{"id":41326,"date":"2023-03-25T15:36:04","date_gmt":"2023-03-25T15:36:04","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=41326"},"modified":"2023-03-25T15:36:04","modified_gmt":"2023-03-25T15:36:04","slug":"ibara-riraguye-umurundikazi-basubiriye-kumwerekana-ari-gusa","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ibara-riraguye-umurundikazi-basubiriye-kumwerekana-ari-gusa\/","title":{"rendered":"Ibara riraguye, umurundikazi basubiriye kumwerekana ari gusa"},"content":{"rendered":"<p><strong>Ayo mashusho y&#8217;urukozasoni ntituyerekana ahubwo duteye ivyatsi mwene iyo ngendo.<\/strong><\/p>\n<p><strong>Snapchat isubiye Kandi gukora ibara, uwundi mukobwa asubiye gushirirwa ubwambure bwiwe kwi barabara n&#8217;uwuvugwa ko ashobora kuba ari umu Diaspora bari baryamanye. None bamwe batanguye kwibaza ko boba batunzwe n&#8217;ukudandaza umubiri Kuri abo ba Diaspora<\/strong>.<\/p>\n<p>Ibara rirasubiye kugwa I Bujumbura, uwundi mwigeme asubiye kurikoroza, none Kuri Twitter na Whatsapp amajambo yabaye yose.<br \/>\nNta wuzi uwatanguye gukwirakwiza ayo mashusho, naho bamwe bari batanguye kuvuga ko yoba Ari Nelly Nat wa munyarusaku, ariko we akaba yahavuye avyihakana, akavyamirira kure, aho nawe yavuze ko yabihawe nk&#8217;abandi bose.<br \/>\nUwo mwigeme yashizwe kw&#8217;ibarabara ariko arasambana vyavuzwe ko yoba aba mu Kigobe. Abamumemye banatanguye gukwirakwiza amazina yiwe, Bikavugwa ko yoba yariko asambana n&#8217;umugabo w&#8217;umu Diaspora.<br \/>\nAyo mashusho akaba ata wuzi uwayakwirakwije, ariko icabonetse co nuko yari yashizwe Kuri Snapchat y&#8217;uwitwa Yohani. Kuko uwakwirakwije ayo mashusho yayakwirakwije ayakuye Kuri iyo Snapchat y&#8217;uwo muntu.<br \/>\nAbayabonye twabashije kubona commentaire zabo, bakaba bavuga ko ibi bintu ateri vyziza na Gato, naho bamwe bacishamwo bagafata umwanya wo gutwenga, kuko batanguye kugereranywa ibihimba babona n&#8217;ivyabandi, abandi n&#8217;abo bakagereranya ubwiwe babona kw&#8217;ifoto n&#8217;ubwo babonye muri iyo Video.<br \/>\nBamwe mu babashije kubona iryo bara bakaba bataretse kwibaza nimba aba bakobwa beza beza baboneka ngaho Hanze babeshejweho n&#8217;ukwo kwidandaza, canke baba bashaka amafaranga noneho bakayaguza imibiro yabo.<br \/>\nIri bara riguye mu gihe hari ayandi yaheruka gushirwa ahabona n&#8217;abandi nyene bivugwa ko bayarungikiye, akaba yavugishije benshi, kuko hamaze imisi hibazwa igituma, barungikirana amashusho nkayo.<br \/>\nYaga Burundi ikaba mu misi iheze aho haboneka abandi bari bakorewe aka kabi, bari bagarutse Kuco abantu bokora ngo amashusho nkayo ntasubire Kandi gukwirakwizwa.<br \/>\nIki cakozwe, co kurungikirana amashusho nkayo, bikaba bihanwa n&#8217;amategeko hano iwacu, ariko Kandi no mu bindi bihugu bikaba bihanwa n&#8217;amategeko.<br \/>\nAho mu kamenya ko ibi bidasiba gukorwa, Kandi akatari gake, bivugwa kuba vyasohowe n&#8217;abagabo canke abasore bo muri Diaspora, kuko amashusho aba yabarungikiwe n&#8217;abakobwa baba mu Burundi.<br \/>\nAbakobwa beza beza baboneka bakaba badasiba guhanurwa ngo barabe bakure amaboko mu mpuzu batangure gukora, kuko ari ibara ku mutemere ko umukobwa ashobora kubaho arindiriye uwumubeshaho gusa.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ayo mashusho y&#8217;urukozasoni ntituyerekana ahubwo duteye ivyatsi mwene iyo ngendo. Snapchat isubiye Kandi gukora ibara, uwundi mukobwa asubiye gushirirwa ubwambure bwiwe kwi barabara n&#8217;uwuvugwa ko ashobora kuba ari umu Diaspora bari baryamanye. None bamwe batanguye kwibaza ko boba batunzwe n&#8217;ukudandaza umubiri Kuri abo ba Diaspora. Ibara rirasubiye kugwa I Bujumbura, uwundi mwigeme asubiye kurikoroza, none [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":41327,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[526,515],"tags":[],"class_list":["post-41326","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-news-burundi","category-homepage"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Ibara riraguye, umurundikazi basubiriye kumwerekana ari gusa - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ibara-riraguye-umurundikazi-basubiriye-kumwerekana-ari-gusa\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Ibara riraguye, umurundikazi basubiriye kumwerekana ari gusa - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Ayo mashusho y&#8217;urukozasoni ntituyerekana ahubwo duteye ivyatsi mwene iyo ngendo. Snapchat isubiye Kandi gukora ibara, uwundi mukobwa asubiye gushirirwa ubwambure bwiwe kwi barabara n&#8217;uwuvugwa ko ashobora kuba ari umu Diaspora bari baryamanye. None bamwe batanguye kwibaza ko boba batunzwe n&#8217;ukudandaza umubiri Kuri abo ba Diaspora. Ibara rirasubiye kugwa I Bujumbura, uwundi mwigeme asubiye kurikoroza, none [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ibara-riraguye-umurundikazi-basubiriye-kumwerekana-ari-gusa\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-03-25T15:36:04+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/Screenshot_20230325-172438.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"391\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ibara-riraguye-umurundikazi-basubiriye-kumwerekana-ari-gusa\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ibara-riraguye-umurundikazi-basubiriye-kumwerekana-ari-gusa\/\",\"name\":\"Ibara riraguye, umurundikazi basubiriye kumwerekana ari gusa - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-03-25T15:36:04+00:00\",\"dateModified\":\"2023-03-25T15:36:04+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ibara-riraguye-umurundikazi-basubiriye-kumwerekana-ari-gusa\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ibara-riraguye-umurundikazi-basubiriye-kumwerekana-ari-gusa\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ibara-riraguye-umurundikazi-basubiriye-kumwerekana-ari-gusa\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Ibara riraguye, umurundikazi basubiriye kumwerekana ari gusa\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Ibara riraguye, umurundikazi basubiriye kumwerekana ari gusa - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ibara-riraguye-umurundikazi-basubiriye-kumwerekana-ari-gusa\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Ibara riraguye, umurundikazi basubiriye kumwerekana ari gusa - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Ayo mashusho y&#8217;urukozasoni ntituyerekana ahubwo duteye ivyatsi mwene iyo ngendo. Snapchat isubiye Kandi gukora ibara, uwundi mukobwa asubiye gushirirwa ubwambure bwiwe kwi barabara n&#8217;uwuvugwa ko ashobora kuba ari umu Diaspora bari baryamanye. None bamwe batanguye kwibaza ko boba batunzwe n&#8217;ukudandaza umubiri Kuri abo ba Diaspora. Ibara rirasubiye kugwa I Bujumbura, uwundi mwigeme asubiye kurikoroza, none [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ibara-riraguye-umurundikazi-basubiriye-kumwerekana-ari-gusa\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-03-25T15:36:04+00:00","og_image":[{"width":720,"height":391,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/Screenshot_20230325-172438.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ibara-riraguye-umurundikazi-basubiriye-kumwerekana-ari-gusa\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ibara-riraguye-umurundikazi-basubiriye-kumwerekana-ari-gusa\/","name":"Ibara riraguye, umurundikazi basubiriye kumwerekana ari gusa - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-03-25T15:36:04+00:00","dateModified":"2023-03-25T15:36:04+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ibara-riraguye-umurundikazi-basubiriye-kumwerekana-ari-gusa\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ibara-riraguye-umurundikazi-basubiriye-kumwerekana-ari-gusa\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/ibara-riraguye-umurundikazi-basubiriye-kumwerekana-ari-gusa\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Ibara riraguye, umurundikazi basubiriye kumwerekana ari gusa"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/41326","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=41326"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/41326\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":41328,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/41326\/revisions\/41328"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/41327"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=41326"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=41326"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=41326"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}