{"id":41967,"date":"2023-04-23T22:47:43","date_gmt":"2023-04-23T22:47:43","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=41967"},"modified":"2023-04-23T22:47:43","modified_gmt":"2023-04-23T22:47:43","slug":"amb-francine-niyonsaba-ngo-ivyananiye-cno-vyashoboye-ffb-nico-catumye-babaterera","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amb-francine-niyonsaba-ngo-ivyananiye-cno-vyashoboye-ffb-nico-catumye-babaterera\/","title":{"rendered":"Amb. Francine Niyonsaba Ngo ivyananiye CNO vyashoboye FFB, nico catumye babaterera"},"content":{"rendered":"<p><strong>Amb. Francine Niyonsaba Ngo ivyananiye CNO vyashoboye FFB, none baciye babaterera<\/strong><\/p>\n<p><strong>Umunonotsi Amb. Francine Niyonsaba asubiye Kandi gutunga urutoke Comite National Olympique ko ivyabananiye bikozwe na Federation y&#8217;umupira w&#8217;amaguru mu Burundi FFB, none baciye bashima n&#8217;abo kugira ico baterereye mu kwubaka ikibuga c&#8217;umupira w&#8217;amaguru citiriwe Intwari<\/strong>.<\/p>\n<p>Mu butumwa yanditse akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook, AMB. Francine Niyonsaba yamenyesheje ko we n&#8217;abandi banonotsi 15 ngo baterereye mw&#8217;iyubakwa rya Stade Intwari imifuko 68.<\/p>\n<p>AMB. Francine akaba yamenyesheje ko igituma bashimye kugira ico baterereye, ngo n&#8217;ukubera basanze hariho umugambi wo kwubaka Piste Syntetique. Yagize Ati :&#8221; icatumye twiyumvira iki gikorwa, nuko twumvise ko hazojako umusezero wa kijambere w&#8217;abanonotsi ( Piste Syntetique) narirya twahora dukorera mu bibuga vy&#8217;umusenyi bikatubabaza.<br \/>\nTurashimiye federation ya Football Kuri iyi nteguro y&#8217;iteka ku gihugu.&#8221;<br \/>\nAMB. Francine yabandanirije kuri Comite National Olympique aho yabasavye ko bokwikubita agashi, ahubwo bakaraba bagakora ivyo biyemeje kugira ntibize bigarukire mu majambo gusa.<br \/>\nRikaba atari irya mbere, kuko yanaheruka gushikiriza kuri Comite National Olympique nyene ko batariko barategura Jeux Olympique zizobera i Paris mu 2024.<br \/>\nYavyanditse ngo :&#8221; Tukanegura cane CNO ( Comite National Olympique) bisa n&#8217;ivyayinaniye kwubaka centre d&#8217;entrenememt mu mugamba.<br \/>\nBarabe bikubite agashi umugambi batanguje ntuzoherere mu majambo gusa.&#8221;<br \/>\nMu babashije kugira ico bashikiriza, harimwo nk&#8217;umumenyeshamakuru Steven Derrick yashimye ico kintu abo banonotsi bakoze, cane cane akaba yashimye uwo Mutima wo kuja hamwe mu bufasha.<br \/>\nNaho Steve Yashimye yanagiriyeko abasaba ko bitogarukora ngaho, kuko ubufasha bikenewe ari ubutari buke. Muvyo yabashije gushikiriza harimwo gushikira abatakibasha kwitabira amahiganwa mpuzamakungu, gufasha mu gutunganya amahiganwa, n&#8217;ibindi.<br \/>\nDerrick ntiyabaye wenyene kuko n&#8217;abandi batari bake bashimye iyo ntererano y&#8217;abo banonotsi.<br \/>\nMu gitigiri catanzwe na Francine Niyonsaba hakaba harimwo na Thierry Ndikumwenayo wa munonotsi agiye gutangura kwiruka kw&#8217;izina rya Espagne, inyuma y&#8217;imyaka yiruka yambaye umwambaro uriko idarapo ry&#8217;Uburundi.<br \/>\nAbo banonotsi baterereye muri ukwo kwubakwa bakaba Ari<br \/>\n1. AMB. Francine Niyonsaba,<br \/>\n2. Diane nukuri<br \/>\n3. Lt. Antoine Gakeme<br \/>\n4. Sgt. Olivier irabaruta<br \/>\n5. Thierry Ndikumwenayo<br \/>\n6. Eric nzikwinkunda<br \/>\n7. Onesphore nzikwinkunda<br \/>\n8. Rodrique Kwizera<br \/>\n9. Egide ntakarutimana<br \/>\n10. Lionel Nihimbazwe<br \/>\n11. Jean De dieu Butoyi<br \/>\n12. Bukuru Jean Marie<br \/>\n13. Francine Niyomukunzi<br \/>\n14. Yves nimubona<br \/>\n15. Therence Bizoza<br \/>\n16. Celestion Ndikumana<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Amb. Francine Niyonsaba Ngo ivyananiye CNO vyashoboye FFB, none baciye babaterera Umunonotsi Amb. Francine Niyonsaba asubiye Kandi gutunga urutoke Comite National Olympique ko ivyabananiye bikozwe na Federation y&#8217;umupira w&#8217;amaguru mu Burundi FFB, none baciye bashima n&#8217;abo kugira ico baterereye mu kwubaka ikibuga c&#8217;umupira w&#8217;amaguru citiriwe Intwari. Mu butumwa yanditse akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook, AMB. [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":41969,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[515,525],"tags":[971],"class_list":["post-41967","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-homepage","category-sports","tag-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Amb. Francine Niyonsaba Ngo ivyananiye CNO vyashoboye FFB, nico catumye babaterera - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amb-francine-niyonsaba-ngo-ivyananiye-cno-vyashoboye-ffb-nico-catumye-babaterera\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Amb. Francine Niyonsaba Ngo ivyananiye CNO vyashoboye FFB, nico catumye