{"id":41872,"date":"2023-04-18T08:46:41","date_gmt":"2023-04-18T08:46:41","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=41872"},"modified":"2023-04-18T08:48:00","modified_gmt":"2023-04-18T08:48:00","slug":"cedric-bangy-ngo-afitiye-agashavu-ishirahamwe-ryaba-metis-mu-burundi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/cedric-bangy-ngo-afitiye-agashavu-ishirahamwe-ryaba-metis-mu-burundi\/","title":{"rendered":"Cedric Bangy ngo afitiye agashavu ishirahamwe ry&#8217;aba Metis mu Burundi"},"content":{"rendered":"<p><strong>Ishavu riraniga kwa Cedric Bangi kubera ishirahamwe ry&#8217;aba Metis mu Burundi, ngo boba batamuhaye n&#8217;aga fanta Kandi baramukoresheje.<\/strong><\/p>\n<p><strong>Uwo Mugabo akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook, yavuze ko Issa Niyongere, asanzwe atwara iryo shirahamwe ry&#8217;aba Metis, ngo yamwandikiye Indirimbo ihayagiza aba Metis, harihwa Studio, noneho Indirimbo irasohoka ariko ngo aca arabika.<\/strong><\/p>\n<p>Iyo ndirimbo ngo ikaba imaze imyaka 2 ikorewe Kwa Amir Pro.<br \/>\nKuvaho Big Fizzo rero ngo abavugiye, ngi iyo ndirimbo yaciye inyeguruka, ubu ikaba yaciye ishirwa Ku rubuga rwa YouTube na Facebook.<br \/>\nCedric Bangy n&#8217;akababaro kenshi, yagirije Issa Niyongere kuba intashima, kuko ngo kuva amukorera ivyo yamusavye atasubiye Kandi kumukubita ijisho. Yamubajije nimba yibuka ko yarishe Studio gusa, uwanditse Indirimbo atigeze amuriha.<br \/>\nCedric Bangy yanagirije uwo Mugabo atwara iryo shirahamwe ry&#8217;aba Metis mu Burundi, kuba atahaye agaciro iyo ndirimbo kuko iyo ndirimbo yabitswe, Kandi yari yakozwe ngo ivugire aba Metis, ariko ngo bimunanira no kuyitanga Kuma Radio.<br \/>\nCedric yanavuze ko hari uwundi Mugabo yashatse kumwaka iyo ndirimbo ngo amubwira ko ariwe nyene iryo shirahamwe kuko Issa yaryivye, ariko ntiyabasha kuyimuha.<br \/>\nCedric rero ntiyatamvye yirorera, kuko Bobona bagize imisi batavuga rumwe kubera ibintu bitarabasha kumenyekana, ariko bose uko ari 2 bagarutse cane kuri ca Kibazo Kiri hagati ya Big Fizzo na DJ Paulin, yahavuye amutekerera impanuro.<br \/>\nBobona yanditse nawe nyene akoresheje urubuga rwiwe rwa Youtube agira ngo:&#8221; Cedric Bangy, Ikibazo Kiri mu ntoke y&#8217;ababishoboye, wewe ntavyo ushoboye. Niwaba wakoze wizeye udu Pourboire, nibaza ko ukuri aruko Musique yawe iri nul, uririmba nabi, rindira urahabwa ibikorwa vy&#8217;abana bakora ibivuye ku Mutima.&#8221;<br \/>\nIyo zuguruzuguru, ikaba ibonetse inyuma yaho Big Fizzo aherewe inkebuzo n&#8217;iryo shirahamwe kubera ivyo yashikirije aho yari mu giteramo muri Guerra Plaza. Ico gihe akaba yamenyesheje ko agiye gutanguza intambara hagati yiwe n&#8217;umudimudimu, ariko Kandi anavuga ko ata murundi w&#8217;umudimudimu abaho.<br \/>\nIkibazo rero cibazwa ni nimba azohava asaba ko iyo ndirimbo ikurwa Kuri izo mbuga, gushika ahawe aga fanta yavuze, canke imyidogo yiwe yagarukiye Kuri Facebook gusa.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Ishavu riraniga kwa Cedric Bangi kubera ishirahamwe ry&#8217;aba Metis mu Burundi, ngo boba batamuhaye n&#8217;aga fanta Kandi baramukoresheje. Uwo Mugabo akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook, yavuze ko Issa Niyongere, asanzwe atwara iryo shirahamwe ry&#8217;aba Metis, ngo yamwandikiye Indirimbo ihayagiza aba Metis, harihwa Studio, noneho Indirimbo irasohoka ariko ngo aca arabika. Iyo ndirimbo ngo ikaba imaze [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":41873,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[526,515,516],"tags":[],"class_list":["post-41872","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-news-burundi","category-homepage","category-music-news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Cedric Bangy ngo afitiye agashavu ishirahamwe ry&#039;aba Metis mu Burundi - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/cedric-bangy-ngo-afitiye-agashavu-ishirahamwe-ryaba-metis-mu-burundi\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Cedric Bangy ngo afitiye agashavu ishirahamwe ry&#039;aba Metis mu Burundi - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Ishavu riraniga kwa Cedric Bangi kubera ishirahamwe ry&#8217;aba Metis mu Burundi, ngo boba batamuhaye n&#8217;aga fanta Kandi baramukoresheje. Uwo Mugabo akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook, yavuze ko Issa Niyongere, asanzwe atwara iryo shirahamwe ry&#8217;aba Metis, ngo yamwandikiye Indirimbo ihayagiza aba Metis, harihwa Studio, noneho Indirimbo irasohoka ariko ngo aca arabika. Iyo ndirimbo ngo ikaba imaze [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/cedric-bangy-ngo-afitiye-agashavu-ishirahamwe-ryaba-metis-mu-burundi\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-04-18T08:46:41+00:00\" \/>\n<meta property=\"article:modified_time\" content=\"2023-04-18T08:48:00+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/04\/Screenshot_20230418-104350.