{"id":39572,"date":"2022-12-31T10:10:28","date_gmt":"2022-12-31T10:10:28","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=39572"},"modified":"2022-12-31T10:10:28","modified_gmt":"2022-12-31T10:10:28","slug":"madam-ya-drama-t-ngo-yobera-icirwa-abandi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/madam-ya-drama-t-ngo-yobera-icirwa-abandi\/","title":{"rendered":"Madam ya Drama t ngo yobera icirwa abandi"},"content":{"rendered":"<p>Ngo za nduru zigize imisi zivuga hano iwacu zijanye n&#8217;indirimbo z&#8217;abanyamahanga zivuzwa cane hano iwacu, ngo s&#8217;aha gusa n&#8217;abandi bafise ivyo bibazo nyene. Abarundi ngo nibatekane bareke kurabisha urutoke ku ba Dj n&#8217;abamenyeshamakuru ahubwo barabishe urutoke ku baririmvyi.<\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n<p>Dj Fanny agize imisi abarizwa mu gihugu ca Tanzania, yavuze ko no muri Tanzania aho tuvuga abaririmvyi bateye imbere, ngo nabo bafise ico kibazo nyene c&#8217;indirimbo z&#8217;aba Nigeria zibageramiye zivuzwa ku bwinshi.<\/p>\n<p>Mu bagize ico bashikiriza muri ico kiyago cabereye ku rubuga rwa Instagram, yavuze ko no muri Kenya nabo barira ayo kwarika kubera Indirimbo zivuzwa muri ico gihugu ari inyamahanga gusumba iz&#8217;abenegihugu.<\/p>\n<p>Uwo mu Dj akaba n&#8217;umugwizatunga, akaba amenyesha ko vyukuri ahubwo twari dukwiye kuraba uburyo dufasha abaririmvyi kuryohora Indirimbo zabo zikaba Nziza gusumba, kugira bikunde izo ndirimbo zikundwe cane noneho zigire ico zibahaye.<\/p>\n<p>Dj Fanny yavuze ko abaririmvyi bari bakwiye kurabira akarorero ku baririmvyi nka Drama T aho Indirimbo yiwe imwe ariyo Madam yakunzwe cane ituma aronka ibiteramo Kandi n&#8217;ubu bikiriko birisesa. Ico ngo nico Cari gikwiye kutubera icirwa gikomeye.<\/p>\n<p>Muri ico kiyago, hakaba abavuga ko ikindi Uburundi tubuze ari abashira amafaranga muri ico gisata, ariko Kandi hakanaboneka abafise ubushobozi bwo gukwiragiza izo ndirimbo zigashika kure cane.<\/p>\n<p>Dj Fanny muri ubwo butumwa yanagarutse ku bavuga ivyo guhamagara abanyamahanga mu biteramo. Uwo muvyeyi yavuze ko abafana bari bakwiye kwikubita agashi kuko ngo abaririmvyi b&#8217;abarundi bategura ibiteramo ntibitabirwa, ariko haza umunyamahanga bakabano kuvyitabura.<\/p>\n<p>Fanny akaba yatanze akarorero k&#8217;abaririmvyi nka Big Fizzo na Sat-b, aho ibiteramo bamaze gutegura abavyitabiriye baharurwa ku ntoke. Gutyo abashira amafaranga yabo mu biteramo bakaba badaheza ngo babahe akazi.<\/p>\n<p>Naho muri ino mpera y&#8217;umwaka hari ibiteramo bitari bike vy&#8217;abanyamahanga biriko birategurwa, Hari igiteramo kimwe kizohuriramwo abaririmvyi b&#8217;abarundi batari bake barimwo ibihangange n&#8217;inararibonye muri uno Muziki wacu.<\/p>\n<p>Abantu batandukanye bafasha kumenyekanisha ibiteramo bakaba basaba abarundi kwerekana ko vyukuri bashigikira abarundi, aho babasaba kwitabira ico giteramo, kugira bashigikira abaririmvyi babo.<\/p>\n<p>Ico gushigikira naco Fanny yakigarutseko aho ngo abafana b&#8217;abaririmvyi ngo baboneka muma Commentaire kuri Facebook na Instagram, ariko mu biteramo ngo batigera baboneka.<\/p>\n<p>Umwe mu bagize ico bashikiriza mu biteramo akaba yanavuze ko abafana b&#8217;abarundi nabo bari bakwiye kwikubita agashi nimba bashaka ko abaririmvyi babo batangura guhembwa amafaranga akwiye.<\/p>\n<p>Uwo mufana akaba ahanura abafana gutangura kuriha amafaranga akwiye mu biteramo, kuko bitumvikana ukuntu abafana b&#8217;abarundi batarashika abo bashobora kuriha amafaranga 20,000 ku giteramo, ariko bakipfuza ko umuririmvyi arihwa ama Miliyoni nka 10 mu giteramo.<\/p>\n<p>Big Fizzo akaba aheruka kuyica umurya aho yavuze ko ahamagawe mu biteramo vyateguwe bigahamagarwamwo umunyamahanga ngo azotegerezwa guhabwa amafaranga angana n&#8217;ayo uwo muririmvyi w&#8217;umunyamahanga Azohabwa.