{"id":40953,"date":"2023-03-07T10:07:53","date_gmt":"2023-03-07T10:07:53","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=40953"},"modified":"2023-03-07T10:07:53","modified_gmt":"2023-03-07T10:07:53","slug":"drama-t-atumye-abanya-kigali-bamwe-agashavu-kaja-imutwe","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-atumye-abanya-kigali-bamwe-agashavu-kaja-imutwe\/","title":{"rendered":"Drama T atumye abanya Kigali bamwe agashavu kaja imutwe"},"content":{"rendered":"<p><strong>Ibintu birakaze, kubona abarundi basigaye baronka ama Views umuliyoni, biteje ikibazo gikomeye i Kigali. bamwe bakaba batanguye kubona ko ivyo vyoba vyaturutse kuko abaririmvyi bamwe bamwe b&#8217;abarundi basigaye bahabwa ama Collabo n&#8217;abanyarwanda vyoroshe.<\/strong><\/p>\n<p>Nkuko umwe mu bakora comedy, akaba Kandi n&#8217;umwe mu bashikiriza ibiganiro Kuri imwe mu mboneshakure TV10 yabishikirije muri video yakoze, yavuze ko umuziki w&#8217;abarundi wasubiye Kandi kuba mwinshi I Kigali.<br \/>\nUkwo gusubira Kandi kwumvikana ngo bikaba vyavuye ku baririmvyi b&#8217;abanyarwanda basigaye barugururiye imiryango abarundi mu kubaha ama Collabo y&#8217;urutavanako. We akaba avuga ko ngo baba abashasha n&#8217;abakora bose ngo bahabwa ama Collabo n&#8217;abaririmvyi.<br \/>\nUkwo kworosha ukwo gukorana, ngo ni kimwe mu bitumye uwo muziki w&#8217;abarundi usigaye uvuzwa cane I Kigali. Kandi ngo ikosa n&#8217;irya abo baririmvyi ubwabo.<br \/>\nUwo mugabo azwi kw&#8217;izina rya Ndahiro, yavuze ko abaririmvyi bari bakwiye kubanza Kwanza kwihangana bakubaka umuziki wabo, kuko nawo ngo nturabasha kuduza umutwe.<br \/>\nUwo Mugabo yashigikiwe n&#8217;abandi n&#8217;abo bavuze ko ivyo bintu naho birimwo amacakubiri, ngo n&#8217;ukuri kudateye amazi, kuko abaririmvyi b&#8217;abarundi batanguye gukwiza views ama Miliyoni, Kandi ngo basigaye bazwi mu Rwanda, ibitari bimenyerewe.<br \/>\nAbandi n&#8217;abo bakaba bavuze ko boshaka bogenza gahoro, kuko abaririmvyi b&#8217;abarundi ngo bahagaze neza Kandi bazi umuziki.<br \/>\nNaho Taikun yaronse abamushigikira, abamutera ivyatsi nabo ntibabuze, kuko hari abagarutse bakamwibutsa ko nawe mu biganiro akora avuza Indirimbo zo mu giswahili myinshi cane.<br \/>\nIvyo uwo mugabo akaba abishikirije mu gihe abaririmvyi b&#8217;abarundi bamaze gukorana ama Collabo n&#8217;abanyarwanda baharurwa ku ntoke, bakaba ari Drama T , Alvin Smith, Kirikou na Double Jay hamwe n&#8217;umuririmvyikazi Vania Ice.<br \/>\nAha mukamenya ko iyi myidogo itanguye kuduga ari uko umuririmvyi Drama T avugishije benshi mu barundi co kimwe no mu Banyarwanda kubera uburyo Indirimbo ziwe ziriko zirakundwa cane. Mu rwanda co kimwe na hano iwacu, Drama akaba asa n&#8217;uwabaye Virus itoroshe kwivura.<br \/>\nUmviriza uko uwo Mugabo yabivuze muri iyo Video.<\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ibintu birakaze, kubona abarundi basigaye baronka ama Views umuliyoni, biteje ikibazo gikomeye i Kigali. bamwe bakaba batanguye kubona ko ivyo vyoba vyaturutse kuko abaririmvyi bamwe bamwe b&#8217;abarundi basigaye bahabwa ama Collabo n&#8217;abanyarwanda vyoroshe. Nkuko umwe mu bakora comedy, akaba Kandi n&#8217;umwe mu bashikiriza ibiganiro Kuri imwe mu mboneshakure TV10 yabishikirije muri video yakoze, yavuze ko [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":40954,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[526,515,519],"tags":[],"class_list":["post-40953","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Drama T atumye abanya Kigali bamwe agashavu kaja imutwe - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-atumye-abanya-kigali-bamwe-agashavu-kaja-imutwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Drama T atumye abanya Kigali bamwe agashavu kaja imutwe - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Ibintu birakaze, kubona abarundi basigaye baronka ama Views umuliyoni, biteje ikibazo gikomeye i Kigali. bamwe bakaba batanguye kubona ko ivyo vyoba vyaturutse kuko abaririmvyi bamwe bamwe b&#8217;abarundi basigaye bahabwa ama Collabo n&#8217;abanyarwanda vyoroshe. Nkuko umwe mu bakora comedy, akaba Kandi n&#8217;umwe mu bashikiriza ibiganiro Kuri imwe mu mboneshakure TV10 yabishikirije muri video yakoze, yavuze ko [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-atumye-abanya-kigali-bamwe-agashavu-kaja-imutwe\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-03-07T10:07:53+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/Screenshot_20230307-120320.