{"id":37588,"date":"2022-10-17T11:42:35","date_gmt":"2022-10-17T11:42:35","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=37588"},"modified":"2022-10-17T11:42:35","modified_gmt":"2022-10-17T11:42:35","slug":"indundi-sports-umukuru-wigihugu-ngo-mu-buto-bwiye-yakunda-gukina-umupira-wamaguru","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-umukuru-wigihugu-ngo-mu-buto-bwiye-yakunda-gukina-umupira-wamaguru\/","title":{"rendered":"# Indundi Sports | Umukuru w\u2019igihugu ngo mu buto bwiye yakunda gukina umupira w\u2019amaguru"},"content":{"rendered":"<p>Umukuru w\u2019igihugu c\u2019Uburundi G\u00e9n\u00e9ral Major Evariste Ndayishimiye avugako mu buto bwiwe yakunda gukina umupira w\u2019amaguru cane naho muri kino gihe asanzwe akunda inkino zose kandi akanazishigikira .<\/p>\n<p>Ivyo akaba yaraye abivugiye ku kibuga intwari aho yari yaramutse agenzura adateguje ibibanza bimwe bimwe biriko bikorerwamwo inyubako za Reta hamwe n&#8217;izo abikorera ivyabo ku musi gatandatu igenekerezo rya 15 Gitugutu 2022.<\/p>\n<p>Mu kiyago gito yagiraniye na Patrick Paggio asanzwe arongoye iradio RFM , Umukuru w\u2019igihugu yavuze y\u2019uko akiri muto yakunda umupira w\u2019amaguru .<\/p>\n<p>Akaba yagize ati &#8221; Muribagiye ko jewe natwaye ishirahamwe ry\u2019amashirahamwe y\u2019inkino mu Burundi ( CNO )? Ivyo vyatumye inkino zose ndazikunda, kandi inkino zose turazikeneye mu Burundi ko ziduga. Ariko rero inkino nka Football murabona y\u2019uko tutarashika ku rwego rukomeye nivyo twipfuza y\u2019uko natwe tugomba gushika ku rwego rushimishije, za Basketball za Handball zikaduga , kuko murabona ubu aho turonka imidari muzosanga ari Judo ari Boxe , Karate , Athletisme kubera usanga ni abantu boroshe gukoresha ikibuga ntikiba kigoye , mugabo nka twebwe uciye ufata ngo genda ukine ku kibuga ca kindi kinini cane utigera ukibona kibanza kukunyuzura.<\/p>\n<p>Nico gituma twebwe inkino zose tuzikunda , mugabo jewe nkiri muto nakina umupira w\u2019amaguru nkasubira kandi nkakina n&#8217;ibijanye n&#8217;akaranga jewe mu karanga ntaco ntakoze naratamba umuyebe , nkatamba ingoma n\u2019intambo zimwe zimwe z\u2019ikirundi mu kinyagihugu hariya twanwera urwarwa bimwe bita ikimaka, ikimbabura vyose narajaniranya&#8221;.<\/p>\n<p>Mwomenya ko igihe R\u00e9verien Ndikuriyo yariko arakorera ibikorwa rusangi igenekerezo rya 08 Gutugutu 2022, yavuze ko Umukuru w\u2019igihugu c\u2019Uburundi yatanze ikiringo c\u2019amezi 8 kugira ico kibuga c\u2019intwari kizobe camaze kurangira.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Umukuru w\u2019igihugu c\u2019Uburundi G\u00e9n\u00e9ral Major Evariste Ndayishimiye avugako mu buto bwiwe yakunda gukina umupira w\u2019amaguru cane naho muri kino gihe asanzwe akunda inkino zose kandi akanazishigikira . Ivyo akaba yaraye abivugiye ku kibuga intwari aho yari yaramutse agenzura adateguje ibibanza bimwe bimwe biriko bikorerwamwo inyubako za Reta hamwe n&#8217;izo abikorera ivyabo ku musi gatandatu igenekerezo [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":2,"featured_media":37589,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[524,525,1081],"tags":[],"class_list":["post-37588","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-football","category-sports","category-sports2"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title># Indundi Sports | Umukuru w\u2019igihugu ngo mu buto bwiye yakunda gukina umupira w\u2019amaguru - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-umukuru-wigihugu-ngo-mu-buto-bwiye-yakunda-gukina-umupira-wamaguru\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"# Indundi Sports | Umukuru w\u2019igihugu ngo mu buto bwiye yakunda gukina umupira w\u2019amaguru - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Umukuru w\u2019igihugu c\u2019Uburundi G\u00e9n\u00e9ral Major Evariste Ndayishimiye avugako mu buto bwiwe yakunda gukina umupira w\u2019amaguru cane naho muri kino gihe asanzwe akunda inkino zose kandi akanazishigikira . Ivyo akaba yaraye abivugiye ku kibuga intwari aho yari yaramutse agenzura adateguje ibibanza bimwe bimwe biriko bikorerwamwo inyubako za Reta hamwe n&#8217;izo abikorera ivyabo ku musi gatandatu igenekerezo [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-umukuru-wigihugu-ngo-mu-buto-bwiye-yakunda-gukina-umupira-wamaguru\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2022-10-17T11:42:35+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2022\/10\/7223DE6D-C841-46B6-A9F4-B52D464D1DC3.jpeg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"bosingwa\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"bosingwa\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-umukuru-wigihugu-ngo-mu-buto-bwiye-yakunda-gukina-umupira-wamaguru\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-umukuru-wigihugu-ngo-mu-buto-bwiye-yakunda-gukina-umupira-wamaguru\/\",\"name\":\"# Indundi