{"id":41493,"date":"2023-04-02T11:47:29","date_gmt":"2023-04-02T11:47:29","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=41493"},"modified":"2023-04-02T11:47:29","modified_gmt":"2023-04-02T11:47:29","slug":"nubwo-ata-shari-big-fizzo-ngo-yararenze-akarimbi-naho-yaboneye-izuba-drama-t","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nubwo-ata-shari-big-fizzo-ngo-yararenze-akarimbi-naho-yaboneye-izuba-drama-t\/","title":{"rendered":"Nubwo ata shari, Big Fizzo ngo yararenze akarimbi, naho yaboneye izuba Drama T ."},"content":{"rendered":"<p><strong>Naho Big Fizzo ari mu baharaniye ivy&#8217; abana nka Drama T bariko bariginamwo uno musi, ngo nawe aheruka kunyerera akora amakosa mu kuvugira hejuru, Kandi yarafise ubushobozi bwo kuvuga aciye bugufi kuko ijwi ryiwe naho riba riri hasi ngo baryumva cane<\/strong>.<\/p>\n<p>Simbizi ngo abavuga ko Big Fizzo afitiye ishari Drama T kubera Views amaze imisi akorera, ngo mwanguha, kuko Big Fizzo nawe iziwe ntiziharurika.<\/p>\n<p>Mu kiganiro na YouTube yitwa Umutwenzi, uwo musore arabira hafi ivy&#8217;umuziki wa hano iwacu, yavuze ko Big Fizzo ata shari yogira, kuko azi neza ko iziwe ari nyinshi cane.<br \/>\nIzo Views Simbizi yavuga ngo ni zimwe zidashobora guharurwa na YouTube canke iyindi Platform yose igurisha umuziki. Izo nazo ni zimwe zo muri Telephone bisanzwe, izo muma TV co kimwe na Zimwe zo muma radio.<br \/>\nUwo Mugabo akaba Kandi yanavuze ko naho uwo muririmvyi akiri mu Muziki, ngo ntibisigura ko afise urugero rumwe n&#8217;abo bana bacaruka, kuko ivyo abaririmvyi bashasha bariko baravyinagiramwo ngo vyagwaniwe na Big Fizzo na Lolilo.<br \/>\nIcemezo yatanze Simbizi, ngo nuko umusi Big Fizzo yandika abwira Drama T agakoresha Whatsapp yiwe gusa, ngo vyaciye bikwira isi, igica kikwereka ubukomezi bwa Big Fizzo.<br \/>\nMuri ico kiganiro naho yafashe ikibanza ca Big Fizzo, ku rundi ruhande naho yavuze ko uwo muririmvyi nawe [ Big Fizzo] yakoze amakosa, kuko ngo ivyo yavugiye kw&#8217;ibarabara ngo yarafise uburyo bwo kumuhamagara akabimubwira ari babiri.<br \/>\nUyu muririmvyi akaba ariwe muririmvyi mu baririmvyi bahora muri Bantu yavugwa ko avuga rumwe na Big Fizzo, kuko bo banahora baboneka barikumwe canke baramukanya mu biteramo, kuko abandi bo ata na yambi, ata n&#8217;uguhura bihora biboneka.<br \/>\nMukibuka ko ivyo Big Fizzo yavuga, atariko aramushigikira ariko nawe yashiramwo umusumari mu yari igize imisi imuterwa, kuko yaheruka kuvuga ku buzima aba Diaspora babayemwo, naho Manager wiwe Dj Paulin aheruka gushikiriza ko ivyo yavuze Z<br \/>\nzari inkuru gusa, nka zimwe zitererwa Kuma Ligala, aho bavuga ivyo muri Amerika no muri Canada ata wurahonyozayo ikirenge.<br \/>\nTukivuga kuvya Big Fizzo, ku batabimenye, uwo muririmvyi aritezwe muri kuno kwezi Kwa 4 i Bujumbura, aho azohurira na Double Jay Kuri Stage imwe, aho bazoba baramutse bugurura Gera Plaza.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Naho Big Fizzo ari mu baharaniye ivy&#8217; abana nka Drama T bariko bariginamwo uno musi, ngo nawe aheruka kunyerera akora amakosa mu kuvugira hejuru, Kandi yarafise ubushobozi bwo kuvuga aciye bugufi kuko ijwi ryiwe naho riba riri hasi ngo baryumva cane. Simbizi ngo abavuga ko Big Fizzo afitiye ishari Drama T kubera Views amaze imisi [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":41494,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[526,515],"tags":[],"class_list":["post-41493","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-news-burundi","category-homepage"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Nubwo ata shari, Big Fizzo ngo yararenze akarimbi, naho yaboneye izuba Drama T . - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nubwo-ata-shari-big-fizzo-ngo-yararenze-akarimbi-naho-yaboneye-izuba-drama-t\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Nubwo ata shari, Big Fizzo ngo yararenze akarimbi, naho yaboneye izuba Drama T . - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Naho Big Fizzo ari mu baharaniye ivy&#8217; abana nka Drama T bariko bariginamwo uno musi, ngo nawe aheruka kunyerera akora amakosa mu kuvugira hejuru, Kandi yarafise ubushobozi bwo kuvuga aciye bugufi kuko ijwi ryiwe naho riba riri hasi ngo baryumva cane. Simbizi ngo abavuga ko Big Fizzo afitiye ishari Drama T kubera Views amaze imisi [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nubwo-ata-shari-big-fizzo-ngo-yararenze-akarimbi-naho-yaboneye-izuba-drama-t\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-04-02T11:47:29+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/04\/Screenshot_20230402-134228.