{"id":42049,"date":"2023-04-27T14:32:39","date_gmt":"2023-04-27T14:32:39","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=42049"},"modified":"2023-04-27T14:32:39","modified_gmt":"2023-04-27T14:32:39","slug":"john-elarts-ngo-arakora-ivangura-mu-baririmvyi","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/john-elarts-ngo-arakora-ivangura-mu-baririmvyi\/","title":{"rendered":"John Elarts ngo arakora ivangura mu baririmvyi"},"content":{"rendered":"<p><strong>Mu gihe hari abaririmvyi bidogera abahinyanyuzi, bamwe baremeza ko habamwo ukubavangura iyo bariko babakorera, uwo nawe s&#8217;uwundi ni John Elarts aheruka gushikiriza ko agahembo gatuma ahitanwo uwuhabwa Ibikorwa Imbere y&#8217;uwundi.<\/strong><\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n<p>Mu kiyago na Hosy irakoze, uwo muhinyanyuzi amaze gutangura kwigarurira imitima y&#8217;abaririmvyi batandukanye bo muri Afrika y&#8217;ubuseruko, yavuze ko hari abaririmvyi bamuha amahera make bigatuma bitamworohera gukora akazi kiwe.<br \/>\nJohn Elarts yavuze ko abo bisaba akanya ko kwitondera ibikorwa vyabo, kugira ahe insiguro ibikorwa aba ariko arakora.<br \/>\nJohn Elarts akaba yavuze ariko ko hariho abanndi batanga amafaranga akwiye, bigatuma ivyo aba yipfuje gukora muri Video abikora vyose, ari naho bimworohera mu guteranya ayo masanamu.<br \/>\nHagati y&#8217;abo baririmvyi 2, ngo ntivyoroha kubahera amasanamu icarimwe, kuko umwe ivyiwe biba bitonze neza ariko abandi ngo babanza kurondeza.<br \/>\nJohn Elarts Kandi yamenyesheje ko hariho n&#8217;abagenda bajanye amahera menshi gusumba abandi, kuko baba bashaka ibintu vyihutirwa, ngo abo rero aca abacisha imbere y&#8217;abandi.<br \/>\nUwo musore akomoka mu ntara ya Makamba, avuga ko ubu ibijanye n&#8217;igiciro c&#8217;amafaranga akorera amasanamu y&#8217;indirimbo ngo vyaduze, ngo abo yakoreye aho hambere, ibiciro ntibikiri vya bindi.<br \/>\nMuri ico kiganiro nyene yishuye ku kibazo cabazwa nimba agiye kugenda gukorera mu mahanga, ntasubire kuboneka hano iwacu. Inyishu yatanze, yavuze ko atarivyo na gato, ahubwo ngo azoza aragenda iyo bamwizeye ariko ataha hano iwacu.<br \/>\nMuri ico kiganiro Kandi yasobanuye ko naho bavuga ko akorera amahera menshi, bwa bundi, ngo ntaco asigarana ku mufuko, kuko ibikoresho akoresha mu gukora amasanamu s&#8217;ivyiwe, nawe arakota.<br \/>\nJohn Elarts akavuga ko ubu ata camera afise, Kandi ngo nta Soni bimutera kubivuga, ariko ngo yizera ko bizogenda biraza agatinda akagira ibikoresho vyiwe Kandi bigezweho.<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Mu gihe hari abaririmvyi bidogera abahinyanyuzi, bamwe baremeza ko habamwo ukubavangura iyo bariko babakorera, uwo nawe s&#8217;uwundi ni John Elarts aheruka gushikiriza ko agahembo gatuma ahitanwo uwuhabwa Ibikorwa Imbere y&#8217;uwundi. &nbsp; Mu kiyago na Hosy irakoze, uwo muhinyanyuzi amaze gutangura kwigarurira imitima y&#8217;abaririmvyi batandukanye bo muri Afrika y&#8217;ubuseruko, yavuze ko hari abaririmvyi bamuha amahera make [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":42050,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[526,515],"tags":[971],"class_list":["post-42049","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-news-burundi","category-homepage","tag-ikirundi_news"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>John Elarts ngo arakora ivangura mu baririmvyi - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/john-elarts-ngo-arakora-ivangura-mu-baririmvyi\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"John Elarts ngo arakora ivangura mu baririmvyi - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Mu gihe hari abaririmvyi bidogera abahinyanyuzi, bamwe baremeza ko habamwo ukubavangura iyo bariko babakorera, uwo nawe s&#8217;uwundi ni John Elarts aheruka gushikiriza ko agahembo gatuma ahitanwo uwuhabwa Ibikorwa Imbere y&#8217;uwundi. &nbsp; Mu kiyago na Hosy irakoze, uwo muhinyanyuzi amaze gutangura kwigarurira imitima y&#8217;abaririmvyi batandukanye bo muri Afrika y&#8217;ubuseruko, yavuze ko hari abaririmvyi bamuha amahera make [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/john-elarts-ngo-arakora-ivangura-mu-baririmvyi\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-04-27T14:32:39+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/04\/Screenshot_20230427-163150.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"404\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"1 minute\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/john-elarts-ngo-arakora-ivangura-mu-baririmvyi\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/john-elarts-ngo-arakora-ivangura-mu-baririmvyi\/\",\"name\":\"John Elarts ngo arakora ivangura mu baririmvyi - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-04-27T14:32:39+00:00\",\"dateModified\":\"2023-04-27T14:32:39+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/john-elarts-ngo-arakora-ivangura-mu-baririmvyi\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/john-elarts-ngo-arakora-ivangura-mu-baririmvyi\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/john-elarts-ngo-arakora-ivangura-mu-baririmvyi\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"John Elarts ngo arakora ivangura mu baririmvyi\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"John Elarts ngo arakora ivangura mu baririmvyi - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/john-elarts-ngo-arakora-ivangura-mu-baririmvyi\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"John Elarts ngo arakora ivangura mu baririmvyi - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Mu gihe hari abaririmvyi bidogera abahinyanyuzi, bamwe baremeza ko habamwo ukubavangura iyo bariko babakorera, uwo nawe s&#8217;uwundi ni John Elarts aheruka gushikiriza ko agahembo gatuma ahitanwo uwuhabwa Ibikorwa Imbere y&#8217;uwundi. &nbsp; Mu kiyago na Hosy irakoze, uwo muhinyanyuzi amaze gutangura kwigarurira imitima y&#8217;abaririmvyi batandukanye bo muri Afrika y&#8217;ubuseruko, yavuze ko hari abaririmvyi bamuha amahera make [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/john-elarts-ngo-arakora-ivangura-mu-baririmvyi\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-04-27T14:32:39+00:00","og_image":[{"width":720,"height":404,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/04\/Screenshot_20230427-163150.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"1 minute"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/john-elarts-ngo-arakora-ivangura-mu-baririmvyi\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/john-elarts-ngo-arakora-ivangura-mu-baririmvyi\/","name":"John Elarts ngo arakora ivangura mu baririmvyi - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-04-27T14:32:39+00:00","dateModified":"2023-04-27T14:32:39+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/john-elarts-ngo-arakora-ivangura-mu-baririmvyi\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/john-elarts-ngo-arakora-ivangura-mu-baririmvyi\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/john-elarts-ngo-arakora-ivangura-mu-baririmvyi\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"John Elarts ngo arakora ivangura mu baririmvyi"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42049","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=42049"}],"version-history":[{"count":1,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42049\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":42051,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42049\/revisions\/42051"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/42050"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=42049"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=42049"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=42049"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}