{"id":40981,"date":"2023-03-08T08:23:59","date_gmt":"2023-03-08T08:23:59","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=40981"},"modified":"2023-03-08T09:21:28","modified_gmt":"2023-03-08T09:21:28","slug":"drama-t-na-joel-ngo-bivye-abanyarwanda","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-na-joel-ngo-bivye-abanyarwanda\/","title":{"rendered":"Drama T na Joel ngo bivye abanyarwanda"},"content":{"rendered":"<p><strong>Mu gihe abanya Kigali batanguye gukubita agatoke kuko ngo Indirimbo z&#8217;abarundi zasubiye Kandi kwumvikana cane gusumba muri ico gisagara giharurwa mu vya mbere vyiza muri Africa y&#8217;ubuseruko, abandi n&#8217;abo bavuga ko uburyo indirimbo nka ITamporize ikoze n&#8217;uburyo Drama T aririmba vyibwe abanyarwanda.<\/strong><\/p>\n<p><strong>Ya ndirimbo ya Drama T ibandanya ishusha umutwe abanyarwanda, ubu naho hatanguye ko ngo umuririmvyi Drama T hamwe n&#8217;umuhinyanyuzi yakoze Indirimbo biswe Ibisuma.<\/strong><\/p>\n<p>Mu misi iheze twari twababwiye ku bijanye n&#8217;inkuru yuko abanyarwanda bamwe bamwe riniga kubera abaririmvyi b&#8217;abarundi batanguye gukwiza ama Miliyoni y&#8217;ama Views Kuri YouTube.<br \/>\nBamwe muribo bavuga ko igituma ziriko ziduga nk&#8217;izasaze, ari kubera abaririmvyi b&#8217;abarundi bugururiwe imiryango I Kigali mu guhabwa ama Collabo y&#8217;urutavanako.<br \/>\nUbu rero uwundi yavuze ko abaririmvyi b&#8217;abarundi n&#8217;indirimbo zabo zigezweho ngo n&#8217;ivyo bivye I Kigali.<br \/>\nNkuko bishikirizwa na Ally Soudy umwe mu bamenyeshamakuru bakomeye b&#8217;abanyarwanda babarizwa muri Amerika, ngo Drama T uburyo aririmba yabikuye ku banyarwanda, ivyo ngo uvyumva wumvirije neza Indirimbo ziwe.<br \/>\nIndirimbo ITamporize uburyo ikoze, n&#8217;umudiho irimwo, bashaka ngo nyenevyo ni Element, ikibuzemwo gusa ni ka Kajambo Eleeeee.<br \/>\nIvyo akaba yabiyagiye umugabo w&#8217;umunyarusaku atazi kubika ibanga yahawe, Muzarafu batazira Ddhumba, uyu nawe aba abishize ku rubuga rwa Instagram, rukurikiranwa n&#8217;ibihumbi vy&#8217;abantu.<br \/>\nMu kwiregura, Ally Soudy abonye ko vyagiye kwi barabara , yavuze ko vyari ivyo muri Private, ariko ngo nawe aremera ko umuririmvyi Drama T. Ari mu baririmvyi bafise impano yo kuririmba.<br \/>\nIvyo vyashikirijwe na Ally Soudy bikaba bitanyuze Ddhumba kuko yahaye Ally amezi 6 gusa, ngo azosanga abaririmvyi b&#8217;abarundi bahagaze neza cane gusumba abanyarwanda.<br \/>\nIbi bikaba vyashikirijwe mu gihe bivugwa ko i Kigali umuziki w&#8217;abarundi wasubiye Kandi kuba mwinshi, aho bamwe batanguye no gukubita agatoke, kuko ngo iyo yoba ari intango y&#8217;ukuzima kw&#8217;umuziki w&#8217;abanyarwanda.<br \/>\nIzi zuguruzuguru zikaba zitanguye mu gihe abaririmvyi nka Drama t, Kirikou Akili na Double Jay bamaze gukora ibikora Inka mu ndirimbo zabo zitari nke baheruka gukora, aho vyabonetse ko zakunzwe cane I Kigali, Kandi zikanarabwa ku buryo bikomeye, bituma n&#8217;abanya Kigali basa n&#8217;abahinze umushitsi.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Mu gihe abanya Kigali batanguye gukubita agatoke kuko ngo Indirimbo z&#8217;abarundi zasubiye Kandi kwumvikana cane gusumba muri ico gisagara giharurwa mu vya mbere vyiza muri Africa y&#8217;ubuseruko, abandi n&#8217;abo bavuga ko uburyo indirimbo nka ITamporize ikoze n&#8217;uburyo Drama T aririmba vyibwe abanyarwanda. Ya ndirimbo ya Drama T ibandanya ishusha umutwe abanyarwanda, ubu naho hatanguye ko [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":40982,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[526,515,519],"tags":[],"class_list":["post-40981","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Drama T na Joel ngo bivye abanyarwanda - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-na-joel-ngo-bivye-abanyarwanda\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Drama T na Joel ngo bivye abanyarwanda - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Mu gihe abanya Kigali batanguye gukubita agatoke kuko ngo Indirimbo z&#8217;abarundi zasubiye Kandi kwumvikana cane gusumba muri ico gisagara giharurwa mu vya mbere vyiza muri Africa y&#8217;ubuseruko, abandi n&#8217;abo bavuga ko uburyo indirimbo nka ITamporize ikoze n&#8217;uburyo Drama T aririmba vyibwe abanyarwanda. Ya ndirimbo ya Drama T ibandanya ishusha umutwe abanyarwanda, ubu naho hatanguye ko [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-na-joel-ngo-bivye-abanyarwanda\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-03-08T08:23:59+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2023-03-08T09:21:28+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/Screenshot_20230308-102047.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"392\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-na-joel-ngo-bivye-abanyarwanda\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-na-joel-ngo-bivye-abanyarwanda\/\",\"name\":\"Drama T na Joel ngo bivye abanyarwanda - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-03-08T08:23:59+00:00\",\"dateModified\":\"2023-03-08T09:21:28+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-na-joel-ngo-bivye-abanyarwanda\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-na-joel-ngo-bivye-abanyarwanda\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-na-joel-ngo-bivye-abanyarwanda\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Drama T na Joel ngo bivye abanyarwanda\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Drama T na Joel ngo bivye abanyarwanda - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-na-joel-ngo-bivye-abanyarwanda\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Drama T na Joel ngo bivye abanyarwanda - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Mu gihe abanya Kigali batanguye gukubita agatoke kuko ngo Indirimbo z&#8217;abarundi zasubiye Kandi kwumvikana cane gusumba muri ico gisagara giharurwa mu vya mbere vyiza muri Africa y&#8217;ubuseruko, abandi n&#8217;abo bavuga ko uburyo indirimbo nka ITamporize ikoze n&#8217;uburyo Drama T aririmba vyibwe abanyarwanda. Ya ndirimbo ya Drama T ibandanya ishusha umutwe abanyarwanda, ubu naho hatanguye ko [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-na-joel-ngo-bivye-abanyarwanda\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-03-08T08:23:59+00:00","article_modified_time":"2023-03-08T09:21:28+00:00","og_image":[{"width":720,"height":392,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/Screenshot_20230308-102047.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-na-joel-ngo-bivye-abanyarwanda\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-na-joel-ngo-bivye-abanyarwanda\/","name":"Drama T na Joel ngo bivye abanyarwanda - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-03-08T08:23:59+00:00","dateModified":"2023-03-08T09:21:28+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-na-joel-ngo-bivye-abanyarwanda\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-na-joel-ngo-bivye-abanyarwanda\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-na-joel-ngo-bivye-abanyarwanda\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Drama T na Joel ngo bivye abanyarwanda"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/40981","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=40981"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/40981\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":40983,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/40981\/revisions\/40983"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/40982"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=40981"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=40981"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=40981"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}