{"id":37302,"date":"2022-10-07T18:42:08","date_gmt":"2022-10-07T18:42:08","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=37302"},"modified":"2022-10-07T19:18:58","modified_gmt":"2022-10-07T19:18:58","slug":"indundi-sports-volleyball-imigwi-yo-hagati-mu-gihugu-izoba-ikina-ukwayo-kubera-gusezererwa-kare","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-volleyball-imigwi-yo-hagati-mu-gihugu-izoba-ikina-ukwayo-kubera-gusezererwa-kare\/","title":{"rendered":"# Indundi Sports | Volleyball: Imigwi yo hagati mu gihugu izoba ikina ukwayo kubera gusezererwa kare"},"content":{"rendered":"<p>&nbsp;<\/p>\n<p>Hagiye kuza hatunganywa ihiganwa rya Volleyball mu ntara ku mirwi yo\u00a0 hagati mu gihugu .<\/p>\n<p>kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 07 Gitugutu 2022 , uwurongoye ishirahamwe rya Volleyball G\u00e9n\u00e9ral de Brigade de Police Serges Ntakavura yari aramutse atunganya ikiganiro n\u2019abanditsi hamwe n\u2019abamenyeshamakuru mu ntumbero yo kubasigurira ko bamaze gutunganya ihiganwa ryo mu ntara hagati mu ntumbero yo gukomeza iyo migwi kugira ize ihangana n\u2019imigwi y\u2019i Bujumbura kuko ariyo ikomeye cane gusumba iya ruguru .<\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n<p>G\u00e9n\u00e9ral Ntakavura yasubiye avuga y\u2019uko hazoba Championat National y\u2019imice ibiri ni ukuvuga igice ca mbere izoba League interieur izoba imigwi yose yo hagati mu gihugu hama iza mbere zizoca zikina gushikaho baronke igikombe .<\/p>\n<p>Imigwi 4 kuruhande rw\u2019abagabo iva hagati mu gihugu hamwe n\u2019imirwi 8 ku ruhande rw\u2019abakenyezi avuye hagati mu gihugu niyo izokina igice ca kabiri gishira icanyuma kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 08 na 09 Gitugutu 2022 kuri Parquet<\/p>\n<p>Izo nkino zikarangira imigwi 6 ya mbere yo mu bahungu hamwe n\u2019i 6 yo mu bagore , nibo bazoca baza bahure n\u2019imigwi y\u2019ibujumbura y\u2019abagabo 6 n\u2019iyanagore 6 hama bace bagenda kuco bita Championat National .<\/p>\n<p>Imigwi izohura uku gukurikira 08\/10\/2022 isaha zitatu zo mugitondo (9h00) ku Bagabo kuri Parquet :<\/p>\n<p>&#8211; Vumbi yo mu kirundo izokina na Royal y\u2019imuramvya<br \/>\n&#8211; Amivo y\u2019ibururi izokina na Mpungwe yo mu Ruyigi<\/p>\n<p>hama ku ruhande rw\u2019abagore ku kibuga ca Cecadem 08\/10\/2022 ku kibuga ca Cecadem :<\/p>\n<p>&#8211; Agasaka Ngozi izohura na Agakura y\u2019ingozi<br \/>\n&#8211; Etoile y\u2019ikiremba izohura n\u2019agakura<br \/>\n&#8211; Agasaka izohura na Kerebuka<br \/>\n&#8211; Agakura izohura kandi na Kerebuka<\/p>\n<p>&#8211; Etoile izohura n\u2019agasaka<\/p>\n<p>ku kibuga ca Parquet kandi bizoba uku gukurikira :<\/p>\n<p>&#8211; Urumuri yo mu Kayanza izohura na Mbizi y\u2019imuramvya<\/p>\n<p>&#8211; Kayanza United izohura na Rondines<br \/>\n&#8211; Urumuri izohura na Kayanza<br \/>\n&#8211; Les Rondines y\u2019ingozi izohura na Mbizi<br \/>\n&#8211; Kayanza izohura na Mbizi<br \/>\n&#8211; urumuri izohura na les rondines<\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n<p>Kwinjira naho ni amafaranga ibihumbi 2000fb hamwe n\u2019ibihumbi 5000 Fb<\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n<p>Uwuzoba uwa mbere mu bagabo no mu bagore azoronka ibahasha ry\u2019ibihumbi amajana atanu ( 500,000Fb ) hamwe n\u2019igikombe \u00a0hama umugwi a kabiri uronke ( 250,000 Fb)<\/p>\n<p>Mwomenyako inkino zanyuma zizoba ku musi w\u2019imana igenekerezo rya 09 Gitugutu 2022.