{"id":38922,"date":"2022-12-01T11:50:12","date_gmt":"2022-12-01T11:50:12","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=38922"},"modified":"2022-12-01T11:50:12","modified_gmt":"2022-12-01T11:50:12","slug":"indundi-sports-ingenieur-methode-ikibuga-cintwari-kizoba-gifise-amaduka-180","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ingenieur-methode-ikibuga-cintwari-kizoba-gifise-amaduka-180\/","title":{"rendered":"#Indundi Sports| Ing\u00e9nieur M\u00e9thode: Ikibuga c\u2019Intwari kizoba gifise amaduka 180"},"content":{"rendered":"<p style=\"text-align: justify;\">Ikibuga c\u2019intwari kiriko gisubirwamwo gushasha kizoba gifise amaduka ( Shops) ashika kuri 180. Ivyo bikaba vyaraye bishikirijwe na Ing\u00e9nieur M\u00e9thode Ndikumagenge ajejwe kwubaka ico kibuga kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 30 Munyonyo 2022 , mu kiganiro yaraye ahaye abanditsi hamwe n\u2019abamenyeshamakuru mu ntumbero yo kubasigurira aho ibikorwa bigeze, akaba yari kumwe n\u2019uwujejwe guhagarikira ibikorwa vyo kwubaka ico kibuga Honorable R\u00e9verien Ndikuriyo hamwe n\u2019uwurongoye ishirahamwe ry\u2019umupira w\u2019amaguru mu Burundi G\u00e9neral de Brigade de Police Muyenge Alexandre .<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Ing\u00e9nieur M\u00e9thode Ndikumagenge mu kwezi guheze yari yavuze y\u2019uko ikibuga c\u2019Intwari kizoba gifise amaduka 100 ( Shops) ariko ku musi w\u2019ejo yaciye avuga y\u2019uko hiyongeyeko ayandi maduka ashika 80.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Ikindi Ir Methode Ndikumagenge yashikirije yavuze y\u2019uko ibikorwa vyo kwubaka ico kibuga biriko bigenda neza cane kandi ata ntambamyi nyinshi bagira mu bikorwa vyabo , uko ibikorwa bipfuza uko bigenda niko biriko biragenda.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Mu bijanye n\u2019uko bohava bacubaka nabi ugasanga FIFA isubiye kugihagarika , M\u00e9thode akaba yavuze y\u2019uko mu misi iheze bakoranye inama na FIFA bari kumwe na FFB mu ntumbero yo kubabwira ingene ibikorwa biriko biragenda n&#8217;ico bokosora kugira ibikorwa bibandanye bigenda neza.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">M\u00e9thode akavuga y\u2019uko ikiringo babahaye co kuba bamaze kurangiza ico kibuga ari ntabanduka 100% bazocubahiriza.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Mukurangiza Ing\u00e9nieur M\u00e9thode Ndikumagenge yavuze y\u2019uko mu kiringo c\u2019amezi atatu bazoba bamaze kwitunganya kugira bazobe bamaze kurangiza zirya Grade 15 hama bace babisa abazoba bajejwe gusasa umusezero wa kijambere .<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Mwomenya ko abajejwe kwubaka ico kibuga bahawe ikiringo c\u2019amezi 8 kugira kizobe camaze kurangira.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ikibuga c\u2019intwari kiriko gisubirwamwo gushasha kizoba gifise amaduka ( Shops) ashika kuri 180. Ivyo bikaba vyaraye bishikirijwe na Ing\u00e9nieur M\u00e9thode Ndikumagenge ajejwe kwubaka ico kibuga kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 30 Munyonyo 2022 , mu kiganiro yaraye ahaye abanditsi hamwe n\u2019abamenyeshamakuru mu ntumbero yo kubasigurira aho ibikorwa bigeze, akaba yari kumwe n\u2019uwujejwe guhagarikira ibikorwa [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":2,"featured_media":38923,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[524,598],"tags":[],"class_list":["post-38922","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-football","category-intamba-murugamba"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>#Indundi Sports| Ing\u00e9nieur M\u00e9thode: Ikibuga c\u2019Intwari kizoba gifise amaduka 180 - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ingenieur-methode-ikibuga-cintwari-kizoba-gifise-amaduka-180\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"#Indundi Sports| Ing\u00e9nieur M\u00e9thode: Ikibuga c\u2019Intwari kizoba gifise amaduka 180 - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Ikibuga c\u2019intwari kiriko gisubirwamwo gushasha kizoba gifise amaduka ( Shops) ashika kuri 180. Ivyo bikaba vyaraye bishikirijwe na Ing\u00e9nieur M\u00e9thode Ndikumagenge ajejwe kwubaka ico kibuga kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 30 Munyonyo 2022 , mu kiganiro yaraye ahaye abanditsi hamwe n\u2019abamenyeshamakuru mu ntumbero yo kubasigurira aho ibikorwa bigeze, akaba yari kumwe n\u2019uwujejwe guhagarikira ibikorwa [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ingenieur-methode-ikibuga-cintwari-kizoba-gifise-amaduka-180\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2022-12-01T11:50:12+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2022\/12\/EE6E530A-7590-4F71-A559-3DF83870E05A.jpeg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"bosingwa\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"bosingwa\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ingenieur-methode-ikibuga-cintwari-kizoba-gifise-amaduka-180\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ingenieur-methode-ikibuga-cintwari-kizoba-gifise-amaduka-180\/\",\"name\":\"#Indundi