{"id":41319,"date":"2023-03-24T19:30:04","date_gmt":"2023-03-24T19:30:04","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=41319"},"modified":"2023-03-24T19:30:04","modified_gmt":"2023-03-24T19:30:04","slug":"umwigisha-ateje-uruhagarara-haba-mwishure-no-hanze-yaryo","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umwigisha-ateje-uruhagarara-haba-mwishure-no-hanze-yaryo\/","title":{"rendered":"Umwigisha ateje uruhagarara haba mw&#8217;ishure no hanze yaryo"},"content":{"rendered":"<p><strong>Muri Afrika yepfo, umugore w&#8217;umunyamideri akaba Kandi n&#8217;umwarimu, avugishije benshi kubera uburyo yambara imbere y&#8217;abo yigisha, bamwe bakamutera amabuye, abandi bakipfuza kuba abanyeshure biwe.<\/strong><\/p>\n<p>Abenshi muri twebwe twakuriye imbere y&#8217;abigisha b&#8217;abavyeyi baba bambara impuzu bakunze kuvuga ko baba bikwije, ariko abubu bamwe bamwe bishobora kuba vyarahindutse.<br \/>\nMuri Afrika y&#8217;epfo, umwigisha yigisha ibiharuro ntiyorohewe kubera impuzu yambara kw&#8217;ishure, kuko bamwe babona ko zitabereye.<br \/>\nUwo mwigisha asanzwe anakora akazi k&#8217;ubunyamideri, nukuvuga ko kwambara za mpuzu bakunze kwita ama 2 pieces ata kibazo bimutera, kanatsinda asanzwe anazidandariza, ntavugwako rumwe kuko bamwe bavuga ko asamaza abanyeshure yigisha.<br \/>\nUwo mukobwa nkuko ibinyamakuru vyo muri Afrika y&#8217;epfo bibishikiriza akaba afise, urudandazwa rw&#8217;ama Bikini, urudandazwa rw&#8217;amavuta y&#8217;abagore, eka mbere n&#8217;amasezerano yo gukorana hagati yiwe n&#8217;ayandi mashirahamwe. Nayo Ubutunzi bwiwe bukaba bungana n&#8217;umuliyaridi w&#8217;amafaranga y&#8217;amarundi.<br \/>\nUyu mugore asanzwe atunze uko ariko Kandi akaba n&#8217;umwarimu, avuga ko hari abana yigisha bamufata amafoto atandukanye ari Sexy, bakaja Kuya Posta Kuri Za Social Media.<br \/>\nMuri uku kwezi, uyu mugore aheruka kuvyura ibibazo Kuri Twitter muri ico gihugu, kubera ama FOTO yapartage aho yabonetse ari mw&#8217;ishure, yambaye umwambaro utavuzweko rumwe.<br \/>\nbamwe bati iki nico gituma twipfuza gusubira ku ntebe y&#8217;ishure, abandi bati uyu ari umwigisha ntitwokwipfuza kwunguruzwa, abandi bati nta cerekana ko hari abanyeshure abari bahari yifotoza, ariko ngo uwo mwambaro si mwiza ku bantu bateye nkuko umeze, ngo bica vyerekana ko yabikoze abibona kugira avugwe.<br \/>\nNaho hari abatumubona ryiza, abandi n&#8217;abo bavuga ko uwo mwigeme arenganywa, ku kijanye n&#8217;uburyo yambara bitajanye n&#8217;uko ateye, bamwe mu bagore babashije kugira ico bavuga babajije uko yategerezwa kuba ateye kugira abashe kwambara uko. Abandi bakavuga ko aho akorera ata mwambaro babasaba kwambara, ngo nta cobuza atambara uko.<br \/>\nUyu mugore akaba gushika ubu akurikirwa n&#8217;abantu batari bake, Kuri Twitter ageze ku bababa 204,000, Kuri Instagram barenga 347,000. Iyo Post iheruka kuvugisha benshi, mu misi 10, imaze kurabwa n&#8217;abarenga 4,000,000.<br \/>\nMunkundire ndababaze, namwe uwo mwambaro yambara mw&#8217;ishure, muwuvugako iki?<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Muri Afrika yepfo, umugore w&#8217;umunyamideri akaba Kandi n&#8217;umwarimu, avugishije benshi kubera uburyo yambara imbere y&#8217;abo yigisha, bamwe bakamutera amabuye, abandi bakipfuza kuba abanyeshure biwe. Abenshi muri twebwe twakuriye imbere y&#8217;abigisha b&#8217;abavyeyi baba bambara impuzu bakunze kuvuga ko baba bikwije, ariko abubu bamwe bamwe bishobora kuba vyarahindutse. Muri Afrika y&#8217;epfo, umwigisha yigisha ibiharuro ntiyorohewe kubera impuzu [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":41320,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[526,515],"tags":[],"class_list":["post-41319","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-news-burundi","category-homepage"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Umwigisha ateje uruhagarara haba mw&#039;ishure no hanze yaryo - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umwigisha-ateje-uruhagarara-haba-mwishure-no-hanze-yaryo\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Umwigisha ateje uruhagarara haba mw&#039;ishure no hanze yaryo - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Muri Afrika yepfo, umugore w&#8217;umunyamideri