{"id":32879,"date":"2022-04-09T08:26:28","date_gmt":"2022-04-09T08:26:28","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=32879"},"modified":"2022-04-09T08:26:28","modified_gmt":"2022-04-09T08:26:28","slug":"wise-kwicisha-bugufi-niyo-nkoni-azokwitwaza-mu-rugendo-rwiwe","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wise-kwicisha-bugufi-niyo-nkoni-azokwitwaza-mu-rugendo-rwiwe\/","title":{"rendered":"Wise kwicisha bugufi niyo nkoni azokwitwaza mu rugendo rwiwe"},"content":{"rendered":"<p>Wise ni umuririmvyikazi asanzwe avuka mu ntara ya Kayanza imyaka yiwe y&#8217;amavuko ni 16 yakuze akunda ivyo kuririmba ariko muri Myandagaro 2021 niho yasohora indirimbo yiwe ya mbere (Temperature).<\/p>\n<p>Hari haheze amezi arenga 6 atayindi ndirimbo asubiye gusohora muri uku kwa gatatu mu mpera za 2022 yaciye arekura indirimbo yitwa (Money yoo) akaba yaje yerekana neza ubushobozi bwiwe bamwe bati hamwe yobandanya afise akazoza keza kuko n\u2019ijwi ryiwe ntirivyorosha.<\/p>\n<p>Nayo kubwiwe aravuga ko abakunzi biwe atazosubira kubanyoteza kuko yasanze kumara igihe kinini udasohora bituma bakwibagira iryo kosa ntabwo azorisubira.<\/p>\n<p>Nayo kuri vid\u00e9o yabonetse ku mbuga ngurukanabumenyi ari kumwe na Sat_B, aravuga ko yafashwe mu gihe yari agiye kumufasha muri Vid\u00e9o yiwe y&#8217;indirimbo &#8220;Dawa&#8221; kandi Sat_B ni umuririmvyi akunda ndetse yanamutekereye impanuro nka mukuru wiwe yamutanguriye mu muziki kandi arafise icizere ko muri Album nshasha ya Sat-B hashobora kuzobamwo indirimbo bazoririmbana.<\/p>\n<p>Nayo ngo mu rugendo rwiwe yatanguye kugira azogera kure; kwicisha bugufi no kwumviriza impanuro niyo mpamba azokwifashisha.<\/p>\n<p>Ivyo akaba ari bimwe mu bibazo yagiye arishura mu kiganiro yari yatumiwemwo Indundi hits show ca indundi Magazine ifadikanije na GLM gica kuri Radio Culture ku musi wa mbere no kuwagatanu isaha 10<br \/>\nKivuga amakuru y&#8217;abanyabuhinga bo mu Burundi gusa.<\/p>\n<p>Urahawe ikaze uze uragikurikirana.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Wise ni umuririmvyikazi asanzwe avuka mu ntara ya Kayanza imyaka yiwe y&#8217;amavuko ni 16 yakuze akunda ivyo kuririmba ariko muri Myandagaro 2021 niho yasohora indirimbo yiwe ya mbere (Temperature). Hari haheze amezi arenga 6 atayindi ndirimbo asubiye gusohora muri uku kwa gatatu mu mpera za 2022 yaciye arekura indirimbo yitwa (Money yoo) akaba yaje yerekana [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":5,"featured_media":32880,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[515,971,972,987],"tags":[],"class_list":["post-32879","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-homepage","category-ikirundi_news","category-imyidagaduro","category-kirundi_entertainment"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Wise kwicisha bugufi niyo nkoni azokwitwaza mu rugendo rwiwe - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wise-kwicisha-bugufi-niyo-nkoni-azokwitwaza-mu-rugendo-rwiwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Wise kwicisha bugufi niyo nkoni azokwitwaza mu rugendo rwiwe - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Wise ni umuririmvyikazi asanzwe avuka mu ntara ya Kayanza imyaka yiwe y&#8217;amavuko ni 16 yakuze akunda ivyo kuririmba ariko muri Myandagaro 2021 niho yasohora indirimbo yiwe ya mbere (Temperature). Hari haheze amezi arenga 6 atayindi ndirimbo asubiye gusohora muri uku kwa gatatu mu mpera za 2022 yaciye arekura indirimbo yitwa (Money yoo) akaba yaje yerekana [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wise-kwicisha-bugufi-niyo-nkoni-azokwitwaza-mu-rugendo-rwiwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2022-04-09T08:26:28+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2022\/04\/36AAAF1B-5328-4E32-8E9E-A7C793E6C9A6.jpeg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1000\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1000\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"janvier\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"janvier\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wise-kwicisha-bugufi-niyo-nkoni-azokwitwaza-mu-rugendo-rwiwe\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wise-kwicisha-bugufi-niyo-nkoni-azokwitwaza-mu-rugendo-rwiwe\/\",\"name\":\"Wise