{"id":41333,"date":"2023-03-27T10:28:49","date_gmt":"2023-03-27T10:28:49","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=41333"},"modified":"2023-03-27T10:28:49","modified_gmt":"2023-03-27T10:28:49","slug":"drama-t-we-yungukiye-mu-gutukwa-naba-diaspora-batari-bake","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-we-yungukiye-mu-gutukwa-naba-diaspora-batari-bake\/","title":{"rendered":"Drama T we yungukiye mu gutukwa n&#8217;aba Diaspora batari bake"},"content":{"rendered":"<p>Naho amaso yatukuye mu gusaba ikigongwe kubera ko yababaje ngo abogiye kumuraba mu giteramo ariko arategurirwa haba mu bufaransa co kimwe no mu bubirigi, uwo muririmvyi yoba yaratomboreye muri ukwo gutukwa n&#8217;abatari bake mu ba Diaspora, noneho bakamukorera akazi batokoze batariko baramuvuga nabi.<\/p>\n<p>Mu gihe Drama T amaze imisi asaba imbabazi, bamwe bamwe mu ba Diaspora bavuga ko yababaje batamwerekwa, uwo muririmvyi yoba yarungukiye muri ako kajagari kari kamaze imisi.<br \/>\nUwo muririmvyi yanyereye ku rurimi nkuko bamwe babishikirije, yatumye aba Diaspora batari bake bavuga Kuri Drama T mu biganiro bitandukanye bakoze muma Live bagize imisi bakora.<br \/>\nMu babashije kubivugako, bose basanzwe bakurikirwa bikomeye I Buraya, kuko bamwe muribo basanzwe bamaze guserukira igihugu mu mice itandukanye. Ico bamwe bavuga baridoga ko uwo muririmvyi yabasuzuguye, yabagaye, kuko ngo yavuze ibitarivyo mu kiganiro yagiranye na Akeza.<br \/>\nUwo muririmvyi muri ako kajagari, ashobora kuba yarahabonye umugisha, kuko ivyo vyose vyavuzwe kubera ibiteramo afise mu kwezi Kwa 5, mu Bubirigi, hamwe no mu Bufaransa I Bordeaux.<br \/>\nNaho ababivuga bavuga ko ashobora kutaronka abantu mu biteramo yakoze, kuko yavuze ibitavugwa, uwo muririmvyi ashobora kuzobona ahubwo abamukurikirana muri ico giteramo barenze abo yari yiteze.<br \/>\nAbari bafise agashavu, abavuze ko yabasuzuguye, ikintu kimwe bakoze batabizi n&#8217;ukumenyekanisha igiteramo ciwe muri ivyo bihugu, kuko ubu n&#8217;uwutarazi ko uwo muririmvyi yaronse Visa, canke ko afise igiteramo ubu arabizi, kubera muri rusangi inkuru mbi inyaruka gusumba inkuru nziza.<br \/>\nGushika ubu s&#8217;abarundi gusa babizi, kuko iyo hari ikibazo ku mubanyi, abantu tuba maso cane kuja kwumviriza urusaku gusumba kuja kwumviriza ivy&#8217;akamaro, ubu n&#8217;abanyarwanda nabo baba muri ivyo bihugu bamaze kubimenya, ibica bituma uwo muririmvyi amenyekana cane gusumba.<br \/>\nNaho uruvugo zri rwose muri iyi misi kubera Drama T yamenje, ukumenyekanisha ico gikorwa Kandi biraremvye kuko kaciye kaba akaryo keza ko kuvuga Kuri ico giteramo.<br \/>\nDrama T yahawe VISA y&#8217;indwi 1 gusa ashobora ahubwo guca asubirayo mu mwanya nk&#8217;uwo gukubita urugohe nkuko Kuri Kigingi vyagenze, noneho uwo muririmvyi wacu akaba abaye uwundi muririmvyi ahawe akaryo ko gukorerayo ibiteramo.<br \/>\nUrwo rwongoshwa rwahavuye ruba induru, rwavuyemwo Kandi ugusubira Kandi kurabwa cane Kwa ya ndirirmbo ITamporize nayo yavuzweko menshi cane, kuko muri ino ndwi iyo ndirimbo yasubiye Kandi kurabwa cane Kuri urwo rubuga rwiwe rwa YouTube, kuko yagumye mu kanwa k&#8217;abantu babarizwa Kuri izo mbuga.<br \/>\nIyo ndirimbo ikaba mu misi iharurwa ku ntoke izoba ikwije Views 1,000,000, kuko ubu isigaje iziri musi y&#8217;150,000, nayo abamukurikirana bakaba baburamwo 10,000 ngo akwije aba Subscribe 100,000.<br \/>\nAha mukamenya ko uwo muririmvyi amaze gukoresha inzira 2 zo gusaba ikigongwe. Inzira ya mbere akaba yakoresheje Live yakoze Kuri Instagram, inzira ya 2, akaba yakoresheje urwandiko yasangije abandi Kuri Instagram nyene, ariko aho hose akaba atareka gufatwa nk&#8217;isazi, kuko yo aho ihagaze bakubita, ata na rimwe yigera iba yakoze neza.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Naho amaso yatukuye mu gusaba ikigongwe kubera ko yababaje ngo abogiye kumuraba mu giteramo ariko arategurirwa haba mu bufaransa co kimwe no mu bubirigi, uwo muririmvyi yoba yaratomboreye muri ukwo gutukwa n&#8217;abatari bake mu ba Diaspora, noneho bakamukorera akazi batokoze batariko baramuvuga nabi. Mu gihe Drama T amaze imisi asaba imbabazi, bamwe bamwe mu ba [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":6,"featured_media":41334,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[526,515,519,1],"tags":[],"class_list":["post-41333","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi","category-uncategorized"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Drama T we yungukiye mu gutukwa n&#039;aba Diaspora batari bake - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-we-yungukiye-mu-gutukwa-naba-diaspora-batari-bake\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Drama T we yungukiye mu gutukwa n&#039;aba Diaspora batari bake - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Naho amaso yatukuye mu gusaba ikigongwe kubera ko yababaje ngo abogiye kumuraba mu giteramo ariko arategurirwa haba mu bufaransa co kimwe no mu bubirigi, uwo muririmvyi yoba yaratomboreye muri ukwo gutukwa n&#8217;abatari bake mu ba Diaspora, noneho bakamukorera akazi batokoze batariko baramuvuga nabi. Mu gihe Drama T amaze imisi asaba imbabazi, bamwe bamwe mu ba [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-we-yungukiye-mu-gutukwa-naba-diaspora-batari-bake\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-03-27T10:28:49+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/Screenshot_20230327-121128.