{"id":39830,"date":"2023-01-11T06:44:26","date_gmt":"2023-01-11T06:44:26","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=39830"},"modified":"2023-01-11T06:44:26","modified_gmt":"2023-01-11T06:44:26","slug":"alvin-smith-na-nirna-boba-bisubiyeko","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-na-nirna-boba-bisubiyeko\/","title":{"rendered":"Alvin Smith na Nirna boba bisubiyeko?"},"content":{"rendered":"<p>Alvin Smith n&#8217;umugore wiwe boba bisubiyeko bagahindura iryo bari bemeranije haraheze imisi? Ico Nico kibazo umuntu yokwibaza akubitiye ku mbuga ngurukanabumenyi za Instagram basanzwe bakoresha.<\/p>\n<p>Uwo muryango waheruka gushikiriza ko batagisubira Kandi gushira amashusho yabo ku Mbuga hwaniro basanzwe bakoresha. Igituma Alvin akaba yashikiriza ko kubera bipfuza kubana mu buzima abantu bose bataraba mu muryango wabo.<\/p>\n<p>Naho yabishikirije mu biganiro bitandukanye babimubajijemwo, uwo muririmvyi n&#8217;umuntambukanyi wiwe Nirna abarizwa muri Canada, basubiriye Kandi kuboneka basangiza ababa 100,000 babakurikirana amashusho barikumwe.<\/p>\n<p>Nkuko twabashije kubibona, amashusho y&#8217;iyo Couple ya kera akaba nayo yasubiye Kandi kuboneka ku mbuga hwaniro za Instagram basanzwe bakoresha Bose.<\/p>\n<p>Ayo mashusho akaba yari yavuzwe mu misi iheze ko yari yafuswe, agakurwa kuri izo mbuga, Alvin Smith mu biganiro yatanze yamenyesheje ko atigeze ahatira umugore gukurako ayiwe kuri Instagram, ahubwo ngo yamuhaye gucagura we ubwiwe, ngo akore ikimuri ku mutima.<\/p>\n<p>Yaba kwa Alvin Smith, yaba kwa Nirna izo mbuga zose zikaba ata na rumwe rwa rumaze imisi rubarizwako ishusho n&#8217;imwe y&#8217;iyo Couple, Imbere yuko zisubiriye Kandi kuboneka kuri urwo rubuga hatavuzwe icoba cabiteye.<\/p>\n<p>Nkuko twabashije kubibona, amashusho akaba atari yafuswe, kuko atasubijweko gushasha ahubwo yakuwe mu bubiko ashirwamwo, kugira ntasubire kubonwa n&#8217;umuntu numwe uretse nyene iyo Instagram gusa.<\/p>\n<p>Igituma tuvuga ko zitari zafuswe, nuko izo foto zose zasubiye mu bibanza zari zirimwo imbere yuko havugwa ko izo foto zose zafuswe zitagisubira Kandi kubona kuri urwo rubuga.<\/p>\n<p>Ku badukurikirana baribuka ko mu misi iheze twari twabashikirije ko Nirna yasubiriye Kandi kwerekana ko ashigikiye umugabo wiwe, mu kuvyerekana akaba yakoresheje Indirimbo vyari vyavuzwe ko yoba ariyo yabaye intandaro y&#8217;ukutumvikana kwabo uko ari babiri.<\/p>\n<p>Iyo ndirimbo ikaba zri Turajana yakoranye na Bwiza, umuririmvyikazi w&#8217;umunyarwanda, Aho vyavuzwe ko uwo mugore wiwe amupfuhira cane iyo yakoranye n&#8217;umukobwa.<\/p>\n<p>Ivy&#8217;igaruka ry&#8217;ayo mashusho yari yagiye mu gihe Turajana yariko irategurirwa inzira, ribonetse mu gihe hari iyindi iri inyuma yitwa AKADAJE yakoranye na Juno Kizigenza. Iyo ndirimbo nayo ikaba irindiriwe, kuko umwanya n&#8217;umwanya ngo ishobora gusohoka nkuko Alvin Smith aheruka kubishikiriza.<\/p>\n<p>Ikindi cabonetse ni uko hari uwundi muririmvyi w&#8217;umunyarwanda yabonetse I Bujumbura, uwo nawe ni Kenny Sol yakoranye Indirimbo na Double Jay, akaba yabonetse kw&#8217;ishusho arikumwe na Alvin Smith aho bishoboka ko ashobora kuba hari igikorwa kiri mu nzira.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Alvin Smith n&#8217;umugore wiwe boba bisubiyeko bagahindura iryo bari bemeranije haraheze imisi? Ico Nico kibazo umuntu yokwibaza akubitiye ku mbuga ngurukanabumenyi za Instagram basanzwe bakoresha. Uwo muryango waheruka gushikiriza ko batagisubira Kandi gushira amashusho yabo ku Mbuga hwaniro basanzwe bakoresha. Igituma Alvin akaba yashikiriza ko kubera bipfuza kubana mu buzima abantu bose bataraba mu muryango [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":39846,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,526,515,519,516],"tags":[],"class_list":["post-39830","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-music-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Alvin