{"id":3287,"date":"2019-03-18T13:14:18","date_gmt":"2019-03-18T20:14:18","guid":{"rendered":"http:\/\/indundi.com\/?p=3287"},"modified":"2019-03-18T13:14:18","modified_gmt":"2019-03-18T20:14:18","slug":"indundi-indirimbo-ado-josan-yakoreye-hano-ngo-ziryoshe-gusumba-iyo-yakoreye-mu-rwanda","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-indirimbo-ado-josan-yakoreye-hano-ngo-ziryoshe-gusumba-iyo-yakoreye-mu-rwanda\/","title":{"rendered":"Indirimbo Ado Josan yakoreye hano ngo ziryoshe gusumba iyo yakoreye mu Rwanda"},"content":{"rendered":"\n<figure class=\"wp-block-image\"><img decoding=\"async\" src=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/03\/54388559_2600172926678829_9106932935134543872_n.jpg\" alt=\"\" class=\"wp-image-3307\"\/><\/figure>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\"><em>Ado Josan ngo agiye gukorana akaririmbo n\u2019umuririmmvyi wo muri Tanzania. Ivyo akaba aheruka kuvyishura umwe mu bakunzi biwe yariko abimubariza ku rubuga rwa Facebook. <\/em><\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Mu gihe yari yashize ku rubuga rwa Facebook ishusho yiwe\nasaba abakunzi biwe kugira ico bamubaza canke bamubwiye, abo bamubajije ibibazo\nbitari bike, birimwo uburyo akora umuziki wiwe, mbere banamubaza n\u2019ivy\u2019ugukorana\nindirimbo n\u2019abandi baririmvyi. <\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Ado yavuze ko asanzwe afise umugambi wo gukora n\u2019abaririmvyi\nbatandukanye bo muri kano karere, ngo bikunde uwo muziki wiwe ubashe gushika\nkure. <\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Muri ico kiyago yavuze ko mu misi ya vuba indirimbo yindi azotanga ari iyo azoba yakoranye na mugenziwe w\u2019umu Tanzania. Naho atavuze ryari co kimwe n\u2019uwo muntu uwariwe. <\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Muri ico kiyago yagiranye n\u2019abakunzi b\u2019ibikorwa vyiwe, Ado\nyanabajijwe umuririmvyi abona ko bakoranye hano iwacu yoryoherwa gusumba.\nYavuze ko abatari bake bariko barakora neza, kandi bakoranye yobishima, ariko\nngo aramutse akoranye na Vichou vyomuryohera gusumba. <\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Ado asanzwe abarizwa ku mugabane wa buraya, yabwiwe ko indirimbo akorana na Yves Kolly ziba ziryoshe kandi zikundwa cane , ariko ngo iyo yakoranye n\u2019abanyarwanda itakunzwe gusumba. Yishuye umunya Gatumba yariko aramubaza ko yaba Yves Kolly, yaba uwo bakoranye w\u2019umunyarwanda bose bakora neza, naho bakora ibitandukanye. <\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Mu bindi bibazo vyinshi yabajijwe, habonetsemwo ic\u2019icipfuzo\nciwe mu muziki. Yishuye ko ashaka gukora umuziki mwiza, ushikira benshi gusumba\nkandi ukabafasha guhindura ubuzima bwabo. <\/p>\n\n\n\n<p class=\"wp-block-paragraph\">Mwokwibuka ko Ado Josan yaheruka gukorana akaririmbo n\u2019abaririmvyi b\u2019abanyarwanda Urban Boys, ako bakaba bakise You. Ako karirimbo kakaba kashizwe ku rubuga rwa Youtube rw\u2019uwo murwi w\u2019abanyarwanda. <\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ado Josan ngo agiye gukorana akaririmbo n\u2019umuririmmvyi wo muri Tanzania. Ivyo akaba aheruka kuvyishura umwe mu bakunzi biwe yariko abimubariza ku rubuga rwa Facebook. Mu gihe yari yashize ku rubuga rwa Facebook ishusho yiwe asaba abakunzi biwe kugira ico bamubaza canke bamubwiye, abo bamubajije ibibazo bitari bike, birimwo uburyo akora umuziki wiwe, mbere banamubaza n\u2019ivy\u2019ugukorana [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":1,"featured_media":0,"comment_status":"open","ping_status":"closed","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[515,519,516,623,705,810],"tags":[],"class_list":["post-3287","post","type-post","status-publish","format-standard","hentry","category-homepage","category-kirundi","category-music-news","category-muzik-na-wasani","category-passport","category-unicef-burundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Indirimbo Ado Josan yakoreye hano ngo ziryoshe gusumba iyo yakoreye mu Rwanda - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-indirimbo-ado-josan-yakoreye-hano-ngo-ziryoshe-gusumba-iyo-yakoreye-mu-rwanda\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Indirimbo Ado Josan yakoreye hano ngo ziryoshe gusumba iyo yakoreye mu Rwanda - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Ado Josan ngo agiye gukorana akaririmbo n\u2019umuririmmvyi wo muri Tanzania. Ivyo akaba aheruka kuvyishura umwe mu bakunzi biwe yariko abimubariza ku rubuga rwa Facebook. Mu gihe yari yashize ku rubuga rwa Facebook ishusho yiwe asaba abakunzi biwe kugira ico bamubaza canke bamubwiye, abo bamubajije ibibazo bitari bike, birimwo uburyo akora umuziki wiwe, mbere banamubaza n\u2019ivy\u2019ugukorana [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-indirimbo-ado-josan-yakoreye-hano-ngo-ziryoshe-gusumba-iyo-yakoreye-mu-rwanda\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2019-03-18T20:14:18+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/03\/54388559_2600172926678829_9106932935134543872_n.jpg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"admin\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"admin\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-indirimbo-ado-josan-yakoreye-hano-ngo-ziryoshe-gusumba-iyo-yakoreye-mu-rwanda\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-indirimbo-ado-josan-yakoreye-hano-ngo-ziryoshe-gusumba-iyo-yakoreye-mu-rwanda\/\",\"name\":\"Indirimbo Ado Josan yakoreye hano ngo ziryoshe gusumba iyo yakoreye mu Rwanda - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2019-03-18T20:14:18+00:00\",\"dateModified\":\"2019-03-18T20:14:18+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-indirimbo-ado-josan-yakoreye-hano-ngo-ziryoshe-gusumba-iyo-yakoreye-mu-rwanda\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-indirimbo-ado-josan-yakoreye-hano-ngo-ziryoshe-gusumba-iyo-yakoreye-mu-rwanda\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-indirimbo-ado-josan-yakoreye-hano-ngo-ziryoshe-gusumba-iyo-yakoreye-mu-rwanda\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Indirimbo Ado Josan yakoreye hano ngo ziryoshe gusumba iyo yakoreye mu Rwanda\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87\",\"name\":\"admin\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"admin\"},\"sameAs\":[\"https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI\"],\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Indirimbo Ado Josan yakoreye hano ngo ziryoshe gusumba iyo yakoreye mu Rwanda - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-indirimbo-ado-josan-yakoreye-hano-ngo-ziryoshe-gusumba-iyo-yakoreye-mu-rwanda\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Indirimbo Ado Josan yakoreye hano ngo ziryoshe gusumba iyo yakoreye mu Rwanda - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Ado Josan ngo agiye gukorana akaririmbo n\u2019umuririmmvyi wo muri Tanzania. Ivyo akaba aheruka kuvyishura umwe mu bakunzi biwe yariko abimubariza ku rubuga rwa Facebook. Mu gihe yari yashize ku rubuga rwa Facebook ishusho yiwe asaba abakunzi biwe kugira ico bamubaza canke bamubwiye, abo bamubajije ibibazo bitari bike, birimwo uburyo akora umuziki wiwe, mbere banamubaza n\u2019ivy\u2019ugukorana [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-indirimbo-ado-josan-yakoreye-hano-ngo-ziryoshe-gusumba-iyo-yakoreye-mu-rwanda\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2019-03-18T20:14:18+00:00","og_image":[{"url":"http:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2019\/03\/54388559_2600172926678829_9106932935134543872_n.jpg"}],"author":"admin","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"admin","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-indirimbo-ado-josan-yakoreye-hano-ngo-ziryoshe-gusumba-iyo-yakoreye-mu-rwanda\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-indirimbo-ado-josan-yakoreye-hano-ngo-ziryoshe-gusumba-iyo-yakoreye-mu-rwanda\/","name":"Indirimbo Ado Josan yakoreye hano ngo ziryoshe gusumba iyo yakoreye mu Rwanda - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2019-03-18T20:14:18+00:00","dateModified":"2019-03-18T20:14:18+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-indirimbo-ado-josan-yakoreye-hano-ngo-ziryoshe-gusumba-iyo-yakoreye-mu-rwanda\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-indirimbo-ado-josan-yakoreye-hano-ngo-ziryoshe-gusumba-iyo-yakoreye-mu-rwanda\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-indirimbo-ado-josan-yakoreye-hano-ngo-ziryoshe-gusumba-iyo-yakoreye-mu-rwanda\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Indirimbo Ado Josan yakoreye hano ngo ziryoshe gusumba iyo yakoreye mu Rwanda"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/6f9465288b1bcd746b6826cea5c1cf87","name":"admin","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3d649179d984570857921b38efabbced?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"admin"},"sameAs":["https:\/\/bagenzinet.com\/INDUNDI"],"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/admin\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/3287","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/1"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=3287"}],"version-history":[{"count":0,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/3287\/revisions"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=3287"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=3287"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=3287"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}