{"id":39885,"date":"2023-01-12T10:34:58","date_gmt":"2023-01-12T10:34:58","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=39885"},"modified":"2023-01-12T10:34:58","modified_gmt":"2023-01-12T10:34:58","slug":"big-fizzo-ngo-ntiyigeze-asohokana-na-channy-queen","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-ntiyigeze-asohokana-na-channy-queen\/","title":{"rendered":"Big Fizzo ngo ntiyigeze asohokana na Channy Queen"},"content":{"rendered":"<p>Channy Queen co kimwe na Lolilo, bose baremeza ko Big Fizzo atigeze asohokana na Channy Queen. Kandi ko atigeze aba imbarutso ya Lolilo na Channy Queen mu gutandukana. Ivyo ni bimwe mu vyashikirijwe na Channy Queen mu kiganiro yahaye Landry Promoter, ariko ibindi bikaba vyashikirijwe na Lolilo ubwiwe haraheze imyaka 2 mu kiganiro na Juste Gael.<\/p>\n<p><img loading=\"lazy\" decoding=\"async\" class=\"alignnone size-large wp-image-39886\" src=\"https:\/\/indundi.com\/wp-content\/uploads\/2023\/01\/PhotoGrid_Plus_1673509548297-1024x576.jpg\" alt=\"\" width=\"1024\" height=\"576\" srcset=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/01\/PhotoGrid_Plus_1673509548297-1024x576.jpg 1024w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/01\/PhotoGrid_Plus_1673509548297-300x169.jpg 300w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/01\/PhotoGrid_Plus_1673509548297-768x432.jpg 768w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/01\/PhotoGrid_Plus_1673509548297-1536x864.jpg 1536w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/01\/PhotoGrid_Plus_1673509548297-750x422.jpg 750w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/01\/PhotoGrid_Plus_1673509548297-1140x641.jpg 1140w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/01\/PhotoGrid_Plus_1673509548297-600x337.jpg 600w, https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/01\/PhotoGrid_Plus_1673509548297.jpg 1921w\" sizes=\"auto, (max-width: 1024px) 100vw, 1024px\" \/><br \/>\nInkuru igezweho uno musi ikaba ari inkuru y&#8217;uwo mugore yatanze amakuru ko Lolilo atigeze avyarana nawe, mu gihe vyari bizwi n&#8217;amakungu ko ariwe bavyaranye.<br \/>\nMu makuru aguma atangwa hirya ni hino, yemeza ko iyo nkuru Channy Yatanze muri iyi misi, ngo ariyo ko ayo makuru na Lolilo ayazi. Ico abantu badahurizako ni se w&#8217;umwana.<br \/>\nMu kiganiro na Edisson, Channy yavuze ko umwana azi se Kandi na se azi umwana, ngo nta mpamvu yuko abantu basamara cane. Muri ico kiganiro nyene uwo muririmvyikazi yabajijwe igituma umwana akiri mu minwe y&#8217;abavyeyi ba Lolilo, Channy avuga ko ivyo bintu atarivyo.<br \/>\nKu batabimenye Lolilo haraheze imyaka 2 yarigeze kuvuga ko uwo muririmvyikazi yigeze kumuca inyuma, ariko abajijwe uwo muntu yamufashe Channy Queen kumuca inyuma, uwo muririmvyi akaba yavuze ko ari ibanga.<br \/>\nIvyo rero vy&#8217;amabanga ubifatanije n&#8217;amakuru agize umwanya ariko aravugwa ko uwavyaranye na Channy Queen ari umuvukanyi wa Lolilo, bikaba bica bigorana uko abantu batora ukuri ukwarikwo.<br \/>\nChanny Queen yavuze ko ata mpamvu n&#8217;imwe ihari yotuma abantu bakenera kumenya se w&#8217;imfura yiwe, akaba ashobora kuba uno musi abifata nka private life.<br \/>\nKu bijanye na se w&#8217;umwana wa Channy Queen, amakuru ava hirya haba ku mbuga ngurukanabumenyi co kimwe no mw&#8217;isoko twaronse ryemeza ko ayo makuru riyamaranye umwaka wose, ngo se w&#8217;umwana wa Channy Queen ni mutonyi wa Lolilo azwi kw&#8217;izina rya Seif, uwo ku batamuzi akaba yarabonetse mu ndirimbo Saga Plage ya Lolilo na Big Fizzo.<br \/>\nIryo zina rikaba rimaze kugaruka akatari gake ku mbuga hwaniro zitandukanye zanditse iyo nkuru, aho abarivuze batewe amabuye n&#8217;abantu bari hafi ya Channy Queen twabashije kubona.<br \/>\nKu kibazo c&#8217;uko Lolilo na Channy Queen batigeze bagendana, uwo muririmvyikazi yivuguruje kuko mu biganiro bitandukanye amaze gukora, aremeza ko yagendanye na Lolilo. Akarorero n&#8217;ikiganiro yahaye Platform show aho yariko aganira na ku bijanye n&#8217;igiteramo c&#8217;abaswahiri Citwa Pambe na Vijora, aho bagarutse ku buryo Loliane yoba araba channy Queen barikumwe na Lolilo kuri Stage.