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"380\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nubwo-ata-shari-big-fizzo-ngo-yararenze-akarimbi-naho-yaboneye-izuba-drama-t\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nubwo-ata-shari-big-fizzo-ngo-yararenze-akarimbi-naho-yaboneye-izuba-drama-t\/\",\"name\":\"Nubwo ata shari, Big Fizzo ngo yararenze akarimbi, naho yaboneye izuba Drama T . - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-04-02T11:47:29+00:00\",\"dateModified\":\"2023-04-02T11:47:29+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nubwo-ata-shari-big-fizzo-ngo-yararenze-akarimbi-naho-yaboneye-izuba-drama-t\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nubwo-ata-shari-big-fizzo-ngo-yararenze-akarimbi-naho-yaboneye-izuba-drama-t\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nubwo-ata-shari-big-fizzo-ngo-yararenze-akarimbi-naho-yaboneye-izuba-drama-t\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Nubwo ata shari, Big Fizzo ngo yararenze akarimbi, naho yaboneye izuba Drama T .\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Nubwo ata shari, Big Fizzo ngo yararenze akarimbi, naho yaboneye izuba Drama T . - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nubwo-ata-shari-big-fizzo-ngo-yararenze-akarimbi-naho-yaboneye-izuba-drama-t\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Nubwo ata shari, Big Fizzo ngo yararenze akarimbi, naho yaboneye izuba Drama T . - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Naho Big Fizzo ari mu baharaniye ivy&#8217; abana nka Drama T bariko bariginamwo uno musi, ngo nawe aheruka kunyerera akora amakosa mu kuvugira hejuru, Kandi yarafise ubushobozi bwo kuvuga aciye bugufi kuko ijwi ryiwe naho riba riri hasi ngo baryumva cane. Simbizi ngo abavuga ko Big Fizzo afitiye ishari Drama T kubera Views amaze imisi [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nubwo-ata-shari-big-fizzo-ngo-yararenze-akarimbi-naho-yaboneye-izuba-drama-t\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-04-02T11:47:29+00:00","og_image":[{"width":720,"height":380,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/04\/Screenshot_20230402-134228.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nubwo-ata-shari-big-fizzo-ngo-yararenze-akarimbi-naho-yaboneye-izuba-drama-t\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nubwo-ata-shari-big-fizzo-ngo-yararenze-akarimbi-naho-yaboneye-izuba-drama-t\/","name":"Nubwo ata shari, Big Fizzo ngo yararenze akarimbi, naho yaboneye izuba Drama T . - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-04-02T11:47:29+00:00","dateModified":"2023-04-02T11:47:29+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nubwo-ata-shari-big-fizzo-ngo-yararenze-akarimbi-naho-yaboneye-izuba-drama-t\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nubwo-ata-shari-big-fizzo-ngo-yararenze-akarimbi-naho-yaboneye-izuba-drama-t\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/nubwo-ata-shari-big-fizzo-ngo-yararenze-akarimbi-naho-yaboneye-izuba-drama-t\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Nubwo ata shari, Big Fizzo ngo yararenze akarimbi, naho yaboneye izuba Drama T ."}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/41493","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=41493"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/41493\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":41495,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/41493\/revisions\/41495"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/41494"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=41493"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=41493"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=41493"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}