{"id":42074,"date":"2023-04-30T10:22:10","date_gmt":"2023-04-30T10:22:10","guid":{"rendered":"https:\/\/indundi.com\/?p=42074"},"modified":"2023-04-30T10:22:10","modified_gmt":"2023-04-30T10:22:10","slug":"alvin-smith-yoba-yihanuye-canke-yahanujwe-igitsure","status":"publish","type":"post","link":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-yoba-yihanuye-canke-yahanujwe-igitsure\/","title":{"rendered":"Alvin Smith yoba yihanuye canke yahanujwe igitsure?"},"content":{"rendered":"<p><strong>Alvin Smith yoba yihanuye, canke bamuhanuje igitsure? Ico Nico kibazo wokwibaza ubonye ivyo uwo muririmvyi yashikirije Kandi ukaba uzi n&#8217;ivyo yaheruka gushikiriza ku bijanye n&#8217;indirimbo yiwe.<\/strong><\/p>\n<p>Akoresheje urubuga rwiwe rwa Twitter, uwo muririmvyi wa NAKADAME, yavuniye akagohe abaririmvyi ngo barabe bigenge ibanga, ku ndirimbo basohora. Yabasavye kwumvira impanuro z&#8217;ababakurira.<br \/>\nYagize ati :&#8221; Un conseil kuba artistes bagenzanje dusangiye umurimo umwe, twumvire abadukuriye, nimba harico twokosora tukagikosora, dukore umuziki mwiza twitezimbere mbese dutezimbere n&#8217;igihugu cacu ciza c&#8217;Uburundi.<br \/>\nN.B : twirinde kuja muvya Politique na cane cane.&#8221;<br \/>\nAyo majambo akaba ayashikirije inyuma yaho asohoreye amasanamu y&#8217;iyo ndirimbo, NAKADAME, Indirimbo yasohotse inyuma yaho umugwi w&#8217;igihugu ujejwe kugenzura uko ibinyamakuru bikora, CNC, uhagarikiye Indirimbo 30, zirimwo iziwe 2.<br \/>\nZihagarikwa, Alvin Smith akaba yari yamenyesheje ko nimba bamuhagarikiye izo ndirimbo, ngo iyo ikurikiye bita NAKADAME yo ngo bazoyihagarika igisohoka.<br \/>\nYari yanditse Kuri Twitter nyene igenekerezo rya 24\/4, agira ati :&#8221; Donc Rero Indirimbo zanje 2 zose bazihagaritse, AKADAGE na FATA INGIDI, hari akantu NDAKADAME yoyo isohotse izoja kuri Youtube ari uko ngeze ku mupaka.&#8221;<br \/>\nUbu rero tukibaza icoba catumye uwo muririmvyi ashima gusa n&#8217;uwuhagarika ivyo kwivuga, noneho agashima kugaruka Ku kijanye n&#8217;amajambo y&#8217;indirimbo, kuko ari mu baririmvyi baririmba Indirimbo z&#8217;ibishegu ariko zigerageza gufobekwa.<br \/>\nBukeye Kabiri asohoye iyo ndirimbo, Alvin akaba yari yashatse kwerekana ko iyo ndirimbo ishobora guhagarikwa. Ico gihe igenekerezo rya 26\/4, akaba yari yamenyesheje ko abona ibimenyetso bijanisha muri ico gikorwa.<br \/>\nBukeye Kabiri, akaba yamenyesheje ko Indirimbo yiwe bayihagaritse, avyandika ku mbuga rwa Facebook, Instagram na Twitter, no kuri YouTube, iyo ndirimbo irakurwako gato, ariko iza gusubizwako.<br \/>\nHaheze akanya, Iyo ndirimbo ikaba yaciye isubirako, Alvin anatangura kubwirwa n&#8217;ababonye ivyo yashikirije Kuri urwo rubuga, ko atumye baja kuyiraba Kandi ata mugambi bari bafise. Bisigura ko wari umukino abakinye kugira baje kuyiraba.<br \/>\nNaho ataco arashikiriza, bikaba bishoboka ko agiye guhindura umukenyuro mu bijanye n&#8217;ubutumwa ashikiriza mu ndirimbo, kuko ariryo shingiro rya zuguruzuguru ziriko ziraba muri ino misi, aho bavuga ko ubutumwa bushikirizwa butabereye.<\/p>\n<p>&nbsp;<\/p>\n","protected":false},"excerpt":{"rendered":"<p>Alvin Smith yoba yihanuye, canke bamuhanuje igitsure? Ico Nico kibazo wokwibaza ubonye ivyo uwo muririmvyi yashikirije Kandi ukaba uzi n&#8217;ivyo yaheruka gushikiriza ku bijanye n&#8217;indirimbo yiwe. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Twitter, uwo muririmvyi wa NAKADAME, yavuniye akagohe abaririmvyi ngo barabe bigenge ibanga, ku ndirimbo basohora. Yabasavye kwumvira impanuro z&#8217;ababakurira. Yagize ati :&#8221; Un conseil kuba [&hellip;]<\/p>\n","protected":false},"author":3,"featured_media":42077,"comment_status":"open","ping_status":"open","sticky":false,"template":"","format":"standard","meta":{"_bbp_topic_count":0,"_bbp_reply_count":0,"_bbp_total_topic_count":0,"_bbp_total_reply_count":0,"_bbp_voice_count":0,"_bbp_anonymous_reply_count":0,"_bbp_topic_count_hidden":0,"_bbp_reply_count_hidden":0,"_bbp_forum_subforum_count":0,"footnotes":""},"categories":[526,515],"tags":[],"class_list":["post-42074","post","type-post","status-publish","format-standard","has-post-thumbnail","hentry","category-news-burundi","category-homepage"],"yoast_head":"<!