<br \/>\nUbu rero ikibazo cibazwa ni igituma uwo muririmvyikazi ashimye gusohora ayo mabanga muri ino misi, mu gihe hari haheze imyaka itari mike ayabitse.<br \/>\nImpamvu ishoboka inavugwa ni uko uwo muririmvyi ariko ashaka kugira Promotion Album yiwe nshasha, yiswe Colors.<br \/>\nKu bavyibuka Big Fizzo yaridogeye muri PJ Classic FM kwa Edisson Ndayahoze, ko Channy Queen asinziriye atazi ivyo arimwo, kuko muri Bantu Bwoy ngo bakoze ivyo bashoboye kubw&#8217;irya Album yiwe nshasha, ariko we ngo batabona iyo ariko araja.<br \/>\nMu biganiro yahaye yaba Landry Promoter co kimwe na Edisson Ndayahoze, uwo muririmvyikazi yavuze ko we adasinziriye ahubwo ngo afise uko yari yipanze. Ngo ikibazo n&#8217;uko Big Fizzo atigeze amubaza uko yipanze.<br \/>\nIyo nkuru ya Channy Queen, Lolilo n&#8217;umwana yahora azwi ko ari uwa Lolilo ikaba itumye uwo muririmvyikazi akora ibiganiro vyinshi cane mu mwanya muto, ibintu tutari bwigere tubona kuri Channy Queen na rimwe.<br \/>\nMu biganiro ariko aratanga, uwo muririmvyikazi akaba atumirira abantu kuja kuraba Indirimbo ziwe ku mbuga zigurisha umuziki. Akaba avuga ko aribwo buryo abafana bofasha umuririmvyi kugira agire ico aronka muri izo ndirimbo ziwe.<\/p>\n<p>Muvyibuka, uwo muririmvyikazi akaba yaramaze umwaka wose ata ndirimbo n&#8217;imwe ashira ahabona. Urubuga rwiwe rwa YouTube rukaba rutarakwiza abantu 1000 barukurikirana, nayo amasanamu y&#8217;indirimbo amaze gushirwa kuri urwo rubuga akaba ata n&#8217;imwe irakwiza abantu 10,000 bamaze kuyiraba.<br \/>\nUrwo rubuga rwa YouTube rukaba rufise views zose hamwe 10,670, nayo kuri Boomplay honyene, rwa rukurikirane rukaba rumaze kurabwa incuro zirenga gato 8000 mu misi mikeya rumaze rusohotse.<br \/>\nUbu rero nuko bihagaze, amakuru ahari nuko na Lolilo nawe yavuye mu gacerere, nawe yatanguye gukora ibiganiro, kugira avuge uko abona ivyo biriko biravugwa.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Channy Queen co kimwe na Lolilo, bose baremeza ko Big Fizzo atigeze asohokana na Channy Queen. Kandi ko atigeze aba imbarutso ya Lolilo na Channy Queen mu gutandukana. Ivyo ni bimwe mu vyashikirijwe na Channy Queen mu kiganiro yahaye Landry Promoter, ariko ibindi bikaba vyashikirijwe na Lolilo ubwiwe haraheze imyaka 2 mu kiganiro na Juste [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":16,"featured_media":39886,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[526,515,519],"tags":[],"class_list":["post-39885","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Big Fizzo ngo ntiyigeze asohokana na Channy Queen - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-ntiyigeze-asohokana-na-channy-queen\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Big Fizzo ngo ntiyigeze asohokana na Channy Queen - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Channy Queen co kimwe na Lolilo, bose baremeza ko Big Fizzo atigeze asohokana na Channy Queen. Kandi ko atigeze aba imbarutso ya Lolilo na Channy Queen mu gutandukana. Ivyo ni bimwe mu vyashikirijwe na Channy Queen mu kiganiro yahaye Landry Promoter, ariko ibindi bikaba vyashikirijwe na Lolilo ubwiwe haraheze imyaka 2 mu kiganiro na Juste [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-ntiyigeze-asohokana-na-channy-queen\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-01-12T10:34:58+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/01\/PhotoGrid_Plus_1673509548297.