{"id":41042,"date":"2023-03-11T11:31:30","date_gmt":"2023-03-11T11:31:30","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=41042"},"modified":"2023-03-11T11:31:30","modified_gmt":"2023-03-11T11:31:30","slug":"uburirimvyi-ngo-nurudandazwa-rwogushiramwo-amafaranga","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uburirimvyi-ngo-nurudandazwa-rwogushiramwo-amafaranga\/","title":{"rendered":"Uburirimvyi ngo n&#8217;urudandazwa rwogushiramwo amafaranga."},"content":{"rendered":"<p>Ibiheruka gushikirizwa n&#8217;umukuru w&#8217;igihugu ko abaririmvyi bashobora n&#8217;abo babishatse Kugenda bakabagurana amafaranga bagashira mu muziki, bigeretsweko, akarorero katanzwe ni Drama t amaze gutangura kwinjiza ayarenga imiliyoni 10, ayakuye Kuri YouTube ku ndirimbo 1 gusa.<\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n<p>Ku mafaranga ari musi y&#8217;imiliyoni 6 z&#8217;amafaranga ya hano iwacu, ngo bwa bundi urashobora gukora nk&#8217;ivyo umuririmvyi Drama T amaze imisi akora mu ndirimbo yiwe nka Madam imaze gukwiza Views zirenga Imiliyoni 4 ku rubuga rwiwe rwa YouTube.<br \/>\nNaho mu myaka iheze kuririmba vyavugwa kugira ingabire, uno musi kuririmba birabwamwo ubwa mbere kwinjiza amafaranga, ivyo navyo bikaba biva mu kumenyekana.<br \/>\nSimbizi wa Semavumba, akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook, yerekanye uburyo umuririmvyi ashobora kwinjiza amafaranga angana n&#8217;imiliyoni 10 ku ndirimbo 1 gusa, aho ni mu gihe ngo udashizemwo ibiteramo ushobora kuronka kubera iyo ndirimbo yakuzwe cane.<br \/>\nUwo Mugabo akunda gukebura abaririmvyi batari bake, ariko Kandi muri ino misi asigaye ari Manager w&#8217;umuririmvyi yavuze ko gukora amasanamu meza ka John Elarts zri amafaranga 3,500,000, nayo gukora Audio Kwa Joel ngo ni 350,000.<br \/>\nKuri ayo mafaranga, uwo Mugabo yongeyeko ayangana n&#8217;2,000,000 ngo zo kumenyekanisha iyo ndirimbo, gutyo ngo nta kubiza, iyo Ndirimbo abantu batayikunze.<br \/>\nMuri ubwo butumwa nyene, Simbizi yibukije abantu ko Indirimbo 1 gusa, iyo nayo ni Madam ya Drama t ngo imaze kwinjiza ama Dollar ya Amerika 3000, arenga gato Imiliyoni 10 z&#8217;amarundi.<br \/>\nMuri ubwo butumwa, Simbizi yibukije abamukurikirana ko umaze kwubaka izina, ibanke iyariyo yose worengukamwo bashobora kuguha ingurane ngo ushire amafaranga mu bikorwa vyunguka.<br \/>\nMu babashije kugira ico bashikiriza, abatari bake ntibatahura uko umuntu ashobora gushira amafaranga angana uko mu muziki.<br \/>\nAbandi babajije uburyo baca bogarura ayo bashizemwo, ayo bokwunguka uko angana, n&#8217;igihe vyofata.<br \/>\nAriko hari n&#8217;abandi bamufashe mu mugongo mu kwemeza ko uwushizemwo ayo mafaranga adashobora kureka kuyagarura.<br \/>\nIki kikaba kije gihamvya ibiheruka gushikirizwa na N&#8217;umukuru w&#8217;igihugu cacu ko abaririmvyi bari bakwiye kumenya gucisha amafaranga muri banki, kugira babashe kuzoronka uburyo bwo gusaba ingurane.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ibiheruka gushikirizwa n&#8217;umukuru w&#8217;igihugu ko abaririmvyi bashobora n&#8217;abo babishatse Kugenda bakabagurana amafaranga bagashira mu muziki, bigeretsweko, akarorero katanzwe ni Drama t amaze gutangura kwinjiza ayarenga imiliyoni 10, ayakuye Kuri YouTube ku ndirimbo 1 gusa. &nbsp; Ku mafaranga ari musi y&#8217;imiliyoni 6 z&#8217;amafaranga ya hano iwacu, ngo bwa bundi urashobora gukora nk&#8217;ivyo umuririmvyi Drama T amaze [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":41043,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[526,515,519],"tags":[],"class_list":["post-41042","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Uburirimvyi ngo n&#039;urudandazwa rwogushiramwo amafaranga. - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uburirimvyi-ngo-nurudandazwa-rwogushiramwo-amafaranga\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Uburirimvyi ngo n&#039;urudandazwa rwogushiramwo amafaranga. - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Ibiheruka gushikirizwa n&#8217;umukuru w&#8217;igihugu ko abaririmvyi bashobora n&#8217;abo babishatse Kugenda bakabagurana amafaranga bagashira mu muziki, bigeretsweko, akarorero katanzwe ni Drama t amaze gutangura kwinjiza ayarenga imiliyoni 10, ayakuye Kuri YouTube ku ndirimbo 1 gusa. &nbsp; Ku mafaranga ari musi y&#8217;imiliyoni 6 z&#8217;amafaranga ya hano iwacu, ngo bwa bundi urashobora gukora nk&#8217;ivyo umuririmvyi Drama T amaze [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uburirimvyi-ngo-nurudandazwa-rwogushiramwo-amafaranga\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-03-11T11:31:30+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/Screenshot_20230311-132824.