{"id":34593,"date":"2022-07-26T13:53:21","date_gmt":"2022-07-26T13:53:21","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=34593"},"modified":"2022-07-26T14:10:45","modified_gmt":"2022-07-26T14:10:45","slug":"umukuru-wigihugu-cuburundi-yavuze-iki-kuba-diaspora","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-cuburundi-yavuze-iki-kuba-diaspora\/","title":{"rendered":"Umukuru w&#8217;Igihugu c&#8217;Uburundi yavuze iki kuba Diaspora?"},"content":{"rendered":"<p>Intara ya Ngozi niyo yagomwe n&#8217;Ubushikirangaji bw&#8217;Ugufashanya kw&#8217;Uburundi n&#8217;ayandi makungu ngo ihimbarizwemwo ku ncuro yayo ya 6 indwi yahariwe abarundi baba mu mahanga, ivyo birori bikaba vyuguruwe icese kuri uno wa kabiri, igenekerezo rya 26 Mukakaro 2022.<\/p>\n<p>Umukuru w&#8217;Igihugu c&#8217;Uburundi G\u00e9n\u00e9ral Major Evariste Ndayishimiye akaba ariwe ubwiwe yishikiye gutera iteka iyugururwa ry&#8217;uwo musi.<\/p>\n<p>Mw&#8217;ijambo ryiwe akaba yabakengurukiye ukuntu Umutima wo gukunda igihugu uriko urabakuramwo gushika aho abahoze bitwa impunzi kera bikuyeko ico cago bitwa abarundi barangurira imirimo yabo mu mahanga.<br \/>\nNyenicubahiro akaba yanabasiguriye impanvu nyezina bateguye iyo ndwi ku civugo giha agaciro n&#8217;ikibanza ca mbere igisata c\u2019uburimyi n&#8217;ubworozi, anagirako abasaba gushigikira ico yise inteko canke igisirikare co kurwanya ubukene.<\/p>\n<p>Evariste Ndayishimiye akaba yayagiye abo barundi b&#8217;Ishwi ko imigambi myiza bariko barangurira mu gihugu cabo ayibona kandi ayikenguruka cane akaba yanagiriyeko abaha bumwe mu burororero.<\/p>\n<p>Ku ruhande rwiwe, umushikiranganji wo gufashanya kw&#8217;Uburundi n&#8217;ayandi makungu Albert Shingiro akaba yakengurutse cane ibikorwa abo barundi bariko bararangura muri kino gihugu abemerera ko bazokwama babashigikira, anabibutsa tumwe mu turusho igihugu cabashiriyeho ndetse anabiterako umukono ubwiwe.<\/p>\n<p>Eric Niragira arongoye abo ba Diaspora akaba nawe yakengurukiye cane Nyenicubahiro ku kuntu abahora hafi kumwe n&#8217;indongozi bafashanya mu kurongora igihugu, anakengurukira bagenziwe atako badakora mu gushigikira iterambere ry&#8217;igihugu ndetse ko mu vyo biyemeje vyo kuja hamwe bariko babishikako akaba yatanze akarorero k&#8217;ibwirizwa ribagenga ryasubiwemwo rigirako riremezwa ndetse n&#8217;uruhara runini bariko bakora mu gushinga ibanki y\u2019aba diaspora.<\/p>\n<p>Mwomenya ko Sebarundi mu gusozera yafashe akaryo keza ko gutanga impanuro n&#8217;inyifato yoranga abo barundi mu kumenya agaciro k&#8217;igihugu cabibarutse n\u2019ico bokimarira.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Intara ya Ngozi niyo yagomwe n&#8217;Ubushikirangaji bw&#8217;Ugufashanya kw&#8217;Uburundi n&#8217;ayandi makungu ngo ihimbarizwemwo ku ncuro yayo ya 6 indwi yahariwe abarundi baba mu mahanga, ivyo birori bikaba vyuguruwe icese kuri uno wa kabiri, igenekerezo rya 26 Mukakaro 2022. Umukuru w&#8217;Igihugu c&#8217;Uburundi G\u00e9n\u00e9ral Major Evariste Ndayishimiye akaba ariwe ubwiwe yishikiye gutera iteka iyugururwa ry&#8217;uwo musi. Mw&#8217;ijambo ryiwe [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":5,"featured_media":34594,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[974,574,531,527,543,588,601,515,971,519,985],"tags":[],"class_list":["post-34593","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-ayagezweho","category-cooperation","category-development","category-diaspora","category-diaspora-events","category-diaspora-organizations","category-diaspora-promoted","category-homepage","category-ikirundi_news","category-kirundi","category-kirundi_actualite"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Umukuru w&#039;Igihugu c&#039;Uburundi yavuze iki kuba Diaspora? - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-cuburundi-yavuze-iki-kuba-diaspora\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Umukuru w&#039;Igihugu c&#039;Uburundi yavuze iki kuba Diaspora? - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Intara ya Ngozi niyo yagomwe n&#8217;Ubushikirangaji bw&#8217;Ugufashanya kw&#8217;Uburundi n&#8217;ayandi makungu ngo ihimbarizwemwo ku ncuro yayo ya 6 indwi yahariwe abarundi baba mu mahanga, ivyo birori bikaba vyuguruwe icese kuri uno wa kabiri, igenekerezo rya 26 Mukakaro 2022. Umukuru w&#8217;Igihugu c&#8217;Uburundi G\u00e9n\u00e9ral Major Evariste Ndayishimiye akaba ariwe ubwiwe yishikiye gutera iteka iyugururwa ry&#8217;uwo musi. Mw&#8217;ijambo ryiwe [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-cuburundi-yavuze-iki-kuba-diaspora\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2022-07-26T13:53:21+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2022-07-26T14:10:45+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2022\/07\/F4CAB2B9-C435-4798-B2CA-A676FB1D73DD.jpeg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"960\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"640\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"janvier\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"janvier\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-cuburundi-yavuze-iki-kuba-diaspora\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-cuburundi-yavuze-iki-kuba-diaspora\/\",\"name\":\"Umukuru w'Igihugu c'Uburundi yavuze iki kuba Diaspora? - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2022-07-26T13:53:21+00:00\",\"dateModified\":\"2022-07-26T14:10:45+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-cuburundi-yavuze-iki-kuba-diaspora\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-cuburundi-yavuze-iki-kuba-diaspora\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-cuburundi-yavuze-iki-kuba-diaspora\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Umukuru w&#8217;Igihugu c&#8217;Uburundi yavuze iki kuba Diaspora?\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814\",\"name\":\"janvier\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"janvier\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/janvier\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Umukuru w'Igihugu c'Uburundi yavuze iki kuba Diaspora? - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-cuburundi-yavuze-iki-kuba-diaspora\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Umukuru w'Igihugu c'Uburundi yavuze iki kuba Diaspora? - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Intara ya Ngozi niyo yagomwe n&#8217;Ubushikirangaji bw&#8217;Ugufashanya kw&#8217;Uburundi n&#8217;ayandi makungu ngo ihimbarizwemwo ku ncuro yayo ya 6 indwi yahariwe abarundi baba mu mahanga, ivyo birori bikaba vyuguruwe icese kuri uno wa kabiri, igenekerezo rya 26 Mukakaro 2022. Umukuru w&#8217;Igihugu c&#8217;Uburundi G\u00e9n\u00e9ral Major Evariste Ndayishimiye akaba ariwe ubwiwe yishikiye gutera iteka iyugururwa ry&#8217;uwo musi. Mw&#8217;ijambo ryiwe [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-cuburundi-yavuze-iki-kuba-diaspora\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2022-07-26T13:53:21+00:00","article_modified_time":"2022-07-26T14:10:45+00:00","og_image":[{"width":960,"height":640,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2022\/07\/F4CAB2B9-C435-4798-B2CA-A676FB1D73DD.jpeg","type":"image\/jpeg"}],"author":"janvier","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"janvier","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-cuburundi-yavuze-iki-kuba-diaspora\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-cuburundi-yavuze-iki-kuba-diaspora\/","name":"Umukuru w'Igihugu c'Uburundi yavuze iki kuba Diaspora? - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2022-07-26T13:53:21+00:00","dateModified":"2022-07-26T14:10:45+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-cuburundi-yavuze-iki-kuba-diaspora\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-cuburundi-yavuze-iki-kuba-diaspora\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umukuru-wigihugu-cuburundi-yavuze-iki-kuba-diaspora\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Umukuru w&#8217;Igihugu c&#8217;Uburundi yavuze iki kuba Diaspora?"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/dd28c84d43ef99ec2da1bfc4b42bc814","name":"janvier","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/93b8d6f4cc712a3a5c942430cca87e87?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"janvier"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/janvier\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/34593","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/5"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=34593"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/34593\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":34600,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/34593\/revisions\/34600"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/34594"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=34593"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=34593"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=34593"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}