<\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ngo za nduru zigize imisi zivuga hano iwacu zijanye n&#8217;indirimbo z&#8217;abanyamahanga zivuzwa cane hano iwacu, ngo s&#8217;aha gusa n&#8217;abandi bafise ivyo bibazo nyene. Abarundi ngo nibatekane bareke kurabisha urutoke ku ba Dj n&#8217;abamenyeshamakuru ahubwo barabishe urutoke ku baririmvyi. &nbsp; Dj Fanny agize imisi abarizwa mu gihugu ca Tanzania, yavuze ko no muri Tanzania aho tuvuga [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":39575,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,526,515,519,516],"tags":[],"class_list":["post-39572","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-music-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Madam ya Drama t ngo yobera icirwa abandi - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/madam-ya-drama-t-ngo-yobera-icirwa-abandi\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Madam ya Drama t ngo yobera icirwa abandi - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Ngo za nduru zigize imisi zivuga hano iwacu zijanye n&#8217;indirimbo z&#8217;abanyamahanga zivuzwa cane hano iwacu, ngo s&#8217;aha gusa n&#8217;abandi bafise ivyo bibazo nyene. Abarundi ngo nibatekane bareke kurabisha urutoke ku ba Dj n&#8217;abamenyeshamakuru ahubwo barabishe urutoke ku baririmvyi. &nbsp; Dj Fanny agize imisi abarizwa mu gihugu ca Tanzania, yavuze ko no muri Tanzania aho tuvuga [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/madam-ya-drama-t-ngo-yobera-icirwa-abandi\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2022-12-31T10:10:28+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2022\/12\/PhotoGrid_Plus_1672476125617.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/madam-ya-drama-t-ngo-yobera-icirwa-abandi\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/madam-ya-drama-t-ngo-yobera-icirwa-abandi\/\",\"name\":\"Madam ya Drama t ngo yobera icirwa abandi - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2022-12-31T10:10:28+00:00\",\"dateModified\":\"2022-12-31T10:10:28+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/madam-ya-drama-t-ngo-yobera-icirwa-abandi\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/madam-ya-drama-t-ngo-yobera-icirwa-abandi\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/madam-ya-drama-t-ngo-yobera-icirwa-abandi\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Madam ya Drama t ngo yobera icirwa abandi\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Madam ya Drama t ngo yobera icirwa abandi - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/madam-ya-drama-t-ngo-yobera-icirwa-abandi\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Madam ya Drama t ngo yobera icirwa abandi - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Ngo za nduru zigize imisi zivuga hano iwacu zijanye n&#8217;indirimbo z&#8217;abanyamahanga zivuzwa cane hano iwacu, ngo s&#8217;aha gusa n&#8217;abandi bafise ivyo bibazo nyene. Abarundi ngo nibatekane bareke kurabisha urutoke ku ba Dj n&#8217;abamenyeshamakuru ahubwo barabishe urutoke ku baririmvyi. &nbsp; Dj Fanny agize imisi abarizwa mu gihugu ca Tanzania, yavuze ko no muri Tanzania aho tuvuga [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/madam-ya-drama-t-ngo-yobera-icirwa-abandi\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2022-12-31T10:10:28+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2022\/12\/PhotoGrid_Plus_1672476125617.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/madam-ya-drama-t-ngo-yobera-icirwa-abandi\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/madam-ya-drama-t-ngo-yobera-icirwa-abandi\/","name":"Madam ya Drama t ngo yobera icirwa abandi - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2022-12-31T10:10:28+00:00","dateModified":"2022-12-31T10:10:28+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/madam-ya-drama-t-ngo-yobera-icirwa-abandi\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/madam-ya-drama-t-ngo-yobera-icirwa-abandi\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/madam-ya-drama-t-ngo-yobera-icirwa-abandi\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Madam ya Drama t ngo yobera icirwa abandi"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/39572","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=39572"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/39572\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":39578,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/39572\/revisions\/39578"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/39575"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=39572"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=39572"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=39572"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}