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"401\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/cedric-bangy-ngo-afitiye-agashavu-ishirahamwe-ryaba-metis-mu-burundi\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/cedric-bangy-ngo-afitiye-agashavu-ishirahamwe-ryaba-metis-mu-burundi\/\",\"name\":\"Cedric Bangy ngo afitiye agashavu ishirahamwe ry'aba Metis mu Burundi - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-04-18T08:46:41+00:00\",\"dateModified\":\"2023-04-18T08:48:00+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/cedric-bangy-ngo-afitiye-agashavu-ishirahamwe-ryaba-metis-mu-burundi\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/cedric-bangy-ngo-afitiye-agashavu-ishirahamwe-ryaba-metis-mu-burundi\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/cedric-bangy-ngo-afitiye-agashavu-ishirahamwe-ryaba-metis-mu-burundi\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Cedric Bangy ngo afitiye agashavu ishirahamwe ry&#8217;aba Metis mu Burundi\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Cedric Bangy ngo afitiye agashavu ishirahamwe ry'aba Metis mu Burundi - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/cedric-bangy-ngo-afitiye-agashavu-ishirahamwe-ryaba-metis-mu-burundi\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Cedric Bangy ngo afitiye agashavu ishirahamwe ry'aba Metis mu Burundi - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Ishavu riraniga kwa Cedric Bangi kubera ishirahamwe ry&#8217;aba Metis mu Burundi, ngo boba batamuhaye n&#8217;aga fanta Kandi baramukoresheje. Uwo Mugabo akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook, yavuze ko Issa Niyongere, asanzwe atwara iryo shirahamwe ry&#8217;aba Metis, ngo yamwandikiye Indirimbo ihayagiza aba Metis, harihwa Studio, noneho Indirimbo irasohoka ariko ngo aca arabika. Iyo ndirimbo ngo ikaba imaze [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/cedric-bangy-ngo-afitiye-agashavu-ishirahamwe-ryaba-metis-mu-burundi\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-04-18T08:46:41+00:00","article_modified_time":"2023-04-18T08:48:00+00:00","og_image":[{"width":720,"height":401,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/04\/Screenshot_20230418-104350.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/cedric-bangy-ngo-afitiye-agashavu-ishirahamwe-ryaba-metis-mu-burundi\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/cedric-bangy-ngo-afitiye-agashavu-ishirahamwe-ryaba-metis-mu-burundi\/","name":"Cedric Bangy ngo afitiye agashavu ishirahamwe ry'aba Metis mu Burundi - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-04-18T08:46:41+00:00","dateModified":"2023-04-18T08:48:00+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/cedric-bangy-ngo-afitiye-agashavu-ishirahamwe-ryaba-metis-mu-burundi\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/cedric-bangy-ngo-afitiye-agashavu-ishirahamwe-ryaba-metis-mu-burundi\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/cedric-bangy-ngo-afitiye-agashavu-ishirahamwe-ryaba-metis-mu-burundi\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Cedric Bangy ngo afitiye agashavu ishirahamwe ry&#8217;aba Metis mu Burundi"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/41872","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=41872"}],"version-history":[{"count":2,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/41872\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":41875,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/41872\/revisions\/41875"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/41873"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=41872"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=41872"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=41872"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}