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"719\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"401\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"gibbon\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"gibbon\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-we-yungukiye-mu-gutukwa-naba-diaspora-batari-bake\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-we-yungukiye-mu-gutukwa-naba-diaspora-batari-bake\/\",\"name\":\"Drama T we yungukiye mu gutukwa n'aba Diaspora batari bake - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-03-27T10:28:49+00:00\",\"dateModified\":\"2023-03-27T10:28:49+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-we-yungukiye-mu-gutukwa-naba-diaspora-batari-bake\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-we-yungukiye-mu-gutukwa-naba-diaspora-batari-bake\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-we-yungukiye-mu-gutukwa-naba-diaspora-batari-bake\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Drama T we yungukiye mu gutukwa n&#8217;aba Diaspora batari bake\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f\",\"name\":\"gibbon\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"gibbon\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/gibbon\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Drama T we yungukiye mu gutukwa n'aba Diaspora batari bake - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-we-yungukiye-mu-gutukwa-naba-diaspora-batari-bake\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Drama T we yungukiye mu gutukwa n'aba Diaspora batari bake - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Naho amaso yatukuye mu gusaba ikigongwe kubera ko yababaje ngo abogiye kumuraba mu giteramo ariko arategurirwa haba mu bufaransa co kimwe no mu bubirigi, uwo muririmvyi yoba yaratomboreye muri ukwo gutukwa n&#8217;abatari bake mu ba Diaspora, noneho bakamukorera akazi batokoze batariko baramuvuga nabi. Mu gihe Drama T amaze imisi asaba imbabazi, bamwe bamwe mu ba [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-we-yungukiye-mu-gutukwa-naba-diaspora-batari-bake\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-03-27T10:28:49+00:00","og_image":[{"width":719,"height":401,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/Screenshot_20230327-121128.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"gibbon","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"gibbon","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-we-yungukiye-mu-gutukwa-naba-diaspora-batari-bake\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-we-yungukiye-mu-gutukwa-naba-diaspora-batari-bake\/","name":"Drama T we yungukiye mu gutukwa n'aba Diaspora batari bake - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-03-27T10:28:49+00:00","dateModified":"2023-03-27T10:28:49+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-we-yungukiye-mu-gutukwa-naba-diaspora-batari-bake\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-we-yungukiye-mu-gutukwa-naba-diaspora-batari-bake\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/drama-t-we-yungukiye-mu-gutukwa-naba-diaspora-batari-bake\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Drama T we yungukiye mu gutukwa n&#8217;aba Diaspora batari bake"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/aceac5d93a544a4e524c7a53ed55302f","name":"gibbon","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/25fe31847a07cf89dbaf6fbd64e96ff9?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"gibbon"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/gibbon\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/41333","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/6"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=41333"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/41333\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":41336,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/41333\/revisions\/41336"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/41334"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=41333"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=41333"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=41333"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}