-- This site is optimized with the Yoast SEO plugin v21.3 - https:\/\/yoast.com\/wordpress\/plugins\/seo\/ -->\n<title>Alvin Smith yoba yihanuye canke yahanujwe igitsure? - Indundi Culture | Magazine<\/title>\n<meta name=\"robots\" content=\"index, follow, max-snippet:-1, max-image-preview:large, max-video-preview:-1\" \/>\n<link rel=\"canonical\" href=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-yoba-yihanuye-canke-yahanujwe-igitsure\/\" \/>\n<meta property=\"og:locale\" content=\"en_US\" \/>\n<meta property=\"og:type\" content=\"article\" \/>\n<meta property=\"og:title\" content=\"Alvin Smith yoba yihanuye canke yahanujwe igitsure? - Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"og:description\" content=\"Alvin Smith yoba yihanuye, canke bamuhanuje igitsure? Ico Nico kibazo wokwibaza ubonye ivyo uwo muririmvyi yashikirije Kandi ukaba uzi n&#8217;ivyo yaheruka gushikiriza ku bijanye n&#8217;indirimbo yiwe. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Twitter, uwo muririmvyi wa NAKADAME, yavuniye akagohe abaririmvyi ngo barabe bigenge ibanga, ku ndirimbo basohora. Yabasavye kwumvira impanuro z&#8217;ababakurira. Yagize ati :&#8221; Un conseil kuba [&hellip;]\" \/>\n<meta property=\"og:url\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-yoba-yihanuye-canke-yahanujwe-igitsure\/\" \/>\n<meta property=\"og:site_name\" content=\"Indundi Culture | Magazine\" \/>\n<meta property=\"article:published_time\" content=\"2023-04-30T10:22:10+00:00\" \/>\n<meta property=\"og:image\" content=\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/04\/Screenshot_20230430-121255-2.jpg\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:width\" content=\"720\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:height\" content=\"388\" \/>\n\t<meta property=\"og:image:type\" content=\"image\/jpeg\" \/>\n<meta name=\"author\" content=\"yanick\" \/>\n<meta name=\"twitter:card\" content=\"summary_large_image\" \/>\n<meta name=\"twitter:label1\" content=\"Written by\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data1\" content=\"yanick\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:label2\" content=\"Est. reading time\" \/>\n\t<meta name=\"twitter:data2\" content=\"2 minutes\" \/>\n<script type=\"application\/ld+json\" class=\"yoast-schema-graph\">{\"@context\":\"https:\/\/schema.org\",\"@graph\":[{\"@type\":\"WebPage\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-yoba-yihanuye-canke-yahanujwe-igitsure\/\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-yoba-yihanuye-canke-yahanujwe-igitsure\/\",\"name\":\"Alvin Smith yoba yihanuye canke yahanujwe igitsure? - Indundi Culture | Magazine\",\"isPartOf\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\"},\"datePublished\":\"2023-04-30T10:22:10+00:00\",\"dateModified\":\"2023-04-30T10:22:10+00:00\",\"author\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\"},\"breadcrumb\":{\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-yoba-yihanuye-canke-yahanujwe-igitsure\/#breadcrumb\"},\"inLanguage\":\"en-US\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"ReadAction\",\"target\":[\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-yoba-yihanuye-canke-yahanujwe-igitsure\/\"]}]},{\"@type\":\"BreadcrumbList\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-yoba-yihanuye-canke-yahanujwe-igitsure\/#breadcrumb\",\"itemListElement\":[{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":1,\"name\":\"Home\",\"item\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\"},{\"@type\":\"ListItem\",\"position\":2,\"name\":\"Alvin Smith yoba yihanuye canke yahanujwe igitsure?\"}]},{\"@type\":\"WebSite\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website\",\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/\",\"name\":\"Indundi Culture | Magazine\",\"description\":\"Burundi Entertainment\",\"potentialAction\":[{\"@type\":\"SearchAction\",\"target\":{\"@type\":\"EntryPoint\",\"urlTemplate\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}\"},\"query-input\":\"required name=search_term_string\"}],\"inLanguage\":\"en-US\"},{\"@type\":\"Person\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021\",\"name\":\"yanick\",\"image\":{\"@type\":\"ImageObject\",\"inLanguage\":\"en-US\",\"@id\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/\",\"url\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"contentUrl\":\"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm\",\"caption\":\"yanick\"},\"url\":\"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/\"}]}<\/script>\n<!