{"id":39023,"date":"2022-12-08T14:02:50","date_gmt":"2022-12-08T14:02:50","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=39023"},"modified":"2022-12-08T14:02:50","modified_gmt":"2022-12-08T14:02:50","slug":"big-fizzo-urutoke-arutumbereza-muri-cristal-kwa-dj-paulin","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-urutoke-arutumbereza-muri-cristal-kwa-dj-paulin\/","title":{"rendered":"Big Fizzo urutoke arutumbereza muri Cristal kwa Dj Paulin"},"content":{"rendered":"<p style=\"text-align: justify;\">Mugani Desire nawe yahavuye avuga kuri ca kibazo c&#8217;indirimbo z&#8217;abanyarwanda zivuzwa cane hano iwacu.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Uwo muririmvyi asanzwe atarabana ryiza n&#8217;abatavuza umuziki w&#8217;abarundi cane, Aho yagira ico ashikiriza kuri iyo nkuru yarimaze gusesa irangi ritari rike, uwo muririmvyi we yavuze ivyo batari bake batari biteze.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Ku bakurikiranira inkuru twabashikirije mu musi w&#8217;ejo, uwatanguje ico kibazo yari Dj Paulin asanzwe Ari umugwizatunga afise ubutambiro butari buke hano iwacu.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Mugani ha kuvuga ku ba Dj b&#8217;abanyarwanda nkuko abatari bake bariko barabikora, we iciyumviro ciwe carabishijwe ku ba Dj b&#8217;abarundi, basanzwe barimwo abahembwa n&#8217;uwo mugwizatunga yatanguje ico kiyago.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Mugani muvyo yashikirije akaba yavuze ko uwukwiye gutangura gutanga akarorero Ari bene ubutambiro noneho hakavuzwa izo ndirimbo ku rugero rwa 90%.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Big Fizzo akaba yarahanuye uwo mu Dj akaba n&#8217;umugwizatunga ko ahubwo ubwo butambiro bwiwe bwari bukwiye Kubanza kuvuza umuziki cane, ngo ico gihe niho n&#8217;abandi bazoheza bakabona gu posta izo ndirimbo z&#8217;abarundi.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Big Fizzo akaba abishikirije mu gihe akatari gake yidogera aba dj bo muma Boite de Nuit ko bari bakwiye Kuvuza Indirimbo za hano iwacu, gusumba kuvuza Indirimbo z&#8217;abanyamahanga.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Big Fizzo akaba yamenyesheje akatari gake ko ingendo yo kuvuza Indirimbo z&#8217;abarundi gusumba iz&#8217;abanyarwanda ngo ariyo izotuma abarundi bakunda ivy&#8217;iwabo, n&#8217;abanyamahanga bamenya ivyacu.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Big Fizzo Kandi akaba anakunda gushikiriza ko igituma abaririmvyi b&#8217;abanyamahanga baza Ari benshi Hano iwacu, Ari uko aba dj n&#8217;aba Promoter babamenyekanisha gusumba abarundi bene wabo.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Ico kibazo c&#8217;ibiteramo kikaba canavuzweko n&#8217;uwundi Aho yamenysha ko igituma abaririmvyi b&#8217;abanyamahanga basugurana ngo nuko abo baririmvyi bamaze kwifata neza ku mufuko, Kandi ivyo vyavuye ku barundi, kuko bari mu batumye babatungisha.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Dj Paulin akaba Ahanurwa ko yoraba ama Miliyoni ahemba abaririmvyi b&#8217;abanyamahanga baje mu biteramo hano iwacu akayaga abarundi, eka na Brarudi ikabikora uko, ngo nta nkeka mu gihe gito abo baririmvyi ngo bazoheza bagire Ijambo mu bihugu bibanyi.<\/p>\n<p style=\"text-align: justify;\">Mwomenya ko ico kiyago kitarahera, ahubwo kibandanya kigwira. Abamaze kugira ico bashikiriza kuri ico kibazo hakaba harimwo Dj Briane na Kasuku bo mu Rwanda, co kimwe n&#8217;abandi batari bake ba hano iwacu barimwo Alvin Smith, Elsie Gretta n&#8217;abandi.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Mugani Desire nawe yahavuye avuga kuri ca kibazo c&#8217;indirimbo z&#8217;abanyarwanda zivuzwa cane hano iwacu. Uwo muririmvyi asanzwe atarabana ryiza n&#8217;abatavuza umuziki w&#8217;abarundi cane, Aho yagira ico ashikiriza kuri iyo nkuru yarimaze gusesa irangi ritari rike, uwo muririmvyi we yavuze ivyo batari bake batari biteze. Ku bakurikiranira inkuru twabashikirije mu musi w&#8217;ejo, uwatanguje ico kibazo yari [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":38141,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,526,515,519,516],"tags":[],"class_list":["post-39023","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-music-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Big Fizzo urutoke