babaterera - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Amb. Francine Niyonsaba Ngo ivyananiye CNO vyashoboye FFB, none baciye babaterera Umunonotsi Amb. Francine Niyonsaba asubiye Kandi gutunga urutoke Comite National Olympique ko ivyabananiye bikozwe na Federation y&#8217;umupira w&#8217;amaguru mu Burundi FFB, none baciye bashima n&#8217;abo kugira ico baterereye mu kwubaka ikibuga c&#8217;umupira w&#8217;amaguru citiriwe Intwari. Mu butumwa yanditse akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook, AMB. [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amb-francine-niyonsaba-ngo-ivyananiye-cno-vyashoboye-ffb-nico-catumye-babaterera\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-04-23T22:47:43+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/04\/Screenshot_20230424-003539.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"399\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amb-francine-niyonsaba-ngo-ivyananiye-cno-vyashoboye-ffb-nico-catumye-babaterera\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amb-francine-niyonsaba-ngo-ivyananiye-cno-vyashoboye-ffb-nico-catumye-babaterera\/\",\"name\":\"Amb. Francine Niyonsaba Ngo ivyananiye CNO vyashoboye FFB, nico catumye babaterera - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-04-23T22:47:43+00:00\",\"dateModified\":\"2023-04-23T22:47:43+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amb-francine-niyonsaba-ngo-ivyananiye-cno-vyashoboye-ffb-nico-catumye-babaterera\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amb-francine-niyonsaba-ngo-ivyananiye-cno-vyashoboye-ffb-nico-catumye-babaterera\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amb-francine-niyonsaba-ngo-ivyananiye-cno-vyashoboye-ffb-nico-catumye-babaterera\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Amb. Francine Niyonsaba Ngo ivyananiye CNO vyashoboye FFB, nico catumye babaterera\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Amb. Francine Niyonsaba Ngo ivyananiye CNO vyashoboye FFB, nico catumye babaterera - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amb-francine-niyonsaba-ngo-ivyananiye-cno-vyashoboye-ffb-nico-catumye-babaterera\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Amb. Francine Niyonsaba Ngo ivyananiye CNO vyashoboye FFB, nico catumye babaterera - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Amb. Francine Niyonsaba Ngo ivyananiye CNO vyashoboye FFB, none baciye babaterera Umunonotsi Amb. Francine Niyonsaba asubiye Kandi gutunga urutoke Comite National Olympique ko ivyabananiye bikozwe na Federation y&#8217;umupira w&#8217;amaguru mu Burundi FFB, none baciye bashima n&#8217;abo kugira ico baterereye mu kwubaka ikibuga c&#8217;umupira w&#8217;amaguru citiriwe Intwari. Mu butumwa yanditse akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook, AMB. [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amb-francine-niyonsaba-ngo-ivyananiye-cno-vyashoboye-ffb-nico-catumye-babaterera\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-04-23T22:47:43+00:00","og_image":[{"width":720,"height":399,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/04\/Screenshot_20230424-003539.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amb-francine-niyonsaba-ngo-ivyananiye-cno-vyashoboye-ffb-nico-catumye-babaterera\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amb-francine-niyonsaba-ngo-ivyananiye-cno-vyashoboye-ffb-nico-catumye-babaterera\/","name":"Amb. Francine Niyonsaba Ngo ivyananiye CNO vyashoboye FFB, nico catumye babaterera - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-04-23T22:47:43+00:00","dateModified":"2023-04-23T22:47:43+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amb-francine-niyonsaba-ngo-ivyananiye-cno-vyashoboye-ffb-nico-catumye-babaterera\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amb-francine-niyonsaba-ngo-ivyananiye-cno-vyashoboye-ffb-nico-catumye-babaterera\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/amb-francine-niyonsaba-ngo-ivyananiye-cno-vyashoboye-ffb-nico-catumye-babaterera\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Amb. Francine Niyonsaba Ngo ivyananiye CNO vyashoboye FFB, nico catumye babaterera"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/41967","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=41967"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/41967\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":41970,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/41967\/revisions\/41970"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/41969"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=41967"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=41967"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=41967"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}