-- \/ Yoast SEO plugin. -->","yoast_head_json":{"title":"Alvin Smith yoba yihanuye canke yahanujwe igitsure? - Indundi Culture | Magazine","robots":{"index":"index","follow":"follow","max-snippet":"max-snippet:-1","max-image-preview":"max-image-preview:large","max-video-preview":"max-video-preview:-1"},"canonical":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-yoba-yihanuye-canke-yahanujwe-igitsure\/","og_locale":"en_US","og_type":"article","og_title":"Alvin Smith yoba yihanuye canke yahanujwe igitsure? - Indundi Culture | Magazine","og_description":"Alvin Smith yoba yihanuye, canke bamuhanuje igitsure? Ico Nico kibazo wokwibaza ubonye ivyo uwo muririmvyi yashikirije Kandi ukaba uzi n&#8217;ivyo yaheruka gushikiriza ku bijanye n&#8217;indirimbo yiwe. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Twitter, uwo muririmvyi wa NAKADAME, yavuniye akagohe abaririmvyi ngo barabe bigenge ibanga, ku ndirimbo basohora. Yabasavye kwumvira impanuro z&#8217;ababakurira. Yagize ati :&#8221; Un conseil kuba [&hellip;]","og_url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-yoba-yihanuye-canke-yahanujwe-igitsure\/","og_site_name":"Indundi Culture | Magazine","article_published_time":"2023-04-30T10:22:10+00:00","og_image":[{"width":720,"height":388,"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-content\/uploads\/2023\/04\/Screenshot_20230430-121255-2.jpg","type":"image\/jpeg"}],"author":"yanick","twitter_card":"summary_large_image","twitter_misc":{"Written by":"yanick","Est. reading time":"2 minutes"},"schema":{"@context":"https:\/\/schema.org","@graph":[{"@type":"WebPage","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-yoba-yihanuye-canke-yahanujwe-igitsure\/","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-yoba-yihanuye-canke-yahanujwe-igitsure\/","name":"Alvin Smith yoba yihanuye canke yahanujwe igitsure? - Indundi Culture | Magazine","isPartOf":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website"},"datePublished":"2023-04-30T10:22:10+00:00","dateModified":"2023-04-30T10:22:10+00:00","author":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021"},"breadcrumb":{"@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-yoba-yihanuye-canke-yahanujwe-igitsure\/#breadcrumb"},"inLanguage":"en-US","potentialAction":[{"@type":"ReadAction","target":["https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-yoba-yihanuye-canke-yahanujwe-igitsure\/"]}]},{"@type":"BreadcrumbList","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/alvin-smith-yoba-yihanuye-canke-yahanujwe-igitsure\/#breadcrumb","itemListElement":[{"@type":"ListItem","position":1,"name":"Home","item":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/"},{"@type":"ListItem","position":2,"name":"Alvin Smith yoba yihanuye canke yahanujwe igitsure?"}]},{"@type":"WebSite","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#website","url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/","name":"Indundi Culture | Magazine","description":"Burundi Entertainment","potentialAction":[{"@type":"SearchAction","target":{"@type":"EntryPoint","urlTemplate":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/?s={search_term_string}"},"query-input":"required name=search_term_string"}],"inLanguage":"en-US"},{"@type":"Person","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/8b60fb7f0669c0da6211620297ad2021","name":"yanick","image":{"@type":"ImageObject","inLanguage":"en-US","@id":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/#\/schema\/person\/image\/","url":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","contentUrl":"\/\/www.gravatar.com\/avatar\/3f9e37cb1a7115ab1fd67c8044b25dc8?s=96&#038;r=g&#038;d=mm","caption":"yanick"},"url":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/members\/yanick\/"}]}},"_links":{"self":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42074","targetHints":{"allow":["GET"]}}],"collection":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts"}],"about":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/types\/post"}],"author":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/users\/3"}],"replies":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/comments?post=42074"}],"version-history":[{"count":3,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42074\/revisions"}],"predecessor-version":[{"id":42082,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/posts\/42074\/revisions\/42082"}],"wp:featuredmedia":[{"embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media\/42077"}],"wp:attachment":[{"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/media?parent=42074"}],"wp:term":[{"taxonomy":"category","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/categories?post=42074"},{"taxonomy":"post_tag","embeddable":true,"href":"https:\/\/indundiculture.com\/magazine\/wp-json\/wp\/v2\/tags?post=42074"}],"curies":[{"name":"wp","href":"https:\/\/api.w.org\/{rel}","templated":true}]}}