Smith na Nirna boba bisubiyeko? - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-na-nirna-boba-bisubiyeko\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Alvin Smith na Nirna boba bisubiyeko? - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Alvin Smith n&#8217;umugore wiwe boba bisubiyeko bagahindura iryo bari bemeranije haraheze imisi? Ico Nico kibazo umuntu yokwibaza akubitiye ku mbuga ngurukanabumenyi za Instagram basanzwe bakoresha. Uwo muryango waheruka gushikiriza ko batagisubira Kandi gushira amashusho yabo ku Mbuga hwaniro basanzwe bakoresha. Igituma Alvin akaba yashikiriza ko kubera bipfuza kubana mu buzima abantu bose bataraba mu muryango [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-na-nirna-boba-bisubiyeko\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-01-11T06:44:26+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/01\/PhotoGrid_Plus_1673358207878.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-na-nirna-boba-bisubiyeko\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-na-nirna-boba-bisubiyeko\/\",\"name\":\"Alvin Smith na Nirna boba bisubiyeko? - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-01-11T06:44:26+00:00\",\"dateModified\":\"2023-01-11T06:44:26+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-na-nirna-boba-bisubiyeko\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-na-nirna-boba-bisubiyeko\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-na-nirna-boba-bisubiyeko\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Alvin Smith na Nirna boba bisubiyeko?\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Alvin Smith na Nirna boba bisubiyeko? - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-na-nirna-boba-bisubiyeko\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Alvin Smith na Nirna boba bisubiyeko? - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Alvin Smith n&#8217;umugore wiwe boba bisubiyeko bagahindura iryo bari bemeranije haraheze imisi? Ico Nico kibazo umuntu yokwibaza akubitiye ku mbuga ngurukanabumenyi za Instagram basanzwe bakoresha. Uwo muryango waheruka gushikiriza ko batagisubira Kandi gushira amashusho yabo ku Mbuga hwaniro basanzwe bakoresha. Igituma Alvin akaba yashikiriza ko kubera bipfuza kubana mu buzima abantu bose bataraba mu muryango [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-na-nirna-boba-bisubiyeko\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-01-11T06:44:26+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/01\/PhotoGrid_Plus_1673358207878.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-na-nirna-boba-bisubiyeko\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-na-nirna-boba-bisubiyeko\/","name":"Alvin Smith na Nirna boba bisubiyeko? - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-01-11T06:44:26+00:00","dateModified":"2023-01-11T06:44:26+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-na-nirna-boba-bisubiyeko\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-na-nirna-boba-bisubiyeko\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-na-nirna-boba-bisubiyeko\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Alvin Smith na Nirna boba bisubiyeko?"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/39830","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=39830"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/39830\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":39861,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/39830\/revisions\/39861"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=39830"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=39830"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=39830"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}