{"id":41453,"date":"2023-03-30T15:04:03","date_gmt":"2023-03-30T15:04:03","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=41453"},"modified":"2023-03-30T15:04:03","modified_gmt":"2023-03-30T15:04:03","slug":"francine-niyonsaba-yagirijwe-kutabibona-kumwe-na-leta-mvyeyi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/francine-niyonsaba-yagirijwe-kutabibona-kumwe-na-leta-mvyeyi\/","title":{"rendered":"Francine Niyonsaba yagirijwe kutabibona kumwe na Leta Mvyeyi"},"content":{"rendered":"<p>Francine niyonsaba muvyo agize imisi ashikiriza Ku rubuga rwiwe rwa Facebook, yagirijwe ko bimwe murivyo harimwo ukuvuguruza Leta mvyeyi, none abamukurikirana abamufatiye hejuru, nawe araruca ararumira.<\/p>\n<p>Francine Niyonsaba ngo nahagarike, kuko ivyo Kwigisha ntivyomuhira nabandanye kwiruka, naho navyo ngo biboneka ko vyatanguye kwanka. Ukwo nikwo bamwe mu bamukurikirana bamubwiye basomye ivyo uwo munonotsi wacu yanditse ku rubuga rwiwe rwa Facebook.<br \/>\nKuri uyu wa gatatu, uwo Munonotsi, yanditse ku rubuga rwiwe rwa Facebook, ko umuntu kugira ashikire iterambere, ategerezwa kwibako.<br \/>\nUwo munonotsi wacu ntiyorohewe kubera ayo majambo yashikirije, kuko bamwe bamusamiye hejuru ko ivyo bintu bitabaho, ngo n&#8217;ingabire yo Kwigisha ntayo yahawe.<br \/>\nUwitwa Landry yamubwiye ati :&#8221; Ingabire yo kwiruka warayihawe ntawoharira ariko iyo Kwigisha uko umuntu yoshika kw&#8217;iterambere, vyirekere tuzobariza ahandi.&#8221;<br \/>\nBamwe bati uwukize yibagira iyo yavuye, bamwibukije ko aho ageze atigeze ahigeza, ngo yamenye afise uwundi muntu amufata ukuboko akamuduza.<br \/>\nUwitwa lucky yamubwiye ngo :&#8221;Geza aho faransine Burya umuntu agirwa n&#8221;uwundi, ntuhave usanga uvuze ibidakenewe kubera utuntu duke woba umaze gushikako, Kandi ndizera ko hatabuze uwoba yaragufashije, naho coba ikintu gito.&#8221;<br \/>\nUwo munonotsi yabwiwe Kandi ko atarusha ubwenge ba sogokuru, bamwibutsa imyibutsa imwe imwe basize baciye, nk&#8217;ubugiririgiri bugira babiri, Kandi ngo nyamwigendako atarimira impeshi.<br \/>\nBamubwira Kandi aramutse avuze uko ko azoba avuguruje Leta mvyeyi yo idahengeshanya guhimiriza abantu ko bakwiye kuja hamwe ngo bakorere muma cooperative, kanatsinda ngo abaho hambere bavuze ko Umutwe umwe utigira Inama.<br \/>\nAbandi bo bamwibutsa neza ku gatumba iyo avuka, ko avuze uko ngo azoba avuze ko wa mu diregiteri wo mukayongozi, yamutereranye.<br \/>\nUwitwa Egide niwe yabimwibukije, ati :&#8221; Baraguhenze, Directeur wa Kayongozi, ntuze uvuge ko atakugwanyeko, ivyo mwibagira icabahaye.&#8221;<br \/>\nAbandi bo bagiye kure bamwibutsa ko nawe nyene aho agize imisi aboneka ku kibuga c&#8217;abiruka, hadashemeye, ngo biraboneka ko bibandanije uko ashobora kubiheba.<br \/>\n&#8220;Ndabona nawe biriko birakugora, ugeze muba 8, ejo uzoba uwa nyuma hama ubihebe.&#8221; Vyanditswe n&#8217;uwitwa Patrick.&#8221;<br \/>\nNaho hari abatari bake batabonye kumwe nawe ivyo yashikirije, hari n&#8217;abandi batandukanye bavuze ko ivyo uwo munonotsi yashikirije ngo ari ukuri kudateye amazi.<br \/>\nAha mukamenya ko Niyonsaba agize imisi ashikiriza amajambo akavugisha abamukurikirana, kuko igice kinini c&#8217;abagira ico babishikirizako batabinona kumwe nawe.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Francine niyonsaba muvyo agize imisi ashikiriza Ku rubuga rwiwe rwa Facebook, yagirijwe ko bimwe murivyo harimwo ukuvuguruza Leta mvyeyi, none abamukurikirana abamufatiye hejuru, nawe araruca ararumira. Francine Niyonsaba ngo nahagarike, kuko ivyo Kwigisha ntivyomuhira nabandanye kwiruka, naho navyo ngo biboneka ko vyatanguye kwanka. Ukwo nikwo bamwe mu bamukurikirana bamubwiye basomye ivyo uwo munonotsi wacu yanditse [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":41454,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[1],"tags":[],"class_list":["post-41453","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-uncategorized"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Francine Niyonsaba yagirijwe kutabibona kumwe na Leta Mvyeyi - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/francine-niyonsaba-yagirijwe-kutabibona-kumwe-na-leta-mvyeyi\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Francine Niyonsaba yagirijwe kutabibona kumwe na Leta Mvyeyi - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Francine