{"id":40168,"date":"2023-01-23T17:56:13","date_gmt":"2023-01-23T17:56:13","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=40168"},"modified":"2023-01-23T17:56:13","modified_gmt":"2023-01-23T17:56:13","slug":"drama-t-yoba-yinjije-menshi-kuri-madam","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-yoba-yinjije-menshi-kuri-madam\/","title":{"rendered":"Drama t yoba yinjije menshi kuri Madam"},"content":{"rendered":"<p>Naho hari inkuru nziza iheruka gushikirizwa ku bakunzi ba ya ndirimbo Madam ya Drama T, ko yagarukanye ijwi, uwo muririmvyi ngo ntariko arinjiza amafaranga kuri YouTube kubw&#8217;iyo ndirimbo. Ivyo biheruka gushikirizwa n&#8217;uwamufashije kugarukana amajwi y&#8217;iyo ndirimbo.<\/p>\n<p>Ikinyamakuru akeza cari cafashe mu minwe itagwa ry&#8217;amakuru kuri iyo ndirimbo kikaba giheruka gushikiriza ko uwo muririmvyi yoba amaze kwinjiza ayangana n&#8217;imiliyoni 5 z&#8217;amarundi kuri iyo ndirimbo. Ariko urubuga rwa Social Blade rwo rukerekana menshi gusumba.<\/p>\n<p>Amakuru twahawe n&#8217;umuntu atashimye ko dushikiriza amazina yiwe ku bw&#8217;umutekano wiwe, avuga ko uwo muririmvyi yari yasabwe Imiliyoni 30 z&#8217;amafaranga y&#8217;amarundi ngo bikunde ico kibazo c&#8217;indirimbo yiwe itariko iravuga gikemuke.<\/p>\n<p>Iryo soko ryacu ryatubwiye ko uwari yayamusavye ari Bebe Life asanzwe afasha abaririmvyi n&#8217;abakoresha imbuga zitandukanye hano iwacu, kugira babashe kuduza yaba Views canke ababakurikirana kuri izo mbuga.<\/p>\n<p>Uwo mugabo akaba ngo yari yemereye Drama T ko iyo ndirimbo Ica igaruka yose, n&#8217;ako gace kakuweko. Ariko ivyo bikaba vyari ivyo yamubwiwe imbere yuko Kent P abishiramwo amaboko.<\/p>\n<p>Drama T yari yasabwe ko yotangura kugabura ico yinjiza kuri iyo ndirimbo n&#8217;umufaransakazi nyene ako gace kahagaritse iyo ndirimbo, akaba yamenyesheje muri Vlog na Kaboss for real ko bidashoboka na gato ko amuhako, atuma akuramwo ako gace kiwe.<\/p>\n<p>Igituma uwo muririmvyi yavuga uko ngo nuko uwo mufaransakazi yabonye ko iriko irakundwa cane, ngo yogira ico ahinjiriza.<\/p>\n<p>Naho yarahiye ararengwa ko atamuhako, Kent P yahavuye agarukana iyo ndirimbo katarinze karavamwo, ariko ukwinjiza ifaranga biba birahagaze, mu kurindira ko ikibazo kiri hagati ya Drama t n&#8217;umufaransakazi gikemuka.<\/p>\n<p>Ubu rero yaba Drama T yaba uwo mufaransakazi, bose bakaba ata numwe ariko aragira ico aharonka. Ikibazo twibaza ni nimba Drama T azohava yemera kugabura agahembo.<\/p>\n<p>Tugarutse ku gahembo nyene yoba yakuye kuri Youtube, amakuru dukesha urubuga rwa Social Blade rwegeranya amakuru y&#8217;imbuga nka YouTube, nuko Indirimbo Madam yoba imaze kwinjiza ayari hagati y&#8217;5,400,000 n&#8217;42,600,000 mu mafaranga ya hano iwacu.<\/p>\n<p>Muri ayo mezi 5 aheze, iyo ndirimbo ikaba itabashije kurabwa izo ncuro zose hano iwacu gusa, ahubwo n&#8217;abatari bake bari mu mahanga bakaba barabashije kuyiraba ibice bishobora kuba birenga 50%. Ivyo bice bikaba arivyo bica bituma iyo ndirimbo ishobora kuba yinjije ayo arenga cane ayavuzwe n&#8217;ikinyamakuru Akeza.<\/p>\n<p>Naho hataramenyekana inzira bizofata, Drama t wewe akazi karabandanya, kuko yabwiye Kaboss for real muri Vlog baheruka gukorana ko ku musi wa mbere azofata urugendo yerekeza mu kindi gihugu, ariko yirinda kukivuga. Muri ico gihugu Drama t akaba yamenyesheje ko azoba ajanywe n&#8217;ugukora ibikorwa vy&#8217;umuziki.<\/p>\n<p>Ivyo bikorwa bikaba bizoba birimwo Collabo azokorera muri ico gihugu, n&#8217;ifatwa ry&#8217;amasanamu y&#8217;iyo ndirimbo.<\/p>\n<p>Urwo rugendo Kandi rukaba ruzoba rurimwo n&#8217;ukuruhuka, kuko azofata urugendo ruzomara imisi 10.<\/p>\n<p>Muri ico kiyago na Kaboss, uwo muririmvyi ntiyaretse kugaruka ku coba cinjijwe n&#8217;uwo muririmvyi nyene muri bino bihe, aho ashima cane kuko iyo ndirimbo yabashije kumuha akaryo ko kuboneka mu biteramo bitandukanye hano iwacu.