{"id":40175,"date":"2023-01-23T14:43:37","date_gmt":"2023-01-23T14:43:37","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=40175"},"modified":"2023-01-23T15:09:40","modified_gmt":"2023-01-23T15:09:40","slug":"yoya-jamal-bari-bamuhitanye","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-jamal-bari-bamuhitanye\/","title":{"rendered":"Yoya Jamal bari bamuhitanye"},"content":{"rendered":"<p>Baramuhakije kubera Inyota bafitiye ibikorwa vyiwe, abo s&#8217;abandi n&#8217;abafana ba Yoya Jamal.<\/p>\n<p>Mu gihe mu ntango z&#8217;uku kwezi, uwo muririmvyi yari yamenyesheje ko agiye Kandi kugaruka ku rubuga rw&#8217;umuziki, ariko ntiyashikiriza ryari, ubu uwo muririmvyi yatumbereje, yerekana igihe.<\/p>\n<p>Kuri uyu wa mungu, igenekerezo rya 22\/1\/ akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook, uwo muririmvyi abarizwa ku mugabane w&#8217;Uburayi, yasangije abamukurikirana isanamu yicaye, hamwe n&#8217;amajambo bijanye.<\/p>\n<p>Amajambo, uwo muririmvyi nkuko y&#8217;ama yavuze make, ayo nayo yarajanye n&#8217;igihe, aho yavuze ngo mu ndwi iza. Iryo jambo ubwaryo rikaba ataco ryari risiguye, arik urifatanije n&#8217;ico yari yashikirije haraheze indwi 2, bica bitanga inzira.<\/p>\n<p>Abafana bakurikirana izo mbuga ziwe bakaba bose batakiriye kumwe ivy&#8217;igaruka ry&#8217;uwo muririmvyi, kuko batanguye kumwagiriza ibintu bitandukanye.<\/p>\n<p>Ivyo bamwagirije vyose bikaba vyaguma bivugwa mu majambo uwo muririmvyi ubwiwe yaririmvye mu ndirimbo zitandukanye amaze gusohora.<\/p>\n<p>Bamwe bakaba bamubaza igituma yabataye kuva aho agereye i Buraya, abandi bakamubaza nimba yoba akiriho canke atakiriho, abandi nabo bakamwita Kayitesi bakamubaza igituma y&#8217;ama yijiriwe, n&#8217;igituma adaherutse kubaha bishasha.<\/p>\n<p>Yoya Jamal yanasabwe n&#8217;abafana kugaruka mu gihugu kubaririmbira kuko bamukumbuye, nayo abandi bakamusaba ko bohurira mu Rwanda basi.<\/p>\n<p>Yoya Jamal, yanasabwe n&#8217;abandi guhagarika kugara, ahubwo akaza arabishura bamwandikiye kuri za Reseau Social.<\/p>\n<p>Abaririmvyi batari bake ngo bari bakwiye kugaba, kuko igaruka rya Yoya Jamal ngo rishobora gutuma abatari bake ngo basubira hasi cane.<\/p>\n<p>Yoya Jamal akaba abishikirije inyuma y&#8217;imyaka 3 adashira ahabona igikorwa c&#8217;umuziki na kimwe. Ariko mu mwaka uheze akaba yakiriye muri ico gihugu amazemwo imyaka iriko irababa 10 umuhinyanyuzi Made Beat w&#8217;umunyarwanda.<\/p>\n<p>Uyu muhinyanyuzi akaba ariwe ariko arakora canke yakoze igikorwa gishasha ca Yoya Jamal kuko aguma aboneka kuri izo Post za Yoya Jamal.<\/p>\n<p>Ukudatomora kwiwe, kukaba kwatumye ateza urujijo abafana batari bake, kuko hari n&#8217;abibajije ko Yoya yoba agiye kugaruka I Bujumbura, noneho batangura kumwiyaniriza bamwagiriza gucafuza igihugu c&#8217;amavukoro.<\/p>\n<p>Ubu rero hakaba harindiriwe muri ino ndwi imbere yuko ukwezi kwa 1 guhera, ishirwa ahabona ry&#8217;igikorwa gishasha ca Yoya naho ata wuramenyesha neza umusi nyezina w&#8217;ishirwa ahabona ry&#8217;iyo ndirimbo.<\/p>\n<p>Urubuga rwa YouTube rwa Yoya rukaba rubarizwako Indirimbo 9, murizo hakaba harimwo izazananye n&#8217;urwo rubuga nka Rukundo, canke Sibomana, ariko hakaba hariko n&#8217;iza kera nka Mot de Passe canke Warahindutse.<\/p>\n<p>Urwo rubuga rukaba ari rumwe mu mbuga z&#8217;abaririmvyi zikurikirwa n&#8217;abantu bake cane, rukaba rugeze ku bagera ku 11,200 barukurikirana.<\/p>\n<p>Muri izo ndirimbo 9 ziri kuri urwo rubuga, 3 zimaze gukwiza views zirenga 100,000, 3 zikaba zimaze kurenza 50,000, 2 zikaba zirenza views 20,000, nayo 1 ikaba ifise 17,000.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Baramuhakije kubera Inyota bafitiye ibikorwa vyiwe, abo s&#8217;abandi n&#8217;abafana ba Yoya Jamal. Mu gihe mu ntango z&#8217;uku kwezi, uwo muririmvyi yari yamenyesheje ko agiye Kandi kugaruka ku rubuga rw&#8217;umuziki, ariko ntiyashikiriza ryari, ubu uwo muririmvyi yatumbereje, yerekana igihe. Kuri uyu wa mungu, igenekerezo rya 22\/1\/ akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook, uwo muririmvyi abarizwa ku mugabane [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":40183,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[518,526,515,519,516],"tags":[],"class_list":["post-40175","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-burundi","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-music-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Yoya Jamal bari bamuhitanye - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-jamal-bari-bamuhitanye\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Yoya Jamal bari bamuhitanye - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Baramuhakije kubera Inyota bafitiye ibikorwa vyiwe, abo s&#8217;abandi n&#8217;abafana ba Yoya Jamal. Mu gihe mu ntango z&#8217;uku kwezi, uwo muririmvyi yari yamenyesheje ko agiye Kandi kugaruka ku rubuga rw&#8217;umuziki, ariko ntiyashikiriza ryari, ubu uwo muririmvyi yatumbereje, yerekana igihe. Kuri uyu wa mungu, igenekerezo rya 22\/1\/ akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook, uwo muririmvyi abarizwa ku mugabane [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-jamal-bari-bamuhitanye\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-01-23T14:43:37+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2023-01-23T15:09:40+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/01\/Screenshot_20230123-170858.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"624\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"568\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-jamal-bari-bamuhitanye\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-jamal-bari-bamuhitanye\/\",\"name\":\"Yoya Jamal bari bamuhitanye - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-01-23T14:43:37+00:00\",\"dateModified\":\"2023-01-23T15:09:40+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-jamal-bari-bamuhitanye\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-jamal-bari-bamuhitanye\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-jamal-bari-bamuhitanye\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Yoya Jamal bari bamuhitanye\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Yoya Jamal bari bamuhitanye - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-jamal-bari-bamuhitanye\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Yoya Jamal bari bamuhitanye - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Baramuhakije kubera Inyota bafitiye ibikorwa vyiwe, abo s&#8217;abandi n&#8217;abafana ba Yoya Jamal. Mu gihe mu ntango z&#8217;uku kwezi, uwo muririmvyi yari yamenyesheje ko agiye Kandi kugaruka ku rubuga rw&#8217;umuziki, ariko ntiyashikiriza ryari, ubu uwo muririmvyi yatumbereje, yerekana igihe. Kuri uyu wa mungu, igenekerezo rya 22\/1\/ akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook, uwo muririmvyi abarizwa ku mugabane [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-jamal-bari-bamuhitanye\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-01-23T14:43:37+00:00","article_modified_time":"2023-01-23T15:09:40+00:00","og_image":[{"width":624,"height":568,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/01\/Screenshot_20230123-170858.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-jamal-bari-bamuhitanye\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-jamal-bari-bamuhitanye\/","name":"Yoya Jamal bari bamuhitanye - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-01-23T14:43:37+00:00","dateModified":"2023-01-23T15:09:40+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-jamal-bari-bamuhitanye\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-jamal-bari-bamuhitanye\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/yoya-jamal-bari-bamuhitanye\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Yoya Jamal bari bamuhitanye"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/40175","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=40175"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/40175\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":40182,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/40175\/revisions\/40182"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/40183"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=40175"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=40175"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=40175"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}