Sports | Umukuru w\u2019igihugu ngo mu buto bwiye yakunda gukina umupira w\u2019amaguru - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2022-10-17T11:42:35+00:00\",\"dateModified\":\"2022-10-17T11:42:35+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/87c3f2d1907d65c69dd594b628d55eb2\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-umukuru-wigihugu-ngo-mu-buto-bwiye-yakunda-gukina-umupira-wamaguru\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-umukuru-wigihugu-ngo-mu-buto-bwiye-yakunda-gukina-umupira-wamaguru\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-umukuru-wigihugu-ngo-mu-buto-bwiye-yakunda-gukina-umupira-wamaguru\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"# Indundi Sports | Umukuru w\u2019igihugu ngo mu buto bwiye yakunda gukina umupira w\u2019amaguru\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/87c3f2d1907d65c69dd594b628d55eb2\",\"name\":\"bosingwa\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/a7dc8542c4dc12244750329e52393c74?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/a7dc8542c4dc12244750329e52393c74?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"bosingwa\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/bosingwa\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"# Indundi Sports | Umukuru w\u2019igihugu ngo mu buto bwiye yakunda gukina umupira w\u2019amaguru - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-umukuru-wigihugu-ngo-mu-buto-bwiye-yakunda-gukina-umupira-wamaguru\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"# Indundi Sports | Umukuru w\u2019igihugu ngo mu buto bwiye yakunda gukina umupira w\u2019amaguru - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Umukuru w\u2019igihugu c\u2019Uburundi G\u00e9n\u00e9ral Major Evariste Ndayishimiye avugako mu buto bwiwe yakunda gukina umupira w\u2019amaguru cane naho muri kino gihe asanzwe akunda inkino zose kandi akanazishigikira . Ivyo akaba yaraye abivugiye ku kibuga intwari aho yari yaramutse agenzura adateguje ibibanza bimwe bimwe biriko bikorerwamwo inyubako za Reta hamwe n&#8217;izo abikorera ivyabo ku musi gatandatu igenekerezo [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-umukuru-wigihugu-ngo-mu-buto-bwiye-yakunda-gukina-umupira-wamaguru\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2022-10-17T11:42:35+00:00","og_image":[{"width":1080,"height":720,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2022\/10\/7223DE6D-C841-46B6-A9F4-B52D464D1DC3.jpeg","type":"image\/jpeg"}],"author":"bosingwa","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"bosingwa","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-umukuru-wigihugu-ngo-mu-buto-bwiye-yakunda-gukina-umupira-wamaguru\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-umukuru-wigihugu-ngo-mu-buto-bwiye-yakunda-gukina-umupira-wamaguru\/","name":"# Indundi Sports | Umukuru w\u2019igihugu ngo mu buto bwiye yakunda gukina umupira w\u2019amaguru - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2022-10-17T11:42:35+00:00","dateModified":"2022-10-17T11:42:35+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/87c3f2d1907d65c69dd594b628d55eb2"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-umukuru-wigihugu-ngo-mu-buto-bwiye-yakunda-gukina-umupira-wamaguru\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-umukuru-wigihugu-ngo-mu-buto-bwiye-yakunda-gukina-umupira-wamaguru\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-umukuru-wigihugu-ngo-mu-buto-bwiye-yakunda-gukina-umupira-wamaguru\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"# Indundi Sports | Umukuru w\u2019igihugu ngo mu buto bwiye yakunda gukina umupira w\u2019amaguru"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/87c3f2d1907d65c69dd594b628d55eb2","name":"bosingwa","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/a7dc8542c4dc12244750329e52393c74?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/a7dc8542c4dc12244750329e52393c74?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"bosingwa"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/bosingwa\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/37588","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/2"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=37588"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/37588\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":37592,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/37588\/revisions\/37592"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/37589"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=37588"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=37588"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=37588"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}