{"id":41883,"date":"2023-04-18T12:14:41","date_gmt":"2023-04-18T12:14:41","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=41883"},"modified":"2023-04-18T12:14:41","modified_gmt":"2023-04-18T12:14:41","slug":"dj-paulin-asavye-ikigongwe-ariko-anavuga-ico-bapfuye-na-big-fizzo","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-paulin-asavye-ikigongwe-ariko-anavuga-ico-bapfuye-na-big-fizzo\/","title":{"rendered":"DJ Paulin asavye ikigongwe ariko anavuga ico bapfuye na Big Fizzo"},"content":{"rendered":"<p><strong>Akamo DJ Paulin yatewe ko gusaba ikigongwe Kuri ya Majambo yashikiriza ku kunuka kw&#8217;abaririmvyi bamwe bamwe, yahavuye akitaba.<\/strong><\/p>\n<p><strong>Muri Live iheruka kuba, uwo mu DJ wacu yasavye imbabazi ku muntu wese yababajwe n&#8217;amajambo yashikirije, ariko ngo nta mugambi yarafise wo kubabaza umuntu.<\/strong><\/p>\n<p>DJ Paulin yamenyesheje ko we yashaka kuvunira akagohe abaririmvyi kugira abemenyeshe ko umuririmvyi yategerezwa kubaho asa neza nka kurya baba bamubona mu ndirimbo, eka mbere n&#8217;ukumota neza bikaba nk&#8217;umugenzo.<br \/>\nMuri iyo Live DJ Paulin yavuze ko ata muririmvyi kanaka yatunze urutoke, ahubwo ngo yavugiye muri rusangi.<br \/>\nMuri iyo Live nyene yahavuye atanga umuco kugishobora kuba catumye uwo muririmvyi bagira ico bapfa nawe.<br \/>\nDJ Paulin yavuze ukuba Drama T ngo ashobora kuba ariwe ntandaro y&#8217;ukutarabana ryiza kwiwe na Big Fizzo, kuko ngo nta handi hantu na hamwe bahurira canke ngo imiryango yabo ibe ifise ubucuti bwa hafi ngo bitume bagira ico bapfa.<br \/>\nDJ Paulin yasiguye kubona Drama T aronka akaryo ko kuja hanze inyuma yo gutandukana na Bantu Bwoy ngo biri mu bishobora kuba vyaratumye uwo muririmvyi atamuraba ryiza.<br \/>\nIkindi ngo nuko Drama T ari Kuri Bantu Bwoy atabashije gukorerwa ibikorwa vyinshi cane, noneho ngo kuva avuyeyo, ngo yaciye aronka akaryo ko gukora Indirimbo zatumye ashika kure cane.<br \/>\nMuri iyo Live nyene, DJ Paulin yahavuye avuga ko uko agira abe uwa mbere mu gufasha abo baririmvyi Drama T, Double Jay na Vania Ice gukora ibiteramo hanze ya Africa, ngo Niko yafashije Big Fizzo mu kumukorera igiteramo ciwe ca mbere I Buraya, Kandi ngo akaba<br \/>\nari nawe yamukoreye Clip Video y&#8217;indirimbo Mumporeze yakoreye I Buraya nyene.<br \/>\nUbu rero akamo baheruka guterwa n&#8217;abatari bake barimwo na Pacifique Nininahazwe, umwe akaba yakitabiriye , naho hatabayemwo ugusaba ikigongwe Big Fizzo, ariko Intambwe imwe yo ikaba yatewe.<br \/>\nNone ubwo Big Fizzo we azohava atera iyiwe ngo asabe ikigongwe umuryango w&#8217;aba Metis watewe akoba n&#8217;amajambo yashikirijwe n&#8217;uwo muririmvyi aho yari mu giteramo muri Guerra Plazza?<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Akamo DJ Paulin yatewe ko gusaba ikigongwe Kuri ya Majambo yashikiriza ku kunuka kw&#8217;abaririmvyi bamwe bamwe, yahavuye akitaba. Muri Live iheruka kuba, uwo mu DJ wacu yasavye imbabazi ku muntu wese yababajwe n&#8217;amajambo yashikirije, ariko ngo nta mugambi yarafise wo kubabaza umuntu. DJ Paulin yamenyesheje ko we yashaka kuvunira akagohe abaririmvyi kugira abemenyeshe ko umuririmvyi [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":41886,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[526,515,519],"tags":[],"class_list":["post-41883","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-news-burundi","category-homepage","category-kirundi"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>DJ Paulin asavye ikigongwe ariko anavuga ico bapfuye na Big Fizzo - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-paulin-asavye-ikigongwe-ariko-anavuga-ico-bapfuye-na-big-fizzo\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"DJ Paulin asavye ikigongwe ariko anavuga ico bapfuye na Big Fizzo - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Akamo DJ Paulin yatewe ko gusaba ikigongwe Kuri ya Majambo yashikiriza ku kunuka kw&#8217;abaririmvyi bamwe bamwe, yahavuye akitaba. Muri Live iheruka kuba, uwo mu DJ wacu yasavye imbabazi ku muntu wese yababajwe n&#8217;amajambo yashikirije, ariko ngo nta mugambi yarafise wo kubabaza umuntu. DJ Paulin yamenyesheje ko we yashaka kuvunira akagohe abaririmvyi kugira abemenyeshe ko umuririmvyi [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-paulin-asavye-ikigongwe-ariko-anavuga-ico-bapfuye-na-big-fizzo\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-04-18T12:14:41+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/04\/Screenshot_20230418-141257-1.