<\/p>\n<p>Mwomenya ko kw&#8217;igenekerezo rya 23 Nzero 2023 Drama T yafashe rutema ikirere yerekeza mu gihugu kubanyi c&#8217;Urwanda Aho agiye gukorerayo ibikorwa vy&#8217;umuziki<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Naho hari inkuru nziza iheruka gushikirizwa ku bakunzi ba ya ndirimbo Madam ya Drama T, ko yagarukanye ijwi, uwo muririmvyi ngo ntariko arinjiza amafaranga kuri YouTube kubw&#8217;iyo ndirimbo. Ivyo biheruka gushikirizwa n&#8217;uwamufashije kugarukana amajwi y&#8217;iyo ndirimbo. Ikinyamakuru akeza cari cafashe mu minwe itagwa ry&#8217;amakuru kuri iyo ndirimbo kikaba giheruka gushikiriza ko uwo muririmvyi yoba amaze [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":40192,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,526,515,519,516],"tags":[],"class_list":["post-40168","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-music-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Drama t yoba yinjije menshi kuri Madam - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-yoba-yinjije-menshi-kuri-madam\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Drama t yoba yinjije menshi kuri Madam - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Naho hari inkuru nziza iheruka gushikirizwa ku bakunzi ba ya ndirimbo Madam ya Drama T, ko yagarukanye ijwi, uwo muririmvyi ngo ntariko arinjiza amafaranga kuri YouTube kubw&#8217;iyo ndirimbo. Ivyo biheruka gushikirizwa n&#8217;uwamufashije kugarukana amajwi y&#8217;iyo ndirimbo. Ikinyamakuru akeza cari cafashe mu minwe itagwa ry&#8217;amakuru kuri iyo ndirimbo kikaba giheruka gushikiriza ko uwo muririmvyi yoba amaze [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-yoba-yinjije-menshi-kuri-madam\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-01-23T17:56:13+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/01\/1674496515177.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"998\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"3 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-yoba-yinjije-menshi-kuri-madam\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-yoba-yinjije-menshi-kuri-madam\/\",\"name\":\"Drama t yoba yinjije menshi kuri Madam - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-01-23T17:56:13+00:00\",\"dateModified\":\"2023-01-23T17:56:13+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-yoba-yinjije-menshi-kuri-madam\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-yoba-yinjije-menshi-kuri-madam\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-yoba-yinjije-menshi-kuri-madam\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Drama t yoba yinjije menshi kuri Madam\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Drama t yoba yinjije menshi kuri Madam - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-yoba-yinjije-menshi-kuri-madam\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Drama t yoba yinjije menshi kuri Madam - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Naho hari inkuru nziza iheruka gushikirizwa ku bakunzi ba ya ndirimbo Madam ya Drama T, ko yagarukanye ijwi, uwo muririmvyi ngo ntariko arinjiza amafaranga kuri YouTube kubw&#8217;iyo ndirimbo. Ivyo biheruka gushikirizwa n&#8217;uwamufashije kugarukana amajwi y&#8217;iyo ndirimbo. Ikinyamakuru akeza cari cafashe mu minwe itagwa ry&#8217;amakuru kuri iyo ndirimbo kikaba giheruka gushikiriza ko uwo muririmvyi yoba amaze [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-yoba-yinjije-menshi-kuri-madam\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-01-23T17:56:13+00:00","og_image":[{"width":720,"height":998,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/01\/1674496515177.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"3 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-yoba-yinjije-menshi-kuri-madam\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-yoba-yinjije-menshi-kuri-madam\/","name":"Drama t yoba yinjije menshi kuri Madam - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-01-23T17:56:13+00:00","dateModified":"2023-01-23T17:56:13+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-yoba-yinjije-menshi-kuri-madam\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-yoba-yinjije-menshi-kuri-madam\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-yoba-yinjije-menshi-kuri-madam\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Drama t yoba yinjije menshi kuri Madam"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/40168","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=40168"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/40168\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":40191,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/40168\/revisions\/40191"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/40192"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=40168"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=40168"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=40168"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}