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"1921\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"1080\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"adijoe\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"adijoe\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"3 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-ntiyigeze-asohokana-na-channy-queen\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-ntiyigeze-asohokana-na-channy-queen\/\",\"name\":\"Big Fizzo ngo ntiyigeze asohokana na Channy Queen - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-01-12T10:34:58+00:00\",\"dateModified\":\"2023-01-12T10:34:58+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/4a5be1ad94c25fc2fa6f600e1730a0d7\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-ntiyigeze-asohokana-na-channy-queen\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-ntiyigeze-asohokana-na-channy-queen\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-ntiyigeze-asohokana-na-channy-queen\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Big Fizzo ngo ntiyigeze asohokana na Channy Queen\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/4a5be1ad94c25fc2fa6f600e1730a0d7\",\"name\":\"adijoe\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/dc98d02d3646d6f6602d9a16beec89af?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/dc98d02d3646d6f6602d9a16beec89af?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"adijoe\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/adijoe\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Big Fizzo ngo ntiyigeze asohokana na Channy Queen - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-ntiyigeze-asohokana-na-channy-queen\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Big Fizzo ngo ntiyigeze asohokana na Channy Queen - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Channy Queen co kimwe na Lolilo, bose baremeza ko Big Fizzo atigeze asohokana na Channy Queen. Kandi ko atigeze aba imbarutso ya Lolilo na Channy Queen mu gutandukana. Ivyo ni bimwe mu vyashikirijwe na Channy Queen mu kiganiro yahaye Landry Promoter, ariko ibindi bikaba vyashikirijwe na Lolilo ubwiwe haraheze imyaka 2 mu kiganiro na Juste [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-ntiyigeze-asohokana-na-channy-queen\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-01-12T10:34:58+00:00","og_image":[{"width":1921,"height":1080,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/01\/PhotoGrid_Plus_1673509548297.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"adijoe","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"adijoe","Est. reading time":"3 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-ntiyigeze-asohokana-na-channy-queen\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-ntiyigeze-asohokana-na-channy-queen\/","name":"Big Fizzo ngo ntiyigeze asohokana na Channy Queen - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-01-12T10:34:58+00:00","dateModified":"2023-01-12T10:34:58+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/4a5be1ad94c25fc2fa6f600e1730a0d7"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-ntiyigeze-asohokana-na-channy-queen\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-ntiyigeze-asohokana-na-channy-queen\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/big-fizzo-ngo-ntiyigeze-asohokana-na-channy-queen\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Big Fizzo ngo ntiyigeze asohokana na Channy Queen"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/4a5be1ad94c25fc2fa6f600e1730a0d7","name":"adijoe","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/dc98d02d3646d6f6602d9a16beec89af?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/dc98d02d3646d6f6602d9a16beec89af?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"adijoe"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/adijoe\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/39885","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/16"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=39885"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/39885\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":39887,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/39885\/revisions\/39887"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/39886"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=39885"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=39885"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=39885"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}