{"id":41172,"date":"2023-03-18T21:17:56","date_gmt":"2023-03-18T21:17:56","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=41172"},"modified":"2023-03-18T21:17:56","modified_gmt":"2023-03-18T21:17:56","slug":"urumogi-rwabaye-deal-ikomeye-mu-rwanda","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urumogi-rwabaye-deal-ikomeye-mu-rwanda\/","title":{"rendered":"Urumogi rwabaye Deal ikomeye mu Rwanda"},"content":{"rendered":"<p><strong>Urumogi mu gihugu kibanyi c&#8217;Urwanda, ruri mu biterwa ico gihugu cipfuza gukuramwo amafaranga menshi cane, Kandi rukipfuza ko abafise amafaranga boyashiramwo kuko hateganijwe kuvamwo inyungu itari nto muri ico giterwa mu bihe vya Vuba.<\/strong><\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n<p>Mu gihe ibihugu bitari bike vy&#8217;abanyafrika, n&#8217;ic&#8217;iwacu kirimwo atako batagira ngo urumogi rutuzwe mu banyagihugu, Urwanda rwo rwahinduye umukenyuro.<br \/>\nMu makuru ava i Kigali, nuko ico gihugu camaze kubona ko hakenewe abanyamitahe bashira amafaranga mu giterwa c&#8217;urumogi.<br \/>\nMu bice biharurwako kwinjiza amafaranga menshi muri ico gihugu, igiterwa c&#8217;urumogi kiza mu bibanza vya mbere nkuko amakuru ava muri RDB, ikigo kijejwe iterambere muri ico gihugu abishikiriza.<br \/>\nUmutahe ukenewe muri ico gihugu kugira ico giterwa kibashe kurimwa ngo n&#8217;umutahe ungana n&#8217;Imiliyaridi zirenga 57 z&#8217;amafaranga ya hano iwacu. Ico gisata kijejwe iterambere muri ico gihugu, ngo kigiye gutangura gushishikariza abantu gushira amafaranga yabo mu burimyi bw&#8217;ico giterwa.<br \/>\nIco giterwa kikaba kizoterwa ahantu hacunzwe cane nkuko itegeko ry&#8217;umushikiranganji rigaruka kuri ico giterwa n&#8217;ibigikomokako ribishikiriza.<br \/>\nIryo tegeko rikaba rimaze imyaka 2 rishizweko umukono n&#8217;ubwo bushikiringanji, hakaba hari mu kwezi Kwa 6 mu mwaka wa 2021.<br \/>\nIco giterwa nkuko ayo makuru abandanya abivuga ngo kuzoshorwa mu bihugu nka Leta zunze ubumwe za Amerika, Canada n&#8217; i Buraya, ariko Kandi no mu Rwanda.<br \/>\nNayo ibizokorwa muri ico giterwa, ni nk&#8217;ibiribwa, amavuta, ibijanye n&#8217;ubuvuzi, Ubushakashatsi, Kandi rukazonakoreshwa mu mahinguriro.<br \/>\nAyo mahirwe rero abonetse mu Rwanda abazoyabona si umurengera, kuko bizosabwa ibintu bitari, ariko Kandi n&#8217;abazokoresha amanyanga ico giterwa n&#8217;abo bakaba barabiyumviriyeko, kuko hatowe amategeko.<br \/>\nUmunyororo wo guherayo n&#8217;ihadabu ry&#8217;imiliyoni ziri hagati ya 60 na 90 z&#8217;amafaranga y&#8217;amarundi mu gihe uhamijwe icaha co kijanye n&#8217;ibiyovyambwenge.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Urumogi mu gihugu kibanyi c&#8217;Urwanda, ruri mu biterwa ico gihugu cipfuza gukuramwo amafaranga menshi cane, Kandi rukipfuza ko abafise amafaranga boyashiramwo kuko hateganijwe kuvamwo inyungu itari nto muri ico giterwa mu bihe vya Vuba. &nbsp; Mu gihe ibihugu bitari bike vy&#8217;abanyafrika, n&#8217;ic&#8217;iwacu kirimwo atako batagira ngo urumogi rutuzwe mu banyagihugu, Urwanda rwo rwahinduye umukenyuro. Mu [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":41173,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[515],"tags":[],"class_list":["post-41172","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-homepage"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Urumogi rwabaye Deal ikomeye mu Rwanda - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urumogi-rwabaye-deal-ikomeye-mu-rwanda\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Urumogi rwabaye Deal ikomeye mu Rwanda - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Urumogi mu gihugu kibanyi c&#8217;Urwanda, ruri mu biterwa ico gihugu cipfuza gukuramwo amafaranga menshi cane, Kandi rukipfuza ko abafise amafaranga boyashiramwo kuko hateganijwe kuvamwo inyungu itari nto muri ico giterwa mu bihe vya Vuba. &nbsp; Mu gihe ibihugu bitari bike vy&#8217;abanyafrika, n&#8217;ic&#8217;iwacu kirimwo atako batagira ngo urumogi rutuzwe mu banyagihugu, Urwanda rwo rwahinduye umukenyuro. Mu [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urumogi-rwabaye-deal-ikomeye-mu-rwanda\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-03-18T21:17:56+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/Screenshot_20230318-231453.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"719\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"402\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urumogi-rwabaye-deal-ikomeye-mu-rwanda\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urumogi-rwabaye-deal-ikomeye-mu-rwanda\/\",\"name\":\"Urumogi rwabaye Deal ikomeye mu Rwanda - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-03-18T21:17:56+00:00\",\"dateModified\":\"2023-03-18T21:17:56+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urumogi-rwabaye-deal-ikomeye-mu-rwanda\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urumogi-rwabaye-deal-ikomeye-mu-rwanda\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urumogi-rwabaye-deal-ikomeye-mu-rwanda\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Urumogi rwabaye Deal ikomeye mu Rwanda\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Urumogi rwabaye Deal ikomeye mu Rwanda - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urumogi-rwabaye-deal-ikomeye-mu-rwanda\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Urumogi rwabaye Deal ikomeye mu Rwanda - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Urumogi mu gihugu kibanyi c&#8217;Urwanda, ruri mu biterwa ico gihugu cipfuza gukuramwo amafaranga menshi cane, Kandi rukipfuza ko abafise amafaranga boyashiramwo kuko hateganijwe kuvamwo inyungu itari nto muri ico giterwa mu bihe vya Vuba. &nbsp; Mu gihe ibihugu bitari bike vy&#8217;abanyafrika, n&#8217;ic&#8217;iwacu kirimwo atako batagira ngo urumogi rutuzwe mu banyagihugu, Urwanda rwo rwahinduye umukenyuro. Mu [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urumogi-rwabaye-deal-ikomeye-mu-rwanda\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-03-18T21:17:56+00:00","og_image":[{"width":719,"height":402,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/Screenshot_20230318-231453.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urumogi-rwabaye-deal-ikomeye-mu-rwanda\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urumogi-rwabaye-deal-ikomeye-mu-rwanda\/","name":"Urumogi rwabaye Deal ikomeye mu Rwanda - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-03-18T21:17:56+00:00","dateModified":"2023-03-18T21:17:56+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urumogi-rwabaye-deal-ikomeye-mu-rwanda\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urumogi-rwabaye-deal-ikomeye-mu-rwanda\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/urumogi-rwabaye-deal-ikomeye-mu-rwanda\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Urumogi rwabaye Deal ikomeye mu Rwanda"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/41172","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=41172"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/41172\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":41174,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/41172\/revisions\/41174"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/41173"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=41172"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=41172"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=41172"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}