arutumbereza muri Cristal kwa Dj Paulin - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-urutoke-arutumbereza-muri-cristal-kwa-dj-paulin\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Big Fizzo urutoke arutumbereza muri Cristal kwa Dj Paulin - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Mugani Desire nawe yahavuye avuga kuri ca kibazo c&#8217;indirimbo z&#8217;abanyarwanda zivuzwa cane hano iwacu. Uwo muririmvyi asanzwe atarabana ryiza n&#8217;abatavuza umuziki w&#8217;abarundi cane, Aho yagira ico ashikiriza kuri iyo nkuru yarimaze gusesa irangi ritari rike, uwo muririmvyi we yavuze ivyo batari bake batari biteze. Ku bakurikiranira inkuru twabashikirije mu musi w&#8217;ejo, uwatanguje ico kibazo yari [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-urutoke-arutumbereza-muri-cristal-kwa-dj-paulin\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2022-12-08T14:02:50+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2022\/11\/PhotoGrid_Plus_1667489596297.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-urutoke-arutumbereza-muri-cristal-kwa-dj-paulin\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-urutoke-arutumbereza-muri-cristal-kwa-dj-paulin\/\",\"name\":\"Big Fizzo urutoke arutumbereza muri Cristal kwa Dj Paulin - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2022-12-08T14:02:50+00:00\",\"dateModified\":\"2022-12-08T14:02:50+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-urutoke-arutumbereza-muri-cristal-kwa-dj-paulin\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-urutoke-arutumbereza-muri-cristal-kwa-dj-paulin\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-urutoke-arutumbereza-muri-cristal-kwa-dj-paulin\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Big Fizzo urutoke arutumbereza muri Cristal kwa Dj Paulin\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Big Fizzo urutoke arutumbereza muri Cristal kwa Dj Paulin - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-urutoke-arutumbereza-muri-cristal-kwa-dj-paulin\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Big Fizzo urutoke arutumbereza muri Cristal kwa Dj Paulin - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Mugani Desire nawe yahavuye avuga kuri ca kibazo c&#8217;indirimbo z&#8217;abanyarwanda zivuzwa cane hano iwacu. Uwo muririmvyi asanzwe atarabana ryiza n&#8217;abatavuza umuziki w&#8217;abarundi cane, Aho yagira ico ashikiriza kuri iyo nkuru yarimaze gusesa irangi ritari rike, uwo muririmvyi we yavuze ivyo batari bake batari biteze. Ku bakurikiranira inkuru twabashikirije mu musi w&#8217;ejo, uwatanguje ico kibazo yari [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-urutoke-arutumbereza-muri-cristal-kwa-dj-paulin\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2022-12-08T14:02:50+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2022\/11\/PhotoGrid_Plus_1667489596297.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-urutoke-arutumbereza-muri-cristal-kwa-dj-paulin\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-urutoke-arutumbereza-muri-cristal-kwa-dj-paulin\/","name":"Big Fizzo urutoke arutumbereza muri Cristal kwa Dj Paulin - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2022-12-08T14:02:50+00:00","dateModified":"2022-12-08T14:02:50+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-urutoke-arutumbereza-muri-cristal-kwa-dj-paulin\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-urutoke-arutumbereza-muri-cristal-kwa-dj-paulin\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-urutoke-arutumbereza-muri-cristal-kwa-dj-paulin\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Big Fizzo urutoke arutumbereza muri Cristal kwa Dj Paulin"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/39023","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=39023"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/39023\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":39067,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/39023\/revisions\/39067"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/38141"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=39023"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=39023"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=39023"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}