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"719\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"412\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-paulin-asavye-ikigongwe-ariko-anavuga-ico-bapfuye-na-big-fizzo\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-paulin-asavye-ikigongwe-ariko-anavuga-ico-bapfuye-na-big-fizzo\/\",\"name\":\"DJ Paulin asavye ikigongwe ariko anavuga ico bapfuye na Big Fizzo - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-04-18T12:14:41+00:00\",\"dateModified\":\"2023-04-18T12:14:41+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-paulin-asavye-ikigongwe-ariko-anavuga-ico-bapfuye-na-big-fizzo\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-paulin-asavye-ikigongwe-ariko-anavuga-ico-bapfuye-na-big-fizzo\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-paulin-asavye-ikigongwe-ariko-anavuga-ico-bapfuye-na-big-fizzo\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"DJ Paulin asavye ikigongwe ariko anavuga ico bapfuye na Big Fizzo\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"DJ Paulin asavye ikigongwe ariko anavuga ico bapfuye na Big Fizzo - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-paulin-asavye-ikigongwe-ariko-anavuga-ico-bapfuye-na-big-fizzo\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"DJ Paulin asavye ikigongwe ariko anavuga ico bapfuye na Big Fizzo - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Akamo DJ Paulin yatewe ko gusaba ikigongwe Kuri ya Majambo yashikiriza ku kunuka kw&#8217;abaririmvyi bamwe bamwe, yahavuye akitaba. Muri Live iheruka kuba, uwo mu DJ wacu yasavye imbabazi ku muntu wese yababajwe n&#8217;amajambo yashikirije, ariko ngo nta mugambi yarafise wo kubabaza umuntu. DJ Paulin yamenyesheje ko we yashaka kuvunira akagohe abaririmvyi kugira abemenyeshe ko umuririmvyi [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-paulin-asavye-ikigongwe-ariko-anavuga-ico-bapfuye-na-big-fizzo\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-04-18T12:14:41+00:00","og_image":[{"width":719,"height":412,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/04\/Screenshot_20230418-141257-1.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-paulin-asavye-ikigongwe-ariko-anavuga-ico-bapfuye-na-big-fizzo\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-paulin-asavye-ikigongwe-ariko-anavuga-ico-bapfuye-na-big-fizzo\/","name":"DJ Paulin asavye ikigongwe ariko anavuga ico bapfuye na Big Fizzo - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-04-18T12:14:41+00:00","dateModified":"2023-04-18T12:14:41+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-paulin-asavye-ikigongwe-ariko-anavuga-ico-bapfuye-na-big-fizzo\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-paulin-asavye-ikigongwe-ariko-anavuga-ico-bapfuye-na-big-fizzo\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/dj-paulin-asavye-ikigongwe-ariko-anavuga-ico-bapfuye-na-big-fizzo\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"DJ Paulin asavye ikigongwe ariko anavuga ico bapfuye na Big Fizzo"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/41883","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=41883"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/41883\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":41887,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/41883\/revisions\/41887"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/41886"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=41883"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=41883"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=41883"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}