akaba Kandi n&#8217;umwarimu, avugishije benshi kubera uburyo yambara imbere y&#8217;abo yigisha, bamwe bakamutera amabuye, abandi bakipfuza kuba abanyeshure biwe. Abenshi muri twebwe twakuriye imbere y&#8217;abigisha b&#8217;abavyeyi baba bambara impuzu bakunze kuvuga ko baba bikwije, ariko abubu bamwe bamwe bishobora kuba vyarahindutse. Muri Afrika y&#8217;epfo, umwigisha yigisha ibiharuro ntiyorohewe kubera impuzu [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umwigisha-ateje-uruhagarara-haba-mwishure-no-hanze-yaryo\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-03-24T19:30:04+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/Screenshot_20230324-212115.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"422\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umwigisha-ateje-uruhagarara-haba-mwishure-no-hanze-yaryo\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umwigisha-ateje-uruhagarara-haba-mwishure-no-hanze-yaryo\/\",\"name\":\"Umwigisha ateje uruhagarara haba mw'ishure no hanze yaryo - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-03-24T19:30:04+00:00\",\"dateModified\":\"2023-03-24T19:30:04+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umwigisha-ateje-uruhagarara-haba-mwishure-no-hanze-yaryo\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umwigisha-ateje-uruhagarara-haba-mwishure-no-hanze-yaryo\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umwigisha-ateje-uruhagarara-haba-mwishure-no-hanze-yaryo\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Umwigisha ateje uruhagarara haba mw&#8217;ishure no hanze yaryo\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Umwigisha ateje uruhagarara haba mw'ishure no hanze yaryo - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umwigisha-ateje-uruhagarara-haba-mwishure-no-hanze-yaryo\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Umwigisha ateje uruhagarara haba mw'ishure no hanze yaryo - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Muri Afrika yepfo, umugore w&#8217;umunyamideri akaba Kandi n&#8217;umwarimu, avugishije benshi kubera uburyo yambara imbere y&#8217;abo yigisha, bamwe bakamutera amabuye, abandi bakipfuza kuba abanyeshure biwe. Abenshi muri twebwe twakuriye imbere y&#8217;abigisha b&#8217;abavyeyi baba bambara impuzu bakunze kuvuga ko baba bikwije, ariko abubu bamwe bamwe bishobora kuba vyarahindutse. Muri Afrika y&#8217;epfo, umwigisha yigisha ibiharuro ntiyorohewe kubera impuzu [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umwigisha-ateje-uruhagarara-haba-mwishure-no-hanze-yaryo\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-03-24T19:30:04+00:00","og_image":[{"width":720,"height":422,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/Screenshot_20230324-212115.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umwigisha-ateje-uruhagarara-haba-mwishure-no-hanze-yaryo\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umwigisha-ateje-uruhagarara-haba-mwishure-no-hanze-yaryo\/","name":"Umwigisha ateje uruhagarara haba mw'ishure no hanze yaryo - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-03-24T19:30:04+00:00","dateModified":"2023-03-24T19:30:04+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umwigisha-ateje-uruhagarara-haba-mwishure-no-hanze-yaryo\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umwigisha-ateje-uruhagarara-haba-mwishure-no-hanze-yaryo\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/umwigisha-ateje-uruhagarara-haba-mwishure-no-hanze-yaryo\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Umwigisha ateje uruhagarara haba mw&#8217;ishure no hanze yaryo"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/41319","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=41319"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/41319\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":41321,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/41319\/revisions\/41321"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/41320"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=41319"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=41319"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=41319"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}