ariko ntazokwugurura Label yiwe - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2022-04-07T23:01:14+00:00","dateModified":"2022-04-07T23:01:37+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-paulin-ngo-azofasha-abaririmvyi-ariko-ntazokwugurura-label-yiwe\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-paulin-ngo-azofasha-abaririmvyi-ariko-ntazokwugurura-label-yiwe\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-paulin-ngo-azofasha-abaririmvyi-ariko-ntazokwugurura-label-yiwe\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Dj Paulin ngo azofasha abaririmvyi ariko ntazokwugurura Label yiwe"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/32792","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=32792"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/32792\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":32793,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/32792\/revisions\/32793"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/32802"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=32792"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=32792"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=32792"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}