<\/p>\n<p><iframe loading=\"lazy\" title=\"G\u00e9n\u00e9ral de Brigade Serges Ntakavura : Ihiganwa rya Volleyball rigiye gukomezwa mu ntara zo hagati\" width=\"500\" height=\"281\" src=\"https:\/\/www.youtube.com\/embed\/8HFmrKMoGDs?feature=oembed\" frameborder=\"0\" allow=\"accelerometer; autoplay; clipboard-write; encrypted-media; gyroscope; picture-in-picture; web-share\" referrerpolicy=\"strict-origin-when-cross-origin\" allowfullscreen><\/iframe><\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>&nbsp; Hagiye kuza hatunganywa ihiganwa rya Volleyball mu ntara ku mirwi yo\u00a0 hagati mu gihugu . kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 07 Gitugutu 2022 , uwurongoye ishirahamwe rya Volleyball G\u00e9n\u00e9ral de Brigade de Police Serges Ntakavura yari aramutse atunganya ikiganiro n\u2019abanditsi hamwe n\u2019abamenyeshamakuru mu ntumbero yo kubasigurira ko bamaze gutunganya ihiganwa ryo mu ntara [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":2,"featured_media":37303,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[515,519,525],"tags":[],"class_list":["post-37302","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-homepage","category-kirundi","category-sports"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title># Indundi Sports | Volleyball: Imigwi yo hagati mu gihugu izoba ikina ukwayo kubera gusezererwa kare - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-volleyball-imigwi-yo-hagati-mu-gihugu-izoba-ikina-ukwayo-kubera-gusezererwa-kare\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"# Indundi Sports | Volleyball: Imigwi yo hagati mu gihugu izoba ikina ukwayo kubera gusezererwa kare - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"&nbsp; Hagiye kuza hatunganywa ihiganwa rya Volleyball mu ntara ku mirwi yo\u00a0 hagati mu gihugu . kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 07 Gitugutu 2022 , uwurongoye ishirahamwe rya Volleyball G\u00e9n\u00e9ral de Brigade de Police Serges Ntakavura yari aramutse atunganya ikiganiro n\u2019abanditsi hamwe n\u2019abamenyeshamakuru mu ntumbero yo kubasigurira ko bamaze gutunganya ihiganwa ryo mu ntara [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-volleyball-imigwi-yo-hagati-mu-gihugu-izoba-ikina-ukwayo-kubera-gusezererwa-kare\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2022-10-07T18:42:08+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2022-10-07T19:18:58+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2022\/10\/B34DDFEF-372D-426A-9FBB-37B67D93435F.jpeg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"bosingwa\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"bosingwa\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-volleyball-imigwi-yo-hagati-mu-gihugu-izoba-ikina-ukwayo-kubera-gusezererwa-kare\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-volleyball-imigwi-yo-hagati-mu-gihugu-izoba-ikina-ukwayo-kubera-gusezererwa-kare\/\",\"name\":\"# Indundi Sports | Volleyball: Imigwi yo hagati mu gihugu izoba ikina ukwayo kubera gusezererwa kare - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2022-10-07T18:42:08+00:00\",\"dateModified\":\"2022-10-07T19:18:58+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/87c3f2d1907d65c69dd594b628d55eb2\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-volleyball-imigwi-yo-hagati-mu-gihugu-izoba-ikina-ukwayo-kubera-gusezererwa-kare\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-volleyball-imigwi-yo-hagati-mu-gihugu-izoba-ikina-ukwayo-kubera-gusezererwa-kare\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-volleyball-imigwi-yo-hagati-mu-gihugu-izoba-ikina-ukwayo-kubera-gusezererwa-kare\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"# Indundi Sports | Volleyball: Imigwi yo hagati mu gihugu izoba ikina ukwayo kubera gusezererwa kare\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/87c3f2d1907d65c69dd594b628d55eb2\",\"name\":\"bosingwa\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/a7dc8542c4dc12244750329e52393c74?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/a7dc8542c4dc12244750329e52393c74?