Sports| Ing\u00e9nieur M\u00e9thode: Ikibuga c\u2019Intwari kizoba gifise amaduka 180 - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2022-12-01T11:50:12+00:00\",\"dateModified\":\"2022-12-01T11:50:12+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/87c3f2d1907d65c69dd594b628d55eb2\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ingenieur-methode-ikibuga-cintwari-kizoba-gifise-amaduka-180\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ingenieur-methode-ikibuga-cintwari-kizoba-gifise-amaduka-180\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ingenieur-methode-ikibuga-cintwari-kizoba-gifise-amaduka-180\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"#Indundi Sports| Ing\u00e9nieur M\u00e9thode: Ikibuga c\u2019Intwari kizoba gifise amaduka 180\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/87c3f2d1907d65c69dd594b628d55eb2\",\"name\":\"bosingwa\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/a7dc8542c4dc12244750329e52393c74?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/a7dc8542c4dc12244750329e52393c74?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"bosingwa\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/bosingwa\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"#Indundi Sports| Ing\u00e9nieur M\u00e9thode: Ikibuga c\u2019Intwari kizoba gifise amaduka 180 - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ingenieur-methode-ikibuga-cintwari-kizoba-gifise-amaduka-180\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"#Indundi Sports| Ing\u00e9nieur M\u00e9thode: Ikibuga c\u2019Intwari kizoba gifise amaduka 180 - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Ikibuga c\u2019intwari kiriko gisubirwamwo gushasha kizoba gifise amaduka ( Shops) ashika kuri 180. Ivyo bikaba vyaraye bishikirijwe na Ing\u00e9nieur M\u00e9thode Ndikumagenge ajejwe kwubaka ico kibuga kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 30 Munyonyo 2022 , mu kiganiro yaraye ahaye abanditsi hamwe n\u2019abamenyeshamakuru mu ntumbero yo kubasigurira aho ibikorwa bigeze, akaba yari kumwe n\u2019uwujejwe guhagarikira ibikorwa [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ingenieur-methode-ikibuga-cintwari-kizoba-gifise-amaduka-180\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2022-12-01T11:50:12+00:00","og_image":[{"width":1080,"height":720,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2022\/12\/EE6E530A-7590-4F71-A559-3DF83870E05A.jpeg","type":"image\/jpeg"}],"author":"bosingwa","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"bosingwa","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ingenieur-methode-ikibuga-cintwari-kizoba-gifise-amaduka-180\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ingenieur-methode-ikibuga-cintwari-kizoba-gifise-amaduka-180\/","name":"#Indundi Sports| Ing\u00e9nieur M\u00e9thode: Ikibuga c\u2019Intwari kizoba gifise amaduka 180 - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2022-12-01T11:50:12+00:00","dateModified":"2022-12-01T11:50:12+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/87c3f2d1907d65c69dd594b628d55eb2"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ingenieur-methode-ikibuga-cintwari-kizoba-gifise-amaduka-180\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ingenieur-methode-ikibuga-cintwari-kizoba-gifise-amaduka-180\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/indundi-sports-ingenieur-methode-ikibuga-cintwari-kizoba-gifise-amaduka-180\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"#Indundi Sports| Ing\u00e9nieur M\u00e9thode: Ikibuga c\u2019Intwari kizoba gifise amaduka 180"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/87c3f2d1907d65c69dd594b628d55eb2","name":"bosingwa","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/a7dc8542c4dc12244750329e52393c74?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/a7dc8542c4dc12244750329e52393c74?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"bosingwa"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/bosingwa\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/38922","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/2"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=38922"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/38922\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":38937,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/38922\/revisions\/38937"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/38923"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=38922"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=38922"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=38922"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}