niyonsaba muvyo agize imisi ashikiriza Ku rubuga rwiwe rwa Facebook, yagirijwe ko bimwe murivyo harimwo ukuvuguruza Leta mvyeyi, none abamukurikirana abamufatiye hejuru, nawe araruca ararumira. Francine Niyonsaba ngo nahagarike, kuko ivyo Kwigisha ntivyomuhira nabandanye kwiruka, naho navyo ngo biboneka ko vyatanguye kwanka. Ukwo nikwo bamwe mu bamukurikirana bamubwiye basomye ivyo uwo munonotsi wacu yanditse [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/francine-niyonsaba-yagirijwe-kutabibona-kumwe-na-leta-mvyeyi\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-03-30T15:04:03+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/Screenshot_20230330-170128.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"719\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"393\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/francine-niyonsaba-yagirijwe-kutabibona-kumwe-na-leta-mvyeyi\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/francine-niyonsaba-yagirijwe-kutabibona-kumwe-na-leta-mvyeyi\/\",\"name\":\"Francine Niyonsaba yagirijwe kutabibona kumwe na Leta Mvyeyi - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-03-30T15:04:03+00:00\",\"dateModified\":\"2023-03-30T15:04:03+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/francine-niyonsaba-yagirijwe-kutabibona-kumwe-na-leta-mvyeyi\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/francine-niyonsaba-yagirijwe-kutabibona-kumwe-na-leta-mvyeyi\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/francine-niyonsaba-yagirijwe-kutabibona-kumwe-na-leta-mvyeyi\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Francine Niyonsaba yagirijwe kutabibona kumwe na Leta Mvyeyi\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Francine Niyonsaba yagirijwe kutabibona kumwe na Leta Mvyeyi - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/francine-niyonsaba-yagirijwe-kutabibona-kumwe-na-leta-mvyeyi\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Francine Niyonsaba yagirijwe kutabibona kumwe na Leta Mvyeyi - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Francine niyonsaba muvyo agize imisi ashikiriza Ku rubuga rwiwe rwa Facebook, yagirijwe ko bimwe murivyo harimwo ukuvuguruza Leta mvyeyi, none abamukurikirana abamufatiye hejuru, nawe araruca ararumira. Francine Niyonsaba ngo nahagarike, kuko ivyo Kwigisha ntivyomuhira nabandanye kwiruka, naho navyo ngo biboneka ko vyatanguye kwanka. Ukwo nikwo bamwe mu bamukurikirana bamubwiye basomye ivyo uwo munonotsi wacu yanditse [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/francine-niyonsaba-yagirijwe-kutabibona-kumwe-na-leta-mvyeyi\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-03-30T15:04:03+00:00","og_image":[{"width":719,"height":393,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/03\/Screenshot_20230330-170128.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/francine-niyonsaba-yagirijwe-kutabibona-kumwe-na-leta-mvyeyi\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/francine-niyonsaba-yagirijwe-kutabibona-kumwe-na-leta-mvyeyi\/","name":"Francine Niyonsaba yagirijwe kutabibona kumwe na Leta Mvyeyi - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-03-30T15:04:03+00:00","dateModified":"2023-03-30T15:04:03+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/francine-niyonsaba-yagirijwe-kutabibona-kumwe-na-leta-mvyeyi\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/francine-niyonsaba-yagirijwe-kutabibona-kumwe-na-leta-mvyeyi\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/francine-niyonsaba-yagirijwe-kutabibona-kumwe-na-leta-mvyeyi\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Francine Niyonsaba yagirijwe kutabibona kumwe na Leta Mvyeyi"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/41453","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=41453"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/41453\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":41455,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/41453\/revisions\/41455"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/41454"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=41453"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=41453"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=41453"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}