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"bosingwa\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/bosingwa\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"# Indundi Sports | Volleyball: Imigwi yo hagati mu gihugu izoba ikina ukwayo kubera gusezererwa kare - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-volleyball-imigwi-yo-hagati-mu-gihugu-izoba-ikina-ukwayo-kubera-gusezererwa-kare\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"# Indundi Sports | Volleyball: Imigwi yo hagati mu gihugu izoba ikina ukwayo kubera gusezererwa kare - Indundi Culture | Magazine","og_description":"&nbsp; Hagiye kuza hatunganywa ihiganwa rya Volleyball mu ntara ku mirwi yo\u00a0 hagati mu gihugu . kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 07 Gitugutu 2022 , uwurongoye ishirahamwe rya Volleyball G\u00e9n\u00e9ral de Brigade de Police Serges Ntakavura yari aramutse atunganya ikiganiro n\u2019abanditsi hamwe n\u2019abamenyeshamakuru mu ntumbero yo kubasigurira ko bamaze gutunganya ihiganwa ryo mu ntara [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-volleyball-imigwi-yo-hagati-mu-gihugu-izoba-ikina-ukwayo-kubera-gusezererwa-kare\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2022-10-07T18:42:08+00:00","article_modified_time":"2022-10-07T19:18:58+00:00","og_image":[{"width":1080,"height":720,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2022\/10\/B34DDFEF-372D-426A-9FBB-37B67D93435F.jpeg","type":"image\/jpeg"}],"author":"bosingwa","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"bosingwa","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-volleyball-imigwi-yo-hagati-mu-gihugu-izoba-ikina-ukwayo-kubera-gusezererwa-kare\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-volleyball-imigwi-yo-hagati-mu-gihugu-izoba-ikina-ukwayo-kubera-gusezererwa-kare\/","name":"# Indundi Sports | Volleyball: Imigwi yo hagati mu gihugu izoba ikina ukwayo kubera gusezererwa kare - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2022-10-07T18:42:08+00:00","dateModified":"2022-10-07T19:18:58+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/87c3f2d1907d65c69dd594b628d55eb2"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-volleyball-imigwi-yo-hagati-mu-gihugu-izoba-ikina-ukwayo-kubera-gusezererwa-kare\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-volleyball-imigwi-yo-hagati-mu-gihugu-izoba-ikina-ukwayo-kubera-gusezererwa-kare\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-volleyball-imigwi-yo-hagati-mu-gihugu-izoba-ikina-ukwayo-kubera-gusezererwa-kare\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"# Indundi Sports | Volleyball: Imigwi yo hagati mu gihugu izoba ikina ukwayo kubera gusezererwa kare"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/87c3f2d1907d65c69dd594b628d55eb2","name":"bosingwa","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/a7dc8542c4dc12244750329e52393c74?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/a7dc8542c4dc12244750329e52393c74?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"bosingwa"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/bosingwa\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/37302","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/2"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=37302"}],"version-history":[{"count":4,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/37302\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":37308,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/37302\/revisions\/37308"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/37303"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=37302"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=37302"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=37302"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}