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"409\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-atumye-abanya-kigali-bamwe-agashavu-kaja-imutwe\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-atumye-abanya-kigali-bamwe-agashavu-kaja-imutwe\/\",\"name\":\"Drama T atumye abanya Kigali bamwe agashavu kaja imutwe - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-03-07T10:07:53+00:00\",\"dateModified\":\"2023-03-07T10:07:53+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-atumye-abanya-kigali-bamwe-agashavu-kaja-imutwe\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-atumye-abanya-kigali-bamwe-agashavu-kaja-imutwe\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-atumye-abanya-kigali-bamwe-agashavu-kaja-imutwe\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Drama T atumye abanya Kigali bamwe agashavu kaja imutwe\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Drama T atumye abanya Kigali bamwe agashavu kaja imutwe - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-atumye-abanya-kigali-bamwe-agashavu-kaja-imutwe\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Drama T atumye abanya Kigali bamwe agashavu kaja imutwe - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Ibintu birakaze, kubona abarundi basigaye baronka ama Views umuliyoni, biteje ikibazo gikomeye i Kigali. bamwe bakaba batanguye kubona ko ivyo vyoba vyaturutse kuko abaririmvyi bamwe bamwe b&#8217;abarundi basigaye bahabwa ama Collabo n&#8217;abanyarwanda vyoroshe. Nkuko umwe mu bakora comedy, akaba Kandi n&#8217;umwe mu bashikiriza ibiganiro Kuri imwe mu mboneshakure TV10 yabishikirije muri video yakoze, yavuze ko [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-atumye-abanya-kigali-bamwe-agashavu-kaja-imutwe\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-03-07T10:07:53+00:00","og_image":[{"width":720,"height":409,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/Screenshot_20230307-120320.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-atumye-abanya-kigali-bamwe-agashavu-kaja-imutwe\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-atumye-abanya-kigali-bamwe-agashavu-kaja-imutwe\/","name":"Drama T atumye abanya Kigali bamwe agashavu kaja imutwe - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-03-07T10:07:53+00:00","dateModified":"2023-03-07T10:07:53+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-atumye-abanya-kigali-bamwe-agashavu-kaja-imutwe\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-atumye-abanya-kigali-bamwe-agashavu-kaja-imutwe\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-atumye-abanya-kigali-bamwe-agashavu-kaja-imutwe\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Drama T atumye abanya Kigali bamwe agashavu kaja imutwe"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/40953","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=40953"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/40953\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":40955,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/40953\/revisions\/40955"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/40954"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=40953"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=40953"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=40953"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}