kwicisha bugufi niyo nkoni azokwitwaza mu rugendo rwiwe - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2022-04-09T08:26:28+00:00\",\"dateModified\":\"2022-04-09T08:26:28+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wise-kwicisha-bugufi-niyo-nkoni-azokwitwaza-mu-rugendo-rwiwe\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wise-kwicisha-bugufi-niyo-nkoni-azokwitwaza-mu-rugendo-rwiwe\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wise-kwicisha-bugufi-niyo-nkoni-azokwitwaza-mu-rugendo-rwiwe\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Wise kwicisha bugufi niyo nkoni azokwitwaza mu rugendo rwiwe\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814\",\"name\":\"janvier\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"janvier\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/janvier\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Wise kwicisha bugufi niyo nkoni azokwitwaza mu rugendo rwiwe - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wise-kwicisha-bugufi-niyo-nkoni-azokwitwaza-mu-rugendo-rwiwe\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Wise kwicisha bugufi niyo nkoni azokwitwaza mu rugendo rwiwe - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Wise ni umuririmvyikazi asanzwe avuka mu ntara ya Kayanza imyaka yiwe y&#8217;amavuko ni 16 yakuze akunda ivyo kuririmba ariko muri Myandagaro 2021 niho yasohora indirimbo yiwe ya mbere (Temperature). Hari haheze amezi arenga 6 atayindi ndirimbo asubiye gusohora muri uku kwa gatatu mu mpera za 2022 yaciye arekura indirimbo yitwa (Money yoo) akaba yaje yerekana [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wise-kwicisha-bugufi-niyo-nkoni-azokwitwaza-mu-rugendo-rwiwe\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2022-04-09T08:26:28+00:00","og_image":[{"width":1000,"height":1000,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2022\/04\/36AAAF1B-5328-4E32-8E9E-A7C793E6C9A6.jpeg","type":"image\/jpeg"}],"author":"janvier","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"janvier","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wise-kwicisha-bugufi-niyo-nkoni-azokwitwaza-mu-rugendo-rwiwe\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wise-kwicisha-bugufi-niyo-nkoni-azokwitwaza-mu-rugendo-rwiwe\/","name":"Wise kwicisha bugufi niyo nkoni azokwitwaza mu rugendo rwiwe - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2022-04-09T08:26:28+00:00","dateModified":"2022-04-09T08:26:28+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wise-kwicisha-bugufi-niyo-nkoni-azokwitwaza-mu-rugendo-rwiwe\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wise-kwicisha-bugufi-niyo-nkoni-azokwitwaza-mu-rugendo-rwiwe\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wise-kwicisha-bugufi-niyo-nkoni-azokwitwaza-mu-rugendo-rwiwe\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Wise kwicisha bugufi niyo nkoni azokwitwaza mu rugendo rwiwe"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814","name":"janvier","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"janvier"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/janvier\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/32879","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/5"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=32879"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/32879\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":32881,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/32879\/revisions\/32881"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/32880"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=32879"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=32879"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=32879"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}