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"407\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uburirimvyi-ngo-nurudandazwa-rwogushiramwo-amafaranga\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uburirimvyi-ngo-nurudandazwa-rwogushiramwo-amafaranga\/\",\"name\":\"Uburirimvyi ngo n'urudandazwa rwogushiramwo amafaranga. - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-03-11T11:31:30+00:00\",\"dateModified\":\"2023-03-11T11:31:30+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uburirimvyi-ngo-nurudandazwa-rwogushiramwo-amafaranga\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uburirimvyi-ngo-nurudandazwa-rwogushiramwo-amafaranga\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uburirimvyi-ngo-nurudandazwa-rwogushiramwo-amafaranga\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Uburirimvyi ngo n&#8217;urudandazwa rwogushiramwo amafaranga.\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Uburirimvyi ngo n'urudandazwa rwogushiramwo amafaranga. - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uburirimvyi-ngo-nurudandazwa-rwogushiramwo-amafaranga\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Uburirimvyi ngo n'urudandazwa rwogushiramwo amafaranga. - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Ibiheruka gushikirizwa n&#8217;umukuru w&#8217;igihugu ko abaririmvyi bashobora n&#8217;abo babishatse Kugenda bakabagurana amafaranga bagashira mu muziki, bigeretsweko, akarorero katanzwe ni Drama t amaze gutangura kwinjiza ayarenga imiliyoni 10, ayakuye Kuri YouTube ku ndirimbo 1 gusa. &nbsp; Ku mafaranga ari musi y&#8217;imiliyoni 6 z&#8217;amafaranga ya hano iwacu, ngo bwa bundi urashobora gukora nk&#8217;ivyo umuririmvyi Drama T amaze [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uburirimvyi-ngo-nurudandazwa-rwogushiramwo-amafaranga\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-03-11T11:31:30+00:00","og_image":[{"width":720,"height":407,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/Screenshot_20230311-132824.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uburirimvyi-ngo-nurudandazwa-rwogushiramwo-amafaranga\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uburirimvyi-ngo-nurudandazwa-rwogushiramwo-amafaranga\/","name":"Uburirimvyi ngo n'urudandazwa rwogushiramwo amafaranga. - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-03-11T11:31:30+00:00","dateModified":"2023-03-11T11:31:30+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uburirimvyi-ngo-nurudandazwa-rwogushiramwo-amafaranga\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uburirimvyi-ngo-nurudandazwa-rwogushiramwo-amafaranga\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/uburirimvyi-ngo-nurudandazwa-rwogushiramwo-amafaranga\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Uburirimvyi ngo n&#8217;urudandazwa rwogushiramwo amafaranga."}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/41042","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=41042"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/41042\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":41044,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/41042\/revisions\/41044"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/41043"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=41042"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=41042"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=41042"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}